Pasteur uraduhezagire canee kandi turagukunda Imana ikomez kugukoresh ivyubuhizi we love you🙏🏻🙏🏻
@MireneIrakoze-sm7vl5 күн бұрын
Hosy ndagushimiye kubwa Pastor nukuri kose ndaryohewe nokumubona,Numukkozi w,Imana vyukuri Pastor kuri Jardin nzozinduka Mana yanje sije nzobona harageze muraduhezagira mundirimbo zanyu vyukuri hajemwo rero Imana Ya kandi Karyo numva ndemye.pastor Mwarahezagiwe turabakunda
@CynthiaNkurunziza-hf5pe3 күн бұрын
Urumugisha kuri twe nabakuzi bose mon pasteur
@banumachristophedavid75534 күн бұрын
Imana iguhezagire cane Lopez
@ayinkamiyelysemartine8654 күн бұрын
❤❤❤❤... merciii Hosy kuri iki kiganiro🤗
@MunezeroParfait-hx4ch3 күн бұрын
Hezagirwa cane pasta wacu turagukunda cn
@musangImfura4 күн бұрын
Mwajanishije😂
@OlivellaNdayubaha5 күн бұрын
Ndabakunda ❤ cane pasteur
@bettyrachat53834 күн бұрын
Ubu Uraberewe mu mutwe hosy😂❤
@user-fk3pl1jj4p5 күн бұрын
Nice❤❤
@Gloriose-jb6bg4 күн бұрын
Ameen❤
@user-vh8gy7xl9p5 күн бұрын
Urumugish kuri benshi
@user-if5uw7pd3r4 күн бұрын
Ndifuza kumenya ahantu hari ecole ya musique. Uwuhazi ambwire azoba akoze