NELLY NATT ntaco asigarije WE LOVE MUZIKA//Intambara ya DJ FERNANDO na MELANIN/Ivyo bapfa ntivyorosh

  Рет қаралды 24,307

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Ай бұрын

NELLY NATT ntaco asigarije WE LOVE MUZIKA//DJ FERNANDO niwe yasambuye umurwi/Inzigo n'ubwibone afise
‪@welovemuzika565‬ ‪@Mista_aye‬ ‪@gustomelandry6999‬‪@melaninboy1‬
#logo

Пікірлер: 136
@johnnene1613
@johnnene1613 Ай бұрын
Inzigo gusa uwagutumye yanka Igihugu ba mukundana apana gupondana Fernando yarahezagiwe sha n'a Badoo
@SM-nn5rw
@SM-nn5rw Ай бұрын
Naho atariwe yanditse izo ndirimbo ntaco bitwaye. Ntizari kuba hit iyo hatajamwo amajwi ya ba We love muzika kuko amajwi nayone ara compta
@user-sr3tv1wq2b
@user-sr3tv1wq2b Ай бұрын
Juste Gaël bukosorana vrm nta we love you music dufis mu Burundi 😂😂😂 bon Nelly nat sindagakunda vrm kuk karavug nabi knd karibona ariko ico nabony atanz inkuru muzoshak muyemere nasanz kavug ukuri
@jean-justeiyamuremye5041
@jean-justeiyamuremye5041 27 күн бұрын
Sha nimba ivyo Nelly Nat avuze arivyo, uyo Fernando numu inserieux kumusi w shooting agakora ibintu nkivyo, ntaterambere bazoshikako knd Nelly Nat ndagukunze shaaa
@christalentungane
@christalentungane Ай бұрын
Nonese ko social media yiwe ariyo gukosora abantu , iyi mukosora ko tutarayibona? Canke se ko avuga ngo she’s promoting them rimwe, gukosora vyaje ryari? AMA posts menshi yiwe arimwo bitterness kuko avuga abatamwisemba gusa naho avuga ngo atanga amakuru ya vrai Nelly Nat sometimes ama intentions ari behind Aba atari meza, ndamwifurije gukira Uwo mururazi, Imana Ntaco itodukiza, kugeza nubu Data aracakora
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 Ай бұрын
Kingigi 🤴 in UK 🇬🇧 soon 😊 we can wait to see him😊 very good 👍🏿 Burundi 🇧🇮 Bujumbura first 😊 let do it Burundian 🇧🇮👊🏿🫵🏿
@LimpompoMardodadi
@LimpompoMardodadi Ай бұрын
Melanin ❤❤❤💯
@user-rl4go4ut2l
@user-rl4go4ut2l Ай бұрын
Iyoninzigo ntawuvuma uwo Imana yahezagiy haraho bokubura wew Nelly nat
@twinboysmusic
@twinboysmusic Ай бұрын
Number 2 like zanyu ngaha
@mytalent2031
@mytalent2031 Ай бұрын
Sha nelly urikuvugukuri j ndabona impamvu bamwebamwe batajabukigihugu
@user-yk3ei2by1o
@user-yk3ei2by1o Ай бұрын
😢❤❤❤❤Zuraduha amakur🌹🌹🌹
@florismugisha5509
@florismugisha5509 Ай бұрын
Mukwiriye kushigikira abaririvyi apan kuvug côté negative kand har vyinsh bakoze vyiza kuki mufis umutim mubi wokuzimya umuntu kand atarimw mwamwakije
@DallasTv-youtube
@DallasTv-youtube Ай бұрын
Agahari karavugwa natubwire nibindi
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire Ай бұрын
Nelly wew uvugisha ukuri
@donsonofficial4476
@donsonofficial4476 Ай бұрын
Abumvise uko Nelly avug "We love muzik"😂😂
@Guy-meghane
@Guy-meghane Ай бұрын
Ewe ivyo ntibitubuza umukunda firnandooo
@rahaytv26
@rahaytv26 Ай бұрын
courrage ze muraduha amkuru ya baririnvyi disii❤
@Burundistartv
@Burundistartv Ай бұрын
❤❤❤
@epanabiribrown7696
@epanabiribrown7696 Ай бұрын
Juste gael
@abelmuco
@abelmuco Ай бұрын
😂😂😂😭😭😭ngo uri sire😩🙌
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 Ай бұрын
Uranywengej Nelly ATI numukozi wanj KO ata ndirimbo afise yiw 😂😂😂😂
@VianneyButoyi-ug5ki
@VianneyButoyi-ug5ki Ай бұрын
Uwo nelly nat ntakint nakimw azii ng baramaz gusambuk klii 😉😀
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire Ай бұрын
Nelly wubahwe wew nturya umunwa😂😂😂
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 Ай бұрын
😂😂😂🙌✊
@user-wg3xl4fm2t
@user-wg3xl4fm2t Ай бұрын
Iyo nzigo yuyo mukobwa Imana irakubona
@user-ou3bh8qv9c
@user-ou3bh8qv9c Ай бұрын
Gabanya ubusanzi shaaa
@irakozeaimedondalton9104
@irakozeaimedondalton9104 Ай бұрын
😂😂😂😂 twarumiwe peee
@YvanblackOfficial
@YvanblackOfficial Ай бұрын
We juste gael ndakubaha knd cane, muga ubandanije uzana iri sibwe rivuga ivyo ritazi, iyi TV yaw nzoz ndayifata Uko ntahora ndayifata
@cedricmpfukamedusenge361
@cedricmpfukamedusenge361 Ай бұрын
Félicitations nelly warose fumé zigukwiye bukbuk 🖐️🖐️😂
@aftapat5365
@aftapat5365 Ай бұрын
haa nelly ariko vyukuri washaje ndake kuko natanguye kugukurikira kuva 2017 nzohava nemera ivyo se mavumba avuga😂 but love you 😘
@user-ds9gc3wx4n
@user-ds9gc3wx4n Ай бұрын
Naw urakuz genre wew yarakuz wew ugum ahuri 😏
@aftapat5365
@aftapat5365 Ай бұрын
@@user-ds9gc3wx4n vyukuri ndakuze pee mfise 32
@iraduhayebertrand1272
@iraduhayebertrand1272 Ай бұрын
Namba ari WE LOVE YOU MUSIC nyen hhhhhhhh😂😢
@armanditka1145
@armanditka1145 Ай бұрын
Aaah uwo turamuzi hari ikintu kizima mwigez mwumva avuga
@chrismuganwa8634
@chrismuganwa8634 Ай бұрын
Nelly natt ariko aragira analyse wokwibaza ko vyose ari ukuri kumbe nawe ntaburamwo utwabesha!
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV Ай бұрын
Ubu ngira wabonye kwatabeshe😂
@UrbainNiyongabire-hs7mu
@UrbainNiyongabire-hs7mu Ай бұрын
Akakademu nakabono sana kaje kutwiyemerako nn ntabirenze sister kk urasanzwe kigira akantu kazivyinshi ntanibirinze kacayi kananshisha kavuga nkakaraga
@user-ew7uv4vl1v
@user-ew7uv4vl1v Ай бұрын
W Gaël noe Vrt k ikiganiroo cosee mwavuze ibibi gsa
@irakozemediatrice2577
@irakozemediatrice2577 Ай бұрын
Just gael turasavy ubwir nelly agure isutiya 😮😮😮
@user-ds9gc3wx4n
@user-ds9gc3wx4n Ай бұрын
Je ndakund interviews z NellyNat sinziko kwar kuber nkund urusaku 😅
@user-oy3pn8jb1e
@user-oy3pn8jb1e 13 күн бұрын
Iyo ninzigo uko bizogenda kose aba fan ba Fernando tuzagum tumukund arashoboy
@CandleF566
@CandleF566 Ай бұрын
Sha, uwu mu Nelly arafise urusaku kbsa😅😅😅
@milliardere9177
@milliardere9177 Ай бұрын
Nelly wacu 😂😂😂
@user-gp2ue3hj8z
@user-gp2ue3hj8z Ай бұрын
Sister umesema kwr kwa wasani bikogwe tena umewapa mawazo mfano wakina arikiba wako wana rima sana
@kamanzicrouch3881
@kamanzicrouch3881 Ай бұрын
😂😂😂sasa hivi wew unge commenti mu kirundi ungekua nini?
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m Ай бұрын
Nimb ufitaniy bifu n Fernando 😂😂😂😂
@ralphnick9304
@ralphnick9304 Ай бұрын
Uyo mukobwa kweliii arashobora kuba afise ikibazo 😂😂😂😂😂😂
@Kingjmtv1982
@Kingjmtv1982 Ай бұрын
Vyatumye nabahora bafise umutima wogufasha muri music nasanze abaririmvyi babarindi atari abizigigwa nivyo binabasubiza Inyuma
@keolamuco4629
@keolamuco4629 Ай бұрын
Bro..trust me...aha wahushije..reka kwisibiza inyuma...uyu azoheza abaye umurozi..niba ataza yaramubaye!
@kellykizzytheboss3891
@kellykizzytheboss3891 Ай бұрын
Ako ga kecuru gacoma urutagosoye 😂
@YamineNtihemuka
@YamineNtihemuka Ай бұрын
Noe mbabaze mwibaza dj fernando na melanin boy arinde yandika neza?
@gersonsantosdasilva1677
@gersonsantosdasilva1677 Ай бұрын
"We love you music" 😂😂
@rahaytv26
@rahaytv26 Ай бұрын
NELLY URI Mwîza ❤❤ nagukunze
@milliardere9177
@milliardere9177 Ай бұрын
Je ndibaza namoko arakora
@ntizzolehardi1914
@ntizzolehardi1914 Ай бұрын
🫣Ushobora kuba uvuze ukuri🫣
@bisharizaeric442
@bisharizaeric442 Ай бұрын
Nelly nat ndagukunda cane ndakunda ibiganiro vyawe👌😘
@MireilleMireille-qp9kr
@MireilleMireille-qp9kr Ай бұрын
inzigo gusa yako gakecuru rekana Dj fernando kuk arashoboye ikindi reka guteranya wakicucuwe
@umuhozasolange7550
@umuhozasolange7550 Ай бұрын
Inyinya n'uburyayi kimwe naba Nyamema
@AlbansBans
@AlbansBans Ай бұрын
Numéro ya mbere
@ndabakundamwese
@ndabakundamwese Ай бұрын
Ariko uri gateranya (......)
@user-gt4km7gh3i
@user-gt4km7gh3i Ай бұрын
Nelly avuzukuri kbs m Fernando yokwitonda
@jibril3532
@jibril3532 Ай бұрын
Nelly Natt kul ubuu ndumufana wawe🙏🙏🙏
@maryseroxanne3003
@maryseroxanne3003 Ай бұрын
Nelly hejuru cnee 😂😂😂
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg Ай бұрын
Juste nahora nkunda chaîne yawe😢
@user-im8fr1bj3s
@user-im8fr1bj3s Ай бұрын
Iyo nzigo yawe madam: na Gusto ntumukunda.bref na we lov muzika ntuyikunda. Ivyo gukunda umuziki ndundi birakoroka
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 Ай бұрын
Ikimbabaza nuko abantu binzigo bavuga amajambo menshi kubintu vyubatswe bigakunda ariko atarihara narumwe bashizemwo mukuvuubaka,iyo rero n'iyo nzigo bakubwira y'abantu badakunda iterambere ry'abandi
@user-vu2br9wd8i
@user-vu2br9wd8i Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@FistonSun2
@FistonSun2 Ай бұрын
Bibi uvuye hehe??? Natasha yakunaniye usimbiye kuri Dj Fernando,,, hapatoki Kiki Dada mzee!! Turakuzi wama ushaka guteranya vya ngondangonde kugira ugume muri Circulation uvugwa muri industry,, agusumba Hit shaa!! Sinzi nkabaguha Micro!!
@kingmoses-md5qk
@kingmoses-md5qk Ай бұрын
ahubwo aba legend ni ba kora umuziki iyo miziki yaba new genaration ni temporere nicho gituma barazima mu imyaka i tatu gusa . kandi uyo arika aravuga nabwo asumba fizo amahera
@user-im8fr1bj3s
@user-im8fr1bj3s Ай бұрын
Gaël, iyo uzanye umutumire nkuyo yuzuye urwanko, no gusambura.wamubajije ngo ubahanuye iki yakwishuy gut?
@emmanuelngendakumana3361
@emmanuelngendakumana3361 Ай бұрын
Ukuri kurababaza
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg Ай бұрын
Nelly uriko urabesha..urumva k wabuze nivyudendekeranya ngo mbisa nihorere ngo kubera ntibahanurwa???shaaa Dj Fernando ntumuzi numuntu windero il est impec
@Santos983
@Santos983 Ай бұрын
Kugira inyinyi n'ubumuga mubundi kuko ntamuzungu agira inyinyi NB : ICO nigihanga any way Mr #Gaël Ibiganiro muha amasadunda nkaya iyi TV tuzoyiheba
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 Ай бұрын
We abazungu barazigira seulement bazugara bakiri abana . Na Madonna yarayifise. Yayugaye akuze
@KerryAlexNTWARI-tm8tf
@KerryAlexNTWARI-tm8tf Ай бұрын
Ndigaha kubabwira yuko tudakwiye kuza turizera ivyo vyose tubonye kuri réseaux sociaux kurya tubona mukibano hagize uwuterimbere tutaryoherwa twese menya ko nahandi mumicungararo ariko bimeze dukunde umuziki wacu nivyacu uwotuvyemeranya ampe like
@Chansantana
@Chansantana Ай бұрын
Biravana nuburyo uteyemwo imbere
@user-nh5vd7bw6j
@user-nh5vd7bw6j Ай бұрын
Fernando numuhimbiri kwanza nimubigose
@Wasysy11
@Wasysy11 Ай бұрын
We love you music nayo niyahe?
@Aston-Marley1
@Aston-Marley1 Ай бұрын
Narinzi nije jenyen navyumvise🤣🤣🤣
@calvadosog
@calvadosog Ай бұрын
Iyondaya imwa urumugi rutagosoye😏
@assinaningarukiy5757
@assinaningarukiy5757 Ай бұрын
Ikindi naco turabizi ko we love muzik bafis umwanditsi non ivyo bitway iki kura izo mukorogo
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 Ай бұрын
Nelly nat nta interview yiwe noreka kuraba kbs 😂😂
@nganinkaaudressa8653
@nganinkaaudressa8653 Ай бұрын
Interview ya nelly irankorera umusi nanje peee
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
Ivyo bintu birimwo amakenga
@pinsonnagil9784
@pinsonnagil9784 Ай бұрын
None nellly nat abizi gusumvya Melanin?
@karorerodjibril6251
@karorerodjibril6251 Ай бұрын
Aho uje ngaha kuba urateranya gusa Just Gaël urakwiye kuza urareka guha ijambo abantu baza guteranya
@milliardere9177
@milliardere9177 Ай бұрын
Ko mutima atagenda nka kigingi
@AimecesaireCesaire-fh5nm
@AimecesaireCesaire-fh5nm Ай бұрын
Basha mwebwe aba ba hitmeker dufise Aho mwogerageje kubahanurira mu mpisho
@Just_Design.
@Just_Design. Ай бұрын
Nkico kizeze mugishir kur tv gt Nububesh gs
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Ай бұрын
umushussuro
@ntizzolehardi1914
@ntizzolehardi1914 Ай бұрын
Kagakobw uno musi ndakemeye❤️
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 Ай бұрын
Umwemereyiki ariko avuga uburofa nk'ubwo?
@user-kr7zp1uj5o
@user-kr7zp1uj5o Ай бұрын
Uwo n umusazi.
@assinaningarukiy5757
@assinaningarukiy5757 Ай бұрын
Nelly natty ko wamana inzara zibandits wambaye nam fume nukuberiki kand rek kubesha we uvug insaku gusa kand washaje
@angebuhungu8976
@angebuhungu8976 Ай бұрын
Jewe sindumva ibintu canke umuntu avuga neza...Kubera iki????
@bush_doctor8878
@bush_doctor8878 Ай бұрын
Fizzo salsa 😂😂😂😂
@machariagilbert3475
@machariagilbert3475 Ай бұрын
Unatultea mwehu gaël
@_-wt8ns
@_-wt8ns Ай бұрын
Iconoviga ahobaranguriy barahazi ferenado. Nameran nibasubizehamwe Jews baranezera iyobarikobaririmba Bose indirimbozabo ziraryoch
@NishimikijimanaBelyse
@NishimikijimanaBelyse Ай бұрын
Nelly natt ari mubakobwa bake bemera ibirungo abandi baca babesha😂
@user-yk1zy6cs1z
@user-yk1zy6cs1z Ай бұрын
Vrt uvuzukur hm burya urukundo nicokint camber murivyose nakare abakera barayamaze ngo ukuboko kumwe ntikwimara ubudyi
@Alphamediaburundi
@Alphamediaburundi Ай бұрын
Nah mumugwanya natt uvuga ukuri sometimes
@user-hq1wk2bq8f
@user-hq1wk2bq8f Ай бұрын
Nyara ntacuri naw 😂ishari😂gabanya iminwa
@evscottdumas8825
@evscottdumas8825 Ай бұрын
None nkiryo shaaano avuga nkande yamaze ikiii mbega umukoshiiiiii areeeeee
@user-wd8te9yn6f
@user-wd8te9yn6f Ай бұрын
Uwomukecuru avugivyatazi
@Aston-Marley1
@Aston-Marley1 Ай бұрын
Gusa nelly si we love you music,ni we love muzika😂
@Alphamediaburundi
@Alphamediaburundi Ай бұрын
Gusa it's not we love you music ni we love muzika
@Triciadushime
@Triciadushime Ай бұрын
Jew Nelly ndamukund kuk kesh avug ukur kand kubamuz numunt afashany wumwan mwiz reo abavugak mumwank mwihangan kuk ntary iwany kwanz ntanuwukundw n bos kuk s amafarang ic mwomenyac avugukur🥰🥰🥰🥰
@tuyisabeevariste3251
@tuyisabeevariste3251 Ай бұрын
Bamuha ibiganiro abantu bazima !!!apana aba slay quen bose !!none nkuwo ubona twomwigira kwiki vraiment?
@2boom477
@2boom477 Ай бұрын
Uwomukecuru ariyemera nani
@iraganjeguyraoul3271
@iraganjeguyraoul3271 Ай бұрын
We love you music ngir ni nshash 😮
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂Imisiyose nuko avuga ngo we love you music none kuki Gael atamukosoye?? Nihatari
@UYEIC
@UYEIC Ай бұрын
None nkiryo lofa ariko avuga iki?DJ Fernando afis ubushobozi ubuhe kugira atuma melanin abura visa?arafise ivyajejwe mur ambassade belge?nimba umwanka bivuge kand utekane kuko ww abantu wanka baguma batera imbere naw utera wuma nk'igiti raba nka Hosy wama uriko uratuka ingen atesa
@sekandayiragije6144
@sekandayiragije6144 Ай бұрын
Mubisanzwe mubuzima birababaza gutangura ibintu bikarangira umugenzi ariwe abitwaye
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 Ай бұрын
Ikibazo cisukari ikibazo cigitoro ikibazo cidollar nibibazo biduhanze murikino gihe
#IMPUMEKOYIWACU: 25.07.2024: AMAKURU AVUGWA HIRYA NO HINO.
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 7
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 24 МЛН
Clown takes blame for missing candy 🍬🤣 #shorts
00:49
Yoeslan
Рет қаралды 39 МЛН
Double Stacked Pizza @Lionfield @ChefRush
00:33
albert_cancook
Рет қаралды 79 МЛН
DJ FERNANDO : ARAVUYE MUGACERERE//ARAVUZE VYOSE
38:21
Buja FM
Рет қаралды 36 М.
Waka waka #4 🤣 #shorts
0:15
Adani Family
Рет қаралды 15 МЛН
Детство злой тётки 😂 #shorts
0:31
Julia Fun
Рет қаралды 3,7 МЛН
Что делать если закрыли на балконе
0:31
This or That 🛍️
0:52
A4
Рет қаралды 11 МЛН