Umu DIASPORA yahevye EUROPE agaruka kurima//Nabayeyo imyaka 20//Bose bambona nk'umusazi//Imigambi

  Рет қаралды 37,088

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Жыл бұрын

Umu DIASPORA yahevye EUROPE agarutse kurima//Nabayeyo imyaka 20//Bose bambona nk'umusazi//Imigambi
‪@NtareRushatsiHouseTV‬ #diaspora #ubuzima #burundi

Пікірлер: 139
@africanlegacytv6621
@africanlegacytv6621 Жыл бұрын
Gaël kabisa waje hageze ukora ibikora inka apana yama TV online yirirwa akora ibitajanye courage UMUKUBITO wacu,ariko umfashe umpuze n'a Christian ndagusavye pee
@filsemmaflox9354
@filsemmaflox9354 Жыл бұрын
Ibiganiro ninkibi rero vyunguka🙌apana ivyo kudutesha umwanya..
@BURUNDIB
@BURUNDIB Жыл бұрын
Abarundi bariko bakora ibintu bidasanze cane kandi nugukomeza cane ❤❤❤❤
@steveizere5157
@steveizere5157 Жыл бұрын
Ndabndanya kugira icizere kundoto zanj kumwe na GAEL. Much respect bro 🙏🤝 kubatumire badukuza ugum utuzanira.🇿🇦🇧🇮🇿🇦🇧🇮🇿🇦
@donnar3790
@donnar3790 Жыл бұрын
Kudos Kudos Christian, Keep being an inspiration , natwe turiko turabigirako
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 Жыл бұрын
Akazi ni keshi kabisa 'ahubwo abakozi twabaye bake.Gaël Respect sana 👏👏👏
@promoterndayi6377
@promoterndayi6377 Жыл бұрын
Ikiganiro kiradufashije Big up Gaëlle
@samhage2478
@samhage2478 Жыл бұрын
Big up Chris!! Ibikorwa byawe bimeze neza kabisa!!
@salvatorkaburundi3222
@salvatorkaburundi3222 Жыл бұрын
Bravo, tera imbere Bravo nawe mumenyeshamakuru kudushikiriza amakuru yerekeye iterambere👍
@tijorico7906
@tijorico7906 Жыл бұрын
merci beaucoup brother ,,,natwe turi mu mahanga,,ngaho i Burundi hari ibikorwa vyinshi vyo kwiteza imbere ,,kandi aba diaspora twatanguye investissement mu Burundi,,,aliko nukuza kuba mu Burundi ,,kuko abagukurikiranira ntibikunda ,,nukuza kuri terrain ,,maze tuje ku kivi,,,
@Grace-bt6si
@Grace-bt6si 9 ай бұрын
WoW bravo mon frère umugambi mwiza cane 💪🏽
@EugenePapa-ox5jy
@EugenePapa-ox5jy Жыл бұрын
Shalom shalom mukomeze gutera imbere muri vyose Imana ibongere umugisha nanje ndipfuza kuzobagendera nkiga mukanyogera ubumenyi mwoba mukoze
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 Жыл бұрын
Mon Frere gr merci nawe uri kukazi kbxaa mukwerekana Burundian gream
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Жыл бұрын
My brother bandanya uyo murongo wokutwereka abari kukivi Ariko uze uraducishirizamwo n umukozi w imana MBAYAHAGA adutwenze atwigisha kandi Keep it up bro
@elogebigirimana5972
@elogebigirimana5972 Жыл бұрын
Bandanya muduserukira .kandi Imana ibajimbere kweli 🎉
@remyniyirera7341
@remyniyirera7341 Жыл бұрын
Gael uriko urabikora neza cane le type christian twariganye Kandi iki kiganiro kiranyespiye caaaane Big up Mbaya 💪🏿💪🏿💪🏿💪🏿
@paccyndihokubwayo5163
@paccyndihokubwayo5163 Жыл бұрын
Boss boss boss much respect broo ndakumva caane boss🤣
@PierresPerfect
@PierresPerfect Жыл бұрын
Merci beaucoup Umukubito...
@clovisjunior6261
@clovisjunior6261 Жыл бұрын
Umuhushuro respect gael nibiganiro vyawe biranyubaka kbx
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 Жыл бұрын
Basha Cibitoke ni Sawa aba diaspora bagiye kuyiteza imbere. Uwu niba ntihenze abaye uwa kabiri umukubito atweretse. Abo mu zindi ntara none tubaye abande ? 🙆
@Imana2021
@Imana2021 Жыл бұрын
Nkikintu ca black solders nikintu cogeza ahantu heza kubworozi bwinkoko,biboneka ko buriko burahomba kubera ibiryo vyazimvye
@bakanibonasinai3012
@bakanibonasinai3012 Жыл бұрын
Gaël uriko ugira ibiganiro vyiza kandi bishobora kwigisha abatari bake. Courage!
@user-gp2ue3hj8z
@user-gp2ue3hj8z 8 ай бұрын
Gael ni number one kbs imitwe yacu iriko irakora kbs uburundi inyuma yi myaka itanu ni paradise
@Nickojunior
@Nickojunior Жыл бұрын
Komera komera ivyiza bikomeza kwiyongera Imana ishimwe
@royitv21
@royitv21 Жыл бұрын
Good work bro christian Rugeregere iwacu kugatumba uriko ubikora safi
@josephdukundane4004
@josephdukundane4004 Жыл бұрын
Très intéressant et instructif. Courage
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 Жыл бұрын
Aba diaspora dushishikare, duteza imbere igihugu cacu, ni twebwe tuzokora, Aho abandi baga rukije
@NtirenganyaAdrien-ir4gp
@NtirenganyaAdrien-ir4gp Жыл бұрын
Courage mon frère nukuri numva arivyiza ibivyirwa birafasha numva URI hafi yimuhira nzoza kwiga
@leonidashatungimana3644
@leonidashatungimana3644 Жыл бұрын
ndabay motivé xana kabxa
@user-jh7ni4tg4q
@user-jh7ni4tg4q 11 күн бұрын
Uyu mugabo namukunze cyane 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼
@papiennekataye8049
@papiennekataye8049 Жыл бұрын
Big up Gael. Ukora ibiganiro vyubaka.
@samkhumbula5303
@samkhumbula5303 Жыл бұрын
Wow that's amazing movie
@marie-paulemunyembari1503
@marie-paulemunyembari1503 Жыл бұрын
Bravo bravo Christian ! Bandanya uter'imbere wongera wigisha n'abandi 🙏🏿🙏🏿🙏🏿 Well done!
@KALAMULLAHTV
@KALAMULLAHTV Жыл бұрын
Njyewe nkunda ibikorwa byawe peh🇷🇼student 🇸🇦
@hosewebtv77
@hosewebtv77 Жыл бұрын
Cameraman asubire muri formation,aguma akamera visage yumuntu aho kwerekana ibiriko bisigigwa,none amajambo barayaraba canke barayumva?
@arielchavez4507
@arielchavez4507 Жыл бұрын
Gaël ibi biganiro nivyo tub dukeney kbx, courage à vous
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 Жыл бұрын
Arashoboye courage mon frere gusa nakunze Inka ziwe pe
@guess-je9ch
@guess-je9ch Жыл бұрын
Courage and God keep u my Brother
@NikuzeMariechantal-zh8ul
@NikuzeMariechantal-zh8ul 7 ай бұрын
From Rwanda. Ndagukunze cyane. Kbs. Nange ndi gushaka gukora igikorwa gokomayanyije cy' ubuhinzin, ubworozi
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 Жыл бұрын
Best TV keep it up
@AgaciroMediatv257
@AgaciroMediatv257 Жыл бұрын
Umukubito cousin of AGACIRO MEDIA
@NiyondavyiDesire-bx6bf
@NiyondavyiDesire-bx6bf Жыл бұрын
Asante sana Gaël
@janviermanager4887
@janviermanager4887 Жыл бұрын
hejuru cane Christian 🔥
@Inyigisho432
@Inyigisho432 11 ай бұрын
Gaël courage vrt uriko utuma twiga vyinshi
@user-eb6wp7le2b
@user-eb6wp7le2b 5 ай бұрын
Merci de cette partage kabisa Juste Gaël noshobora kuronka contact zuyo mworozi diaspora please thanks
@niyonzimafelicien8560
@niyonzimafelicien8560 Жыл бұрын
Waooooo,muraciyubwenge kabisa
@clarissendikumwenayo1255
@clarissendikumwenayo1255 Жыл бұрын
Ibiganiro vyizaa🎉❤hama cameraman ageragez abe professional
@armelkaganda8192
@armelkaganda8192 Жыл бұрын
Courage big bro
@user-ce7nh2uh7d
@user-ce7nh2uh7d Жыл бұрын
Courage mon frère christian❤
@freddynzeyimana5453
@freddynzeyimana5453 Жыл бұрын
Bravo Chritien, ndashaka kuvugana nawe, ndafise ikibazo nshako tuganirako
@hervegontran2559
@hervegontran2559 Жыл бұрын
Ewuaana👌
@hassanmujahidin271
@hassanmujahidin271 Жыл бұрын
Murakoze cane kudushira kwishure
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Жыл бұрын
Komera gael ibiganiro nibi bidutera intege
@pascasientandikiye9911
@pascasientandikiye9911 Жыл бұрын
Umukubito ♥️ courage
@eliudbahema3401
@eliudbahema3401 Жыл бұрын
Keep it up please!!!!
@NAHARUGIRAGordien
@NAHARUGIRAGordien Жыл бұрын
Mukomere kabisa, ibiganiro nk'ivyo biratwigisha cane. Ariko caméraman yikebuke, aze aratwereka vyinshi. Christian courage kweri
@teddyirk3357
@teddyirk3357 Жыл бұрын
Courage gaël
@iidd6782
@iidd6782 Жыл бұрын
Mwirambire
@eliudbahema3401
@eliudbahema3401 Жыл бұрын
Uyu mugabo safi sana!!!!
@dondiellairishura3919
@dondiellairishura3919 Ай бұрын
Amahoro mwakoze kukiganiro mwaduhaye,muduhe numéro zowo mu chef tuzomuyagishe
@innocentbangirinama5008
@innocentbangirinama5008 Жыл бұрын
Brother ndagukeje kweli niyo naza ngaho muhira nzoza kuraba ivyo vyiza terimbere 🇧🇮🇧🇮🤣🤣😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏
@user-zc6eq5yp8t
@user-zc6eq5yp8t Жыл бұрын
Courage cn ham Umukubito turipfuzako wozotemberera Imuyiga tukabona izo Pomé.ibiganiro nkibi nivyiz cn
@user-jl9nn5dw9x
@user-jl9nn5dw9x 6 ай бұрын
Muhezagirwe pe
@triniteingabire3321
@triniteingabire3321 Жыл бұрын
💪
@joeinganji1
@joeinganji1 Жыл бұрын
GAËL you,re the one and only
@deogratiasnshimirimana3217
@deogratiasnshimirimana3217 Жыл бұрын
Respect 🙏.
@bertrandhobayo7197
@bertrandhobayo7197 Жыл бұрын
Tuba dukeneye abantu nkabo
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Mon Pays🇧🇮 Mon Peuple ✊🏾🎩
@zilfajanet1119
@zilfajanet1119 Жыл бұрын
👍👍
@mosimba2665
@mosimba2665 Жыл бұрын
Muturonse contact zuyu mushingantahe
@ChchaNkuru-cj2fw
@ChchaNkuru-cj2fw Жыл бұрын
Jew nzoza umpe imbuto za pomme.kandi courage Gusa cameraman waapi siw.nne ubu yaje gu caméra ik koko?
@abdouluwimana9098
@abdouluwimana9098 Жыл бұрын
Christian komera kbx uterimbere kandi turaje tukurahureko ubwenge kuko ndabona wotwiza vyinshi
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Жыл бұрын
Indotoyanje ndabonanisawa ahubwo munyamakuru bandanya ugendera kenabo
@guess-je9ch
@guess-je9ch Жыл бұрын
Ewana iyontama ndayibuka ni garde du corps wawe hhhh
@muvunyindahayomartin2661
@muvunyindahayomartin2661 Жыл бұрын
Uyu mugabo ndamukunze kuko afite inyigisho nziza
@Kkom22
@Kkom22 Жыл бұрын
Iki ni ikigero cy’uko igihugu kirongowe neza 👍🏿
@nkezimanathadee7433
@nkezimanathadee7433 Жыл бұрын
👍
@user-zc6eq5yp8t
@user-zc6eq5yp8t Жыл бұрын
Nanje nzoza kwiga ubworozi ndabukunda cn.
@armandnduwimana9008
@armandnduwimana9008 Жыл бұрын
Uwo ni uwahombeyeyo sha, novyemera yaba yarafise iyo ferme hariya akayiheba akagaza kuyishinga ino. Nayo ahandi yaje kuruhuka canke hariya yarahahombeye
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Жыл бұрын
Mbayuwakabiri
@melanceniyongabo3298
@melanceniyongabo3298 11 ай бұрын
je suis intéressé, ko mutashizeko numero zuwo muntu ngo tumubaze ko yotugirira consultance
@EricNdayishimiye-eo9pj
@EricNdayishimiye-eo9pj 10 ай бұрын
Biranezerey kuko haribintu bishasha Vyiterambere gusa iconobasaba Nuko mwonsaba umutekano igihugu Kuko shetani ndaziko ntabiryoheregwa Arik imana ibajimbere muhezagigwe
@mireilleirabibona127
@mireilleirabibona127 Жыл бұрын
ndatangay baguma bavuga ko pomme muburundi zitahaba kumbe zirahaba?mrci ibiganiro nivyo kweli
@akimanaesther7535
@akimanaesther7535 Жыл бұрын
Gael felicitations ku biganiro vyiza Tugiye gutera imbere kabisa Nawe Christian uri umugabo abushitse wiyumviriye neza cane
@fidelebizimana6324
@fidelebizimana6324 Жыл бұрын
Ego ukonukuri avunze
@user-ys7zz7fk5r
@user-ys7zz7fk5r Жыл бұрын
Mwaramutse Canke Mwiriwe Bivana Naho Mubineye Ikibazo Canje Umuntu Yobabona Gute Kugira Mumuhe Inyigisho Kubijanye Nubworozi
@sindayikengeracelestin5444
@sindayikengeracelestin5444 Жыл бұрын
Vyiza caane. Gusa camera ntiyerekana neza ibikenewe. Yerekana kenshi abariko baravuga aho kwerekana neza ibiriko biravugwa/ images .
@niyomutabaziisabelle3053
@niyomutabaziisabelle3053 Жыл бұрын
Gaël uratubesha ntibaheba baraza bagasubirayo kuzana inoti
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza. Nize vyinshi
@luckymbonye4183
@luckymbonye4183 Жыл бұрын
Turikumwe twese birashoboka Gael please gute mwoturonsa num ziwe please
@chantalngendanimana2757
@chantalngendanimana2757 Жыл бұрын
Zirabe Aho hambavu yiwe ,baza barazicishako
@crispincesarnshimirimana8689
@crispincesarnshimirimana8689 Жыл бұрын
Cameramani inomusi ntiyriw kbx hriho ibic muvug imbere ynyu ntvyerekne
@NestorMinani-mv2tp
@NestorMinani-mv2tp 8 ай бұрын
Uyo mutama kl ni nuwakarorero kubijany nukworora ndetse nibindi! Nabandanye
@alineharerimana647
@alineharerimana647 Жыл бұрын
COURAGE COURAGE
@neemanibizi9043
@neemanibizi9043 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza caane cungura ubumenyi. Uyumu papa arugurutse nkumwihisha pe
@louisbutoyi3094
@louisbutoyi3094 Жыл бұрын
Gaël ndagukunze cane!!
@user-ys7zz7fk5r
@user-ys7zz7fk5r Жыл бұрын
Umuntu Abakeneye Yobasangahe Canke Muduhe Inimero Zanyu
@bingwabingwa
@bingwabingwa 3 ай бұрын
Gael ntakunz gutang nimero y'umutumir ashaka kurinda kumucako
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Ariko Gaël buzuratwereka ivyo bakoze
@niyokwizerameryvelle9394
@niyokwizerameryvelle9394 Жыл бұрын
🇧🇮👍👍👍
@user-ti5rb3ju8o
@user-ti5rb3ju8o Жыл бұрын
Turipfuza kumwigirako.duh contact ziwe
@alainchristianirambona6641
@alainchristianirambona6641 Жыл бұрын
❤️🇧🇮
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
Nastya and SeanDoesMagic
00:16
Nastya
Рет қаралды 13 МЛН
19 июля 2024 г.
0:20
мишук круглов
Рет қаралды 5 МЛН
He doesn’t like illusions
0:17
V.A. show / Магика
Рет қаралды 10 МЛН
The FAST and FURIOUS Table Hack 😱
0:29
LosWagners ENG
Рет қаралды 19 МЛН
Дымок или Симбочка?? 🤔 #симба #симбочка #mydeerfriendnokotan
0:19
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 1,9 МЛН