Hari inkuru y'umwana aciye ubwenge niya Kanka Moussa naho yoyisubiramwo 10fs sinoheza gutwenga
@felicitenibogora85696 ай бұрын
Kigingi, nakubonye ubwambere en novembre 2023 duhuriye aéroport de Montréal. Sinari ndakuzi ariko j'ai tout de suite aimé ta personalité. Iki kiganiro nacumvirije cose tu es très intelligent et tu es agréable à écouter. Bon courage+
@Divine56787 ай бұрын
Love from Rda🇷🇼arko muzabitekerezeho muge munyuzamo mukorere no hanze❤
Hosy bwira kigingi abarategura show zomuntara Hagati can can muRumonge haratesa aba jeunes baho bikundira ama vibes atesa . ndamwokereze imikeke nu burobe 😂
@kalyka41077 ай бұрын
Kigingi, inkuru yawe uja mumodoka ya papa wawe gushika i Gitega, nubu ndayibutse ndatwenga😂😂😂
🤣🤣🤣😂😂😂kigingi nar ndagkumbye kbsa ham hosy natwe turagkunda vrmnt🙏
@Twese.017 ай бұрын
Kigingi ufise ama blagues menshi wakinye naho woyasubiramwo abantu bobikunda cane. Mais ikibazo Kigingi afise talent ya improvisation ama blagues ayatera kuri public iba iri ngaho nyene. Ivyo ntibishobira benshi.
@nshirimanamardice40757 ай бұрын
Ntamu comedien mu Burundi nohanze yaho nkunda nka Kigingi big up sana
@christinesemuto9407 ай бұрын
Merci bcq Rosy and Kigingi nanjye sinari kubarata bless u
@emmalucky9337 ай бұрын
Kigingi and Hosy keep it up. Be blessed.
@Karol978757 ай бұрын
Kigingi best comédien💖💖💖🥰
@bellairakoze27697 ай бұрын
Kigi j nzohava nsanga ntakiva kuri channel yaw😂😂😂ndagow nzoryoherwa🥳🥳💃💃💃💃💃
@jeanmarievianneynikobamye70587 ай бұрын
Ngo Kaigingi! Canke ni Kaigaingai! Murakoze !
@manundayi24097 ай бұрын
Nza nazinduka aho vyakabereye😂😂
@user-bi6bl9wu2r7 ай бұрын
Hewe.Ndababaye.Kuko utaje Vancouver sana. Mishu kuki Atagutumiye Koko.Ngo uze Vancouver koko!!!Ubutaha natwe uzadusure❤❤
@albericjean-gabrielnku26577 ай бұрын
Kigingi karibu tena au Canada! Iyo nkumi ndayikundaaaaa cyaneee niwangaruka muzagarukane uti ni karibu!
ENF : École Normale de Filles ewe Kigingi sha❤😂🎉 Nanje aho mba turafise ville yitwa Gränby 😂Ruguru hino nibo batunze😂
@annickakimana22112 ай бұрын
Ni vyiza ko yiyumvira guteza imbere abandi ba jeunes batwenza kugira abamenyereze. N'ahezagirwe
@francinentamashimikiro90397 ай бұрын
Genda kigingi uratwenza😂
@vayanruti76867 ай бұрын
Murakoze kudukorera ijoro madame Hosy na Kigingi...but mbona umenga images ntizimeze neza mais c'est pas grave
@chantalzoe96467 ай бұрын
Oyaa kweli je Hosy ndamukunda
@chrisoneilniyungeko8392 ай бұрын
Ati ngo ok😆😆😆😆😆
@krc06077 ай бұрын
Ibicurane ni rhume😅
@aloysjose21067 ай бұрын
Ndamenets 🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂
@irakozefelicite-tg5rh7 ай бұрын
Fraicheur ziramumaze
@jahson4607 ай бұрын
24:15 bavyita control ya droit d'image. N'ikintu ciza caaane kuri developpement ya industry (film, music, sport,...) hose bikwiye kumera uko. Nos artistes muzoheza mutere imbere.
@sereine-marienkuyehasi30097 ай бұрын
Njye ndamukunda Hosy ❤😅 KIGINGI tu parles pas pour moi ici 🤦🏽♀️😂
@sirenvibestv7 ай бұрын
😍😍😍😍😍❤️❤️❤️❤️🫂🫂
@EMMAOFFICIAL-vk8bj7 ай бұрын
Kigingi urasesta❤
@user-ed6eo8kt9e5 ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ ❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😊😊
@arnaulddolfi206 ай бұрын
Mbe ko Hosi afise amapalala menshi ! Hold your spirit please !
@user-ed6eo8kt9e5 ай бұрын
Muchiremwo none kigigi nukuri
@user-ep7tt4ti5i7 ай бұрын
Natumire akeza net itugirire live🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@darcyiradukunda59317 ай бұрын
Emission nziza cane 😊😊😊 ariko camera si 100% image ariko courage
@krc06077 ай бұрын
Kuber’iyi émission nciye nja kuraba youtube channel ya Kigingi😅
@clarissabellaterimbere60737 ай бұрын
😂😂😂😂😂ngo amakur yo mugi swahili kd ninkuko abo kur RTNB borosh gufat mu mutwe