ISI Y'UKURI by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 35,326

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

Жыл бұрын

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

Пікірлер: 136
@user-kw7pv3wt6x
@user-kw7pv3wt6x Ай бұрын
Uyu muntu mwiza ndamwumviriza kubera avuga ibitumbereye inzira n'ijambo ryawe. Mw'izina ry'umukiza yatubambiwe ,Yezu Christu.Amen
@iteritekajoselyne8144
@iteritekajoselyne8144 Жыл бұрын
Ariko Mana warakoze waduhaye Chris NdikuMana atwereka neza yuko umuhirwe nuwubaha Imana gusa🙏🙏🙏🙏 hezagirwa mukozi w'Imana Imana izokurinde ntuzoruhire ubusa Ihemba neza iyo ukorera izoguhemba ntiyambura
@tumukundeclarisse1015
@tumukundeclarisse1015 Жыл бұрын
Ubutunzi bwambere ni ukugira kristo muri wowe kdi uwirata yirate Imana. Amen ,urakoze cyane pastor be blessed
@eustyebo8635
@eustyebo8635 Жыл бұрын
Ameeeen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@eustyebo8635
@eustyebo8635 Жыл бұрын
Ameeeeen🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@sandyk4966
@sandyk4966 Жыл бұрын
AMEEEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@faidanyunguyimana9561
@faidanyunguyimana9561 Жыл бұрын
Amen Amen 🙏
@ikk3132
@ikk3132 Жыл бұрын
Amen ibyacu birahari rwose Kandi buri wese ayakire ibye mu izina rya yesu Christ 💕💫💕
@HendrickRwandaNewz
@HendrickRwandaNewz Жыл бұрын
Thanks Chris kubwi jambo ryiza ridufasha kwezwa tukimika Yesu mumitima yacu,nyagasani aguhe umugisha..
@sandyk4966
@sandyk4966 Жыл бұрын
AMEEEN AMEEEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o Ай бұрын
Amen Amen icubahiro nic'Imana🙏🙏🙏
@user-lq3oz4is8x
@user-lq3oz4is8x Ай бұрын
Ameeen,kristo ni muzima, Byose vuaremewe muri we, Kandi byarenwe nawe
@Iyvre
@Iyvre Жыл бұрын
Amena uwirata yirate kristo uri muriwe,tureke amashyari kuko ibyacu birahari.imbaraga n'Amavuta ku mukozi w'Imana
@WinnycynthiaIteriteka
@WinnycynthiaIteriteka Ай бұрын
Iman Ikuj imber mur vyose ubandany udukirira imitima 🙏
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Жыл бұрын
Mwami wanje Yesu Kristo ,ngusaba Umpe inkomezi zo gusenga, ninjire mw 'isi itaboneka gukurayo ivyo Ndiho yanteguriye vyose uhereye kera, kugirango ndabigenderemwo. Imana ukorera Ikutwongerere umugisha muvyeyi urakoze cane guhaza imitima yacu n iri jambo ry Imana. Amina.
@jeanclaudenduwayesu707
@jeanclaudenduwayesu707 Жыл бұрын
Amen
@oliviaumwali8284
@oliviaumwali8284 Жыл бұрын
Jambo rwose yokabyara hungu nakobwa nkuko koko yababyaye se jambo namuhikikoko kwambana akangirira neza kandi ndumunyabyaha ntakwiriyi Jambo uragahoraho🤲🏾🤲🏾🤲🏾🤲🏾
@diani5734
@diani5734 Жыл бұрын
Ameeen nafashijwe n' ijambo namw muriduha Ndiho abankomereze ameeen
@NdihokubwayoInnoncent
@NdihokubwayoInnoncent Жыл бұрын
Amen
@ingabirebeatrice6498
@ingabirebeatrice6498 Жыл бұрын
Uwirata yirata ko yamenye YESU CHRIST naho ibindi byose duharanira turabisiga ariko YESU Ntago ntadusiga turahorana 🙏
@PeteroNdiku-ws7mv
@PeteroNdiku-ws7mv Ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro Crist ndikumana imana irikumwe nawe
@niyigenaannuaritte4653
@niyigenaannuaritte4653 9 ай бұрын
Hallelujah
@daindain79
@daindain79 Жыл бұрын
IMANA IGUHEZAGIRE IZAGUKOMEREZE MUBUNTU BWAYO KUGEZA KUMUNOTA WANYUMA IZAGUHEMBE IJURU MUKOZI WIMANA
@josephinemujawiyera2436
@josephinemujawiyera2436 Ай бұрын
Amen ndashima Imana ko ibyanjye byose byaremwe
@user-xu9tc2xs7i
@user-xu9tc2xs7i Ай бұрын
Amen imana ikomeze igutize ubuzi udufashe
@user-hp9eo8lw7h
@user-hp9eo8lw7h Ай бұрын
Amen hallelujah 🙌 hezagirwa mukozi w'Imana 🙌🙌🙌🙌🙌
@josephinemujawiyera2436
@josephinemujawiyera2436 Ай бұрын
Byose byavuye kuri we! Amen
@ramaphilemon7497
@ramaphilemon7497 Ай бұрын
Amen mukozi w’Imana hezagirwa cane.
@kayirangwam.claudine3426
@kayirangwam.claudine3426 Жыл бұрын
Icyubahiro cyose ni Cya Ndiho .Amen
@michelinenshimirimana9849
@michelinenshimirimana9849 Жыл бұрын
Amen Amen Yesu nahimbazwe
@ndayizeyelucie2776
@ndayizeyelucie2776 Ай бұрын
Yoooo mwami yesu vyose pfise nivyawe
@abayisengavestine8515
@abayisengavestine8515 Жыл бұрын
Amen Amen Amen Amen 🙏 Data, mpa guhora Niseguye urutare ariwe YESU!
@NizigamaaliceHabonimanaezekiye
@NizigamaaliceHabonimanaezekiye 7 ай бұрын
Amen lman ninyenkomezi🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@user-sd5pm7og9c
@user-sd5pm7og9c 3 ай бұрын
Nashaka gushobozwa kuguma neseguye ibuye shobozwo gutitiriza mubandanye muhabwa amavuta
@user-zi7fs8mo3k
@user-zi7fs8mo3k 2 ай бұрын
Amen and amen menye amajambo akomye cane nsobanukiwe YESU uwariwe ikiganza c'Uhoraha kigumane nawe Amen ❤
@niyigenaannuaritte4653
@niyigenaannuaritte4653 9 ай бұрын
Imana ikomeze ikwagure cyane
@judithnzeyimana5442
@judithnzeyimana5442 Жыл бұрын
Ameeeen
@user-lq3oz4is8x
@user-lq3oz4is8x Ай бұрын
Amen ndsshaka kwakira Yezu
@genereusemugwaneza5350
@genereusemugwaneza5350 Ай бұрын
Allelluaaa Amen amen❤
@sandyk4966
@sandyk4966 Жыл бұрын
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@user-zl2ih1cv6o
@user-zl2ih1cv6o 7 ай бұрын
Amena icubahiro niciman yesu aguhumugisha mukoziwimana urakongwe ibihevyokubaho ufasha imitima yabeshi uhorahimana aguhezagire
@user-qb2wy5en9k
@user-qb2wy5en9k Ай бұрын
Imana nibajombere mwarahezagiwe
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
@gafarangafanny7351
@gafarangafanny7351 Жыл бұрын
Amen Amen🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@siniremeraegide3557
@siniremeraegide3557 Ай бұрын
Amen mukoze wiman uvuga ukuri kwer
@mariatabita6087
@mariatabita6087 Жыл бұрын
Amen. Imana Ikomeze Ikuyobore
@user-er7zc6ye2l
@user-er7zc6ye2l Ай бұрын
Amen Amen 🙏 🙌
@AlineIrakoze-pv6rd
@AlineIrakoze-pv6rd Ай бұрын
Amen amen
@EMELYNENDIKUMANA-lh7vz
@EMELYNENDIKUMANA-lh7vz 2 ай бұрын
Amen amen papa
@user-vz2kc4ns1h
@user-vz2kc4ns1h Ай бұрын
Amen Amen
@KanezaFrancine-fz9vi
@KanezaFrancine-fz9vi 6 ай бұрын
Amen amen 🙏🙏🙏🙏
@sandyk4966
@sandyk4966 Жыл бұрын
AMEEEN AMEEEN AMEEENAAAAAAA 🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@mukasekurujudith5884
@mukasekurujudith5884 Жыл бұрын
Imana iguhezagire uzabone ijuru
@mariannenyiranazemonie1370
@mariannenyiranazemonie1370 Жыл бұрын
Imana ihabwe icyubahiro
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 Жыл бұрын
Ameniii ❤❤❤Imana ibanzigamirire turafaswa cane twarabohotse muvyago bitandukanye pe Yesu abamper umugisha mwinsiiiiiiiii caneeeee mwarahezagiwe ni Mana🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏🙌🙌🙌❤❤❤❤❤
@mariejosenimbabarire1407
@mariejosenimbabarire1407 Жыл бұрын
Amen nsubiza muri groupe kko vyaravuyemwo
@debbiebambohappy1341
@debbiebambohappy1341 Жыл бұрын
Yesu ndakwinginze, umpingure mbe intama yawe y'ukuri.
@dusabemariyajacqueline5312
@dusabemariyajacqueline5312 Жыл бұрын
Kwirata muri kristu. Amen amen amen
@niyonkurupelagia8775
@niyonkurupelagia8775 Жыл бұрын
Amen
@JustineNiyuhire
@JustineNiyuhire Ай бұрын
Mwarahezagiwe miradufasha vn
@user-kp5oc9lc8h
@user-kp5oc9lc8h Ай бұрын
Amen
@nahimanaclaudine5035
@nahimanaclaudine5035 Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏
@arnaudnganji7702
@arnaudnganji7702 Жыл бұрын
Ameeen 🙏 🙏 🙏
@NjawukanaSezalio
@NjawukanaSezalio Ай бұрын
Amena
@user-tn6ys7jn9v
@user-tn6ys7jn9v 8 ай бұрын
Amen a
@salima7729
@salima7729 Жыл бұрын
Amen men🙏🏻🙏🏻🙏🏻 mukozi wimana🙌🙌🙌🙌🙌
@mauriceirambona3665
@mauriceirambona3665 Жыл бұрын
Ameen
@Dgtvshow35
@Dgtvshow35 Ай бұрын
Amen ❤🙏
@niyigenadieudonne7006
@niyigenadieudonne7006 Жыл бұрын
Amen.Imana iguhe umugisha.nagusaba uzategure inyigisho nini ivuga itandukaniro ni huriro ry'isezerano rishya cyangwa ry'akera.kuko bitera urujijo cyane.
@jeandedieunshimirimana9333
@jeandedieunshimirimana9333 3 ай бұрын
Amen ❤❤
@sandirene
@sandirene Ай бұрын
Ameen🙏🙏🙏🙏
@bahatiadolphe-rm5os
@bahatiadolphe-rm5os Ай бұрын
Imana ihimbazw can
@jenenabashengezi3074
@jenenabashengezi3074 Ай бұрын
Amen cane
@oscarndahinyuka6601
@oscarndahinyuka6601 Жыл бұрын
Amen👏👏
@user-rf8jz7gj9t
@user-rf8jz7gj9t Ай бұрын
Aman Aman 🙏🙏
@dusabefloris4503
@dusabefloris4503 Жыл бұрын
Amen mukozi w'Imana
@remynemerimana7791
@remynemerimana7791 Ай бұрын
Aaamen Ndafashijwe
@spescaritasnininahazwe4912
@spescaritasnininahazwe4912 Жыл бұрын
Ndakunda ukuntu uvuga ijambo ry'Imana. Imana igukomeze
@violettemediatv143
@violettemediatv143 Жыл бұрын
Muhezagirwe ubugirakandi murakoz cane
@user-sd5pm7og9c
@user-sd5pm7og9c 3 ай бұрын
Mana warakoze kuguha uwutwereka ukuntu tuzogushikira habwa ushimwe Mana
@irakozejeandedieu5143
@irakozejeandedieu5143 Жыл бұрын
AMEN AMEN
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын
Imana ikuduhezagirir uzamare imyaka nkiyaba Ibrahim bamaze warahezagiw❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏
@innocenthakizimana3181
@innocenthakizimana3181 Жыл бұрын
Amen ibereye amashimwe
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Amen Amen Mana
@sishasaid6756
@sishasaid6756 Ай бұрын
Alléluia ❤
@aishasaidi8278
@aishasaidi8278 Жыл бұрын
Merc bcp mwigisha mwiza ijambo ryImana ryawe riratwubaka
@niyubahwedebora7017
@niyubahwedebora7017 Жыл бұрын
Amen 🙏
@NduwimanaCyriaque-bn6sf
@NduwimanaCyriaque-bn6sf Жыл бұрын
Amen amen Chris nukuri mana yomwijur ikonger amavuta kurugero rwanyuma mana uraba uvyumvise
@nshimirimanaegide7874
@nshimirimanaegide7874 Жыл бұрын
Ameni
@totoyummy8106
@totoyummy8106 Жыл бұрын
Amen Amen Yes nahabwicubahir 🙌kbx 🙏🗣️💃
@mariejosenimbabarire1407
@mariejosenimbabarire1407 Жыл бұрын
Ndabasavye munsubize muri groupe kanguka
@justinendereyimana2607
@justinendereyimana2607 Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙌🙏
@LandaLanda-zc2he
@LandaLanda-zc2he Жыл бұрын
Amen👏🙏🙏🙏🙏👂💞
@joshuarungu8714
@joshuarungu8714 Жыл бұрын
Imana iduhane umugisha your little
@judithnzeyimana5442
@judithnzeyimana5442 Жыл бұрын
Ameeeeen🙏🙌
@florencemanishimwe1052
@florencemanishimwe1052 Жыл бұрын
Ndafashijwe Ivyanje birahari, mana fasha ndakwisenguze kugira ngo ingazi iboneke.
@mamanblesing3515
@mamanblesing3515 Жыл бұрын
Amen Amen muhezagirwe 🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@promessegatesi2816
@promessegatesi2816 Жыл бұрын
Amina
@diellairakoze2872
@diellairakoze2872 Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@alicemoussa1532
@alicemoussa1532 Жыл бұрын
Amen,Amen
@alaininzamba2572
@alaininzamba2572 Жыл бұрын
Amen Amen Amen Amen
@fhgggffhg7721
@fhgggffhg7721 Жыл бұрын
Amena amena
@bujabuja1933
@bujabuja1933 Жыл бұрын
Birababaje cane kuko abashika ku masezerano ni bake
@christineteganeza7447
@christineteganeza7447 Жыл бұрын
AMEN 🙏🏿
@mariannenyiranazemonie1370
@mariannenyiranazemonie1370 Жыл бұрын
Hallelujah hallelujah 👏👏👏
@mariannenyiranazemonie1370
@mariannenyiranazemonie1370 Жыл бұрын
Amen 🙏👏👏👏
@cossyploog3889
@cossyploog3889 Жыл бұрын
L ko llllk
@pali3502
@pali3502 Жыл бұрын
Amen amen🙏🙏🙏🙏🙏
@ndayizeyelucie2776
@ndayizeyelucie2776 Ай бұрын
Amen amen
KURAHO AKABURUNGU (AKADOMO) by Chris NDIKUMANA
57:02
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 37 М.
URUKUNDO RW'AMAFARANGA by Chris NDIKUMANA
52:21
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 38 М.
Looks realistic #tiktok
00:22
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 100 МЛН
Heartwarming: Stranger Saves Puppy from Hot Car #shorts
00:22
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 22 МЛН
Despicable Me Fart Blaster
00:51
_vector_
Рет қаралды 18 МЛН
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47
UGUKURA MU MPWEMU (MU MWUKA) by Chris NDIKUMANA
1:01:04
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 42 М.
UWUTEGEKA IBIHE by Chris NDIKUMANA
1:03:11
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 62 М.
Umugore w'agaciro arangwa niki?|Bibiliya ibivugako iki [Pst prudent]
27:42
Ubutumwa bwiza kuri bose
Рет қаралды 3,4 М.
IMANA YAWE INGANA GUTE by Chris NDIKUMANA
58:50
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 84 М.
intahe ya patiri amando kana
5:16
Muhoza Emmanuel94
Рет қаралды 13 М.
KURONGORWA NA MPWEMU by Chris NDIKUMANA
1:07:02
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 44 М.
INGINGO NGEDERWAKO by Chris Ndikumana
1:02:42
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 7 М.
INTUMBERO YO KWIHANGANA by Chris NDIKUMANA
1:00:45
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 130 М.
Looks realistic #tiktok
00:22
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 100 МЛН