INTAHE YA DODO😳/UMUGABO YANTANYE ABANA ARAGENDA🥹/TWABANYE IMYAKA 4 GUSA/VYARANANIYE KUYIKURA😭

  Рет қаралды 23,521

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

8 ай бұрын

#sirenvibestv #thesirenshow #76711802

Пікірлер: 110
@UYEIC
@UYEIC 8 ай бұрын
80% y'abagore uzana bahukanye bar mubintu vyubu star rero hosy urabizi ur public figure ugira ama tentations menshi rero har igihe ucuvyitwaramwo nabi ugaca ubana nabi nuwo mwubakanye.Hanyuma Hosy gabanya vraiment ibiganiro bijany na divorce ucumenga muriko mura promotinga divorce cank uje uracanga ibiganiro kugira habeho équilibre.Iyo ni mon humble avis.Merci
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 8 ай бұрын
Nanj vmt ivy biganir vy divorce bingenz ahant
@nshimirimanjaja6130
@nshimirimanjaja6130 8 ай бұрын
Jeho nibereye mushasha murugo nca ntangura kugira ubwoba😮😮😮😮😮😢😢😢
@UYEIC
@UYEIC 8 ай бұрын
@@nshimirimanjaja6130 Genda sha wubake rugume burya abagabo bose sibabi nkuko abagore bose atari beza...Murugo atakwihangana kw'umugore kuhari ruca rusambuka sinkubeshe.
@godsgrace6820
@godsgrace6820 8 ай бұрын
Hosy ni vyiza ko uha ijambo abantu bose kuko je suis convaincue que divorce hari igih iba seul recours ariko c'est pas quelque chose à encourager. je vous proposerais de chercher aussi des témoignages z'abubatse neza afin d'équilibrer l'information. kuko à cette allure ça pourrait donner impression aux jeunes gens en âge de se marier que le mariage est un enfer sur terre.
@jeannenizigiyimana6911
@jeannenizigiyimana6911 8 ай бұрын
Ni vyiza, ariko wokw'equilibra kuko n'ingo nziza zirahari kandi nizo nyishi, wokw'equilibra pour une bonne inspiration à nos jeunes Merci
@user-pb4gz3dt4z
@user-pb4gz3dt4z 8 ай бұрын
MBE ko muguma mutumira abahukanye ,mudatumira abubatse Neza ngo nabo batubwire ingene urugo ruryoha
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 8 ай бұрын
Ngir bashak tuzoheb kwubak sh barabesh tuzozubak tu
@kladahmad3333
@kladahmad3333 8 ай бұрын
Abagabo baragorana sana
@raissa6836
@raissa6836 8 ай бұрын
Ahubwo jewe biranyumiza . None ntabafise urugo bubatse neza?
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 8 ай бұрын
Hosy arakuzanira abari marié 30 ans et plus batange inyigisho nziza abantu ubigirako barek kuzana barahukana
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 8 ай бұрын
Hosy nuru bajou koko ntubeshe kndi nawe uraka bajou😄😄❤❤❤❤🎤🎤
@dusosteen7
@dusosteen7 8 ай бұрын
Kugira bigir akamaro nuko wigish uk divorce zohera cank ukazana abantu babiri bagiz divorce umugabo numugore kuk ah hacahaza umuntu umw akatubesh ivy ashaka
@dollygladyskaze8843
@dollygladyskaze8843 8 ай бұрын
ikiganiro ni swa courage cane kuwo mukenyezi atumvira amabwire kandi akunda ibikorwa Iman a imuje imbere
@mmqf1654
@mmqf1654 8 ай бұрын
Dodo ndamukunda kuk amateka yiwe asa nayanje iyakoz ikiganiro birampa gukomera Dodo ndagukund❤❤kand twihangane Mubuzima Niko bimeze ntakiba atarumugambi wimana😢😢
@jmc2196
@jmc2196 8 ай бұрын
Mpore mukomez kwihangana ikitwakish mubuzima kiguha inkomezi
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 8 ай бұрын
Urumva uwataw murug we ni hatar birashoboka ko naw atera nubw tutazi uk vyagenze usang entre yab harih ikintu batahurijeko umugabo agahitamw kugend so ntanumw two jugeant ariko Hosy turipfuza intahe zaba Maman batesa nabagabo babo bamez neza murugo bafise intahe ziryoshe bakundana n'abagabo babo vrm turabishaka uzobikore navyo❤❤❤
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 8 ай бұрын
Dodo courage mwiza❤❤❤❤❤ ibisigaye nzoza kukwambika Alias😂😂 Hosy🎉🎉🎉
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 8 ай бұрын
Ja kumubito wumvirize vyukuri icarico urugo apôtre Isidore MBAYAHAGA yavuze vyishi
@ininahazwejoyeuse8839
@ininahazwejoyeuse8839 8 ай бұрын
Vraiment
@sirenvibestv
@sirenvibestv 8 ай бұрын
Kurikirana film za Dodo fashion uciye kuriyi link: youtube.com/@gatekafilms6225?si=-t9Yaa4fmE-xZUSL
@celestinmanariyo
@celestinmanariyo 8 ай бұрын
Dodo ndakwikundira na hosy mwese big up xana❤😂
@claudioira1840
@claudioira1840 8 ай бұрын
Akakantu k'umugabo yagiy Niko kankomy be strong Dodo i love you
@lydiainamahoro2529
@lydiainamahoro2529 8 ай бұрын
Hosy, urazana rero n'abaryohewe mungo zabo batange ubuhamya, abantu bigireho.
@nshimirimanjaja6130
@nshimirimanjaja6130 8 ай бұрын
Uvuze neza ncuti jew numvise ngo numugabo yahukanye sha umugabo arinze.yahukana.haba harimwo akantu😮😮😮
@dusosteen7
@dusosteen7 8 ай бұрын
Ikibazo shak kubaza none izonkuru zifasha iki?
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 8 ай бұрын
Pole sana Dodo wahuye nikibazo ukirimuto vrt,none uwo Amis niwe yar'umugabo wawe ?nihatari kweli.
@VianneyButoyi-ys2tz
@VianneyButoyi-ys2tz 8 ай бұрын
Imana imufashe dodo numumama mwiza kand aduha impanuro nziza mur film
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 8 ай бұрын
Dodo ndamwikundira Vrt ❤❤❤
@nshimirimananoella7264
@nshimirimananoella7264 8 ай бұрын
Hosy ibiganiro sinobicondana ariko hariho abantu bubatse ingo kandi zikomeye plz rondera abakomeye murugo barazi urugo icarico batwigishe uko twokwihangana kandi abagize divorce ntawobacira urubanza ariko uko nuguha ingumvu umugambi wa satan wokwamamaza divorce urugo ruraryoshe kandi ntazibana zidakomana amahemb ariko turazi abihanganiye murugo kandi bikagenda neza merci
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 8 ай бұрын
azane abubatse gute nawe arigisubira muhira,umuntu afise ibibondo 3 kubagabo batandukanye wibaza koyotumira umuntu arimurugo niwitwengere 😂😂😂 aho uriko uramugora Akunda abananiwe kwubuka
@esperanceniyongere8510
@esperanceniyongere8510 8 ай бұрын
dodo garde toujours ibindi Imana izobikora Hama nosab a Hosy koyotuzanira ingo zubatse neza nazo kdi ziriho
@uwumukizastephanie5767
@uwumukizastephanie5767 8 ай бұрын
Ndamukunze cyane gose akomereze ngaho
@IreraGad-zo3qi
@IreraGad-zo3qi 8 ай бұрын
Aba 🌟 star Bo murarengeje
@sabbaothmediatv6885
@sabbaothmediatv6885 8 ай бұрын
Courage Hosy my sister💪
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 8 ай бұрын
Mpore uwawe arinyuma urya ntiyari gwawe❤
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 8 ай бұрын
abakobwa bakunda liberté surtout bakora ubuzi badashobora kwihanganira ibibi vyomur rugo nibo benshi bahukana ,birakwiye uzotumire umu pasteur cank uwubatse neza abahanure
@LouangeEluardNkurunziza-jh8lu
@LouangeEluardNkurunziza-jh8lu Ай бұрын
Dodo wanje komera sha vyose nubugombe bwimana sha
@AliceNtirampeba-kd6ds
@AliceNtirampeba-kd6ds 8 ай бұрын
Dodo yubatse kare yarakundabagabo bicabirangira bimunaniye bensh turabaziii
@isaacniyoyankunze
@isaacniyoyankunze 8 ай бұрын
Nanje nuko nanje nubatse niga nanje kwishure 13 Hama nukuri humura Imana niyo kukuba hafi cane 😂😂😂😂😂
@zaza8625
@zaza8625 8 ай бұрын
Number 2 👌
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 8 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@bayisingizejessiechaima7929
@bayisingizejessiechaima7929 8 ай бұрын
Uwa 3❤❤
@ginezruzunga915
@ginezruzunga915 8 ай бұрын
Je me demande si aya ma témoignage comme yabaye meshi atariko affecta les jeunes bageze kubaka izabo ngo bihave bibafreina..kuko ça fait flipper hein biri too mucj😢
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 8 ай бұрын
Exactement ca affecte ahubwo aba ba divorce babahagarike kubazana ngaha ukwo nukugumura abandi kandi nico gituma biguma birwira biva kuribi biganiro nyene vyavyo abantu baguma babona je nta nyigisho numva muribi baza kuvuga ngaha aba bahukanye kuko ivyabaye mungo zabandi ivyabo bikanka simpaka bace baza kuvyemposa abandi ngaha.Hosy nazane mbayahaga avuge ikibi ca divorce.Si non ibi biganiro vya divorce biriko biraroga abantu je te jure aha ntanyungu nimw irimwo kuko ntarugo rwubakira urundi ivyo mungo zabo vyase sivyo vyoza gufasha izabandi ibi bintu naho bizana ama views izi mwita intahe zaba divorce ntizubaka vrt pu
@abif1504
@abif1504 8 ай бұрын
Turabashimiye ku kiganiro ariko birangiye umugenzi adashinze iyo ntahe wari watubwiye......😔😔😔😔
@user-vy9tj6kc6v
@user-vy9tj6kc6v 8 ай бұрын
Ntanzu namwe ibanziza itagira umuryango iconobahanura nibubake kuko umugore agira agaciro afise umugabo utagira umugabo birasuzuguritse baca bakwita indaya
@sabatoismael3910
@sabatoismael3910 8 ай бұрын
Uwomugabo yari feki kweri kwiyomora ufise icuki nkico koko kandi na Dodo ndumva yaramukunda kuko na Divorce vyaramugoye kugirayimuhe kuko yaramukunda uyomugabo ashobora kuba yararozwe kuko ntivyumvikana ukuntu umugabo yosaba Divorce numugore wumva yaramukunda kweri nihatari yarahawe urukundo arajeba iyatuma ahura nanje kweri yahuye nikigaba yihangane
@ZawadiElany
@ZawadiElany 8 ай бұрын
Non osi we nawe warasaz non umugabo wa dodo yari cris kombona ariwe washizeko😂😂😂😂
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 8 ай бұрын
Uzotuzanire abatakuriye i Bujumbura nabatahavukiye
@alicengenzebuhoro9502
@alicengenzebuhoro9502 8 ай бұрын
Ba uza utaha n ibiganiro abagabo nabo bavuge. Ububegito burinmuri Bose. Hari n abagore bari gito gusa abagabo benshi ntibakunda kuvuga ivyabo
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 8 ай бұрын
Hosy wihaye ihangiro ryo kubahura abagore batabanye neza nabagabo kwahukana 'ariko uzobaze na maman wawe nimba akihari kuko nawe ntabuze ivyo yihanganiye
@NjejimanaEnock-mm5si
@NjejimanaEnock-mm5si 8 ай бұрын
Mushire link ya firm yiw Ngaha turabe ico kibaju uko gikina
@ParvineBwitonzi
@ParvineBwitonzi 8 ай бұрын
Turakeneye couples z abafise intahe mu rugo bashoboye kubana bakarambana
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 8 ай бұрын
Ci Dodo disi❣️❣️iyo ndakibony vil ndakiraba gusa nkirenganira ariko kirandyohera kiguma citwengera😁😁😁
@ginezruzunga915
@ginezruzunga915 8 ай бұрын
Ama divorces nimenshi Imana idufashe cane
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 8 ай бұрын
Gwi Dodo Ndarukunda sha❤️❤️Hosy weho rero urabiziko ari too much ❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮
@NjejimanaEnock-mm5si
@NjejimanaEnock-mm5si 8 ай бұрын
Kweri numunya kayanza ndiko ndabakunda abanyakayanza nabakozi kweri
@nifashafabiola9246
@nifashafabiola9246 8 ай бұрын
Bisab k twoz turumviriz ham tugatweng bivany nivy tub tuziiiiiiiiii
@syliviegahwekazi2306
@syliviegahwekazi2306 8 ай бұрын
Uri umu mama mwiza,uzohanure Fanny arake gushira ibintu vyiwe hanze,ariko arakura
@christabeb7503
@christabeb7503 8 ай бұрын
❤❤❤
@alainchristianirambona6641
@alainchristianirambona6641 8 ай бұрын
Turakeneyeko mwoza muratumira nabagabo bahukanye kugira turonke inyigisho zokumpande zose murakoze
@digitalhead1345
@digitalhead1345 8 ай бұрын
Yarashukwa cane kbsa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@niyonsabafloride179
@niyonsabafloride179 8 ай бұрын
Kumbe umwe akina yitwa Chris niwe yarumugabo wiwe,yooo mbuze icomvuga ,gusa umenga ntiyarakwiye ku divorca kweri.
@irakoze3762
@irakoze3762 8 ай бұрын
Chris ndamuz igitega kwer kumbe niwe yakorongoye manawe
@nifashafabiola9246
@nifashafabiola9246 8 ай бұрын
Umugab niw yagiy😅😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂😂😂
@JosueNiyokwizera-gk7mm
@JosueNiyokwizera-gk7mm 8 ай бұрын
Hosy ngo ntamuchr ufise? Nne habura iki?
@user-rc1lk9rc7o
@user-rc1lk9rc7o 8 ай бұрын
Dodo gutandukana nuwo wakunze mwagiranye mariage birababaje ariko wihangane. Je mbona warumudemu kwer. Waruberewe urikumwe numushingantahe wawe. wohanura iki abubatse ufatiye kuvyagushikiye?
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 8 ай бұрын
Pore pore imana izaguha undi
@user-yw5ut3sf2h
@user-yw5ut3sf2h 8 ай бұрын
None ugiye gusambana uvise umugabo woba witeze ko urugo rurama naje walahi sinokwihanganira
@user-nm1zs9ms5d
@user-nm1zs9ms5d 8 ай бұрын
kayanza oyeee
@uwimana8584
@uwimana8584 8 ай бұрын
Muzotuzanire umugabo wiw nawe twumve
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 8 ай бұрын
Dodo Pole
@clairegirukwishaka4241
@clairegirukwishaka4241 8 ай бұрын
None umugabo wiwe yari chris?
@VianneyButoyi-ys2tz
@VianneyButoyi-ys2tz 8 ай бұрын
Hama kuba divorce yarabaye buriya hako uguma igikomere kitazokira wopfuma wemera bakakubga ukagira inkovu kuko yoyo birashika ikazimangana ugahava ugakira kuba rero dodl waragize divorce mpore birashika mubuzima ugasanga uwo ntiyari gwawe
@user-qz6uq4ii7w
@user-qz6uq4ii7w 8 ай бұрын
Mpol dodo wanj😢
@philoscoco
@philoscoco 8 ай бұрын
Fallait dire murugo iwanje habayeyo ibibazo vyinshi hapana ku generalisa
@user-tw7jh1wr7v
@user-tw7jh1wr7v 8 ай бұрын
Mukora ibiganiro vyiza gusa ibiganiro mwogabanya umwanya bimara ntibirenze 30min sinon bica biba birebire
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 8 ай бұрын
Yoooo yoooo😂😂😂😂😂😂
@user-qb5qu4rm3u
@user-qb5qu4rm3u 8 ай бұрын
Hosy tugutum uzozan Fanny azanan nuryamwana yihakany amusabe ikigonrwe cingen yamwihakany,knd nagakumi disi gakuz yaragakomerekej😭aba fans ndazi nabo bazomubabarira
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 8 ай бұрын
Urinde wokwemeza umwana umuntu?niwe wamuteye inda ? Canke niwe wagumije amaguru barayimitera ??
@user-qb5qu4rm3u
@user-qb5qu4rm3u 8 ай бұрын
@@lydinoirakoze3184 urigipfu nkaw
@claireniyakire7330
@claireniyakire7330 8 ай бұрын
nya gakumi ka Fanny wewe urakazii cank uzogende ukazane
@user-qb5qu4rm3u
@user-qb5qu4rm3u 8 ай бұрын
@@claireniyakire7330 kazima atakanize,vuba murakabona kurubuga ibikorwa bigez Kure icahishijw kigaragazw🤣🤣🤣soon urakabona
@amanyasmary5348
@amanyasmary5348 8 ай бұрын
Umugabo wa dodo arihe aho none ntibosubira bakabana dodo uri mwiza
@user-jd9nn8fw2q
@user-jd9nn8fw2q 8 ай бұрын
dodo ndamukunda can uranyubak can
@mutesiines7678
@mutesiines7678 8 ай бұрын
Donata
@user-gj9yg8yb9d
@user-gj9yg8yb9d 8 ай бұрын
Mbaye wambere🤣🤣❤❤❤❤❤
@jinamajody
@jinamajody 8 ай бұрын
Umwana wa 22ans yiga 10ème? Ahubwl warabitoye wumva wobashije kwiga kaminuza mada?
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 8 ай бұрын
None ushak abeshe?😂😂usanga yaguma ayoberw kuv 7e birumvikana
@jinamajody
@jinamajody 8 ай бұрын
@@claudinendayizeye4619 Naje nico navuze nti yagize neza kuja kwubaka ahejeje uwicumi niho yarageze. 22ans umwana w'i Bujumbura aba arembeje kaminuza da
@MemeIgiraneza
@MemeIgiraneza 8 ай бұрын
​@@jinamajodysuwo ibujumbura gusa. Natwe ba ruguru,kuri 22ans twari turembeje université
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 8 ай бұрын
Vyar vyaramucanze yagum Yi specialisa😂😂😂😂😂noe ntiwumvak Yar guhez université ar mur ménopause ahubw yarabitoy😂😂😂
@herveiranezereza7952
@herveiranezereza7952 8 ай бұрын
Zana abubatse neza nabo ntitwoguma kuruhande rumwe
@ndayishimiyeelyse4125
@ndayishimiyeelyse4125 8 ай бұрын
Abantu.bahukan.birakwiy.kwataganiro.bakwiy.nn.izoninyigisho.cabure.nuguhimiriz.aband.kwahukan.
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 8 ай бұрын
Hosy kwibi biganiro vyabaye vyinshi aha so muduhe ibindi quand même
@vansarah480
@vansarah480 8 ай бұрын
Ntakundi woja kumuha ikiganiro namba uri I Burundi wewe ngira nivyo aronka ubu ibi tubona
@maeli6300
@maeli6300 8 ай бұрын
​@@vansarah480Iyumba hafi naguha kamwe😂😂😂😂😂
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 8 ай бұрын
​@@vansarah480ahorero urasaaamye mugushigikira ibisubira muhira
@EmeryEmerimana-si8vp
@EmeryEmerimana-si8vp 8 ай бұрын
Nne AB bagore bab baranirany bikanka k bubaka nib mwama mutuzanira mwarabuz abubats neza bashing intaheee🤷
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 8 ай бұрын
Erega uwo abatumira nawe vyarayangaye 😂😂😂 yifitiye ibibondo 3 kubagabo batandukanye wunva haribindi yokwigisha
@pacibeni1951
@pacibeni1951 8 ай бұрын
Kutabumbwa nakamwe nivyo vyishe ingo zubu
@Abdoulnsengiyumva
@Abdoulnsengiyumva 8 ай бұрын
Hhhhh
@christainc.5217
@christainc.5217 8 ай бұрын
Reka hosy urazukuntu ibigabo bisigaye bikubagana😢😢emwe nzo yinjoyinga mpama forever umwanumwe aramaze nanje narivukanye kandi ndakuze ubu umuvyeyi wanje nikibondo ndashimimana arya yicaye kuko yaranduhiye arikandonderera ubuzima ntavyabagabo vyicigihe vyubuzu ni stress gusa😂😂
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 8 ай бұрын
Reo ibere maraya uzuraryamana nabagabo kugura ntihaze Hagire uwugufuhira uraz kowafash ingongo yokubah atamugabo wibuk umubiri naw ntuzogukundir ahorer urabay indaya
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 8 ай бұрын
Any wayz
@user-vh1yq7im2m
@user-vh1yq7im2m 8 ай бұрын
Ndagukunda. Dodo. Gusandagusabiye. Uzuhitemwonezakuko. Urabereyekubawukubaka
@JeanclaudeHabimana-ty2om
@JeanclaudeHabimana-ty2om 8 ай бұрын
Nukuri abamama nkabo biragoye kugira bubake kuko amategeko yurugo ntibayakozwa kuko bashira umutima kuvyo birirwamwo umugabo ntagaciro bamuha iyamaze gukora kubiceri hoho biba urudubipe
@deborahcarelleingabire6613
@deborahcarelleingabire6613 8 ай бұрын
@Hosyirakoze nshaka kukubaza impamv wama ukoresha iyo micro wenyen utigera ukoresha iya noire nawe😂😂😂😂
WHO LAUGHS LAST LAUGHS BEST 😎 #comedy
00:18
HaHaWhat
Рет қаралды 23 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 2,2 МЛН
Каха и суп
00:39
К-Media
Рет қаралды 6 МЛН
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 6 М.
INTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA
37:35