No video

Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu

  Рет қаралды 12,820

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Жыл бұрын

☺️ Karibu dusangire ikiyago. Turikumwe na Prezida Ntibantunganya Sylvèstre hamwe na Ndayizeye Domitien bahoze batwara Uburundi.
Poritike, intwaro, ubutunzi, ibibazo bihanze urwaruka, biri mu vyo tuganira.
#YagaNawe
#poritike

Пікірлер: 15
@bertrandniyimbeshaho340
@bertrandniyimbeshaho340 15 сағат бұрын
Turabakunda kbx❤❤
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 22 күн бұрын
Uyo ntibantunganya asigaye arumukunzi winda. Ntakuri kuri muriwe
@merryirankunda3003
@merryirankunda3003 3 ай бұрын
Ikiganiro ciza caane , Imana yabarinze yarakoze,
@user-dy1zq5tv9o
@user-dy1zq5tv9o Ай бұрын
I😮😅and
@MuharuroOlivier
@MuharuroOlivier 3 ай бұрын
Les sages de notre pays much love❤
@sahinguvulorraine3255
@sahinguvulorraine3255 21 күн бұрын
Ntiba simwemera par contre NDAYIZEYE❤❤❤ caane
@user-vt4gp2cm8z
@user-vt4gp2cm8z 18 күн бұрын
Twarahomvye umukuru w'igihugu ni Domitien
@EricNdayikengurukiye-i9p
@EricNdayikengurukiye-i9p 20 күн бұрын
Ducire Umugani
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 3 ай бұрын
NTIBANTUNGANYA WEEEE NUKURI IMBONEZA ZARIHO, MUGABO ABA CNDDFDD BABAHEJEJE BABICA. ARIKO, NTIBAZOBSMARA BARACARIHO BAKEYA. KANDI IGIHUGU KIZOTEBA KIRONKE UGITABARA. IMANA NTIYOKEENERA KO HOBURS IMBONEZA
@ingabiredevis3763
@ingabiredevis3763 Жыл бұрын
Bonne initiative 👌
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 3 ай бұрын
NDAKUNDA IMVUGO YA DOMITIEN NDAYIZEYE CANE. N'UMUGABO WIJUNJA
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 3 ай бұрын
Yeah TWUBAHANE NKABANTU NTITUGASUBIRE KUYIYUMVIRA CANKE KWIGISHA AMANYEMBAS YAMACAKUBIRI AMACAKUBIRI ARANDURWE BURUNDU
@jahson460
@jahson460 Жыл бұрын
Merciii YAGA, et si vous pouviez mettre autour d'une table, les 5 principaux partis du moment: NDAYISHIMIYE et son CNDD-FDD face aux 5 principaux partis (Ntibantunganya yavuze) CNL, MSD, "Les frondeurs de "PPD-GIRA IJAMBO, FRODEBU, et UPRONA. Izo sphères dominantes de la scène politique burundaise bicaranye bakunvikana agenda (imaginez-vous en LIVE ici) devant le peuple Burundais; amasezerano ya ARUSHA yoba akuweho n'amasezerano yo muri YAGA (historique).
@irakozeabdoullah81
@irakozeabdoullah81 Жыл бұрын
Abo nabatama bamateka cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@charlessadoc2203
@charlessadoc2203 2 ай бұрын
None ko tubona uburundi butera buja inyuma murikino gihe cikorana buhanga kandi atari igihe cokuja inyuma kubera nta ntambara ihari ubwo izimboneza nazo tizoba zidamarariye?
Buja : isuku ni kananirabahinga ?
7:41
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,2 М.
小宇宙竟然尿裤子!#小丑#家庭#搞笑
00:26
家庭搞笑日记
Рет қаралды 30 МЛН
My Cheetos🍕PIZZA #cooking #shorts
00:43
BANKII
Рет қаралды 22 МЛН
LE BURUNDI NÉO COLONIAL 1
29:20
shashamane shashamane
Рет қаралды 18 М.
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 124 М.
QUI SONT ILS AVEC SYLVESTRE NTIBANTUNGANYA 3EME PARTIE
19:33
小宇宙竟然尿裤子!#小丑#家庭#搞笑
00:26
家庭搞笑日记
Рет қаралды 30 МЛН