GUTWARIRA INDA IWANYU,UZWI NK'UMUKOZI W'IMANA😴NGABIRE Ange Chanelle

  Рет қаралды 40,389

Lisa and Darlene

Lisa and Darlene

Жыл бұрын

#lisaanddarlene

Пікірлер: 81
@mutembayirealine5935
@mutembayirealine5935 6 ай бұрын
Numvishe uburyo karande idukurikirana kabisa,muzadutegurire ikiganiro kivuga ku kuntu karande zo mu miryango zikurikirana abantu.Murakoze ndabakunda
@eugenientihabose1196
@eugenientihabose1196 Жыл бұрын
Ngabire uri umuhizikazi. Nanje sha vyambayeko. Ariko Uhoraho ntaraba uko Abantu baraba. Ntaca urubanza nk'uko Abantu bazica. Komera je t'aime
@ikorinezaarmella2286
@ikorinezaarmella2286 6 ай бұрын
Yoooo kumb ni wew😢naragukunda caaane nkir muto nahora nigana ijwi ryaw nahora numva nshak kuririmba nkaw ❤❤
@user-un8tz3wn6r
@user-un8tz3wn6r 5 ай бұрын
Ndabakunda Kandi nifuza kubabona ndumunyarwanda
@user-bf2vx8iv9m
@user-bf2vx8iv9m Жыл бұрын
Bwarubugombe bwimana hahiriwe papa Neria yagutomboye ngabire twarabanye twaryama kugitanda kimwe urumunyamahoro ndibuka wahembwe ko wampamagara ukiri kukazi ndakwipfurije gutera ujimbere caaane
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Oooh Lili wanje, merci bcp ma belle! ❤❤❤
@ngabiranoangepacifique2576
@ngabiranoangepacifique2576 Ай бұрын
Utwaye inda apres un divorce naho, c'est encore pire. Kuko umengo niwe watumy na divorce iba... Bravo pr tn courage Ngabire
@godisgoodallthetime4019
@godisgoodallthetime4019 Жыл бұрын
Ngabire urandijije cyane ariko uri intwari cyane, uri umukobwa mwiza. Imana iguhe umugisha
@faveur710
@faveur710 Жыл бұрын
Ooh Mon Dieu INGABIRE Iyo histoire yawe iranezereje nabandi bunvireho . IMANA IBAHE IMIGISHA MYINSHIII NUKURI KUKO D'UNE FACON D'UNE AUTRE UMWANA NUMUGISHA🙏🙏 Peu importe Ukovyagenze. Grace 🇧🇮 en Belgique 🇧🇪.Merci mes soeurs❤❤❤
@floridegahimbare3275
@floridegahimbare3275 Жыл бұрын
Tu es forte Ngabire .Imana yarakubaye hafi iragahimbazwa.hama no muri eglise catholique ntibaguca nabo baraguherekeza murugendo bivanye nindinganizo ya eglise,mbere ukurikiye inyigisho nuko amasabamana abivuga,umwana araheza akanakirwa akanabatizwa
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Waaouuw biraryoshe kwumva ko umuntu aguye mu vyago aho guhambwa ikuzimu bamufata ukuboko bakamuvyura, gutyo ubuzima ntibuhagarare ahubwo bukabandanya
@user-dj5rq1rl9v
@user-dj5rq1rl9v 7 ай бұрын
Merci!uratwigishij!❤
@claudellenkonji978
@claudellenkonji978 Жыл бұрын
No mukibazo waciyemwo wabandanije kuba exemple kuri benshi kuko jew vyaranshikiye,nabibwiye famille gusa ariko eglise yoyo narayihunze.nubu après des années sindasubira guhagarara ngo nkorere Imana. Mme Ngabire,Yesu wakoreye agukomereze amaboko gushika kwiherezo.🙏
@irishuraannie_christelle633
@irishuraannie_christelle633 Жыл бұрын
Elle est trop belle
@beatriceahishakiye6308
@beatriceahishakiye6308 Жыл бұрын
Hello, Thank you for sharing your story
@princedavidndikumana6406
@princedavidndikumana6406 Жыл бұрын
Merci Ngabire pour ton temignage si edifiant,irafasha abantu benshi...muga ico kiganiro cari gikwize gukorwa no mu ntumbero zo guhanura les eglises zitera trauma mu bantu bamwe bakaniyahura !nukuri birababaje kuko igikorwa ca eglise si ico gutera trauma mu bantu ahubwo categerezwa kuba igikiza trauma.Mwagiz neza no guhanura abavyeyi uko bakwiye kuvyitwaramwo,muga aba pastori nabo barakeneye impanuro!!Thanks!
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Ego cane murakoze namwe, no kuba Pasteurs , impanuro irimwo cane ninayo nyamukuru yagize ikiganiro, sinzi ko mwibuka uko ikiganiro catanguye, harya bavuze bati mbega ishengero ribifata gute, akenshi ishengero ribifata uko pasteur waho avyifashemwo, uko mon pasteur yavyifashemwo ni clin d'oeil kubandi ba pasteurs, kugira nyene nkuko mubivuze ishengero ribe ahantu ho gukirira apana ahantu hagutera trauma, kuko ahari abantu hama utubazo... Gutyo bamenye uko bahangana n'ivyo vyose abakristu bahura navyo nk'ingorane
@benissaandericfamily5532
@benissaandericfamily5532 Жыл бұрын
Olalala,Ngabire Bandanya uhezagirwa cane
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 Жыл бұрын
Yoooh uyu mudame témoigne yiwe yarankozeko!courages les dames 👌👍
@NsabimanaChaddyKelly-zv2rs
@NsabimanaChaddyKelly-zv2rs Жыл бұрын
Ngabiiii you are gorgeous and full of wisdom😍
@cecilebukuru2298
@cecilebukuru2298 Жыл бұрын
Vyaranshikiye kera Kandi Nari nkiri muto caane.Ariko kabisa kuva umusi WA mbele ndamuvyaye nagize Umunezero ntarigera mbona.Ikindi Imfura yanje Ni my best friend,I am enjoying life because of her.I am proud of her.Nzobaha intahe yanje Ni twabonana pe.
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Yoo Imana ishimwe cane kubw'iyo mfura yanyu, mwagize neza uyu musi muri n'umugisha udasanzwe muri uyo mwana!
@bujaflava
@bujaflava Жыл бұрын
Wahouuuu sujet irakomeye debat Ikwiy kuvugwa souvent kuko irahanz bashiki bacu
@johnbeeg7228
@johnbeeg7228 Жыл бұрын
Uwatomboye sha ni umugabo yagutomboye akagutwaza inda. Gutwara inda si igicumuro. Ahubwo icaha coba ari gusambana. Ariko rero umukobwa washikanye imyaka 27 utaratwarra inda, wari wihanganye sha. Ivyo gukizwa na vyo, hari n abapasitori basambanya abakobwa bo mu rusengero, kandi benshi. Wewe rero itérative wavyifashemwo neza!
@Umuhoza199
@Umuhoza199 Жыл бұрын
Esha Abarundikazi muribeza, noneho nkunda ukuntu muvuga muvangamo Francais, NDABAKUNDA vraiment .
@Sixelaflo1908
@Sixelaflo1908 Жыл бұрын
God loved you so much 💐and thanks for such courage
@nsengiyumvafiston131
@nsengiyumvafiston131 Жыл бұрын
Ngabire ndamwibuka nkikizwa, combien indirimbo ziwe zamfasha cane mu myanya ya après-midi kuri RADIO VYIZIGIRO. ndamukunda cane. Ma question : mbega uracaririmba ? Hoba har’uturirimbo uherutse gusohora? Ndibuka n’iyindi ndirimbo waririmvye na FORTRAND, DAVID, APOLLINAIRE ivuga ku burimyi
@Chreambard1684
@Chreambard1684 Жыл бұрын
Slt les dames ikiganiro ni top cana numu invité yabikoze neza.hama nagovye kubakugirira un clin d' oeil... nikuza murategura ibibazo kubera hari ibibazo mwarikubaza vyinshi.....mais Ngabire yavyifashemwo neza harivyo yavuga mutamubajije.Merci
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Merci pour ce partage. Jewe nakuze mama atubwira ko umwana atari igicumuro plutôt ico wakoze kugira utware inda. Iyo rero utwaye inda umwana utegerezwa kumu protegea kuva akiri munda
@huguetteauroreirakoze7004
@huguetteauroreirakoze7004 Жыл бұрын
Ariko Ngabireeeee ubeho uduha intahe kumunsi kumunsiiiiiii ❤❤❤❤❤❤❤❤
@jeannebizimana6887
@jeannebizimana6887 Жыл бұрын
Merci c est un bon temoignage
@donafabiolaruzagiriza1653
@donafabiolaruzagiriza1653 Жыл бұрын
Ngabi, uri umugabo vraiment.... wewe na pasteur wawe mwabaye abahizi cane. Nibaza ko ari akarorero keza kuko ishengero riba rikwiye guhagurutsa abatsitaye. Kristo aturobesha urukundo, natwe dukwiye kugira nkuko. Gusa ikibazo nuko benshi usanga iyo twasitaye tutagira uwo mutima wawe umenetse wigaya icaha. Wewe wari waramenye Imana mugore mwiza. Kurya bavuze ko wamye uri akarorero, ntacahindutse. No kuriyo cas wabereye akarorero benshi. God bless u soo much
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Merci bcp uvuze ukuri cane, uvyigumijemwo wenyene, ahantu ha wenyene biragusambura❤
@jean-lucnikoyagize5910
@jean-lucnikoyagize5910 Жыл бұрын
Très bon témoignage.Merci
@huguetteiteriteka124
@huguetteiteriteka124 Жыл бұрын
ndagukunda ♥️be blessed
@MMSTVBurundi
@MMSTVBurundi Жыл бұрын
ikiganiro ciza hama courage Lisa na Darlene
@angebellairakoze3682
@angebellairakoze3682 Жыл бұрын
Trop enrichissant ,ndigishijwe ndafashijwe🙌..Umwungere wanyu Darlene ahezagirwe..Merci beaucoup kuri iyo sujet ❤️
@patiencebukuru3166
@patiencebukuru3166 Жыл бұрын
Mme Ngabire, hari uwoba arakubwira ko uri umu pasteur mwiza? Nukuri urabereye iryo banga
@halffortune5465
@halffortune5465 Жыл бұрын
Merci bcp
@christellenjejimana6943
@christellenjejimana6943 Жыл бұрын
Très bonne emission
@roxythug8778
@roxythug8778 Жыл бұрын
Ndamukunda cane yuzuye ubwiza bw lmana
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын
Mme Ngabire Sha😍😍 happy to know iyi partie de sa vie! je tiens aussi à la remercier pour sa chanson que je connais depuis toute petite "Ndarengutse Imbere yawe...", Les paroles vraiment 🤌🔥
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Merci bcp Mme Iradukunda Hortense, irya ndirimbo yitwa ''HUMURA''
@yannwenge108
@yannwenge108 Жыл бұрын
Ngabire j'ai suivi ton histoire ariko vyaryoheye kumva bivuye m kanwa kawe kandi Uhoraho yabigenje neza yaguhaye ibikwanye n wew ndagukunda kandi biraryoshe kuba mwiza kumubiri n kumutima.J'aime ta voix❤ tjrs souriante🥰🫶
@yannwenge108
@yannwenge108 Жыл бұрын
Et belle aussi
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Merci beaucoup Yann!
@gaellai.3006
@gaellai.3006 Жыл бұрын
Channelle est trop belle et remplie de la gloire de Dieu.
@aimeenadegenahayo7769
@aimeenadegenahayo7769 Жыл бұрын
J’ai vécue la même chose mais malheureusement l’église m’a rejetée et non le garçon kuburyo nubu ntinya kw’integra muri église. Imana ishimwe kubwawe no kuri Église yawe
@Musindi736
@Musindi736 Жыл бұрын
Murarabe ababa youtubeur bamaz gutera intabwe baba pushing
@nyiramukirediamant1132
@nyiramukirediamant1132 Жыл бұрын
Ndifuza kubona numero ya Ngabire Ange.tuzavugane angire inama.deplus ndamuzi twabanye Ibujumbura rwose munfashe mbone numero
@lisaanddarlene19
@lisaanddarlene19 Жыл бұрын
Twandikire kuri 76215925 merci🙏🏾
@TheGloryOfGodRevealed
@TheGloryOfGodRevealed Жыл бұрын
This is beautiful to see the church being Christ like ❤
@elysenijimbere3555
@elysenijimbere3555 Жыл бұрын
Muri vyose ndashimishijwe caaane nurya muhungu yaguteye inda,ni intwari,ni umushingantahe kubwijambo rimwe yavuze rya >
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
😂😂😂 merci Elyse.
@elysenijimbere3555
@elysenijimbere3555 Жыл бұрын
@@ngabire3 vraiment uyo mugabo wawe uzomuhobere mukibaza canje,uce umuraba mu maso umbwirire uti Uri umugabo w,abagabo,uce umumpera ikiganza
@nihorimberejoelle4025
@nihorimberejoelle4025 Жыл бұрын
Murakoze kutuzanira Ngabire nahora nibaza iyo yagiye Much love Ngabi❤
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
kzfaq.info/get/bejne/eaeGdtaKpsvSoaM.html
@francoisniyongabo2967
@francoisniyongabo2967 Жыл бұрын
Merci pour le témoignage Hama Lisa, inyifato ya Ngabire yabaye nziza mukubimenyesha Pasteur wiwe ubwambere Vyafashije Pasteur kumuherekeza Aho bigorera bitangurira kuri nyene gutwara inda : atanguye kubesha, ntavuge se w'umwana,ntiyugurukire abavyeyi canke abaserukira abavyeyi, akigungagunga aca agora guherekeza aca akomeretsa abavyeyi ,pasteur ,ishengero n'abagenzi. N'abo muherekeje muri ico kibazo aca abirukana n'inyifato yiwe mbi Rero Ngabire yarakoze kwitwara neza Ishengero yararifashije kumutahura
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Merci bcp François, iki kintu kirakomeye cane, ni ukubikora utabanje no guteba kuko plus uteba, plus utakaza courage! Ubituye kare atabandi uraha akaryo ko kuvugwa usanga vyoroshe gusumba
@kirezicasepamy-tg2dg
@kirezicasepamy-tg2dg Жыл бұрын
Ndashimishijwe niyintahe ya Mme Ngabire Ange Chantal.....Jew bimbayek mumez 2 ahez knd gushik nub sindabibwir abavyey kubr mama asenger mur pentecote Papa nawe numunt atagir umwany munini afis aguma yiruk nakazi.....nukur ivyuvuz nukur knd umunt abakenew guherekezwa numukoz wimana kk aba aribih bitorosh jew ndibuk k nkibimeny naragiy nomwibarabar ng bangonge mpfe cnk ng ndayikuremwo muko maramar Aho hose....arik ndashima umukoz wimana arik arabimfashamw
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Ooohh mpore mpore Kirezi, Imigambi y'Imana kubuzima bw'umwana n'ubwawe ni myiza gusa, ureme cane umuremyi wanyu mwese abitayeho, Uwo mukozi w' Imana ariko arabafasha abandanye akoreshwa n'Imana.ariko nyarutsa ubibwire abavyeyi, uko uteba niko bigorana. Komera mu Mwami Yesu !
@kellyberniceakimana6585
@kellyberniceakimana6585 Жыл бұрын
Merci pour tout ❤
@pameegrace894
@pameegrace894 Жыл бұрын
Beautiful story ❤
@lauritanicole4410
@lauritanicole4410 Жыл бұрын
14ans niho wahinduye idini😁😁
@grethairakoze9746
@grethairakoze9746 Жыл бұрын
❤❤❤
@beatricenibogora2629
@beatricenibogora2629 Жыл бұрын
Harimwo leçons zikomeye z'ubuzima.
@felixshikiro7065
@felixshikiro7065 Жыл бұрын
Ndakeneye contact yawe Haricyo nzakubaza Murakoze
@imeldahakizimana7908
@imeldahakizimana7908 Жыл бұрын
Oooh ngabi, nous avons vecu la mm choz...
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Mpore, ma!
@Umuhoza199
@Umuhoza199 Жыл бұрын
Hama Camera man ubutaha azagaragaze amasura yabo neza, apana uko wagira ngo ni gatouche yakoresheje.
@aristidendayubaha6114
@aristidendayubaha6114 Жыл бұрын
Numva nshak kumenya uyu mu pastor
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Apôtre Dieudonné Nahimana! Ushobora kuba war'usanzwe umuzi canke umwumva afasha abana bahoze mw'ibarabara muri NEW GENERATION.
@aristidendayubaha6114
@aristidendayubaha6114 Жыл бұрын
@@ngabire3 urya niwe nyene yobikora nariko ndibaza uyundi muruyu mujii yokorera murayo mavuta
@jennymb9022
@jennymb9022 Жыл бұрын
Sintangaye! Uwo mukozi w'Imana Dieudonné Nahimana ndamuzi kandi ndamwumva kuva kera. Yamye ari intwari kandi afise urukundo rwinshi ku bantu n'imbere y'uko aja mu bikorwa vy'Imana bitwe. Imana Imuhezagire kandi Ibandanye ishigikira ibikorwa vyose arongoye. Nawe Ngabire, Imana ibandanye kukugira ingabire nziza mu bawe, mu gihugu no mu mahanga yose.
@kellyberniceakimana6585
@kellyberniceakimana6585 Жыл бұрын
Numéro za téléphone mwozitanga?
@lisaanddarlene19
@lisaanddarlene19 Жыл бұрын
+25776215925 mushobora kutwandikirako
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 Жыл бұрын
Ikibazo mbeya ko bama bavuga ngwumukobwa yakoroye inda ariko tukaba duhora tubona n'abavyeyi bubatse bishika zigakoroka none umukobwa wewe ntibishobora kumushikira kandi ataruhara yabishizemwo ?
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Ego birashoboka cane, gusa ni gake bimenyekana kuko akiyitwara ntibiba vyamenyekanye ko ayifise, ariko uwubatse ikira kujayo acatangura kubivuga umuryango ukanezerwa
@claudellenkonji978
@claudellenkonji978 Жыл бұрын
No mukibazo waciyemwo wabandanije kuba exemple kuri benshi kuko jew vyaranshikiye,nabibwiye famille gusa ariko eglise yoyo narayihunze.nubu après des années sindasubira guhagarara ngo nkorere Imana. Mme Ngabire,Yesu wakoreye agukomereze amaboko gushika kwiherezo.🙏
@ngabire3
@ngabire3 Жыл бұрын
Amen amen , merci bcp Mme Nkonji, namwe Imana ibacire inzira yo kwongera guhagarara imbere y'ubwoko bwayo muyikorera, bizongera bibeho!
@eugenientihabose1196
@eugenientihabose1196 Жыл бұрын
Uko biri kose umwana ni umugisha caaane.
NTA BAKOZI BO MU NZU DUKORESHA
42:15
Lisa and Darlene
Рет қаралды 7 М.
Me: Don't cross there's cars coming
00:16
LOL
Рет қаралды 14 МЛН
THEY made a RAINBOW M&M 🤩😳 LeoNata family #shorts
00:49
LeoNata Family
Рет қаралды 30 МЛН
路飞被小孩吓到了#海贼王#路飞
00:41
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 44 МЛН
IGITUMA TWAHEBANYE!!!💔 (LISA & RAOUL)
25:53
Lisa and Darlene
Рет қаралды 14 М.
URUGENDO ICEGERA C'UMUKURU W'IGIHUGU YAGIZE  KU KIVUKO CA BUJUMBURA
2:41
HUMURA by Ngabire Ange-C. and Heavenly Melodies
5:30
Davy Carmel
Рет қаралды 59 М.
TWASANZE ARIKO ZUBAKWA!!!
22:20
Lisa and Darlene
Рет қаралды 4,3 М.
Tantara Malagasy - ANATY AIZIM-PITO (Tantaran'ny Radio Don Bosco) Tantara indray miseho
2:51:00