Igice ca 4 c'intahe ya François : Ibitangaza vyakorekeye kuri Lycée Vugizo

  Рет қаралды 468

STV-Schadou TV

STV-Schadou TV

Жыл бұрын

François Amaze gukizwa yafashe ingingo yo gushingir'intahe Yesu Kristo kuri Lycée Vugizo ariko nubwo yarafise umwete mwinshi kdi igikorwa yariko arakora cari ciza ubwambere yarakoze amakosa y'ukutamenya ariko munyuma Imana imuha ubwenge bw'ingene yoshinga intahe mubikorwa vyiza kuruta amajambo kurikirana iyi ntahe yiwe igice ca 4
ushaka kudushigikira cankz kugira ico uduterereye twandikire kuri: +25769853344
cnk utwandkire kuri email : joexauce12@gmail.com

Пікірлер: 5
@dmpseasons1467
@dmpseasons1467 Жыл бұрын
Amen
@eddyrosekaza7922
@eddyrosekaza7922 Жыл бұрын
Intahe nziza cane kandi yubaka Imitima yabenshi 🙏
@vivianendikuriyo4623
@vivianendikuriyo4623 Жыл бұрын
Imana ntitetereza ntawayikoreye yikoreye amaboko, Francois wari tribulant vraiment ndakwibuka wiga kuri stella matutina
@aimablendereyimana48
@aimablendereyimana48 Жыл бұрын
Basha, turubatswe, turongewe intege kabisa,
@alexandrenigirubuntu-my4om
@alexandrenigirubuntu-my4om Жыл бұрын
Mugume muduha intahee
Эффект Карбонаро и нестандартная коробка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 9 МЛН
MBEGA INTAHE ITEYE AGAHINDA😭 YA MADAME JACQUELINE HATUNGIMANA
32:01
Kwumva ijwi ry'Imana/Pastor Olivier atubwiye vyinshi bikomeye
45:06