No video

Ni he hajanywe ibikoresho bakuye mu nzu yanje iri ku Mutanga Nord ? (Bernard Busokoza)

  Рет қаралды 22,076

Tele Renaissance

Tele Renaissance

Күн бұрын

Ibintu vyose vyari mu nzu y’uwahoze ari icegera c’umukuru w’Igihugu Bernard Busokoza vyaratwawe bihagarikiwe n’umushikirizamanza kizigenza Léonard Manirakiza, hari ku munsi wa gatatu uheze. Gushika uno munsi, Bernard Busokoza akaba atazi iyo ivyiwe vyatwawe. Akaba ari mu buhungiro kuva mu 2015, inyuma y’aho ahunze ubutegetsi bwagomba kumufata yagirizwa kuba yarifadikanije n’abashatse gutembagaza ubutegetsi bw’umuhisi Petero Nkurunziza. Busokoza agasaba umukuru w’Igihugu kureka kurenganya abantu nk’uko yirirwa aravuga ko arwanya akarenganyo.

Пікірлер: 27
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 5 ай бұрын
Ivyarivyo vyose, birumvikana ko Ivyo bintu bizobazwa leta y'UBURUNDI,nacane cane sbobatwara IGIHUGU kuko ivyo bintu ninobabitwaye
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 9 ай бұрын
Emile zolache, umenye ko intebe zose ,CNDD yicayemo sizo yazanye, kwica, gusahura CNDD ikora nta butegetsi nabumwe bwigeze bubikora. Mwitegure umuhutu azoza atari umi CNDD azobibishyuza. Abatutsi bo barumiwe ntanubwo bagikeneye ubutegetsi. aba Frodebu ninabo batsinze amatora kuko CNDD ntiyigeze itsinda n'a rimwe. Tegereza,
@euphremmuregwa9418
@euphremmuregwa9418 10 ай бұрын
Irambire Mutama Turaziko abambuzi barajwishinga nugusahura utwo wabiriye icuya.
@benderuta7725
@benderuta7725 4 ай бұрын
Murarizwa n'ubutunzi bwanyu aho kurizwa n'amaraso y'abenegihugu ameneka bazira ubusa. Ni akamaramaza!!!!!😮😮😮😮😮
@emile-zolachevchenco9122
@emile-zolachevchenco9122 10 ай бұрын
Affaire héros de la démocratie Niwitabe ubutungane none
@user-tr3sc3dg3k
@user-tr3sc3dg3k 7 ай бұрын
None komubimweza nkahomwarikumwe kuja kugurishz ibitanda vyiwe bizotuma ndadaye azika rekrra politique banyeneyo
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 4 ай бұрын
Mbe muherereyehe gantuze😂
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 10 ай бұрын
Uri le proprietary de tous les dossiers rero?
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 4 ай бұрын
Ivyo wakoze birazwi iyubuwundi warikwihana kumahano mwakoreye abarundi yaco mutubesha wewe Busokoza urimubi
@user-sw2ir5fp9m
@user-sw2ir5fp9m 4 ай бұрын
Niwivugire mbega nimwebwe mwize gutohoza barakuz abarundi
@nkundaburundi1597
@nkundaburundi1597 10 ай бұрын
Urabisa
@apostlenestorndizeye6205
@apostlenestorndizeye6205 10 ай бұрын
Aho kuvuga President Ndadaye, ukavuga nagakengere keshi ngo urubanza rwa Ndadaye. Nimwemange ko mwishe Umukuru wigihugu yitorewe nabenegihugu
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 4 ай бұрын
NONE NDADAYE KO ARI UMUKURU W’ABA GENOCIDAIRES!!!
@fadjost-james9008
@fadjost-james9008 10 ай бұрын
Uyu siry'ashano ryahekura Uburundi n'abarundi?
@user-ce6pz9uw7d
@user-ce6pz9uw7d 4 ай бұрын
UMUSUKU MUHOZI🤣
@ackleokwenda5959
@ackleokwenda5959 10 ай бұрын
Ariko uragirizwa kuba mubishe Ndadaye.
@zacharienihangaza9839
@zacharienihangaza9839 10 ай бұрын
None kwagirizwa kuri wewe bisigura kwarivyo?
@ndarishikijejeandedieu8860
@ndarishikijejeandedieu8860 10 ай бұрын
Uti imanza bazuye zo muri 1993? Jewe nibaza ko wokwitaba ubutungane hama ukiregura vyoba vyiza.
@Mondieu2024
@Mondieu2024 9 ай бұрын
Ingorane zose dufise muburundi nimwebwe abanyepolitique .Imanza zose zirakuraba mutama.Ahubwo nimubwize ukuri abarundi batobato.Bitabaye uko,twigumire mubuhungiro.Umukuru wigihugu cacu nimumureke ntimuhave munamwandukiza ububegito bwintwaro zabicanyi nabakunzi binda zaheze.
@antoinebakevya8911
@antoinebakevya8911 9 ай бұрын
Sha, ivugishe kubera uriyo. Kugandagura Ndadaye mumuziza ngo n uko ari UMUHUTU!!! Shaaaa hmmmm
@donatairadukunda9919
@donatairadukunda9919 6 ай бұрын
Mbe wa mvunja we, ubwo urazi ico bisigura kuba umuhutu ? Urazi ico bisigura kuba umututsi? Wewe ibere imvunja gusa wigumire munsi yi kirenge no hagati y'amano, hanyuma ute amagi yazo gusa ibisigaye mwaranyuranywe sha , vyaragusize . Mvunja saba igikwashu gusa bagutabare.
@Mondieu2024
@Mondieu2024 9 ай бұрын
Kuba 1 er ministre Canke president ugahereza mubuhinguro ni agashimwe ka shetani umuntu aba yarakoreye.IMANA iba yakudashwe.
@gilbertninteretse2424
@gilbertninteretse2424 9 ай бұрын
Abantu bose bakoze amabi muri kahise bazorangiza nabi
@user-fc8yt4cv1n
@user-fc8yt4cv1n 5 ай бұрын
Warunzi ngo ni bimwe wagira mukwica Ndadaye??? Siwewe waciye confections z'ama téléphone wabugesera ???
@luckymbonye4183
@luckymbonye4183 9 ай бұрын
Nimutuze ivyomwaronse mubusuma ntimushobora kubiraga abana
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 4 ай бұрын
Yeweesha Muhozi ubuhungiro nibubi kabsa umunwa warapinze 🤣🤣🤣🤣
@ncxp5663
@ncxp5663 2 ай бұрын
Urabesha Niko yiyamiye ntumubeshere kuva kera
English or Spanish 🤣
00:16
GL Show
Рет қаралды 5 МЛН
Dad Makes Daughter Clean Up Spilled Chips #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 1,4 МЛН
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН
Мы сделали гигантские сухарики!  #большаяеда
00:44
Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya
6:37
Yaga Burundi
Рет қаралды 65 М.
#MuRugo : wiketse ko akuvanga, wokora iki ?
2:18
Yaga Burundi
Рет қаралды 1 М.
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 13 М.
Mohammad bin Salman: Prince With Two Faces
54:00
Show Me the World
Рет қаралды 5 МЛН
English or Spanish 🤣
00:16
GL Show
Рет қаралды 5 МЛН