Urugo ruragoye kuvamwo. Ntuvyuka uyu munsi ngo uvuge ngo ndagiye! Iyo umudame arinze afata décision ati ndateruye n’abana urugo ndaruhevye haba hari impamvu. Abantu birinde ayo ma critiques négatives yabo. Secret iba izwi na nyene gufata décision. Courage kubo bigikundira kuba muri “Niko zubakwa” bigqkunda. Ariko bacunge santé mentale yabo ntihungabane. Merci bcp Inès and Hosy kuri ico kiganiro
@beatricenezerwa3809 Жыл бұрын
Inès ma chère, femme Forte, intelligente, simple , polie abakuzi turagushingira intahe. Love you 😍
@kg728510 ай бұрын
Ariko umugore wese adivorsheje nukumwubaha kuko ntivyoroshe surtout harimwo abana par contre naho woba ukunda umugabo wawe gute wame wibuka wamugani UMUGABO NUMWANA WUWUNDI anything can happen ntacomupfana kubisanzwe. Malheureusement muri africa nta lois i protéger abagore nabana. Jewe mes parents bavanye j’avais 5 avec mes 5 soeur papa yatureze wenyene gushika twese tuve i Burundi à l’époque je me suis pas rendu compte kuko papa ne s’est pas remarié la vie était ok sauf que maman n’était pas là et elle s’est jamais inquiété pour nous papa yaratureze bien seule.
@sayumwemunezero4156 Жыл бұрын
She’s so positive, she carries the greatest in herself, and she can lead a generation to the generation
@InesKidasharira Жыл бұрын
Thanks dear 🥰 be blessed
@habonimanaines3579 Жыл бұрын
Bravo à Inès témoignage yiw yageragej k nabarik barayumviriza biga tout en garda ibanga ry'urugo mukutavuga ama détails yocafuza uw bar bubakanye. Ur umupfasoni w'ibanga big up to you Mme Inès
@InesKidasharira Жыл бұрын
Murakoze
@benignebizimana5876 Жыл бұрын
n umupfasoni cane arafise ubuntu
@yvetteniyonkuru36156 ай бұрын
@@InesKidasharira pole sana Ines, uritonda nka Maman wawe yaranyigishije muri primary ,niganye na obed,ariko wewe narakumva sinari ndakuki, ariko komera
@marcellasek9018 Жыл бұрын
Hosy, urazi kubaza ibibazo bikenewe, courage ku mwuga💪et Merci ku ntahe ya Inès
@radiaakiteka1576 Жыл бұрын
Bonsoir, je vous écris depuis la France kugira ndababwire ko nkunda ibiganiro vya Siren vibes, des sujets édifiants. Continuez à rayonner....ndabakunda caneee🥰🥰
@m.claire3507 Жыл бұрын
Merc bcp vrt wavyitwaymwo neza Kand urakoz nogukomeza abandi kk ahabshi barababaybarabaye nabi Siren lov u too much
@user-zu5mi4ge5w5 ай бұрын
Inès wubahwe kwer kuko hari ibintu bihaze ingo nyishi biragoye kandi mumpe numéro ya Inès ico yonterera mwoba mukoze Host mwubahwe courage Inès nime yawe irakenewe kukobeshi bararushe
@muben3774 Жыл бұрын
Thanks a lot for pour le conseil Mme Inès.....Hosy ja juru👏👏courage
@manirakizamireille8337 Жыл бұрын
Nukuri Mme Ines urakoze cane,uranyubatse .
@pacifiquendikuriyo8412 Жыл бұрын
Très belle émission! Courage chère Inès! Merci pour ta sagesse.
Sh big up abarundikazi baritahuye ni vyiza peee! Courage ❤❤❤🥰🌹
@eustachesitaki3698 Жыл бұрын
Uti barondere amahera barye isi imbere y'uko izobarya nayo. Kiitos
@lorraineayinkamiye6747 Жыл бұрын
Waouh Inès arandyohey vraiment elle est cool avuga ari posée.....ngo tatouage azoyishirako ce weekend 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@elysefuraha4588 Жыл бұрын
Ines Tatouage kwl😂😂😂 kandi uri serieuse Ash uranyishe Hosy uzoyimubaze ico izobisigur kbx😂😂 so ❤❤❤
@ngendakumanawilly2159 Жыл бұрын
Big up #Umutwip Inès ikiganiro cari ciza courage Hozy🙏
@hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын
Merci à toi aussi Hosy 😘😘
@espeniyo477 Жыл бұрын
Bavuga ngo “Guha amahirwe ya kabiri uwaguhemukiye ni nko gutiza inkoho uwaguhekuye”. Mais Inès nukuri tu as tout essayé kugirango urugo rwawe rukomere. Nturi wenyene hari abandi babaye muri iyo situation yawe. Aba dames dufise ikigongwe kiri hafi. L’important c’est que ibikomere vya divorce vyaheze ukaba warakomeye ugashobora kubandanya witeza imbere kumwe n’uruvyaro Imana yaguhaye. Courage!
@enockniyubahwe1795 Жыл бұрын
Merci bcp pour le témoignage si instruisant. Hosy...,Tu nous a apporté le personnage important, qui a marqué longtemps le journalisme burundais. Je connais bien cette Dame #Ines ( Maman Be...) Comme personne de zèle, compassion.... J'apprécie profondément les relations amicales qui la lient avec ses enfants. C'est vraiment un arme offensif contre les effets négatifs de votre séparation avec leur Père. Sois forte !!!!
@InesKidasharira Жыл бұрын
Merci beaucoup Enock muhezagirwe
@lindakaka1754 Жыл бұрын
Ariko abagabo mana yanjye!!!
@eduigenicishatse8549 Жыл бұрын
Merci naw dear, merci à Inès pour ce courage
@ornellanamugisha7780 Жыл бұрын
Mbega ikidame cuza Kiri cool diiiiiisi,Tatouage👌😅yampimbaye trop ni goût yanj diiiisi,hma Hosiane mrc gum utubariz utubazo twse,mrciiiiii kuntaheeeee naj ndize vrmt👌🫂
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Inès sha ndakunda kumukurikira sur les réseaux sociaux surtout pour son engagement pour les droits de la femme. Inès merci d'exister
@nyleneuwimana6184 Жыл бұрын
Siren vibes hejuru 💪💪💪💪 muradufasha cane.
@douce9601 Жыл бұрын
Merci temoignage yawe iranyubatse,hama reka ndakwibutse indirinbo yakabiri wakunda ni umporiki bakavugamwo (premiere bureau) wakunda kuyinsaba uri muri studio 🥰
Merci madame Kidasharira courage . Siren vibes merci pour l'émission. Hosy la journaliste ma copine urarenze vrt ubaza ibibazo vyiza gose courage.❤
@annemariendayishimiye426 Жыл бұрын
J,aime bcq cette femme ,elle est brave ❤️
@salamisindimwo303 Жыл бұрын
ikiganiro ciza caaane...stay blessed
@godswonderstv797 Жыл бұрын
Hama vyoba vyiza mutumiye abandi nabo Ingo zimez neza kugira bikunde ko ababakurikira babe equilibré na cane cane Les jeunes
@maeli6300 Жыл бұрын
Arabatumira hari abo nabonye la fois passée bamaranye 25 ans kandi bagize mariage yakabiri.
@sirenvibestv Жыл бұрын
@@maeli6300 merciii…. Kirahari kandi ni My Journey nyene
@lindakaka1754 Жыл бұрын
Uno mu mama ari cool❤❤❤❤❤
@emelynebukeyeneza3937 Жыл бұрын
Témoignage ya Madame Ines iranyubatse caane. Merci bcp uri Intwari. Imana igume iguhezagira. Tu as pris une bonne décision, si tu n'as pas de bonheur quelque part ....tu quittes. Merci aussi à Hosy pour l'émission.
Iyo conseil ya Madame inès iri wise. Urukundo gusa ntirukwiye pour s'embarquer avec quelqu'un. Birakenerwa gushira Les pieds sur terre muguhitamwo avec qui de marier. Cane cane Les filles mwige kumviriza Les conseils Des parents.
@Rayzix.6 Жыл бұрын
Trop fort merci pour ce temoignage
@Rayzix.6 Жыл бұрын
Urazi kuja ku mpanda uherekeje uwitahiye ugaca ukabona imva ugaca wibaza uti mbega ça kivagundu nticoza naco ngaha😢
@bellardnijimbere1423 Жыл бұрын
Arakoze cane ku ntahe yiwe aduhaye irafasha beshi
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Témoignage nziza , quel dame atesaa
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Journey yiwe iri so interested,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@blessed_to_be_muslim Жыл бұрын
Cadeau turamaz kukumenya nukuri ko uri uwo muri Sweden 😂😂😂 ntuze urinde urigora utwibutsa
@josianendayizeye2707 Жыл бұрын
Merci Madame Inès kuri témoignage yawe kandi urumugore wumufasoni.ariko ako kantu uherejeko kuburyo nibaza kwaba atarafata décision yokuhava .kuko nanje narahukanye ariko je me souviens ko navuyeyo ataburyo mfise ariko nabona nubundi ngiye kuhapfira
J'ai toujours une question nama ngumana iyo numvis les histoires de divorce, kubr ik twumva les dames gusa,abagabo ntivyiger bibananira? Hosy ndaguhaye challenge uturonderr version y'umugabo vyanse
Anaclet none hoho vyoba vyo ingorane yoba IRI hehe?nukuri abantu muragowe iyo ni vie privée yiwe.ntibikenewe et d'ailleurs kubizana muri commentaire.Hosy love you so much
Ico Ines avuga nico cambere ndamushimiye ku mpanuro atanze
@eduigenicishatse8549 Жыл бұрын
Courage abafise de tels problèmes, la vie est faite de haut et de bas, j'encourage ababivuga kuko c'est encourageant la meilleure moyen de se soutenir ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@BelyseKarerwa-kq8we Жыл бұрын
Biragoye me iyumutima ubabaye nta numwe agufatira ingingo c'est toi même
@fleuryb8706 Жыл бұрын
Hosy ngufise inda ya 3?katayo tubona?
@Hi5392 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ariko ko atamugambi ufise wokumufasha kurera abana avyara, umubaziriza iki nkico kibazo??😂😂
@ChachaChany Жыл бұрын
Oya reka aka kanya umwan wa kabiri akir umu bébé?
@christinesemuto940 Жыл бұрын
@@ChachaChany none se ibyo birabareba kweri?
@kg728510 ай бұрын
Jewe nguma ntangara ingene abana bubu baciye ubwenge twebwe à votre âge déjà abavyeyi ntibakureka ngo uje kwibana canke ngo nje gukora ayaa à 25 ans narimuhira basha ntaniciyimviro cokuhava en tout cas ibihe birahinduka