IKIGANIRO "PATI NDAKWIBARIZE"

  Рет қаралды 444

AXIA VIBES TV

AXIA VIBES TV

18 күн бұрын

"GUHOBERANA" "UN ABBRACCIO" "IKIYAMBI" NGO NI UMUTI....

Пікірлер: 8
@martinkabavamwo7641
@martinkabavamwo7641 11 күн бұрын
Murakoze cane!!!
@NDAYISHIMIYEJEANNE
@NDAYISHIMIYEJEANNE 15 күн бұрын
Murakoze cane kurico kiganiro ciza mudushikirije. Muratwibukije ko twogumana akaranga kacu aho tuba hose. Ico ni ngirakamaro gose. Mutwobukije Kandi gifata abantu nkabantu nyene mu cubahiro tubaha. Igihugu mbayemwo mu guha icubahiro umuntu beshi barapfukama, vyarananiye kubikora kuko nzi ko uwo gupfukamira ari Imana gusa
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 8 күн бұрын
Akaruhuko ka lundi tukita inama 😂😂😂😂😂
@martinkabavamwo7641
@martinkabavamwo7641 11 күн бұрын
Ariko urwo rurimi.musozereyeko sindarutahuye !!😊
@annickakimana2211
@annickakimana2211 15 күн бұрын
Turakengurutse uwo muti wo guhoberana
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 8 күн бұрын
Ukomere patiri mwigisha wanje
@ignacenkurunziza4294
@ignacenkurunziza4294 15 күн бұрын
Urakoze cane Justin. Sinzi iyo nakuye agasunikarugi. Womenya ico bisigura? Tubandanye twigishanya cane cane ikirundi n'indimi z'amavukiro.
@cabinetturere2306
@cabinetturere2306 16 күн бұрын
Ako kantu ngira ni "Agakwega rugi". Umenga ni agacupa kanyuma umuntu yihereza kugira atahe.
NTUTANGWE MW,ITOMBORA Y,INKINO Z,UMUPIRA W,AMAGURU
19:59
AXIA VIBES TV
Рет қаралды 109
Aba diaspora n'abagumye mu gihugu bose bikwije iteka......
41:51
AXIA VIBES TV
Рет қаралды 1,5 М.
La final estuvo difícil
00:34
Juan De Dios Pantoja
Рет қаралды 15 МЛН
О, сосисочки! (Или корейская уличная еда?)
00:32
Кушать Хочу
Рет қаралды 6 МЛН
He Threw A Banana Peel At A Child🍌🙈😿
00:27
Giggle Jiggle
Рет қаралды 17 МЛН
"Pati ndakwibarize"...Imana ntitwitiranya n'amakosa dukora....
24:55
3.5.24 p 1-1
1:20:06
Mihoub Bouchama DZ
Рет қаралды 3,2 М.
EHE IBITANGAZA MUTIMA MWERANDA AKORA M,UBUZIMA BWACU...
23:09
AXIA VIBES TV
Рет қаралды 164
IMFUNGURO YO K,UMUNSI W,IMANA WA PENTECÔTE
14:27
AXIA VIBES TV
Рет қаралды 272
La final estuvo difícil
00:34
Juan De Dios Pantoja
Рет қаралды 15 МЛН