NTA BAKOZI BO MU NZU DUKORESHA

  Рет қаралды 6,827

Lisa and Darlene

Lisa and Darlene

3 ай бұрын

#lisaanddarlene #burundi #visitburundi #motivation #africa
ufise icubaza,canke uterera wotwandikira canke ukadu hamagara kuri +257 76 21 59 25

Пікірлер: 22
@BeingDuchesse
@BeingDuchesse 3 ай бұрын
Narabaye Buja atamuntu amfasha ivyo mu nzu kandi c'etait top ariko mwumve ko narara nicaye kubera gutinya ibisuma😭donc vyaheze ndondeye umuzamu!
@kalyka4107
@kalyka4107 3 ай бұрын
Warufise famille? Jewe nibaza ko urumwe kandi uzi kwi organisa birashoboka. Kenshi bigoye ari famille.
@BeingDuchesse
@BeingDuchesse 3 ай бұрын
@@kalyka4107 twari babiri gusa!
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 3 ай бұрын
Kuba à l'extérieur du pays birigisha cane gose. Merci Lauraine pour ton partage. Ni vyiza kwereka abarundi ko bishoboka. Apres tout mu myaka iri imbere igihugu cacu nicatera imbere tuzokwisanga abakozi batakiboneka!
@dondavinishimwe1417
@dondavinishimwe1417 3 ай бұрын
Lolo niko yamye ari special in her way😍😍😍 kandi nibaza ko azoshika kure kwl
@NadegeKagoma
@NadegeKagoma 2 ай бұрын
Waouuu ndayikunze caneee iyo couple,itubere akarorero kabisa kandi birashoboka ikintu ugishats
@pamphilekantabaze
@pamphilekantabaze 3 ай бұрын
Félicitations et Merci infiniment à l'équipe Lidar, spécialement à Darlène que je connais bien, pour cette heureuse initiative. Imana ibahe imigisha, uwo mugambi izokiza benshi n'ukuri❗🙏
@eddykevinkanyankire400
@eddykevinkanyankire400 2 ай бұрын
Déjà la tenue de son mariage civil matche avec son actuel style de vie. Biratesa kabisa👌🏼👌🏼
@DarceneNikuze
@DarceneNikuze 2 ай бұрын
Such a brave woman . very inspiring 🎉
@MLC2821
@MLC2821 3 ай бұрын
Merci @lisa and darlene c'est un bon sujet. A mon humble avis , kuba mu burundi biragoye comme la plupart batonda ku buzi de 7H30 kandi sur place .. hama ugasanga nt institution zikwiye mu ma quartier kand specialise kwakira aba bebe par exple kuko kenshi uba ufise juste 1 mois et demi apres accouchement. Inzu zacu ntizubatswe pe pour kwakir ama electromenager manini kugira dushobore kubikora twbw nyene. mais ce qui est sur kwirera umwana mwbw nyene birafash kuko umwana afata indero mwamuhay mwebwe nyen kandi mubona aho gukosora kare.
@NZeyImaNa125
@NZeyImaNa125 3 ай бұрын
Ikiganiro ciza caane. Thank you kuri mwese!
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 3 ай бұрын
Iciza nuko yarose umugabo bahuza bagashigikirana
@pamphilekantabaze
@pamphilekantabaze 3 ай бұрын
Natwe tumaze imyaka hafi 40 dukoresha abakozi service minimum iyo bikenewe.
@kazobedya7035
@kazobedya7035 3 ай бұрын
Whoiww,muri abahizi nukuri....
@blackandblessed1847
@blackandblessed1847 3 ай бұрын
Finally une personne qui appuie l idée
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 3 ай бұрын
Ndibuka nanje navyaye(ndi mumahanga) bankoze ndibuka navuye mubitaro ntashobora kwihagurutsa, muga umunsi mva mubitaro haciye haza abantu muhira ndicara plus de 4h ngatinya noguhaguruka kubera naba nziko ntabishobora, uyo munsi nararize mumutima sindababesha, rero Loraine je ndakwemera pe!
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 3 ай бұрын
Babaye mu buzima bwo hanze niko bimeze
@anhamo2921
@anhamo2921 3 ай бұрын
Niyo urumwe urabikora bigakunda iyo uri organisé(e)
@ezechielbucibaruta9163
@ezechielbucibaruta9163 3 ай бұрын
Lorraine twariganye,très brave et sûre d'elle.flcitations!
@pamphilekantabaze
@pamphilekantabaze 3 ай бұрын
Congratulations to Loraine !
@EvelyneNezerwe
@EvelyneNezerwe 3 ай бұрын
Najewe ivyabakozi twarahevye depuis 3ans atamukozi kandi tubayeho neza ata stress Lorraine ndamushigikiye
@noellaniyidukunda9464
@noellaniyidukunda9464 3 ай бұрын
Muvyumva kumw birakunda kuko murafashanya j narabibayemwo nabana ba2 bose zari cesarienne mukubaronka ubu narabimenyereye
GUTWARIRA INDA IWANYU,UZWI NK'UMUKOZI W'IMANA😴NGABIRE Ange Chanelle
1:02:35
MUKASE (BELLE MÈRE) YOKUNDA UMWANA ATAVYAYE? Gaëlla na Tania
43:09
Lisa and Darlene
Рет қаралды 3,5 М.
Happy 4th of July 😂
00:12
Alyssa's Ways
Рет қаралды 66 МЛН
Beautiful gymnastics 😍☺️
00:15
Lexa_Merin
Рет қаралды 15 МЛН
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 24 МЛН
GUPFAKARA UKIRI MUTO,INZIRA Y'UGUKIRA N'IRERA RY'ABANA
45:36
Lisa and Darlene
Рет қаралды 5 М.
Women at Their Best: A la poursuite de mes Rêves
1:40:17
Lisa and Darlene
Рет қаралды 3,8 М.
ImbonezaTalkShow - Sandrine Inakabondo
10:18
Dieudonné Nahimana
Рет қаралды 844
UKURI KUTAVUGWA MURI MARIAGE 🤫💍 FiFTY ET DADA
27:28
Lisa and Darlene
Рет қаралды 4,2 М.
TWASANZE ARIKO ZUBAKWA!!!
22:20
Lisa and Darlene
Рет қаралды 4,4 М.