Dudu ndagukunda can indirimbo zaw ziramfasha can hashimwe yesu yakuzanye mu gihe canje
@eliasnsengiyumva9795 Жыл бұрын
Uyu Dudu arankura mumubiri akanshira mu mpwemu indirimbo ziwe ziramfasha cane Iman'Imushikane Aho ashaka namwe mugenzi Gaël
@eliasnsengiyumva9795 Жыл бұрын
Umukubito hejuru cane Gael na Dudu Iman' Ibahezagire
@aliceigiraneza6545 Жыл бұрын
Dudu vyukuri Imana ikumpere umugisha utagabanije nukuri
@angerubirira1212 Жыл бұрын
❤indirimbo zawe imana iguhezagire knd ubandanye
@SamyblessingDEgloireTUYI-ly9db Жыл бұрын
Hello Juste Gael Nizera ko uguwe neza can so nashaka kugusaba Emision iyi semaine kugira dutumirire igikorane kinini cane citiriwe LIFE OF GLORY 2023 categuwe nishengero GGC hamwe numukozi w'Imana Pastor Patrick NGENDAKUMANA yahora mugihugu ca kenya ariko arakubura Africa
@clemenceNtisinzira-ox4yi Жыл бұрын
Mur bar ya thé Key house kbs ,,,,🇧🇮😎😎
@luckyprocessor7217 Жыл бұрын
Iyatugirira akapella ka ayayayaaa first part ngo harimpamvu ndirimba nezerewe
Nciy nibuka igih agira mariage umugenzi yaj ashavuye tumubajije la cause acatubwira ngo Dudu yagize mariage nari mfis espoir😀icadutwengej n'uko elle était jeune pour se marier yiga 9è🙈
@cynetteIninahazwe Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@menyavyishinabagenzi8089 Жыл бұрын
Nimba wipfuza ivyishimo bidahera guhora useka nezereza amaso na chaîne ya you tube yitwa comedy spécial harakubereye ya ma comedy yose mwari mwarabuze amwe aryoshe ukuntu hamwe wokwirirwa uratwenga ugapfa