Super Manager yahuye na Hosy Kigali/kuri Kazungu na The Ben/u Burundi abuzi kurusha benshi

  Рет қаралды 37,476

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

9 ай бұрын

#sirenvibestv

Пікірлер: 180
@HakizimanaPierreclaver-rt1rf
@HakizimanaPierreclaver-rt1rf 9 ай бұрын
Burundi and Rwanda we are one nation. Much respect to Burundians and Rwandans
@fredgasana4738
@fredgasana4738 9 ай бұрын
wagwan ma big brother super manager turakwemera cyane kbs
@innocenthakizimana9313
@innocenthakizimana9313 9 ай бұрын
I like so much this Guy!! Bravo Hosy ninaco kiganiro cawe cambere ndavyee
@seraphinjj2012
@seraphinjj2012 9 ай бұрын
Super ega ni n’imfura 😂 urabona ukuntu aba yitaye kumwana uri kumubaza ibibazo 🥰🥰🥰
@egidenkezabera4800
@egidenkezabera4800 9 ай бұрын
Feel at home beautiful Hosy! Urisanga I #Rwanda. Ndizera ko wakwakiriye neza, knd uryohewe kuba uri in your second home!
@uwiringiyimanaadolienne6659
@uwiringiyimanaadolienne6659 9 ай бұрын
From zero to Heroe. sloga nkunda cyane Hosy ngukunda cyane pe❤ keep it up
@HakizimanaPierreclaver-rt1rf
@HakizimanaPierreclaver-rt1rf 9 ай бұрын
Rwanda is my second home land
@seraphinjj2012
@seraphinjj2012 9 ай бұрын
😂😂😂 niyomba ndi gutegura examen nkabona super ahantu ndabanza nkumviriza hanyuma ngakora ibyanjye 😂😂😂😂 one Love super. 🥰🥰
@bangtangirl6348
@bangtangirl6348 9 ай бұрын
Super Wetu Big Up cane ndumurundi nka ndi numunyarwanda so ibintu ni Fresh sana turagukundaa
@ZEDTVSHOWRWANDA
@ZEDTVSHOWRWANDA 9 ай бұрын
Uyu mukobwa ni mwiza pee!!❤
@brissshyaka5772
@brissshyaka5772 9 ай бұрын
super manager much love and respect all the way from South Africa ndakwemera sana❤
@richard-kellymbonimpa9237
@richard-kellymbonimpa9237 9 ай бұрын
Super manager ndagukunda sana sana ndipfutsa kukubona amaso kuyandi ndi muri Canada.
@nzeyimanamatthieu2722
@nzeyimanamatthieu2722 9 ай бұрын
Super big up . From no where to every where.ndakwemera
@niyogaboelvis2694
@niyogaboelvis2694 9 ай бұрын
Hosy turagukumda cyaneee Murwanda ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@japhetmbonyimana8586
@japhetmbonyimana8586 9 ай бұрын
Super ur super kuel na hosy muremere abeho
@nirenganira8433
@nirenganira8433 9 ай бұрын
President of street,ambassador of ghetto,voice of the money , the best of Eastern Africa ,the front line commander,nibindi byishi😂😂😂the Konyine boy .... mtoto wa mungu😂😂😂😂😂🤔🤔🤔🤔
@ericremezo9638
@ericremezo9638 9 ай бұрын
From zero to hero...😅
@nirenganira8433
@nirenganira8433 9 ай бұрын
@@ericremezo9638 🤣🤣🤣
@HakizimanaPierreclaver-rt1rf
@HakizimanaPierreclaver-rt1rf 9 ай бұрын
Hosy, Burundo Rwandaise big up. All my wishes. Your dad.
@DIEUMERCI4349
@DIEUMERCI4349 9 ай бұрын
Uyumukobwa wakoranye ikiganiro na super manager nimwiza cyane kabisa 👍👌
@hamidahamida4116
@hamidahamida4116 9 ай бұрын
😅😅 super manager make my day 😅jew ndamwikundira❤
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 9 ай бұрын
Super ndamukunda gayemye💕💕
@jephtvshow1816
@jephtvshow1816 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂 im Joseph live in kigali nkunda Channel yawe cyane iranduhura kandi iranyubaka, ujye udukoresha ibiganiro byinshi natwe abanyarwanda.❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮
@user-qe6vd2sx5r
@user-qe6vd2sx5r 7 ай бұрын
Hosy ❤ kgl turakuzi urarenz mm uri fist woman you tuber in east mn urarenz
@Nc-ut4rk
@Nc-ut4rk 9 ай бұрын
Hosy uri mutoya kwa Dimidri ntaho wigeze umenya. Nanje bavukiye i Burundi ndahazi❤❤❤. Big up
@user-pf1lg7kj9u
@user-pf1lg7kj9u 9 ай бұрын
This burundian lady is beautiful ❤️. I subscribe
@maseruka6334
@maseruka6334 9 ай бұрын
Love from Canada 🇨🇦.
@ingabirejuliet
@ingabirejuliet 9 ай бұрын
My stress killer 😂 ❤ his always on the top.
@theogeneuramutse7617
@theogeneuramutse7617 9 ай бұрын
Rwanda uburundi turabavandimwe pe super mananger turamwemerasana !!.
@niyonkurucharite1988
@niyonkurucharite1988 9 ай бұрын
Sha Hosy uraciy akenge ndakwemeye. From Burundi
@prf5776
@prf5776 9 ай бұрын
Voice of the money 💰 yaryibagiye
@user-cg2dr2zi6z
@user-cg2dr2zi6z 9 ай бұрын
Uraturenderera dj brianne❤❤❤
@louisharimenshi2917
@louisharimenshi2917 9 ай бұрын
❤❤super manager big up! Ndagukunda cane!
@harelimanavincent2394
@harelimanavincent2394 9 ай бұрын
supper is always supper!!!!!
@Habineza-sn2gp
@Habineza-sn2gp 5 ай бұрын
Mutoto wamungu hejuru cyn❤
@emma5254
@emma5254 9 ай бұрын
From victims to champions!
@kakanuma
@kakanuma 9 ай бұрын
Karibu super manager wewe uradukunda cane abarundi nivyukuri niwe wenyene mubantu babaye iwacu avuga neza uburundi we love you so so much.
@divinemahoro8684
@divinemahoro8684 9 ай бұрын
Here from Isimbi TV ❤😊
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 9 ай бұрын
From zero to hero The king kong From grass to grace 😂😂😂😂
@annetkarigirwa2650
@annetkarigirwa2650 9 ай бұрын
Konyine boy lv you❤️
@user-xp7nu2xg7b
@user-xp7nu2xg7b 9 ай бұрын
Abanyamkru bo muburundi mwese mufite icyibazo cya camera nizibona kbx ubawatiye basabe🇷🇼🇷🇼✌✌
@didieriradukunda4789
@didieriradukunda4789 9 ай бұрын
Super manager big agent for really u inspire me too much
@MJCOfficial89
@MJCOfficial89 9 ай бұрын
Super Manager ni umujama wanje ndamwemera canee
@user-pd1yd6xd2c
@user-pd1yd6xd2c 9 ай бұрын
One day muzotera imbere kl muduhe IMAGE nziza keep going
@HakizimanaPierreclaver-rt1rf
@HakizimanaPierreclaver-rt1rf 9 ай бұрын
As your dad, nkwipfuriza wowe na Team ya Siren Vibes nimwirambire
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 9 ай бұрын
Kuri commentaire yambere sinemeye ko uri se wa Hosy wacu. Ibi ni vyiza kubona umuvyeyi ashigikira umwana wiwe. Nka jewe mubintu nibukirako dawe ni uko yantunguye akaza n'amaguru nk'ibirometero 35 aje kundaba kuri College Don Bosco (ubu ari Lycee de Burengo a Ngozi) nko muri 1969/1970 anzaniye n'utugori dutetse. Nk'umuntu nabaye muri Tanzania (nkora mva Dodoma) 1977-1982, 1984/1985 iki kiganiro ciza ca Hosy na Super Manager kirerekana imigenderanire myiza dukwiye kuguma dukomeza mubihugu vyacu. Uburundi n'Urwanda, Uburundi n'ibindi bihugu vyose vya East African Community.
@Nkubito_Kitchen
@Nkubito_Kitchen 9 ай бұрын
brother 💙🔥🔥🔥👏
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 9 ай бұрын
Nakupenda sana super manag uransets😂😂😂❤❤🎉
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 9 ай бұрын
Super manager hejuru cane🔥🔥🔥🔥
@bamberic248
@bamberic248 9 ай бұрын
Hosy wahuy na king.Aratwishe ino munsi
@user-px5kr1ws7w
@user-px5kr1ws7w 9 ай бұрын
super rongora uwo mwana wantoye amata yiburundi uwo mwana merody ntamugutware ndagukunda
@Philippe-sv6mm
@Philippe-sv6mm 9 ай бұрын
Super, tu es venu à Bujumbura ? Weeeeee, narahomvyeeee, Nari kugutembereza ukagenda utwaye umukeke wa Tanganyika
@mwituyimanajeannedarc9274
@mwituyimanajeannedarc9274 6 ай бұрын
Abarundi nabavandimwe
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 9 ай бұрын
Super manager araciye ubwenge cane Inyamaswa irenze izindi numuntu
@chealsteampari6091
@chealsteampari6091 9 ай бұрын
Turagukund super🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@alainwalterrwota9687
@alainwalterrwota9687 9 ай бұрын
You are good guy
@emma5254
@emma5254 9 ай бұрын
Kukureba biranshimisha
@jeanclaudeirazuwayo4123
@jeanclaudeirazuwayo4123 9 ай бұрын
Super manager the legend 🎉
@dj-reissitolkira2343
@dj-reissitolkira2343 9 ай бұрын
From zero to hero, im your fun bro😂😂😂😂😂😂
@ZEDTVSHOWRWANDA
@ZEDTVSHOWRWANDA 9 ай бұрын
Super manager uvuze ikintu gikomeye cyane 🙏🙏
@henryburanga5644
@henryburanga5644 9 ай бұрын
No1❤
@user-wc4rq7tw3g
@user-wc4rq7tw3g 9 ай бұрын
Big up hosy 🙏🙌🇧🇮🇧🇮
@axelmugabo8852
@axelmugabo8852 9 ай бұрын
Hosy merci beaucoup kubiganira uriko urakora mu Rwanda 🥺🥺 courage cane 👑
@nadinenkezimana6719
@nadinenkezimana6719 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣
@axelmugabo8852
@axelmugabo8852 9 ай бұрын
Arikoo vrt utwenze iki😅😅?
@nadinenkezimana6719
@nadinenkezimana6719 9 ай бұрын
Natwenze kuko naryohewe
@ingabiresandrine3806
@ingabiresandrine3806 8 ай бұрын
Ndagukunda gusa❤
@davidmuneza5158
@davidmuneza5158 9 ай бұрын
Super wa super
@user-cm1py2lq7f
@user-cm1py2lq7f 9 ай бұрын
Miss you super manager
@SteveMuhandanyi-oh8pw
@SteveMuhandanyi-oh8pw 9 ай бұрын
Burundi hejuru caaanee❤
@cizaelice2115
@cizaelice2115 9 ай бұрын
Ati kuva Tanzanie gushik Afrique du Sud ata passeport nkoresheje😂😂😂😂😂😂 uransekeje walah i Burundi turagukunda cyane
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 9 ай бұрын
😂😂😂😂super menager wirambire
@BisetsaRuhumuriza
@BisetsaRuhumuriza 3 ай бұрын
Super
@user-pd8oo8nk6z
@user-pd8oo8nk6z 9 ай бұрын
Osi🎉🎉🎉🎉❤❤
@nirenganira8433
@nirenganira8433 9 ай бұрын
Baba dahuuu supa huu buja huuu Burundi huuu . Msogeye kule mnyamwezi ameingiya 😂😂😂😂😂😂
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 9 ай бұрын
Hosy komera sha uriko uraduha ibintu vyiza
@user-js9wt8xr4y
@user-js9wt8xr4y 9 ай бұрын
Komera mukobwa wacu.
@igitegochannel2731
@igitegochannel2731 9 ай бұрын
UA wlcm❤
@hjt6191
@hjt6191 9 ай бұрын
umu taxis de voitures, umu salon de coifure amazina ma shasha shan 😂
@Ssaid6352
@Ssaid6352 9 ай бұрын
Super 1
@brissshyaka5772
@brissshyaka5772 9 ай бұрын
hosy wakoze kudusura iwacu irwanda ❤
@lospinos52
@lospinos52 9 ай бұрын
Burwandan /Burwandaise
@gadsano872
@gadsano872 9 ай бұрын
Hosy hejuru cyane
@kemosabe4996
@kemosabe4996 9 ай бұрын
Turabyumva chr
@odethodeth2824
@odethodeth2824 9 ай бұрын
Super ❤❤😂
@mutabazielie3893
@mutabazielie3893 9 ай бұрын
super hejur cane 🇧🇮🫶💥
@umutoniwasejeannine3896
@umutoniwasejeannine3896 9 ай бұрын
Yooo Hosy Konyine boy yakorotse Buja nawe 😅😅😅
@ngirabezaaimeherve8092
@ngirabezaaimeherve8092 9 ай бұрын
uwumujama aranryohey xna😂😂😂😂
@Aiuoex
@Aiuoex 9 ай бұрын
Powa muze
@umutoniwasejeannine3896
@umutoniwasejeannine3896 9 ай бұрын
Umumpere Umukwajuuu sha😅😅
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 9 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@innocentrudasingwa9067
@innocentrudasingwa9067 9 ай бұрын
Maze uri mwiza rwose
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 9 ай бұрын
Aratugurishije
@titykingbdi6208
@titykingbdi6208 9 ай бұрын
Cool xn
@user-pd1yd6xd2c
@user-pd1yd6xd2c 9 ай бұрын
Hhhhhhh nyamba ari yahuuuuuuuu maduuuuuuu baduuuuuuu😅😅😅😅😅
@mukizaedrick9221
@mukizaedrick9221 9 ай бұрын
Aho sha kora naw ujabuke wagure ikibuga
@fleuryb8706
@fleuryb8706 9 ай бұрын
Turakeneye Sabin wa Isimbi nae
@charlotteniyokwizera5464
@charlotteniyokwizera5464 9 ай бұрын
Turagukunda giti
@isamazatv.115
@isamazatv.115 9 ай бұрын
Ahubwo bazamwite Stresss killer 😂😂😂
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 9 ай бұрын
😊😊
@septhiranzi904
@septhiranzi904 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂 ikijama kiranyica
@yvesigiraneza1391
@yvesigiraneza1391 9 ай бұрын
Gusa agira selfconfidence
@frankniyosenga4869
@frankniyosenga4869 9 ай бұрын
Super mananger 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@ndayizeyetheoneste5887
@ndayizeyetheoneste5887 9 ай бұрын
Super manager niwe wanjye
@jonasnsanzumukiza
@jonasnsanzumukiza 9 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@user-pd1yd6xd2c
@user-pd1yd6xd2c 9 ай бұрын
Hhhhhhhhh iyo bayitwa introduction
ОСКАР ИСПОРТИЛ ДЖОНИ ЖИЗНЬ 😢 @lenta_com
01:01
Khó thế mà cũng làm được || How did the police do that? #shorts
01:00
LOVE LETTER - POPPY PLAYTIME CHAPTER 3 | GH'S ANIMATION
00:15
Became invisible for one day!  #funny #wednesday #memes
00:25
Watch Me
Рет қаралды 57 МЛН
VIDEO🚨DORE UKO Ange KAGAME N'UMUGABO WE NDENGEYINGOMA BATOYE!
8:26
VIDEO🚨DORE UKO H.E KAGAME NA JEANNETTE KAGAME BATOYE!
8:08
Rwanda updates
Рет қаралды 66 М.
ОСКАР ИСПОРТИЛ ДЖОНИ ЖИЗНЬ 😢 @lenta_com
01:01