NTIBANTUNGANYA IGANDAGURWA RYA NDADAYE

  Рет қаралды 48,372

TV RTNB

TV RTNB

8 ай бұрын

Пікірлер: 54
@bonheur-boirron77
@bonheur-boirron77
Ababantu cg uwo muryango waguhishe Imana izabahembe.
@melysekankindi6107
@melysekankindi6107
Urakoze cane mutama kumakuru uduhaye.Nabataribwabeho icogihe utumye tumenya kahise kigihugu cacu.
@KamikaziBrianna-mx4vm
@KamikaziBrianna-mx4vm 28 күн бұрын
Turabakunda cyane
@user-yt5rz8qh9p
@user-yt5rz8qh9p
Uwomutama ndamukunda Imana ninziza yaramurokoye nubwo bamwiciye umugore nabana ndamuhojeje yihangane
@ndayizeyethierry3748
@ndayizeyethierry3748
Nyakubahwa abishe ndadaye bakwiye gukurikiranwa kandi nabantu bishwe bazira ndadaye batamuzi ,igihugu cose abantu bagafatwa bakicwa. Uko wovugakose nabonabantu niyicwa ryabatutsi ryarateguwe mbega nouveau nugutwi navyovyazanywe nabishe ndadaye.nukuri nyakubahwa niba utari mubateguye genocide yahitanye abavyeyibacu nikuki mubikorako mugasha
@titieloge
@titieloge
Uyo mutama ndamwemera nimvugakuri
@BolingoTheodomir
@BolingoTheodomir
Gaswerenyoko wa nterahamwe we y'igishubi,uzi amagambo wavugaga mabi kyera ukyiga muri nyakinama
@venustehabiyaremye3390
@venustehabiyaremye3390
Uyu Mushingantahe aragaragaza umuco wo kwikukyira na "demokarasi", icyangombwa (importance) cy'inzego (institutions) kyiruta abarongozi bazo b'imena! Ashimirwe n'abakuru n'abato.
@gastonmodestkaziri2566
@gastonmodestkaziri2566
Wonderful presentations by H.E sylivestre Ntibantunganya, Former Burundi president and the Burundi's National Television. Keep it up you got it very right.
@jimmynizigiyimana4252
@jimmynizigiyimana4252
Démocratie nihangame,Imana nibe iraduterekera umutama wacu,nawene kwakiriho ndamwise,*ikiraro ca Démocratie* twumviye impanuro zawe tuzubaka uburundi bwiza bukayangana,buzira ama coup d'État
@sixterusasuma3773
@sixterusasuma3773
Kiwi abaye agihari bamutubarize imisi ya nyuma ya mon président cane abamuciriye urwo gupfa. Abamusonze n'a baïonnette nabo nyene batubwire.
@NdayiragijeAudace
@NdayiragijeAudace 21 күн бұрын
Birakwiyeko mubishendadaye ko mwobazana nabo tukabica bagacibwa igihano cogupfa kuko batumye amaraso menshi aseseka
@ndayizeyethierry3748
@ndayizeyethierry3748
Nabandi nibavugwe kuko nabonabantu
@BolingoTheodomir
@BolingoTheodomir
Uri umugenocidaire bibagiwe gufata ,iyombwa
@user-jk3xu3yr2v
@user-jk3xu3yr2v
None abobantu bakoze iryoshano ntibagihari rabe bafatwe bahanwe bishimishijwe Mbere nkabo igihano cabo niko bonyogwa
@niyonizeyeancille-dx7re
@niyonizeyeancille-dx7re
Ewe Burundi warababaye😢
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109
🎩👌🏾
@comedebari4773
@comedebari4773
Carakuvunyekweri
@reveriennifasha8078
@reveriennifasha8078
Komera mutama w'iteka nivyiza kumenya ukuri gushirira mukuyaga twe twari bato kirya gihe tubimenye ndetse nabavutse munyuma gushika nubu
@bonheur-boirron77
@bonheur-boirron77
Nyakubahwa wowe uvuze ukuri ntabwo utubeshye nkuriya Captain wamurindaga atararahira yabeshye vyinshi rwose.
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 116 М.
Heartwarming moment as priest rescues ceremony with kindness #shorts
00:33
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 8 МЛН
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 49 МЛН
THE POLICE TAKES ME! feat @PANDAGIRLOFFICIAL #shorts
00:31
PANDA BOI
Рет қаралды 25 МЛН
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 150 МЛН
Ikiyago k'ubuzima bwa politike bwa  Melchior Ndadaye
38:26
Isanganiro
Рет қаралды 4,5 М.
Burundi / AMAKURU YO KUWA 16/07/2024
28:26
TV RTNB
Рет қаралды 3,2 М.
INTWARO Y'UBWAMI BWA MWEZI GISABO
28:20
TV RTNB
Рет қаралды 16 М.
Témoignage de Me Fabien Segatwa / Rescapé des massacres de 1972
1:04:37
Tele Renaissance
Рет қаралды 34 М.
Mai 1994. Président Sylvestre Ntibantunganya.
1:29:34
Burundi Archives
Рет қаралды 14 М.
Heartwarming moment as priest rescues ceremony with kindness #shorts
00:33
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 8 МЛН