MBEGA VYIZA😭/FANNY LAVINNE ATEREWE IVI NA NORASQUE/ARIRAZE N’abaraho bararira🥹/SI FILM NAGATO😍

  Рет қаралды 69,309

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

8 ай бұрын

#sirenvibestv #Fannylavinne

Пікірлер: 954
@hosyirakoze
@hosyirakoze 8 ай бұрын
Love is a beautiful thing bantu b’Imana😍😍😍 numva nryoherewe cane iyi Couple tubasengere Imana ize ibarinde umwansi muri runo rugendo rwabo rushasha🙏🏽 baze bagire umugisha mu rugo rwabo😍❤️ Iyi si film namba ni inkuru y’ukuri😍😍😍
@ahishakiyearlene585
@ahishakiyearlene585 8 ай бұрын
Hosy chérie❤❤ko biciy kuri Siren yacuuu ndavyemey narinzi kwari film ariko ndaryohew kubwa Fanny🎉🎉🎉Imana iz ibubakir❤
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 8 ай бұрын
Mbiravye iwawe ntabwoba ngira chrie❤ Nukuri Imana yishimire ururugo izibarinde ibizotuma abantu bavuga 🙏🙏
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 8 ай бұрын
Kubiciy ngah iwaw ndavyemey nukur narinas kuvyemer
@sosomh5430
@sosomh5430 8 ай бұрын
Biciye hano n'abari banse kuvyemera duca tuvyemera pe,.Hosy wewe turakwemera❤
@measme4721
@measme4721 8 ай бұрын
Waouh!! Mbega vyiza weee❤ nukur ndishimy knd cne ndanavyizeye kuk ar ww ubitubwiye
@merryirankunda3003
@merryirankunda3003 8 ай бұрын
Hemwe nanje narize, abarize mumpe like🙋‍♀️🙋‍♀️🙋‍♀️🙋‍♀️,songa mbele mungu mbere , congratulations 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@user-vl3qm8xe3u
@user-vl3qm8xe3u 8 ай бұрын
Warize🙄😃😃😃mpore
@irankundaemeryne844
@irankundaemeryne844 8 ай бұрын
Naje narize cane
@ImeldaNahabandi-cm3iv
@ImeldaNahabandi-cm3iv 8 ай бұрын
Imana ibabehafi Bana beza
@OrnellaNISHIMWE-zr8vg
@OrnellaNISHIMWE-zr8vg 8 ай бұрын
Kubwanj Numv ndyohew kubwabo ❤kure caaane Fanny lavine and Nolasque murakunzwe 🥰
@umucobusinesscompanyumucob2961
@umucobusinesscompanyumucob2961 8 ай бұрын
Imana Iramukijije agasuzuguro.Felicitation fany
@user-yr9jb6dd6f
@user-yr9jb6dd6f 8 ай бұрын
Shahu biryoshe pe Fanny Imana imukuye agasuzuguro nono uzumufate neza atongera kubabazazwa féricitation vous deux ❤❤❤
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 8 ай бұрын
❤❤Norasque aritonda cane Fanny uze umukunde gose umwubahe uronse umugabo mwiza ku mubiri no ku mutima ❤❤❤❤❤
@dianemunezero5388
@dianemunezero5388 8 ай бұрын
Toutes mes félicitations ma chère Fanny,ndanezerewe kubwawe umwami yesu azakubakire❤🎉
@AaAa-wz6wy
@AaAa-wz6wy 8 ай бұрын
Kumbe vyabintu biri serieuse❤ waoooh bravo fanny and Nono🙏Imana yivange murukundo rwanyu 💋💋
@juliehirwa1967
@juliehirwa1967 8 ай бұрын
Fanny you are very romantic kbsa uziko utumye ndira cyane ndabakunda from Rwanda❤❤
@JojoDjamira
@JojoDjamira 8 ай бұрын
Ibibintu ni yesu yabikoze turanezerewe🔥🔥ibibintu nivyiza felicitation mes amis
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 8 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro kuba iteturuye fanny ndaryohewe ❤
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 8 ай бұрын
Basha nukuri ndaryohewe cn Imana izibakomereze urukundo gwanyu muze muvyare murondoke muvyare hungu na kobwa ♥️♥️♥️
@KhalidKhalid-js1rf
@KhalidKhalid-js1rf 8 ай бұрын
Waaooo nukuri Imana yoba igukuyeko agasuzuguro kokugum bavugako utwara abagabo babandi ubu ugiye kuba umugore wumuntu usubirane icubahiro Fanny uubisengere cane abansi nibenshi
@dignedelicia6640
@dignedelicia6640 8 ай бұрын
Abakunzi burukundo ruzima 😘❤️❤️vrm ndahimbaw kubwanyu 🎉🎉🎉🎉
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 8 ай бұрын
Merci beaucoup Hosy kur émission itesa iryoshe uduhaye maze🥰🥰🥰
@sosomh5430
@sosomh5430 8 ай бұрын
Amasengesho yanje ndayerekeza kuri mwebwe bakunzi, Ndiho abe muvyanyu vyose.vraiment félicitations, ndanezerewe kubwanyu❤
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 8 ай бұрын
Maman Holy🥰🥰🥰🥰
@AllegresseNiyubahwe-mj8sy
@AllegresseNiyubahwe-mj8sy 8 ай бұрын
Ubundi nimwe ngra fane😂😂❤kuk nimw ngra menye kurush Imana iganz mur mwebw ❤🎉
@user-wq4gp7pe8m
@user-wq4gp7pe8m 8 ай бұрын
Imanizobubakire muze muyage mwumvikana ababavuze bamaremare❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-fs2vq9lr3f
@user-fs2vq9lr3f 8 ай бұрын
Gusa fanny ndakwinginz usenge lmana kand nanjye ndagusengera❤❤❤❤
@hamidahamida4116
@hamidahamida4116 8 ай бұрын
Narinzi ni film basha🎉❤❤❤mbega vyiza🥳🥳🥳🥳🥳🥳 congratulations fanny
@marietolerence
@marietolerence 8 ай бұрын
😢😢😢😢😢❤❤❤🎉🎉Nukuri ndaryohewe hamwe mbuz nimvyo nvuga fanny wubahwe vrm waritonze kandi imana iguhaye umuhungu mwiza kand atekerej imana ize ibubakire❤❤❤❤❤🎉🎉🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏
@user-kg4te9lw5m
@user-kg4te9lw5m 8 ай бұрын
Wawuuu uziko nang ndize we gusa ndabakunze cyane❤❤❤❤
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 8 ай бұрын
Conglaturation my favorite couple Imana ibaje imbere muri vyose ❤️❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹
@tantinendayishimiye579
@tantinendayishimiye579 8 ай бұрын
Amedé Wubahwe 🙏kuba wagiye kubashingikira wawa 😘
@wizerepamella5762
@wizerepamella5762 8 ай бұрын
😭😭😭Ndarize kubera Umunezero kuri bano bantu bacu b'Imana.Rwongere murukundo Ndiho abakomeze Ibabere umurinzi muri vyose Amen 🙏🙏🙏🙏
@user-zc9qs8kk1z
@user-zc9qs8kk1z 8 ай бұрын
I m so happy happy 🎉🎉 happy happy 🎉🎉🎉❤❤❤❤ nukuri ndabiryoherereweee bimwe vyimvamutima.❤❤❤
@user-zp8um1bx9s
@user-zp8um1bx9s 8 ай бұрын
Congratulation bantu banjye🥰❤️imana ikomez ibane namwe murukundo rwanyu🥰kandi mbifurije kuzagera Aho mwifuza🥰❤️hagatah love you my people ❤️🥰🥰
@afsamossi830
@afsamossi830 8 ай бұрын
Aho nisawa nimbarivyo nakare Fanny ave kugisuzuguriro cabantu buryumuntu afisurugo arubahwa cane gusa nyene agafillme Kaze kabandanye❤❤❤🎉🎉🎉
@ericnkunzimana
@ericnkunzimana 8 ай бұрын
Ndakeje cane norsque atitaye kumajambo yabantu Imana ize ibane namwe murukundo rwanyu ❤❤❤
@GyslaineAkimana
@GyslaineAkimana 8 ай бұрын
Ma chrie Fanny urarira nkarira😭nukuri kombiravye kwa Hosy👍 urukundo gwongere mwirinde utugambo Ubundi Imana ibabe hafi🙏🙏
@evelyneinarukundo-lg5xv
@evelyneinarukundo-lg5xv 8 ай бұрын
yooooo fanny ndanezerew kubwanyu burya ntakiba imana itakizi ivyagushikiye ntivyashitse ubishaka nuko anantu mukuvuga batiyunvira kuvugango warahukanye sigicumuro nibangahe bagorew mungo rero vyanse uraheba kndi ntakivugako udasubira kuja kuwundi mugabo rero imana ibaje imbere izobubakire narababazwa nagasuzuguro kabantu ariko imana ishobora vyose iraguhaye uwuguhoza amarira
@DorineMuziranenge-pb8pf
@DorineMuziranenge-pb8pf 8 ай бұрын
Ndasaba lmana yo mwijuru lzogume murukundo gwanyu vrt kuko nivyahinduka bazobatwenga cane norasque and Fanny ndabakund cn❤❤
@crediakwizera-qd8ii
@crediakwizera-qd8ii 8 ай бұрын
Yooooo Duduweeeeeee birahimbaye can IMANA ishishikar kubaj imber rugum rusos 🥰🥰
@LeilaMwiza-mu8td
@LeilaMwiza-mu8td 8 ай бұрын
Uwiteka yivange muvyanyu ❤❤❤Fanny congratulations dear❤❤turagushigikiye
@Faidauwizeyimana-qe7db
@Faidauwizeyimana-qe7db 8 ай бұрын
Ndaryohewe kubwanyu Fanny Yesu akomeze yivange muvyanyu💞💞💞💞💞
@niyokwizeramireille5520
@niyokwizeramireille5520 8 ай бұрын
Yoooooo Nadeje uvyunve ndagukunda na Fanny mwese lmanibampezagirire❤️❤️❤️❤️
@neustanishobola809
@neustanishobola809 8 ай бұрын
Congratulation Funny ❤and Ntare we love you guys from Neusta live in Australia ❤turikunwe tuguma tubasengera nibisigaye bize bigende neza❤hama IMANA ibakomeze murukundo rwanyu ❤
@AllegresseNiyubahwe-mj8sy
@AllegresseNiyubahwe-mj8sy 8 ай бұрын
Ubujubujubujubu Rosy si Firm🎉oooooh waooooooooh Imana Ibaje imbere nukr❤❤ love u so much nukr❤❤❤
@murekeyisoniemelyne4393
@murekeyisoniemelyne4393 8 ай бұрын
Love is a beautiful Thing ❤❤❤ Gukundwa nogunda byose namahirwe ❤❤here to celebrate love ❤️❤️❤️ Congratulations to you Guys 😭❤️ love from Rwanda 🇷🇼 ❤❤❤❤❤
@annonciatemanirambona4225
@annonciatemanirambona4225 8 ай бұрын
I m so happy kuri bino bintu mbonye atakwigirish vrm ndaryohewe
@niyonzimabebyna
@niyonzimabebyna 8 ай бұрын
Kuva kare naguma nibaza kwarububeshi ariko ko ndabiravye kur Siren vibes ndavyemey ndaryohew caane ♥️
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 8 ай бұрын
Muranezereje imitima yacu...l Amour triomphe toujours❤❤❤❤
@user-ot8lr1hi1u
@user-ot8lr1hi1u 8 ай бұрын
Félicitations Nono et Fany urukundo rwanyu rurampimbaye 🎉🎉🎉Imana irubemwo ibarinde umurwanizi
@user-cu6gq4xw1q
@user-cu6gq4xw1q 8 ай бұрын
Abantu bavug utujambojambo IMANA ikavuga ijambo❤❤
@benignendayizigiye224
@benignendayizigiye224 8 ай бұрын
Norasque na Fanny please reka kwitana ngo bene Data😂😂please ni mumenyere mupfume muvuga, umugenzi 😂, kuko muratesa vraiment muraberanye vraiment 😘😘Imana ibane namwe pour la suite , jew kuva ndavye irya émission hosy yaheruka gukorana nawe narabonyeko bakundana muri geste bagira. So Congratulations Fany Lavine❤
@user-ko4in4uy1u
@user-ko4in4uy1u 8 ай бұрын
Guys Mumbabarire Ntimudukinishe Nukur Peeee 😢😢😢 Ibibintu Nivyiza Can Kbx Imana Ibaje Imbere Muvyanyu Sinzi Impamvu Twenze Nkanarira Disi Ndaryohew Nukur ❤❤❤💐💐💐💐💐🌹🌹🌹🌹Beautiful Couple Ande I Love You 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@adelineakimpaye61
@adelineakimpaye61 8 ай бұрын
Ikintu nzi nuk Hosy atwerek ibintu bir sérieux guta umwanya sivyiwe
@aliaalr6366
@aliaalr6366 8 ай бұрын
Imana izabubakire disi BEZA banje abanyamajambo imana ikoze akantu kamwe KO kubacecekesha ndabakunda💞💞💞💞🇸🇦
@user-nl7tg7zu5m
@user-nl7tg7zu5m 8 ай бұрын
Abakunzi va Fanny muze duserebure❤❤
@NiyeraPrisca-hy2fo
@NiyeraPrisca-hy2fo 8 ай бұрын
💃💃💃💃
@Sara-ix8iy
@Sara-ix8iy 8 ай бұрын
Nivyiza cane kumuhesha icubahiro Fanny kwer ubu abantu bagiye kumwubaha kwer muzogire urugo ryiza❤❤❤
@user-wk1lk5ko4c
@user-wk1lk5ko4c 8 ай бұрын
Fanny ndagukunda cyane nubwo urabizi jyewe ndi muRwanda❤ congratulations
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 8 ай бұрын
Nukuriiiiii félicitations ma lavineeeeeee
@francoisniyakire8822
@francoisniyakire8822 8 ай бұрын
I'm so happy for this couple ❤❤❤from Zambia
@fifiakimana57
@fifiakimana57 8 ай бұрын
mbegambega inkur ibaye impamo Mana uzobahe urugo gwiza ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 norsque aritonda fani uzomwubahe
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 8 ай бұрын
Oooh ndanezerejwe nurukundo rwanyu 👌 Ntirugasaze ck ngo rukonje maze ❣️❣️❣️👏👏👏👯 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@aminaodette5297
@aminaodette5297 8 ай бұрын
Asha narabikurikiranye vyose ashahu courage fanny nokurongorwa❤🎉
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq 8 ай бұрын
Félicitations Fanny and Nolasque Iman ibaj imber muri vyose abavug mubim amatwi mwikomerez urukundo mushir imber Imana gusa❤❤
@user-fw4uv1nb5u
@user-fw4uv1nb5u 8 ай бұрын
Waaaaoo mbega vyiza weeee💃💃💃.urukundo aho ruri ibikorwa birikorera mugabanye amajambo rero
@maniraduhadonavine5542
@maniraduhadonavine5542 8 ай бұрын
Ukuntu nahora nkwanka shahuu mukama reka nige kugukunda walah kuko fany ntiyoncika❤felicitation
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 8 ай бұрын
Imana ibijemwo nukuri biranryoheye mukomere cane norasque na fany❤❤
@kamikaziregineclarisse1874
@kamikaziregineclarisse1874 8 ай бұрын
I’m so happy for them waooooh👌Ndiho yivange muvyabo
@kimana8818
@kimana8818 8 ай бұрын
Always Love winn🥰🥰 yooo fany disiii😘😘 vyukuri ntawutishimir urukundo shaaa 😍😍 Fanny uratomboy un ntuzonger kwitw indaya hary n kutagir uwo murikumw nikibazo gikomey cane
@belle-amiebayubahe4076
@belle-amiebayubahe4076 8 ай бұрын
Nukuri iyo ntibonera ikiganiro nogumy nzi kwari film,waaaaaoh 💃I am proud of you 💃may God be with you no mubizokurikira vyose
@bajoubeto1421
@bajoubeto1421 8 ай бұрын
I loved your introduction 🎉❤❤😂 ukuntu narik ndiyishura wogira ngo twari kumwe😢😅
@HusEhe
@HusEhe 8 ай бұрын
Kuva mbiny iki kiganiro ejo mwijor kw johakim narariz kubera umunezero urukundo rwiza yesu abibemw❤❤❤
@VioletaNiyotsaba
@VioletaNiyotsaba 8 ай бұрын
Mube amakara ntimube urubey❤️‍🔥❤️‍🔥❤️‍🔥
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 8 ай бұрын
Waaaauuuh inyuma yimvura izuba riraka.fanny wacu imana.imbere mwiza
@gafushionesphore7160
@gafushionesphore7160 8 ай бұрын
Félicitation, Umukama Imana azobagirire neza muze mugire umugisha utagabanije!!!!
@benignemanirakiza5440
@benignemanirakiza5440 8 ай бұрын
Wooow!I'm happy for you .May God keep being the pilar of your relationship.
@jaliairakoze6617
@jaliairakoze6617 8 ай бұрын
😭😭😭😭Ndarize amarira yivyishimooo peee Congratulations❤❤❤❤ Imana imfashe ntibe ari film yoooo ndanezewee pee🙏🙏🙏
@emelynecimpaye6630
@emelynecimpaye6630 8 ай бұрын
Fanny congratulations ❤ Imana ibaje imbere ❤
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 8 ай бұрын
Nimba ar'inkuru y'ukuri imana ibaje imbere m'urukundo rwabo❤❤❤❤
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 8 ай бұрын
Genda murandijije 😢😢ndanezerejwe namwe imana ibane namwe muri vyose❤❤
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 8 ай бұрын
Basha ndaryohewe pe ruguumeeeeee cane❤❤❤❤❤❤❤
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v 8 ай бұрын
Nkabandahagez mbeg ivyiz ❤❤ Imana ibabe imber dukomez kubipfuriz urug rwiz 🥳🥳🔥🔥
@bibikiki8437
@bibikiki8437 8 ай бұрын
Congratulations kuri couple nkunda 🥂🍾🎉🇧🇮🇨🇦❤️
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 8 ай бұрын
Ibibintu biraryoshe naho bintera isoni kubiraba😂 ndiko nunva amajwi gusa kuko kubiraba birangora pe. Félicitations Fan❤
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze 8 ай бұрын
Kubera iki bigutera isoni ??
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 8 ай бұрын
@@evelyneirakoze Ntampanvu noronka nguha Ariko ndazi KO ari vyiza nubwo je Nunva ntovyubshuka
@botiger7208
@botiger7208 8 ай бұрын
Ndabakeje Norasque na Fanny🎉🎉🎉 kuntambwe mugezeko mu rugendo rwo gukundana mwame mwumvikana muri vyose nibikurikira Imana ibaj imbere
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze 8 ай бұрын
Na commentaires ni nyinshi Big congratulations Urukundo ni rwiza ni ubwo bigoy kurwishoramo Whao J ndi gutinya nzakomeza mbe umu fans Whao Fanny she's so emotional
@JoselyneBigi-ok1bn
@JoselyneBigi-ok1bn 8 ай бұрын
Congratulations guys Imana ivyivangemwo ❤️❤️❤️
@user-xf2vo2pm4i
@user-xf2vo2pm4i 8 ай бұрын
Ati utu papillon 🦋🦋 Fanny ❤❤❤❤
@Nusra25743
@Nusra25743 8 ай бұрын
Wooooooh ndaryohew kubwa fanny 😘🥰🥰🥰🥰congratulations fanny wacu❤
@madamechemba3720
@madamechemba3720 8 ай бұрын
Yesu nase ntamikino❤❤🎉
@niwemugeni
@niwemugeni 8 ай бұрын
Quelle revirement de situation 🥰 Hosy , regard ya Norasque muri dernière entrevue on voyait qu'il était attiré par Fanny. Na Fanny yarafise udufyeli twurukundo 😍 Aba haters baraja he ! 😍 Félicitations à vous deux!
@user-yn4cw7kh1z
@user-yn4cw7kh1z 8 ай бұрын
Félicitation mingi la mabuja Faxine biraryoshe cane ndaryohewe cane Imanibajimbere kandi bahezagire na Norasque🎉👍
@user-tw2rn1kh9g
@user-tw2rn1kh9g 8 ай бұрын
Congratulations guys ndaryohewe canee❤❤ Imana ibane Namwe 🌹🌹❤️
@user-jf6wj6pi3q
@user-jf6wj6pi3q 8 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤,Fanny ndagukunda
@iyizirethedreamer9931
@iyizirethedreamer9931 8 ай бұрын
awww, this is so beautiful. We love love. ❤❤❤❤
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 8 ай бұрын
Najewe nciye ndira😢😢😢😢😢 Imana ibemurukundo rwanyu my dear Fanny ♥️ ❤️ ❤
@user-cp2kq9nt8v
@user-cp2kq9nt8v 8 ай бұрын
Yooooo ako kanyuma karanyoshe ngo bamwise ruyuzi ngo vyanteye intenge zokumukunda hama meze mugire urugo rwiza imana nyene amahoro azobabe hafi❤❤❤❤❤❤
@bechouingabire4818
@bechouingabire4818 8 ай бұрын
Waouuu c qu'on appel funga kinywa congratulations F
@JosianeNihorimbere
@JosianeNihorimbere 8 ай бұрын
Ndaryohew kubwanyu Fany wiwacu vraiment suis ravie de vs❤
@odettenduwimana6466
@odettenduwimana6466 8 ай бұрын
Ndanezerewe cane kandi ndabakeje cane bantu banje Imana ijimbere no mubisigaye vyose
@imberinkinzocherissa8473
@imberinkinzocherissa8473 8 ай бұрын
Yesu agira neza lavine wacu 🥰🥰♥️♥️♥️
@kwizerimanaesperance1829
@kwizerimanaesperance1829 8 ай бұрын
Felicitation nyishi ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉Mbega urukundo
@uweraasha2509
@uweraasha2509 8 ай бұрын
Congratulation ❤Fanny.& Ntare ❤
@arcangeriziki4819
@arcangeriziki4819 8 ай бұрын
Ah rer ivy nivy tub dushak apan vyabirofa vy,ubusaku congretulation❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-nu3uo2yd2j
@user-nu3uo2yd2j 8 ай бұрын
Wawooo love is beautiful congratulations Imana ibe muvyanyu ndabakunda canee❤❤
@kamikaziregineclarisse1874
@kamikaziregineclarisse1874 8 ай бұрын
Oui Oui c très romantic vrmt 👌
@user-sz5pi3pq1x
@user-sz5pi3pq1x 8 ай бұрын
Waoh congrats Fany🎉Love's good
@user-fs2vq9lr3f
@user-fs2vq9lr3f 8 ай бұрын
Amina Ndanezererew lmana kubona Fanny lavine lmana imukuye agasuzuguro kaba Daimoni❤❤❤❤❤❤
@fafaninyibuka255
@fafaninyibuka255 8 ай бұрын
Wooooow Ooooohhhhhhhhh nukuri ndaryoheweeeeee Felicitation cne Nono na Fany
@tantinendayishimiye579
@tantinendayishimiye579 8 ай бұрын
Congratulations guys ❤👏👏Imana ibagirire neza
@marynoella1752
@marynoella1752 8 ай бұрын
Ooooo ndabakunda cane norasque na Fanny Imana izabubakire rugume❤
Happy 4th of July 😂
00:12
Alyssa's Ways
Рет қаралды 66 МЛН
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 166 МЛН
Sigma Kid Hair #funny #sigma #comedy
00:33
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 32 МЛН
Utundidusha twaranze marriage ya Norasque na Fanny  mutabonye👆👆👆
11:19
Maman cheiilla 0fficial
Рет қаралды 1,5 М.
Norasque Ntare VI Abajije ikibazo Lionnel aca ararira
17:24
Diapora True Stories
Рет қаралды 11 М.
Norasque Ntare VI abajije ikibazo mugisha arumigwa
18:41
Diapora True Stories
Рет қаралды 8 М.
SOLUTION COUPLE💝:PRE-DOT✨
26:42
Solution Couple
Рет қаралды 43 М.
Happy 4th of July 😂
00:12
Alyssa's Ways
Рет қаралды 66 МЛН