NIKITA NA DACIA BAJE BASHAVUYE😣/IBAZE GUFATA KU NGUVU UMWANA W’IMYAKA ITANU😭🙈

  Рет қаралды 5,598

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

3 ай бұрын

#sirenvibestv #funandfacts

Пікірлер: 19
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 ай бұрын
Ndiko ndabaraba bakunziii😍😍 muratesaaa kandi muraciye ubwenge❤️
@daciam8244
@daciam8244 3 ай бұрын
Turagufanaa natwe ceo wacu wakeraaaa shaa😂😂😙😙❤
@ndayishimiyejeannette1057
@ndayishimiyejeannette1057 3 ай бұрын
Mes chères amies ivyiyumviro vyanyu nibisabo ni vyiza,ariko ikibabaje nuko abotoye Ayo mategeko nibo babikora abandi nabo nibamwe bantakogwako. Gusa nk'abavyeyi twokwitwara gute kugira turereshe abana bacu kirazira? Umwana w'umuhungu akure yubaha kandi yubahiriza mushikiwe,ndetse n'umukobwa uko nyene. Kandi biracashoboka kuko abeza nkamwe baracariho ❤
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 ай бұрын
Muraberew Ba chr bangu musa neza kbs Hama nikiganiro ciza kirimwo impanuro nyishi bzuuu
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq 3 ай бұрын
Murasa neza nikita na Dacia ❤❤
@amanisalama
@amanisalama 3 ай бұрын
Mwateye imbere nukuri kandi imana ishimwe, kandi muri beza cane, mugabo ndifuza kubabona kureyaho kandi cane cane, like no where else, wanashaka nanguvu nyinshi bisaba, just umwete tu ❤ gusa lov u ma burundions
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 3 ай бұрын
Nukur iy sujet iri touchante cane vrm Merci les Dame💞💞💞
@christakabanga9437
@christakabanga9437 3 ай бұрын
I lik yo voice nikita
@a.colinmwizere537
@a.colinmwizere537 3 ай бұрын
Idée yo kubakubitira kuri stade n'igisagara cose cahishikiye nko ku munsi wa défilé niyo. Bien sûr ic'umunyororo kiguma kiri indispensable.
@neneitekaryimanagateka2910
@neneitekaryimanagateka2910 3 ай бұрын
Niki usa neza ma chérie 😍
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 3 ай бұрын
❤❤❤
@amanisalama
@amanisalama 3 ай бұрын
Ndo tatizo yetu wa Africa 🌍 tukipendwa bakusapotiwa sana, tuka anza kushiba, tuna anzaga kuzarau kazi, abantu twabakunze murikumwe mwese, mwarikugitanguruko bas,dada twarababaye nibas tu, ubu naho hozi,ejo nikita,ijayejo ni wagwan,mwavuze vyubutegesi like jokes, but nimwavuze immanvu nyayo, nakazi kenshi kamuruhisha nabana , pigeni kazi mpaka kieleweke muwe kama kina Oprah wa hapa kwetu, all things are possible under the sky
@sandrakaneza539
@sandrakaneza539 3 ай бұрын
Murakunzwe
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 ай бұрын
Nanje ngiye kwitwarira abagore bose batonsa abana babo amezi 6 bitwaje ngo amabere yabo yagwa canke baterera abana babo abayaya nkaho umengo nibo babavyaye, ariyo mpamvu turimwo turaronka abagabo bibirara.
@user-rz2os9io4e
@user-rz2os9io4e 3 ай бұрын
nukugaca murabon ivto bihaye
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 3 ай бұрын
Hosy arihe
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 ай бұрын
Abana barereshwa amata y'ibikoko niyo mpamvu baba abagabo b'ibikoko
@edissa9747
@edissa9747 3 ай бұрын
Ivyo bintu vyo gukubita nivyo kwiyamiriza, bikaranduranwa n'imizi kandi nibaza ko abanyamakuru bobidufashamwo. Mugabo iyo mubivuga umengo nibisanzwe Nsinzi ko muntahura!
@DarleneWenda
@DarleneWenda 3 ай бұрын
❤❤❤
KONGERA GUSHAKA UMUGABO SI NONAHA😢
0:51
ISIMBI TV
Рет қаралды 311 М.
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47
Amazing weight loss transformation !! 😱😱
00:24
Tibo InShape
Рет қаралды 51 МЛН
Looks realistic #tiktok
00:22
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 105 МЛН
Apôtre Ferdinand Bright N. - Mubwiza Bwawe(Compilation)
8:04
Apostle Ferdinand Bright N.
Рет қаралды 6 М.
tuguye gitumo fofo dancer, aryamanye n'umukobwa😵‍💫
0:42