No video

Lt-Col Éric Ndikumagenge na Major Barthélémy

  Рет қаралды 17,866

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

Пікірлер: 35
@schollaschol3948
@schollaschol3948 Ай бұрын
Courage Mugisha❤❤❤
@LazareMuhigirwa
@LazareMuhigirwa Ай бұрын
Murakoze cane kuba muturonsa aya makuru
@JEANMBONIGABA-ic9eg
@JEANMBONIGABA-ic9eg Ай бұрын
Mercie de l'info,ariko MPa amakuru akwiye Ku musirikare amfungiwe mwibohero umwidundoro wiwe ,mwoba mukoze cane , Dufiseyo abacu❤
@kumuyabury3188
@kumuyabury3188 Ай бұрын
Jewe mbona umengo vyoba vyiza bene kuri bene batanguye gukubitana ama coup detat kugira ngo bapunguzanye inguvu zumugambwe atarico ntavyizero biri mumatora
@RizikyPoro
@RizikyPoro Ай бұрын
Non basha ntazindi ntwazangabo zuburundi zibona ibiriko bikorerwa mugihugu kugira baze kudutabara
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 Ай бұрын
Nihatali twarumiwe! Ariko Imana ntasinziriye
@user-pf1lg7kj9u
@user-pf1lg7kj9u Ай бұрын
Ntibishoboka ko wobuza aBantu bari kubutegetsi kwiba amajwi mumatora ahubwo dukore rebellion m23 izodufasha tubahirike
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Ntivyoroshe kbx
@veanchynzoyisaba4123
@veanchynzoyisaba4123 Ай бұрын
Ewe Daniel uk'utyoza Leta kose urihenda Kino Gihugu Umwenegihugu yaramaze gufat'ijambo.
@hermenegildempawenayo279
@hermenegildempawenayo279 Ай бұрын
Alexis Hakizimana yari muvyaranze.Agire iruko ryiza.
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 Ай бұрын
Rip.
@KangezeDonatien
@KangezeDonatien Ай бұрын
umuryango wabuze wihangane.nabafunzwe nabo bihangane
@JEANMBONIGABA-ic9eg
@JEANMBONIGABA-ic9eg Ай бұрын
Si possible fait moi ça in box
@Bizimanaaudifax-cg9jh
@Bizimanaaudifax-cg9jh Ай бұрын
Wewe ndunva wemera coudeta ya gwasa yamaze abahutu bintara ya bujumbura urahumba uzogwa hiyo wa vumbiwe
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
Iburundi tuzogera muri edeni president aririmba turushe
@MinanibalthaZar
@MinanibalthaZar Ай бұрын
Nu kurandura nimizi intwaro ya dd
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Ай бұрын
Nibatuze lvyo bisuma.gusa urashiramwo ububeshi
@moseshabarugira7598
@moseshabarugira7598 Ай бұрын
Nihatari bwana. Nubwombere nunvise amakuru yawe
@urugendonews
@urugendonews Ай бұрын
wari waratanzwe
@JmarieKabura
@JmarieKabura Ай бұрын
Uze uritonda Mugisha kugira ntube gateranya
@user-lt2qh5dj1b
@user-lt2qh5dj1b Ай бұрын
Ryama niba uhimvye ntacoyimena
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Ай бұрын
Nibatuze lvyo bisuma.
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Ай бұрын
Intwaro zamagabura nyama zaraheze muburundi,Uwiyumvira ku deta aba yabonye kibifaranga vyababanye vyishi,nibanyarukane murusizi lzo nkekera zicipfuza kudusubiza munkumbi,nivya niyombare ntibiratuva mumutwe.
@nines7690
@nines7690 Ай бұрын
Ngo yari Igisuma 🤣🤣🤣🤣,,,,,oya nimureke basha twubake igihugu cacu ,
@JeanclaudeNIYORUGIRA-p7c
@JeanclaudeNIYORUGIRA-p7c Ай бұрын
Wubahwe
@user-xs4de3up5m
@user-xs4de3up5m Ай бұрын
Babahiye iki ko bose president yavuze ko bazogumana kuko ataho abashira kandi nabo azana ariconkimwe.
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Ай бұрын
None ko madebari yigira ndanyaye Ari ndanyariwe ko twabuze igitoro inzara itwishe ariho asakiwe tuzomuturiza amapine no mukaburi ntahakwiye
@nahimanaissa9825
@nahimanaissa9825 Ай бұрын
ntakuntu wojuvug unyartsa??
@KangezeDonatien
@KangezeDonatien Ай бұрын
turabashimira kumakuru mudushikiriza.kuko aba aramakuru yukuri.muba mwatohoje neza
@OdriqueNgendakumana
@OdriqueNgendakumana Ай бұрын
😂😂😂😂
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Ай бұрын
Umuryango wabuze wigumye kuko ntivyunvikana ngo yarashwe numusazi kobaziko yaragwaye kuberiki batamukuye mugisoda?Reka reka birimwo amahinyu🙆🙆🙆
@user-vu9vs2zz7i
@user-vu9vs2zz7i Ай бұрын
Ahubwo.pirime.nibamwice.vyihuse
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Ай бұрын
Intwaro zamagabura nyama zaraheze muburundi,Uwiyumvira ku deta aba yabonye kibifaranga vyababanye vyishi,nibanyarukane murusizi lzo nkekera zicipfuza kudusubiza munkumbi,nivya niyombare ntibiratuva mumutwe.
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane Ай бұрын
Wewe urungika abantu muri rusizi urinde? Niw usanzwe ubatwarayo? Ndakurahiye iryo niryo herezo ryawe ! Ntibizoguhira !
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 Ай бұрын
Nibatuze lvyo bisuma.gusa urashiramwo ububeshi
Underwater Challenge 😱
00:37
Topper Guild
Рет қаралды 22 МЛН
Kind Waiter's Gesture to Homeless Boy #shorts
00:32
I migliori trucchetti di Fabiosa
Рет қаралды 14 МЛН
Magic trick 🪄😁
00:13
Andrey Grechka
Рет қаралды 51 МЛН
Blue Food VS Red Food Emoji Mukbang
00:33
MOOMOO STUDIO [무무 스튜디오]
Рет қаралды 5 МЛН
The Match That Made Zinedine Zidane Retire
14:37
BR7 Football
Рет қаралды 1,7 МЛН
The Rock
8:58
Shotgun BomBom
Рет қаралды 76 МЛН
Ip Man 2 | The Boxing Competition
15:57
Cinewatch
Рет қаралды 7 МЛН
Underwater Challenge 😱
00:37
Topper Guild
Рет қаралды 22 МЛН