No video

Igice.3 Diaspora ati: aba Cndd-Fdd ntibadusumvyubwenge

  Рет қаралды 2,795

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 17
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Murampa iyo connection
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 Ай бұрын
Igiraneza I heard you, 👍
@GG-ni1zj
@GG-ni1zj Ай бұрын
@@jacquesntabagara2702 Thanks mate. Ivyo wavuze vyose c'est une verité qui blesse kandi bisaba une analyse profonde pour mieux comprendre ton message. Abarundi benshi twibereye muri ya jargon ya some truths are better left unsaid.
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Buyoya ntagihugu yatanze yanse ko amaraso areke guseseka kandi ICO kintu muzogikure mungoro nukurondera amahoro nugushira hamwe
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Igiraneza hanze hari amategeko Kandi Bose barayubahiriza ICO no babwira bcp de Burundais en Scandinavie Bari muri groupe yambere anakoresha bubaha
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Nareke gushigikira les paresseux
@user-nv7dt9se4e
@user-nv7dt9se4e Ай бұрын
Gusa ivyobavuga nukuri gusa Renodi naw agomba gukoresha umukazo.birimubintu bituma abantu mutavyumva kumw mudashoburagufatana urugendo kandi mujahamw
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
Uyo mudamu yoducira ku mayange kuri iyo pacte hagati yabarundi n'abanyarwanda.
@rajtv6565
@rajtv6565 Ай бұрын
Nagira mbaz ico kiganiro kumeng kirimwo igifaransa kirenze, gerageza kuvuga ikirundi basha
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 Ай бұрын
Abarundi bose ntibameze kumwe. Aba DD kuva nakabaho sinari bwabone uwutwara nkabo
@GG-ni1zj
@GG-ni1zj Ай бұрын
Igiraneza a 100% raison, yatanze impanuro mugabo kubera ya manque d'intégrité vous ne voulez même pas gufata 1 petite minute yo kugira analyse y'ico yashatse kubabwira. Ati abarundi bari hanze mukazi ntibatinya amategeko batinya ibihano. Ati est ce que dukorera dans l'éthique ? Aca abaha ex. ati ukorera company uzoshika 9:30 abandi bashitse 9:00 ? very smart 👌 De toute façon j'apprécie ivyo yavuze vyoose.v
@user-ix3vm7vo1r
@user-ix3vm7vo1r Ай бұрын
Mwebwe muri hanze. Nimuve mumajambo muzane izo projet twironkere ubuzi mwebwe mwarose imitahe ariko mugumye mum mumjambo ntakintu kuko hariho abayazanye kandi vyakunze. Iyuriko ukora projet umenyako ingorane zitazobura, gusa urikuri terrain urazikemura ? Erega mubategetsi bose ntihabuzemwo abeza babona ibintu ?
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
Ngo aba PDC bari hafi kwongera gufata igihugu ?
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg Ай бұрын
none mubategetsi nimbahalimo ababibona ko bitagendaneza none bafisumugambi muki chanke baliko bakoliki muli government bose dd yalabachulitsubwonko bose 😂😂😂😂😂
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn Ай бұрын
Nagomba gushimira bashirahishize mu Bubirigi hageze igihe umwaka uhakwa guhera batumvikanye kuri gouvernement mugabo Ubu Bubirigi bwagumye butera imbere
@dianekanyamuneza193
@dianekanyamuneza193 Ай бұрын
Jewe aho mperereye mu mahanga, abarundi kukazi ntibacerwa ntibasiba atari vraiment ikintu gikomeye cabashikiye. Mais, ugiye muri domaine social, umuntu muravugana programme ya 17h, ugasanga muhuye 19h même 20h😢😢. Imanza, bakubwiye ko urubanza ruzoba 15h, neza urashobora kubona abaje 18h, turateye isoni. Aha mvuze abarundi kuko ikiganiro aribo kiriko kiravuga, ariko ni les africains muri rusangi kuko n'ayandi ma communautés duhora tuvugana, bidoga pareil
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 Ай бұрын
Uwo turiko turumviriza ariko aradutesha umwanya. Iyo avuze ngo dukorera dans l'ethique avuga ba nde? Twese ntadushire hamwe. Ni nkuko atoshira hamwe bagaza na neva
Yum 😋 cotton candy 🍭
00:18
Nadir Show
Рет қаралды 7 МЛН
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН
Kids' Guide to Fire Safety: Essential Lessons #shorts
00:34
Fabiosa Animated
Рет қаралды 16 МЛН
PREMIERE ASSEMBLEE GENERALE DE LA LIGUE DES FEMMES
12:06
PPA CI TV
Рет қаралды 196