Salut, muzomumbarize apotre kukintu cerekeye kwisonzesha, ni ryariii bikwiye ko umuntu yisonzesha!!!harabantu usanga bisonzesha iminsi 40 batarya kd batanwa bagafungura soir gusa! Nshaka kumenya nimba kutisonzesha ko harimwo icaha??
@sylveremurengerantwari9778Ай бұрын
Titi😂😂😂❤
@ahishakiyejules70837 ай бұрын
Ip
@FiftyDАй бұрын
none ntamashure ari i Burundi atanga ama cours sexuelle nko mubindi bihugu ?
@ndayisengaleonard6891Күн бұрын
Uti Umwigeme atwaye inda atipfuje? Niko, ico kivugwa ku mukobwa wese atarakwiza imyaka 18. Uwubikoze yarayikwije canke ayirenza, akaba ataguye mu mutego ngo afatwe ku nguvu, aba yayitwaye ayipfuza. Mube muvuga ko ikintu cera ari uko cera, icirabura ari uko cirabura.
@NdayisabaPierreclaver-pg1rpКүн бұрын
Uvuze neza ariko hari vyinshi cane biba k'ubakiri bato utaramenya nagato!!!! Gusa nimba uri umuvyeyi hari igihe ivyo utazi cane utamenye isi izobikwereka utavyemejwe n'umuntu nk'awe! Gusa biboneka ko ubumenyi ufise buhagaze k'uvyo wabonye gusa ivyo utumvise canke utabonye kuri wewe NTIBIBAHO!!! iyaba wari uzi ko mu vyo wibaza ko wize bikakugira ngo"fonctionaire" intellectuall(e) ari "uruhumyi mwiga " birateye isoni n'umubabaro kwitwa incabwenge kubera ko uzi kuvuga no kwiga wigira mu ndimi z'inyamahanga ,ugasobeka ukavyimba ngo warize utazi agaciro k'ururimi gwawe, ngo mwarize ? Ata kiranganzira nakimwe canditse m'ururimi gwawe!!! Wumva womenya gute ko umuntu ashobora gutwara inda atayishaka?? Umuntu ashaka kumenya ico atazi niwe munyabwenge,nayo umuntu ahakana ico atazi uwo ni INJIJI,IMPUMYI,yamana ivyo azi n'ivyo yamenye gusa !!!