GIRLFRIEND YUYU MUSI NAMWE IRABARIZA🥹/NARI NARABUZE UKO NDAMUSHIMIRA/YARAMBABAJE ATITAYE KO NABUZE

  Рет қаралды 17,827

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

8 ай бұрын

#sirenvibestv #girlfriend #76711802

Пікірлер: 80
@garythebeast3056
@garythebeast3056 8 ай бұрын
Elodie ntawenzi ariko kuntahe nunvise ibintu yakoze ndamusabiye ijuru kuko bishobora bake Kandi numugabo wawe numwana mwiza kuko yobikubuza ugasanga murabipfuye muhezagirwe numuryango wanyu❤
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 8 ай бұрын
Mana yanje abagenzi beza cane nukuri Imana ibahezagire ibazigamire ubugenzi bwanyu kuko c'est rare....Hosy et Gretta bzu❤❤❤❤❤
@user-xr7pk7nu2x
@user-xr7pk7nu2x 7 ай бұрын
Ndasengeye umugenzi amaze nka Elodie🥺🙌🏻🙌🏻🙌🏻
@cheillakessyndayishimiye3661
@cheillakessyndayishimiye3661 8 ай бұрын
Kuri lumière kwa Directeur Bigingo Représentante légale vera 🤗🤗 nibuka mam badeux kivyibushe trop
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 8 ай бұрын
Mbega ivyiza iyi émission sindayihimba maz kuyiraba deux fois yaranyubatse.Merci bcp pour l'émission ndabakunda mwese.❤
@DjVic-on8rn
@DjVic-on8rn 8 ай бұрын
Ikiyago c'incuti ,Giz'el warakoze kuba somambike wumuryango wanj turakwishimiye .Big up kuri siren Vibes TV
@antoinetteniyomuhoza-nb2ne
@antoinetteniyomuhoza-nb2ne 8 ай бұрын
Aba bantu barandijije nukur banyibukdije wanje😢Imana ize ibagume iruhande kandi bagume basengera ubugenzi bwabo Ndiho Azé abwame hagati kuko shetani iranka ahantu hari urukundo ndabipfurije kuzosazana iteka🙏
@divinenshimirimana6210
@divinenshimirimana6210 8 ай бұрын
Bonjour.. nanje ndabakunze cane.. Gisèle nanje narabonye kwari umwana mwiza naho atanzi..hari ikintu yakoze nubu ndakimwibukirako.rero muzosazane urwo RUKUNDO ❤
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 8 ай бұрын
Eulodie ndamwibuka twarize kwishure imwe Kibenga Schl gus Yaratekereeeeeza kand yar mwiiiza cane kand ntiyari bwavyibuhe nkuko gus disi baratesa sana
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 8 ай бұрын
That wonderful vrt it’s was so emotional but thx beautiful girl was amazing to hear that ko hari abagenzi bamez uku ooooh m’y goodness merci c’tout
@dianensanimfura-yp6vq
@dianensanimfura-yp6vq 8 ай бұрын
Waoooo biraryooooshe merciiii Hosy et Gretta naba invité ndaryoheweeee
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 8 ай бұрын
Ubugenzi bwanyu vrm buratesa caaaane.naho mworonk ibintu vyobatandukanya muze mwibuk ivy mwamariraniye musubire mub abagenzi
@dignedelicia6640
@dignedelicia6640 8 ай бұрын
Elodie ndamukunda cane afise love iri pure mumpande zose Imana imuzigame gooose❤❤
@darleneuwineza262
@darleneuwineza262 8 ай бұрын
Waouuuu🥰🥰Iki kiganiro vrt👌👌Thx Hosy et Gretta.Elodie et Gisèle mwubahw caneee🥰
@akimanaalain9315
@akimanaalain9315 8 ай бұрын
Elodie ntitukuzi Ariko Imana iz ikube hafi mur vyose nkuko utibagira abawe nawe
@PierresPerfect
@PierresPerfect 8 ай бұрын
Wow that's awesome, very interesting and informative 👍 👏 😀 👌
@alicerwamo-sk1jz
@alicerwamo-sk1jz 8 ай бұрын
Uwo mu Directeur uramuzi Hosy, Bigingo Jean Pasteur yaramamaye mu gukora ibintu nkivyo.
@esperancengenzi9011
@esperancengenzi9011 8 ай бұрын
Nanj ndamukunze ambere umugenzi ❤
@yvellaakimana-ne7dl
@yvellaakimana-ne7dl 8 ай бұрын
Mp nimer y elodie ndamugire umugenzi ntuze
@elianeirankunda3431
@elianeirankunda3431 7 ай бұрын
Elodie Imana iguhezagire ❤uwo mutima urarenze
@esperancensabimana9892
@esperancensabimana9892 8 ай бұрын
Nda 😢😢 mukibanza cabo disii nukur biryosh ubugnzi bwabo buz buhagum Imana izibkomez
@AngelAbimana-uk3rj
@AngelAbimana-uk3rj 8 ай бұрын
Imana ibakomerez urwo rukundo rwavyuma disi biratesa
@LouangeEluardNkurunziza-jh8lu
@LouangeEluardNkurunziza-jh8lu 2 ай бұрын
Ndabakunze sha maman ba deux karibu mumuryango wabavyara amahasa jew barakuze
@davemiguel710
@davemiguel710 8 ай бұрын
Turipfuza ko muzohamagara abahungu nabo😊
@user-wn5kt5hg1z
@user-wn5kt5hg1z 8 ай бұрын
Hosy et Gretta courage nukuri mukora ibikora inka vraiment.
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 8 ай бұрын
Wooooa mbega ivyiza hejuru cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@laurasandraishaka4882
@laurasandraishaka4882 8 ай бұрын
Bararyoshe sana😍😍♥️♥️
@kezakimanaspes8488
@kezakimanaspes8488 8 ай бұрын
Nukur ndaryohew naba bantu,nanj ndipfuza umugenz wo kumutima
@sosomh5430
@sosomh5430 8 ай бұрын
Mana nanje ndashaka umugenzi nkuwo❤❤❤biraryoshe 😍😍
@liessendayiziga4558
@liessendayiziga4558 8 ай бұрын
Nahagez ndabakundaaa trop❤
@bazubwaboangeciella7241
@bazubwaboangeciella7241 8 ай бұрын
My sister elodie nukuri afs un Coeur d'Or ntabesh gisel gusa urukundo rwabo nivyo natwe turamufuhira gisel
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 8 ай бұрын
Ndabakunda setu🥰🥰❤️❤️🇧🇮🇧🇮
@user-di8tr7vi6q
@user-di8tr7vi6q 8 ай бұрын
The convo was a 10/10 👏🏾😍🥰
@BernardNAHISHAKIYE
@BernardNAHISHAKIYE 8 ай бұрын
Aba maman beza!!!
@nadinenathan8257
@nadinenathan8257 8 ай бұрын
Yooo ikiganiro ça Samatha caratesa. 👌🏿👌🏿
@ThacienneIgiraneza-gw7mr
@ThacienneIgiraneza-gw7mr 8 ай бұрын
Wao IMANA ishimw
@user-ub4nv9wv6i
@user-ub4nv9wv6i 8 ай бұрын
Nukuri uruwo mumaro vrt abantu nkabo barakenewe ndagukuze
@Musindi736
@Musindi736 8 ай бұрын
Ikiryohera nayo masanamu meza vrt courage hosy
@niwemugeni
@niwemugeni 8 ай бұрын
Elodie Avuga Gigi wo muri fun and fact 😊
@abeliamugisha4985
@abeliamugisha4985 8 ай бұрын
Muraryoshe tout simplement ❤
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 8 ай бұрын
Manaa muzorambe murambane ❤
@uwimanacosette5886
@uwimanacosette5886 8 ай бұрын
GirlFriend ya 1 indijije😭waaaaoooh 🥰
@nikazekaanbalt4950
@nikazekaanbalt4950 8 ай бұрын
😅😅😅 ururimi gwumwe rukamwa ifyufyu
@user-ew2ir2jd4j
@user-ew2ir2jd4j 8 ай бұрын
Imana izobahe kugumana biraryoshe cane
@marleneitrtk
@marleneitrtk 8 ай бұрын
Bararyoshe❤❤❤ cnee vrm
@user-fy9pw2zr8l
@user-fy9pw2zr8l 8 ай бұрын
iyi camera hossy wahinduye wapi kwer muboneka ukumtu
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 8 ай бұрын
Iyaba abo twita canke twise abagenzi bameze nka eulodie na gisele ubuzima buba buryoshe .muzogume gutyo
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 8 ай бұрын
Mwaberewe❤
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 8 ай бұрын
Bararyoheye cane
@user-es9nw2yo6r
@user-es9nw2yo6r 8 ай бұрын
Les vraies amies abo ndabazi can
@alineniyonkuru8701
@alineniyonkuru8701 8 ай бұрын
Merci hosy abo bantu baratangaje❤❤
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 8 ай бұрын
Ururimi rwumwe rukamwa imfyufyu
@bsninja3889
@bsninja3889 8 ай бұрын
Muraryoshe sana. Merci beaucoup. Des bises depuis la suisse ❤
@angeleillairadukunda2599
@angeleillairadukunda2599 8 ай бұрын
Yooo ab bgenziii nukur🥹🥹🥹🥹brryosheee vrtttt
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 8 ай бұрын
Bawuca ukuu ururimi rwumwe rukamwa manovu okeee?? Compris 😂
@danaquilasdusabe976
@danaquilasdusabe976 8 ай бұрын
Ange icar kunyereka wambaye I jupe ur skul😁😊
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 8 ай бұрын
Nice❤❤❤
@inesbigirimana867
@inesbigirimana867 8 ай бұрын
❤❤❤
@fauziauwizeyimana7071
@fauziauwizeyimana7071 8 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@nakinteje7172
@nakinteje7172 8 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@user-ub4nv9wv6i
@user-ub4nv9wv6i 8 ай бұрын
Munduhe akanumero vrt😊
@akimanaalain9315
@akimanaalain9315 8 ай бұрын
Directeur BIGINGO imbwa mubantu
@bechouingabire4818
@bechouingabire4818 8 ай бұрын
Hosy uzokore girl friend numugenzi waw naw
@godsgrace6820
@godsgrace6820 8 ай бұрын
None Fofo aravukana n'a Nickita baravukana ko bavuga kumwe?
@consolatenkeshimana-fg9hp
@consolatenkeshimana-fg9hp 8 ай бұрын
Bavuga ngo: ururimi rwumwe rukamwa . . .
@godsgrace6820
@godsgrace6820 8 ай бұрын
Ubwo bugenzi buraryosh sana
@sylvieniyongere
@sylvieniyongere 8 ай бұрын
Ururimi rw'umwe rukamwa imfyifyu
@godsgrace6820
@godsgrace6820 8 ай бұрын
Ivyo bintu vya sex ya bb nanj vyarambayeko k'umwanya wa 2 nari nipfuza umuhungu kwa muganga baguma bambwira sha ngo mfis un gars basha un mois avant accouchement baca bambwira ngo n'umukobwa malheursement ça a affecté mon bébé kifata nk'agahungu
@inna7803
@inna7803 8 ай бұрын
Ni ukugasengera utekanye Imana Ize ikarinde ibihe turimwo ntivyoroshe
@rosinenyirahategekimana4598
@rosinenyirahategekimana4598 8 ай бұрын
Umva amashusho ari gusa nabi muherageze umurebe ikibazo gihari
@Ida35715
@Ida35715 8 ай бұрын
Yeah ari trop rouge
@yvellaakimana-ne7dl
@yvellaakimana-ne7dl 8 ай бұрын
Amashusho wap kwl rab muhindure
@DianeIrankunda-fo2ds
@DianeIrankunda-fo2ds 8 ай бұрын
Bratesa Vrm ariko Hosy hindura camera sh
@raissaakiteka3008
@raissaakiteka3008 8 ай бұрын
Maze kurab émission nyish mug ntamuge z fit🤦
@parfaitendayikengurukiye7306
@parfaitendayikengurukiye7306 8 ай бұрын
😀😀😀😀😀😀😀😀😀
@nirenganira8433
@nirenganira8433 8 ай бұрын
Murigusa nibipupe amashusho nimabi
@heavenlyjoy794
@heavenlyjoy794 8 ай бұрын
Yeah basubiremwo luminosité ya camera yabo. Sinzi ingene bisa.
@yvellaakimana-ne7dl
@yvellaakimana-ne7dl 8 ай бұрын
Mp nimer y elodie ndamugire umugenzi ntuze
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 8 ай бұрын
Hahah yarujuje 😂
@Angelique-yc8gl
@Angelique-yc8gl 8 ай бұрын
Ururimi rwumwe rukamwa imfyufyu
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 24.07.2024
31:33
RwandaTV
Рет қаралды 4,1 М.
Despicable Me Fart Blaster
00:51
_vector_
Рет қаралды 24 МЛН
Little girl's dream of a giant teddy bear is about to come true #shorts
00:32
WHO LAUGHS LAST LAUGHS BEST 😎 #comedy
00:18
HaHaWhat
Рет қаралды 23 МЛН
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 6 М.