La future mariée ko akaze azokubitira Raoul munzu! 😂
@wembakamungu78205 күн бұрын
😂😂😂😂😂
@Buja25735 күн бұрын
@hosyirakoze, ikiganiro ca bien💥💥💥… feedback: izo intebe ziracafuye, urahindura igitambara.
@AuthenticAccurate2575 күн бұрын
Arazimesuza pe
@fleuryb87062 күн бұрын
Zirateye isoni pee
@GG-ni1zj5 күн бұрын
😂😂😂 Uri umuntu w'umu méchant wabanje gukubita mutoya wiwe😂😂😂😂 grande sœur ariko ariii 😂😂😂😂nta wewe nta Louis de funes 😂😂😂Raoul imbavu zanje uzozibazwa. I will be happy to see you and I will be happy to find the money to who which you are 1... yeah guterera ico kirananiye 😂😂😂😂😂😂😂 yoooooo La prochaine fois mwe na kigingi turabakeneye muri UK
@IgorFlorentHIF5 күн бұрын
Urikijuju Raoul 😂😂
@user-fd1hv3dd8y4 күн бұрын
Ngo kupa utaravyonona 😂😂😂😂😂
@user-fc2io2qq6z5 күн бұрын
Ozi.uzogarukaneruru😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Nyampinga4 күн бұрын
Raul wazaje mu Rwanda.urasetsa kweri
@MireneIrakoze-sm7vl6 күн бұрын
Raoul urantwengeje Mana we jewe ndakuravye mumaso gusa ncantwenga ati Ni muri summer azo ca Asama nyene Hhhhhh ndatwenze nduma,Raoul umu chr wawe tuba mukarere kamwe Musama3 na Musama5.Karibu knd mukanyosha iwacu