Nelly afise inkuru!!! Donc rero toxic cristal et pclub ico bagurisha ni sex toys!!!??? Donc, ama sex toys agurishwa muri boite? Ko mpora njayo atawura proposa kuyigura!! Canke bagurisha kubo babona bashonje?
@bigiclovan934829 күн бұрын
Just ibibaz uwumuns vyabay bike hahahhahaha 10min avuga umunyamakur ataravuga hahaahahhaha nic ciza cikiganir cabakobwa umunyamakur yivugira make qyasigay akayamuvugira
@_-wt8ns29 күн бұрын
Iryonibara ivyobintu ntibikashikir mwizinaryayesu
@yves-davyndizeye-xi2hp28 күн бұрын
😢😅😅ati pain français ya 500 ntazi n'ibiciro aho bigeze(inflation des denrées alimentaires mana wee) ariko ndamukunda cane avugishukuri numu mukobwa ari influenceuse iwacu i Burundi on Top....🔥🔥💯
@user-vj9sj6od9e27 күн бұрын
Warahawe nakanwa wamukooo kndi nkaho ico nkundira Abarundi nuko baca babona kwarivyo ntibamenye kugira uze kuma tv on line baguheba 😂
@elsie465828 күн бұрын
Ngumuziki wamwise 😅😅😅
@alinenduwimana585929 күн бұрын
Aka ka dada karashisha kweli.kavuga ibintu bisesema
@_-wt8ns29 күн бұрын
Ashichagut ahobigukozeko hiii nimwunve ukonukuri
@BeBellou-ux7qe22 күн бұрын
Dahwa none
@derrickngenzwanayo106629 күн бұрын
Juste 👍 on applaudit ton talent mais ne l'abuse pas en explosant les bouches de ces vielles filles😅 Je passe 😅
@user-zz5zj8uu1x28 күн бұрын
Iki gikobwa kirasesemye nikibi gose
@kanyamunezaemmanuella582129 күн бұрын
Yabimenya gute nimb nawe atayikoresha🤣🤣🤣🤣🤣 umusuma amenya mugenzi we