TWASANZE ARIKO ZUBAKWA!!!

  Рет қаралды 4,416

Lisa and Darlene

Lisa and Darlene

10 ай бұрын

#lisa #darlene #lisaanddarlene #lalidarfamily #sirenvibetv
ufise icubaza,canke uterera wotwandikira canke ukaduhamagara kuri +257 76 21 59 25

Пікірлер: 17
@ericakaneza7601
@ericakaneza7601 7 ай бұрын
Iyo émission muzoyisubiremwo mwatumiy abagabo twumve nabo ivyiyumviro vyabo.... twumve au moins k'ils sont prêt à changer 😂😂
@elysenijimbere3555
@elysenijimbere3555 10 ай бұрын
Ryo ryo ryo,😂😂😂😂 turabaaaa,koko Mana weeee ❤❤❤ ariko turabakunda, Imana ibagirire neza, votre émission était éducative,très intéressante...
@user-hy3ys5bs4c
@user-hy3ys5bs4c 10 ай бұрын
Murakoze Caane mes sis yezu abampezagirire, nukuri muvuze ibintu benshi batinya kuvuga, fiançailles zubu sicoroshe nagato,Ariko vyose biva muri communication nkuko mwabivuze,Mercii😘😘😘😘
@larissamichellei.580
@larissamichellei.580 10 ай бұрын
Murakoze kuvuga ivyo bintu. SVP Période ya Fiançaille siyo guhana ama bisous no gukata muri ville gusa. Niyo kwigana, kuganira, kwubahuka kubwirana les forces et les faiblesses zuwundi, kwandika uko mwifuza kugira gestion yamahera murugo selon umwe wese ayo aronka etc. Mubonye muhuza OK pour le mariage bidakunda benedata hagarika mwirinde guta umwanya, amagara n'amafaranga. Merci bcp Dada et Lisa😘😘 Ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka.
@nakinteje7172
@nakinteje7172 10 ай бұрын
Kabisa nugu shanya ndabakunze bamyeyi ❤❤🎉🎉
@miellaraissanikuze2333
@miellaraissanikuze2333 10 ай бұрын
Ukuri kwuzuye🙏
@iac6872
@iac6872 10 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane😍😍Merci de partager 🙌🏾
@veviyes1948
@veviyes1948 2 ай бұрын
Pure reality
@munezeroingrid
@munezeroingrid 10 ай бұрын
Muyaze neza
@Sixelaflo1908
@Sixelaflo1908 10 ай бұрын
💯🙏
@kellyberniceakimana6585
@kellyberniceakimana6585 10 ай бұрын
Muratesa gooseee, bref ndabakunda n'ivyanyu❤
@lisaanddarlene19
@lisaanddarlene19 10 ай бұрын
❤️❤️merci
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 10 ай бұрын
Muri beza cane mukomezee
@angedarcienneigiraneza961
@angedarcienneigiraneza961 10 ай бұрын
Émission nziza je m’abonne directement
@gloriamutoni5137
@gloriamutoni5137 10 ай бұрын
I am not super woman..I need help sometimes kimwe nuko umugabo wanjye yakeneye "umufasha" akanshaka..ariko umuntu afasha ufite icyo ariho arakora. Merci bcp
@christellairakoze532
@christellairakoze532 10 ай бұрын
Oyaa basha nukuri murugo nugufashanya nayahandi ubikora vyoose uru1 wopfa
@user-wz2wh3zx2t
@user-wz2wh3zx2t 6 ай бұрын
Ivyo nivyukuri
IGITUMA TWAHEBANYE!!!💔 (LISA & RAOUL)
25:53
Lisa and Darlene
Рет қаралды 14 М.
“KUBANA N’IGIKOMERE CO KUBURA UMWANA”
1:05:07
Lisa and Darlene
Рет қаралды 9 М.
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 15 МЛН
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 6 МЛН
How Many Balloons Does It Take To Fly?
00:18
MrBeast
Рет қаралды 166 МЛН
"Le retour ou la fin de Lidar?"😢
20:06
Lisa and Darlene
Рет қаралды 2,7 М.
GUTWARIRA INDA IWANYU,UZWI NK'UMUKOZI W'IMANA😴NGABIRE Ange Chanelle
1:02:35
MUKASE (BELLE MÈRE) YOKUNDA UMWANA ATAVYAYE? Gaëlla na Tania
43:09
Lisa and Darlene
Рет қаралды 3,5 М.
Namenye papa kwariho nkwije imyaka 18 😢, tuza kubonana nkwije imyaka 25
1:00:02
IGITUMA UKENYE! 🤷🏾‍♀️💰💸
10:54
Lisa and Darlene
Рет қаралды 1,2 М.
Nkivyara sinakunda umwana 😭 nagize akabonge k'Umuvyeyi!!
1:08:17
Lisa and Darlene
Рет қаралды 13 М.
NAVYARIYE MUHIRA
25:04
Lisa and Darlene
Рет қаралды 6 М.