MURATERANA AMA PRESSURE! Kwambara WIG izimvye sibwo busirimu!Bakobwa duce ubwenge🙄|Girlfriend

  Рет қаралды 13,983

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

5 ай бұрын

#girlfriends #sirenvibestv

Пікірлер: 64
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 5 ай бұрын
Kuri mwebwe ubwiza bw’umukobwa baburabira kuki?? Mutubwire muma commentaire
@cappucinella9120
@cappucinella9120 5 ай бұрын
Ndakunda abakobwa badatinya, bakanuye, babona kure nkawe ❤, iyo mba.nkawe ngana uko mba ngeze kure 😅😅😅naho yoba wosa gute, ico cugukanura conyene kir attira gusumba nubwiza bwo kumubiri, kuko hari igihe abagabo bibaza ko abagore atakiri mu mumutwe
@mariebelyseirinimbabazi9127
@mariebelyseirinimbabazi9127 5 ай бұрын
Avoir la tête bien remplie(intelligence )
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 5 ай бұрын
Ubwiza bwumukobwa buri mumutwe
@boboyann
@boboyann 5 ай бұрын
Kungidi😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 5 ай бұрын
Ubwiza bwumukobwa nubuvukanano uko abumbwe no mumutwe ibisigaye nubutubuzi 😅😅
@NinA12587
@NinA12587 5 ай бұрын
Thank you ladies for the talk. I did not know ko Wig ituma uba classe. Actually umugani wa Hosy, ntiziri comfortable. Kubisanzwe wig ni nkugufasha abantu bafise problem zumushatsi. Wew ufise umushatsi wawe mwiza w entraitene neza genre ukawusuka canke ukawusokoza ukuntu canke uwogosha ağa style keza. Wig ni ikintu ukoresha wabuze akanya canke ufise izindi ngorane. It s an alternative not a first option.
@boboyann
@boboyann 5 ай бұрын
Hosy tangura kuducorera ibiganiro vyanyu tubisigurire nabashinwa "kidding"😂😂😂😂😂😂 ... We are here to watch,like and share 👌👌
@user-of1ll8xb4v
@user-of1ll8xb4v 5 ай бұрын
Hosy na Gree❤❤umushitsi twarose ari cool cane pe muzobandanye ikikiganiro basi😂😂😂giheze ntashaka so courage 😢bxu bxu
@xxel_ink.productions-group8161
@xxel_ink.productions-group8161 4 ай бұрын
That’s Peniel Nation CEO🙌🏻🙌🏻
@soniairadukunda7853
@soniairadukunda7853 5 ай бұрын
Ikiyago cigisha catesa ☺️courage mugume muterimbere muvyiyumviro 🥳watching from 🇺🇸
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 5 ай бұрын
Za muravuga muti abarundi turagafise 😂😂😂 uzi kumenga abarundi muri kuvuga nikindi gihugu.
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 4 ай бұрын
Ash mwavuga nuko bitugora gukurikiza....merci jolies dames❤❤
@PrincEloge
@PrincEloge 5 ай бұрын
Abakobwa biwacu beza😘😘ikiganiro kiryshe cane
@user-wn5kt5hg1z
@user-wn5kt5hg1z 4 ай бұрын
Nukuri Hosy girl friend y'unomusi yari imeze neza nukuri muratanze impanuro nziza kuba dame benshi.
@user-ns8dt5qy4q
@user-ns8dt5qy4q 4 ай бұрын
Merci kukiganiro kitwungur'ubwenge. Knd muraberew can
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 5 ай бұрын
Today abansi bariyongera muvuniye mumavi😂muturamukirize queen Irityna abafana biwe twamukumbuy
@chrisdaymutakuryano3957
@chrisdaymutakuryano3957 5 ай бұрын
My star Tina
@user-ds9gc3wx4n
@user-ds9gc3wx4n 5 ай бұрын
Aujourd’hui je suis la première à commenter 🥰
@jilu1095
@jilu1095 5 ай бұрын
Ukwonukuri turashoboye❤❤
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 5 ай бұрын
Merci les femmes ❤ ikiganiro kiryoshe cane
@gracedushime5622
@gracedushime5622 4 ай бұрын
Ariko muvugira rimwe, yoo Irene wakeraa kuri socatrie kinanira
@IshimweBrigitte-zn1vr
@IshimweBrigitte-zn1vr 5 ай бұрын
Hosy ndagukunda can ndakunda nijwi ryawe
@DivineUwimbabazi-jd6kb
@DivineUwimbabazi-jd6kb 4 ай бұрын
Muze murageragez guhana umwanya mukuvug.hama muze muha umutumire umwanya avug mutamuciramo!mrc
@anniellamuhimpundu6484
@anniellamuhimpundu6484 5 ай бұрын
Mwambaye neza j'aime❤
@boboyann
@boboyann 5 ай бұрын
Ikindi naco wig iroroshe gutunga kuko uyikurira aho ushakiye😂😂
@Ida35715
@Ida35715 5 ай бұрын
Outfit ya Tina 👌 👌 💯 💯
@franckmuco7534
@franckmuco7534 5 ай бұрын
Franck Bounser:Umutumirewanyu Gretta na Hosy, Twashimwe ingene ahanura abigeme bacu babarundi.
@ineskwizera9456
@ineskwizera9456 5 ай бұрын
Peace banguuu ❤
@VianneyNiyokwizera-jg2tc
@VianneyNiyokwizera-jg2tc 5 ай бұрын
Sv ndayikunda nabayikoreramwo ndabakunda.hagez ivyubwenge ho mundyohera gushika
@DivineUwimbabazi-jd6kb
@DivineUwimbabazi-jd6kb 5 ай бұрын
Wouah ❤
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 4 ай бұрын
Ikiganiro Hosy ndagikunze cane kiraryoshe ibibiganiro bigwize biraduhindura umuntu ararema uriga gukora akazi kose atasoni uretse umwuga wokuroga cnk kwiba nivyo bigayitse So Hosy na Gretta ndabakunda ntimwishima muyaga neza
@franckmuco7534
@franckmuco7534 5 ай бұрын
Société yacu yaba Bounser aha i Burundi,ikora sécurité des evenements,et sécurité rapprochée irikumwe namwe,nomubikogwa vyanyu irikumwe namwe.
@LiesseIradukunda
@LiesseIradukunda 4 ай бұрын
Numéro ya téléphone svp
@boboyann
@boboyann 5 ай бұрын
Jewe wig zimfasha gukwepa ibisuko kubera i can't sit for more than 5hrs ndiko ndasuka 😢😢😢😢😢 uko bakwega umushatsi niko tujana 😂😂😂😂 si non wig nibisanzwe, abazihayagiza they are just village champions 💯 Wearing an expensive wig on a empty head 😂😂😂
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 5 ай бұрын
Pour moi , ubwiza bw’umukobwa numukobwa aciye akenge aciye ashirako akantu kisuku je te jure uwo mukobwa aba ari mwiza!!! Please be smart vrt kndi biraronderwaaaaa
@user-up1tj7ep7u
@user-up1tj7ep7u 5 ай бұрын
Mbega kuva mukayanza ni ikibazo?
@euphrasiendagijimana6841
@euphrasiendagijimana6841 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@jeanclaudenibaruta171
@jeanclaudenibaruta171 4 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane. twizereko kizofasha benshi
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck 5 ай бұрын
Ubwiza bwumukobwa nurupfasoni,nindero runtu aba afise,ibindi vyose birasanzwe kuko bivana nuwuzobiraba.
@emelynenimbona311
@emelynenimbona311 5 ай бұрын
Jew ndamuzi kuri Irene uwimana twariganye
@soniairambona
@soniairambona 4 ай бұрын
❤❤❤
@mucomuco127
@mucomuco127 5 ай бұрын
Hello ladies! Mwavuze umutwe na look gusa! How about umutima? ❤️❤️❤️ Le plus important c’est le ❤️ 😅
@mucomuco127
@mucomuco127 5 ай бұрын
Mufise ibiganiro vyiza ❤️ Bravo
@milkainahogota5718
@milkainahogota5718 2 ай бұрын
Peniel nation CEO
@MugishaParfait-ob6rd
@MugishaParfait-ob6rd 5 ай бұрын
kugira ubwenge nuko umuntu asa ntaho bihuriyehe ntabakwa baba babi bakabura nubwenge abandi bakaba beza bakagira bwenge mureke kwibasira abakobwa beza di
@Musindi736
@Musindi736 5 ай бұрын
Muze muraraba amajwi muyarongorore murakoze
@Maceditvbdi
@Maceditvbdi 5 ай бұрын
Bus zigendamwo abakene ga mama Kaïs 😅😅😅ndagushimiye
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 5 ай бұрын
Keep up friends ndabakuuuuuunzeeeeee ndakunda une femme|fille akunda kwikorera vrt Je biranrya mumutwe ukuntu umuntu yitwaje amahera kugira aguprofite stp keep up je mba numva ahubwo aritw twopfum tuyatanga hako bodufata nabi aryeeeee😉😉jesus je t’aime Hama umuntu aguhaye amahoro amahera uzoyironderera
@user-wl2ys7ub3c
@user-wl2ys7ub3c 5 ай бұрын
O😂Cc
@boboyann
@boboyann 5 ай бұрын
Uyumusi murakije umuriro harabo bitaza kuryohera😂😂😂😂
@domineniyonsaba1913
@domineniyonsaba1913 5 ай бұрын
Ntibari obligées yo kuvuga ivyo dukunda ni batubwire ibitwubaka
@boboyann
@boboyann 4 ай бұрын
@@domineniyonsaba1913 come back when you get the joke
@godsgrace6820
@godsgrace6820 4 ай бұрын
oya basha il faut voir n'uwuyaguhaye. hari amahera naho woba uyahawe ataryoshe bivanye n'uwuyaguhay. Imaginez umukobwa ayahabwa n'umugabo w'abandi asize abana inzara ibish. naho ayatora il y a le karma
@user-hs9kt7fw6s
@user-hs9kt7fw6s 5 ай бұрын
I love u 😘 kuri mwese
@filippacubillo97
@filippacubillo97 3 ай бұрын
Promo-SM 😃
@IshimweBrigitte-zn1vr
@IshimweBrigitte-zn1vr 5 ай бұрын
Hosy ndagukunda can ndakunda nijwi ryawe
Женская драка в Кызылорде
00:53
AIRAN
Рет қаралды 323 М.
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 77 МЛН