Ico Umushikiranganji wambere avuga kw'ikena ry'IGITORO mu Burundi.

  Рет қаралды 26,949

IHURIRO TV

IHURIRO TV

5 күн бұрын

Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: ihuriroTV/?m....
Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
KZfaq: kzfaq.info/love/ams....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************

Пікірлер: 31
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 2 күн бұрын
Imana ihezagire abarundi N'ubrundi
@Emmanuel-mq6dj
@Emmanuel-mq6dj 2 күн бұрын
Uwo mwubahwa turashakako yokwitoza mukibanza CA president
@ProsperNdacabagoye
@ProsperNdacabagoye Күн бұрын
Hejuru ya vyose hari IMANA.
@jamesniyonkuru4214
@jamesniyonkuru4214 3 күн бұрын
Turabakunda cane mukomere
@MuhayimanaJose
@MuhayimanaJose Күн бұрын
Nibareke kutubwira imigambi ya 2040 -2060 uko nukuraga imisi ugwaruka,nibakore ibiboneka ubu tubibone
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 2 күн бұрын
Murabe mukore nkuko mwizew nabenegihugu murabe mukore amabarabara mushire kumurongo iryocikagurika ryumuyagankuba nikibazo cigitoro mugikure munzira ivyobintu mutabikoze muzoba muriko muduhemukira nuku
@user-rq4vt6gw4g
@user-rq4vt6gw4g 2 күн бұрын
Imana ihezagire abarundi
@user-io4bi9ly6k
@user-io4bi9ly6k 11 сағат бұрын
Mbega abarundi weeeee,mwese muribamwe ,uyu ninnde ndagukaciye 😂😂 sha muratwenza kbs
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 2 күн бұрын
Ariko ndabakebure gato Burundi benewacu Mugabe neza ko Tanzania ita bifisemwo uruhara jewe ndanziko abatanzania Bama bifuza kuturuta mubijanye nagaciro yamafaranga y uburundi nukuvuga ko mushibora guhindura inzira inzira mukoresheje ikivuko ca mombasa kenya iyonzira izo kebura aba tanzania kuko ico bishimira nuko tweza amaso kukivuko ca Tanzania💘 munkundire duhidure umuhora wo kwinjiza nibindi bivuye hanze muzoba mukoze Tanzania💘 ntabwo ari umubanyi mwiza nagato akarorero muzobaze ubarundi bakoresha umupaka wa Tanzania💘 birababaje ukuntu badukubagura kandi dofise passport ziri mumategeko 💘
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 2 күн бұрын
Ntabantu bagitoba gusumba mwebwe mugitwara kubona munanirwa nokukura munzira ikibazo cigitoro namatara atigera abaho mugisagara cabujumbura
@BernardNzitunga-ms3qt
@BernardNzitunga-ms3qt 2 күн бұрын
Ibigori vyaguzwe na Leta bisaba ko ihemba abarimyi
@lapazako1770
@lapazako1770 Күн бұрын
Aba batama ukuri kwajambo nintwaro ikomeye bafise ,ngira bose bize mwiseminari
@NDIZEYECharles-sx6mr
@NDIZEYECharles-sx6mr Күн бұрын
Ibura rya essence riraterwa n'abaherwe babarundi bahunze igihugu.Murebe buryo ki bataha.
@MuhireBonheur-qf6qi
@MuhireBonheur-qf6qi Күн бұрын
Ntamahoro dufise tubura ibitoro ububuzima sibwo
@SadockUwimana
@SadockUwimana 2 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉
@pickfordjustin3432
@pickfordjustin3432 8 сағат бұрын
Nimba ari Patiri ariko avuga ubutumwa😅😅😅😅
@user-ef6rl9jl1c
@user-ef6rl9jl1c 2 күн бұрын
Aba bantu se ko barakaye??
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 19 сағат бұрын
Mbega sha ndakugatika urscavuga iki ? Ko mwagitembagajd caheze,UBONA mudakwiys GUTANGA imihoho ???
@JohnHasabiteka
@JohnHasabiteka 9 сағат бұрын
Jewe ndashaka kubaza Iyo titre irahuye na contenu vyukuri?
@user-yn8ui4rw1d
@user-yn8ui4rw1d 2 күн бұрын
😢😢😢
@AMAKURUYIWACU
@AMAKURUYIWACU 3 күн бұрын
Turabakurikira cane
@LouisNdayishimiye-ic4qs
@LouisNdayishimiye-ic4qs Күн бұрын
Hahaha agatimariko!
@OscarNduwimana-ev6it
@OscarNduwimana-ev6it Күн бұрын
❤❤❤❤❤❤
@user-mc7lh6js3o
@user-mc7lh6js3o Күн бұрын
Muteyisoni
@harushimanaanicet7432
@harushimanaanicet7432 3 күн бұрын
Ntavyo murimwo
@MuhireBonheur-qf6qi
@MuhireBonheur-qf6qi Күн бұрын
😂😂😂😂😂nimyaka yose
@alexnkunzimana-b1m
@alexnkunzimana-b1m 11 сағат бұрын
nihatari
@MartinNdayisenga
@MartinNdayisenga 3 күн бұрын
Wagirango ni padiiri uri gusoma misa😂😂😂😂
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 3 күн бұрын
Yize kw iseminari mu gipatiri👍🏽😊😊😊
@Rod10115
@Rod10115 Күн бұрын
😂😂😂
@UnderLionlove-xu9ew
@UnderLionlove-xu9ew 16 сағат бұрын
😢😢😢😢😢😢😂😂😂😂😂😂
Always be more smart #shorts
00:32
Jin and Hattie
Рет қаралды 47 МЛН
Became invisible for one day!  #funny #wednesday #memes
00:25
Watch Me
Рет қаралды 52 МЛН
ОСКАР ИСПОРТИЛ ДЖОНИ ЖИЗНЬ 😢 @lenta_com
01:01
Amakuru yo ku wa 08 Mukakaro 2024
15:42
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 8 М.
няня привела в дом чужого
0:59
RusRoflTime
Рет қаралды 2,8 МЛН
Русалка
1:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 1,7 МЛН
Бадабум превратился в Оскара
0:33
Бадабумчик Live
Рет қаралды 1,3 МЛН
That's how money comes into our family
0:14
Mamasoboliha
Рет қаралды 7 МЛН
I Can't Believe My Dad Did This...
0:47
Zhong
Рет қаралды 18 МЛН