MISS BURUNDI 2023 vyose abishize ahabona//uko vyagenze kugira mbe MISS//INSOLITE zabaye mwihiganwa

  Рет қаралды 37,037

UMUKUBITO

UMUKUBITO

10 ай бұрын

MISS BURUNDI 2023 vyose abishize ahabona//uko vyagenze kugira mbe MISS//INSOLITE zabaye
‪@NtareRushatsiHouseTV‬ ‪@missburundiofficiel‬
#missburundi2023 #diaspora #visitburundi

Пікірлер: 76
@adriennezawadi1409
@adriennezawadi1409 10 ай бұрын
Aka miss kanyu ni keza cyane vrmt😍love from rwanda🥰🥰
@irakozeemelyne1166
@irakozeemelyne1166 10 ай бұрын
Shn Abarundi Bari humble and Bari open baba bisanzuye, biragoye ko hano mu rda umu miss avuga gutya, no make up akaba we wanyawe, wow I love this
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 10 ай бұрын
Miss Burundi abamuponze bamuhoye ubusa vrema Avuga neza yishura neza yarabukwiy basi ✅✅✅ Knd Gael nkunda ingene ubazanya ubwenge ubaza nkuko umenga nagutumye
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 10 ай бұрын
Mwakoze kutuzanira Miss 🇧🇮 aciyubwenge can . Knd nimwiza kuza kur Camera nta mek up ark agasaneza caaaaaaane . Miss Terimbere Cane ❤❤❤❤❤❤
@user-do8fp1he5j
@user-do8fp1he5j 3 ай бұрын
Uragahezagirwa mukobwa W'Imana Yezu abandanye agucira inzira,akuyobora yame akurinda ububi bwose amabi yose iyo ava akagera,urama wubaha umubiri wawe kuko n'ingoro y'Imana,uzonezerwa uzohimbarwa mu buzima bwawe mu gihe wubaha ingoro yayo
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 10 ай бұрын
Umwana muto afise vision, Imana ikuje imbere miss Burundi
@gloireirumva8697
@gloireirumva8697 10 ай бұрын
Wow! She's that beautiful and genius.
@bamybarthebarutwanayo4454
@bamybarthebarutwanayo4454 10 ай бұрын
Sha Bdi Bnza Haravuka Intore pe!Merci urazubwenge
@kayirangaemmanuel7153
@kayirangaemmanuel7153 10 ай бұрын
Gael murabo Bantu baca muri introduction muburyo bwamashusho uzashyiremo na Nyakubahwa Neva afite micro yumukubito kuko waramwakiriye ninama nakugiraga nkumuntu wawe kd byaba arisawa
@userk23456
@userk23456 10 ай бұрын
Nkenze ukuntu avugisha ukuri,her smile❤
@nakinteje7172
@nakinteje7172 10 ай бұрын
Komera munyabubanza wacu ❤❤❤🎉🎉🎉
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 10 ай бұрын
Wooooa miss wacu burundi ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@belyseirankunda7277
@belyseirankunda7277 10 ай бұрын
Bubanza hoyeeeee❤❤❤❤❤🎉
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 10 ай бұрын
Kuyindi pwemu idasanzwe ukaba urazanye miss wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤❤
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 10 ай бұрын
Nkunze kutambaye impenereza uraberewe😍
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 10 ай бұрын
She looks beautiful and humble ❤
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 10 ай бұрын
Miss wacu sha mwiza ndag❤ham juste Gael naw ubandany uter imber
@nakinteje7172
@nakinteje7172 10 ай бұрын
Gusa uwomu dada umengaritonda ❤❤
@famoustv4588
@famoustv4588 10 ай бұрын
Our beautiful miss😍!! Bonne émission...
@michelinemiche442
@michelinemiche442 10 ай бұрын
Love you❤🎉 Miss Burundi
@happyhappy3493
@happyhappy3493 10 ай бұрын
Ego mam kwigirira icizere nicocambere Imana ikujimbere❤❤❤❤
@MUNEZEROKevin-tk3py
@MUNEZEROKevin-tk3py 10 ай бұрын
gaël hejuru courage
@zaza8625
@zaza8625 10 ай бұрын
Beauty and brain❤
@user-et7og3hp2c
@user-et7og3hp2c 7 ай бұрын
Muze muturonderere Miss Burundi atubwire Imigabi ariko arakora nka Miss Burundi
@ali-ey9yi
@ali-ey9yi 10 ай бұрын
Wawwwww
@user-bg4jk7mg8k
@user-bg4jk7mg8k 10 ай бұрын
Très belle miss Burundi
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 10 ай бұрын
😊😊
@user-rj4lk5yf6o
@user-rj4lk5yf6o 9 ай бұрын
Courrage bro lbiganiro utanga très important sur tous les jeunes
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 10 ай бұрын
Miss hejuru caane
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 7 ай бұрын
Urimwiza❤❤❤🎉😂
@deniserwobahirya7573
@deniserwobahirya7573 10 ай бұрын
Elle est vraiment Belle et sage
@cyangugurw1568
@cyangugurw1568 10 ай бұрын
i wish to come in burundi
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 10 ай бұрын
Gael nzokwemera neza kur Legend utuzaniye uyumuntu ukamuha interview
@Hi5392
@Hi5392 10 ай бұрын
elle est trop mignonne😍😍
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 10 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰
@katabana-xp6iz
@katabana-xp6iz 10 ай бұрын
❤❤❤💋💋
@user-lq4ij8yo9g
@user-lq4ij8yo9g 7 ай бұрын
❤❤❤
@AmoLam-fl4en
@AmoLam-fl4en 10 ай бұрын
Aka miss ka bien
@besttv6224
@besttv6224 7 ай бұрын
Emmssion nziza kabisa peee azi kwishura neza
@umutoniwasemignone5377
@umutoniwasemignone5377 7 ай бұрын
She's cute
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 9 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasazwe 🤣🤣✌️✌️✌️✌️
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 10 ай бұрын
Arazi kwishura neza kabisa
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 10 ай бұрын
Nikeza vraiment.
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 10 ай бұрын
Zana urya mu Patiri yari kuraba macht Mur Cameroon umwe afise ubwanwa bwishi nzoca ndakugurira Ivyeri ndamubonye kumu kubito tv
@serugoburundi7044
@serugoburundi7044 10 ай бұрын
umuzanye tumukumbuye
@GaelNgabire
@GaelNgabire 10 ай бұрын
Gaël
@nibizimsabah3267
@nibizimsabah3267 10 ай бұрын
Uri inyange very proud of this young girl🍷
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 4 ай бұрын
Iburundi tuvuga "IGITSIBO" apana "IKAMBA". Ikamba ni ikinyarwanda, IGITSIBO ni ikirundi
@LaDifference-j5g
@LaDifference-j5g 10 ай бұрын
Mbona umengo araba ejo hazaza😂
@ericremezo9638
@ericremezo9638 10 ай бұрын
Zéro maquillage,zéro tatouage, ntanamahereni bref elle a une beauté naturelle, uri mwiza uburi mwiza tu on force pas la beauté 😅
@mairymairy1851
@mairymairy1851 10 ай бұрын
Naga chch❤❤❤❤
@yxngdevotion9782
@yxngdevotion9782 10 ай бұрын
lellie
@user-lu5on1qp8z
@user-lu5on1qp8z 6 ай бұрын
Uruwambere kabisa mubwiza mubantu bamaze gutora
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 10 ай бұрын
Ariko arafise ijisho ridakanura neza 'nimba atari jewe ntabona 😊😊
@migazocumba7212
@migazocumba7212 10 ай бұрын
Waravy nabi p
@ChachaChany
@ChachaChany 10 ай бұрын
Ushatse kuvug k irindi rihumye wapi waravy nabi vrt ereg nivyo barabirab iyab yararifis ntiyari kub miss
@user-ur2rj5bd7y
@user-ur2rj5bd7y 10 ай бұрын
Muvyowumvise yavuze wewe wabonyeko afise akajisho katabona neza?😂😂 Urumuti wamenyo
@user-ur2rj5bd7y
@user-ur2rj5bd7y 10 ай бұрын
Waravye nabi cane pe!!!!
@freddymuhimpundu5247
@freddymuhimpundu5247 10 ай бұрын
😂😂ntimumuharize harukuntu karaba
@ItekaAnnystacy-vl2lm
@ItekaAnnystacy-vl2lm 10 ай бұрын
Wooow ego sha miss sasa duhe ubwobuziii tureke kwiba sasa🙄🙄
@asadhamed3699
@asadhamed3699 10 ай бұрын
Wap arabona nikoakanura nimwizape
@user-cf9ss4hu9z
@user-cf9ss4hu9z 10 ай бұрын
Nimwiza Pe?
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 10 ай бұрын
Gerageza turabeko haricohi ndukaku bigemeba cumubu rundi
@musakusa7968
@musakusa7968 9 ай бұрын
Ariko I Burundi ni nko mu rwanda! Nta muhutu cg umutwa uba miss?
@Chilbuli_Baby
@Chilbuli_Baby 5 ай бұрын
Miss kelly wa 2022 je pense , yari umuhutukazi 😊
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
@MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 10 ай бұрын
Nikeza bukebuke😂
@spiritmanM
@spiritmanM 10 ай бұрын
Wambwawe😎
@raissafabien4285
@raissafabien4285 10 ай бұрын
Umunye Mpanda wacu👍👍courage mukobwa wacu mwiza ❤️❤️❤️
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 10 ай бұрын
Hejuru can umunya bubanza wacu❤❤
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 10 ай бұрын
Hejuru can umunya bubanza wacu❤❤
@michelinemiche442
@michelinemiche442 10 ай бұрын
Umu nya Bubanza wacu,ahuri wubahwe 🎉🎉
@user-tt8ts4vf4p
@user-tt8ts4vf4p 10 ай бұрын
Ako kantu kabaye hagati mukiganiro mugakosore ntigasa neza
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47
Sigma girl and soap bubbles by Secret Vlog
00:37
Secret Vlog
Рет қаралды 6 МЛН
Clown takes blame for missing candy 🍬🤣 #shorts
00:49
Yoeslan
Рет қаралды 39 МЛН
How Many Balloons Does It Take To Fly?
00:18
MrBeast
Рет қаралды 167 МЛН
L'AMOUR INDEFECTIBLE - Princesse Esther Kamatari
48:16
PAM Channel TV
Рет қаралды 24 М.
Приятного аппетита 🤣
0:15
Dragon Нургелды 🐉
Рет қаралды 8 МЛН