Abagore bagomba kuganza ABAGABO//Umuvumo bikwega//Emancipation irateye DIVORCE//Teramira URUGO kuko

  Рет қаралды 15,409

UMUKUBITO

UMUKUBITO

3 ай бұрын

Abagore bagomba kuganza ABAGABO//Umuvumo bikwega//Emancipation irateye DIVORCE//Teramira URUGO kuko
#urukundo #evangalicemanisha

Пікірлер: 63
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 2 ай бұрын
Mana ndakunda Manisha hamw numva nomugira umugenzi vrm Imana iguhezagire Madame vrm Imana ikumpere Umugisha,Umugisha w'Imana uhorane nawe numuryango wawe Gaël Imana iwuhezagire iguhe kwama uryohewe numwamikazi wawe muhezagirwe mwese beza❤❤❤Merci Madame kutwigisha ivy tutari tuzi vrm ❤❤❤
@francisdusabe3688
@francisdusabe3688 2 ай бұрын
m
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 3 ай бұрын
Uwumu Mama ndamukunda kuko uwumukueikiranye amwigirako vyishi ❤🎉🎉
@user-fn2jr1pb1q
@user-fn2jr1pb1q 2 ай бұрын
Avuga ukuri gusa j ndamwemera
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 3 ай бұрын
Urakwiye kugira centre d,écoute et d,orientation chrétienne et spirituelle Merci et bonne continuation
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 3 ай бұрын
Merci Gaël pour avoir invité cette dame. Elle est sage👌
@jeansinamenye9301
@jeansinamenye9301 3 ай бұрын
Dame intelligente !! Merci bcp.warahezagiwe ,ubutumwa bwawe nibunyengetere mu ngo kubwinshi.❤
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 3 ай бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,wakoze kutuzanira umuvuga butumwa bw’Imana👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾,Love from Sweden 🇸🇪
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 3 ай бұрын
EV.Alice Manisha ntitwar tuguherutse kwl Thanks kumugarukana #Umukubito_Tv👌🙌
@nsabimanaolivier
@nsabimanaolivier 3 ай бұрын
Cette dame est très sage en parole, j ai beaucoup apprécié cette émission.
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 3 ай бұрын
Wooooa kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane mère babwire❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤😂😂😂😂😂😂😂😂💯✅🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪
@sozvin1869
@sozvin1869 3 ай бұрын
.hariho nabagabo badashoboka muvyeyi🎉
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e 3 ай бұрын
Hari kera,aho mperereye abagabo barahohoterwa knd cane barasaze abandi bahungiye munzoga batinya gutaha asha naburya arinkehwa nukugwiza ama appareil...reka nugare imibu ntiyinjire
@jacquelinemanisha4368
@jacquelinemanisha4368 2 ай бұрын
Mme l´Evangéliste afise sagesse Divine, Imana igume igusīga amavuta y´ivuga butumwa, turagukunda.
@ooo7490
@ooo7490 3 ай бұрын
Ndakwikundir muvyey uvug ukur arik kand ubirimw neza ❤❤❤
@user-ij7ib8pe3p
@user-ij7ib8pe3p 3 ай бұрын
Courage madame kwigisha ingo nabazibamwo umugore, umwigeme kandi n'umushingantahe avyungukiramwo.
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 3 ай бұрын
Wubahwe muvyeyi❤❤❤
@mariegorethhabarugira6524
@mariegorethhabarugira6524 2 ай бұрын
Yesu aguhezagire mukozi w Imana mpwemu Yera abandanye kukuzura
@cycysuccess5612
@cycysuccess5612 2 ай бұрын
Imana iguhezagire cane muvyeyi❤
@jeandedieuuwizeye8271
@jeandedieuuwizeye8271 2 ай бұрын
Courage Gaèl nukuri ibiganiro vyawe biratomoye. Gusa nukuza urashakisha muntara zose abafise impano uba promota.
@user-dl4sf5bz2s
@user-dl4sf5bz2s 3 ай бұрын
Gael courage vrt naw ubirimw neza
@vanessanzeyimana6662
@vanessanzeyimana6662 2 ай бұрын
❤❤❤
@DivineNiyogu
@DivineNiyogu 3 ай бұрын
Ndagukunda wamugorewe
@harveymcardle888
@harveymcardle888 3 ай бұрын
Justin arabatijwe abaye icaremwe gisha. Nibazeko atazosubira kuvuganga hushura none
@AuthenticAccurate257
@AuthenticAccurate257 3 ай бұрын
Intro ya Gaël vrt n au top
@jacquelinebavakure5936
@jacquelinebavakure5936 2 ай бұрын
Uzoze uramutumira kenshi ❤
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e 3 ай бұрын
Alice Manisha ndamukunda cane afise uruhara rukomeye abagore bubu ni danger.Alice Imana yo mwijuru iguhe kuramba yongere igume ikwihishurira buri musi
@jacquelinebizimana3224
@jacquelinebizimana3224 3 ай бұрын
Alice Manisha turakunda inyigisho ziwe yigisha neza. Ariko nkumukenyezi yiyubaha akubahisha ijambo ry'Imana,hariho ibihimba bimwe bimwe bitabereye gushirwa ahabona,imbere ya camera hoho bica biba ibindi . Amabere nigihimba c'ibanga kumukenyezi ntigikwiye kugendezwa ahabona. Muhezagirwe
@nadiashurweryima9453
@nadiashurweryima9453 2 ай бұрын
Nywamazi uryame.kuko araberewe
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 3 ай бұрын
😂😂😂umve Gaël ngohari abasigaye baja mubuyenzi kwiga ivyitwa kunyonga😂😂😂.
@Arnaudbadboy
@Arnaudbadboy 3 ай бұрын
Noe Gaël kirya giti bariyeko kutakibaza wubashe sha kuko ndazi uraziko kitari icipera canke civoka😂😂😂😂🇨🇦
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 3 ай бұрын
Merci cane Alice
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 ай бұрын
Uburyarya bw'abigira abakizwa burarenze kuko benshi n'abafarizayo.
@FB-df6bp
@FB-df6bp 3 ай бұрын
👏👏👏👏👏
@user-xi5xl1xg7u
@user-xi5xl1xg7u 3 ай бұрын
Mère Kure cane niho nkwifurije uraciy ubwenge cane
@user-ee6yr4zx1t
@user-ee6yr4zx1t 3 ай бұрын
Ikiganiro ngirakamaro kabisa
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 3 ай бұрын
Inyigisho zubaka
@nkuranga9909
@nkuranga9909 3 ай бұрын
Ni tissus dentelle bwana si dentaire (Amenyo)!!!!
@user-dh6mr6tr2g
@user-dh6mr6tr2g 3 ай бұрын
Yarwara ya trauma ou traumatisme iduheremwo mwizina rya Yezu. 21:32 21:37 22:23 😢
@oscarndabarushimana5459
@oscarndabarushimana5459 2 ай бұрын
Madame lmana igukomeze cane
@user-dl4sf5bz2s
@user-dl4sf5bz2s 3 ай бұрын
Muvyeyi mwarahezagiw nukur muvuga ukuri ndabakund cne
@user-fu1bv4ol2z
@user-fu1bv4ol2z 2 ай бұрын
Bene wacu mukoraibiganiro biza hariko inamba zabo ndimuzishiraho
@gabiro1734
@gabiro1734 3 ай бұрын
炒饭(chaofan) : fried rice 🇨🇳❤
@NdahabonimanaVital
@NdahabonimanaVital 3 ай бұрын
Inyigisho zanyu ziratomoye.ariko ndipfuza kuzironka buri gihe.
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 ай бұрын
Wa mugore we urabeshe soma neza AMAMUKO(INTANGIRIRO, GENESIS) 3:2-3. Ese Eva yishuye uko Adamu atamusiguriye ico giti kiri hagati?
@nduwimanajaphet7286
@nduwimanajaphet7286 3 ай бұрын
Ababagore avuze bokuri Internet nabandi bagore
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 3 ай бұрын
Uyu mugore ntarubanza namucira ntaravye uko abanye n'abari mu yandi masengero canke uko yakira abashitsi
@christella5092
@christella5092 3 ай бұрын
None ivyobiteramo mwama magira vyabagore nabakobwa none abagabo nimisore ntibakeneye izonyigisho?????mwibazako ivyo mubigisha bikundako babipratik mungo zabo abagabo batazi iyobiva niyobija??kubera inyigisho nyinshi muzigira kubagore gusa usanga aribo bagira ubumenyi gusa 😢😢 abagabo ntubabaze ariko mwarimukwiye gufata nka 1ans gusa kubagabo kbx
@cycyira7457
@cycyira7457 2 ай бұрын
Jew mbony ikiganiro nteb nimuturangire ahantu twokwumviririza ico gikorane
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e 3 ай бұрын
Ndashaka wigishe igituma umugore yotwara izina ryumugabo nkuko kwa Manisha ariko usigaye witwa. None umugabo afise izina riri bizarre nka mpfayokurera umugore yokwemera akitwa nka Steffy mpfayokurera yahora yitwa Steffy Yan mahoro???😂
@amiellairadukunda3758
@amiellairadukunda3758 3 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 3 ай бұрын
Acayitwa staffy yokurera
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e 3 ай бұрын
Hahaha kbs
@benicharlesnzeyimana1482
@benicharlesnzeyimana1482 3 ай бұрын
😂😂😂😂
@Tsw325-tu9lu
@Tsw325-tu9lu 2 ай бұрын
Abagore bagomba kuganza abagabo ? None urugo umugore aganzamo umugabo ruba rurimo umugore n'umugabo cyangwa ruba rurimo abagore babiri ? Ntimujye muvuga amateshwa ! Ugutera imbere k'umugore n'uburenganzira bwe ntibimugira umugabo ntanubwo bimumusimbuza ! Akomeza kuba umugore kuko uri umugabo nawe afite uburenganzira bwe ! Niba umufasha w'urugo afite uburenganzira ubwo umutware w'urugo we afite ubungana iki ? Urugo ni urukundo n'ubwubahane nibyo birengera uburenganzira bw 'abo murugo bose ! Hejuru ya byose umugabo ni umutware w'urugo. Iyo yubaha kandi akunda uwo babana bimufasha kutamukandagira ! Ariko gukunda no kubaha no kuba umutware ni ikintu kitoroshye bamwe barakunda ubutware bakabushyira kuruhande abandi bagatwara urukundo bakarushyira kuruhande ariko hagomba hagati na hagati .
@user-bk1ei4mt4l
@user-bk1ei4mt4l 2 ай бұрын
Ngo Eva ntiyarazi ko ico giti kibujijwe kuribwa? Adamu niwe yategerezwa kubwira Eva ivyo Imana yababujije? Ni kuvuga ko Wewe uhanaguye icaha ca Eva yakoze cokwitaba no kwumvira sakabaka atabanje kubaza Adamu? Ugize rero Eva inzira karengane? Ivyo ni vyo muzoza kurogesha abagore n' abakobwa b' abarundikazi, canke mwapanze kubahuhiramwo imyuka mibi ngo, muze muhembwe za miliyoni, zikuzimu? ******Bakenyezi(bapfasoni), barondo, murahagabire.****kuko mu ngunguru y' ubuki buroshe, umenyemwo ima rimer ry' uburozi, canke "acide" ntibuba bukibaye ubuki bwo kuribwa, iba ari ingunguru y' uburozi. Na Leta mvyeyi y' Uburundi, isanzwe izi ko abarundi iyoboye bazi kandi bakunda Imana ari benshi cane. Rero izohagabire, abo bavugabutumwa bava hanze y' Uburundi, ntihazogire ivyo bonona, mukwemera, kwizera no k' umutekano w' abarundikazi bacu, mbese n' abarundi bose. Imana Ihezagire Uburundi, abarundi n'isi yose.
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 3 ай бұрын
Uyu mu maman ubukoreshej interview arikumwe na beni vyoba bitesa bimwe bitaribwabeho❤
@cycysuccess5612
@cycysuccess5612 2 ай бұрын
Imana iguhezagire cane muvyeyi❤
@chrisdipacremesha6889
@chrisdipacremesha6889 3 ай бұрын
Wakoze neza juste gael uzomuharukane umwanya ukwiye twige vyinshi🤝🏾
@sozvin1869
@sozvin1869 3 ай бұрын
.hariho nabagabo badashoboka muvyeyi🎉
@benicharlesnzeyimana1482
@benicharlesnzeyimana1482 3 ай бұрын
Umviriza kdi.😂 Wewe icara wige uruhande rwawe urugororokeremwo ntiwicare urindiriye gusubizwa ivyo watanze ck ngo ugume utumbereza urutoke rwawe uca imanza. Yabivuze cane avuga n'ingorane z'abagabo muga ntavyo wumvise. Iyo niyo ngorane dufise kuko tuba tugomba kwumva ivyo dushaka gusa.😢
Alex hid in the closet #shorts
00:14
Mihdens
Рет қаралды 10 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 9 МЛН
One moment can change your life ✨🔄
00:32
A4
Рет қаралды 33 МЛН
Самый Молодой Актёр Без Оскара 😂
0:13
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 8 МЛН
Спит с ОТКРЫТЫМИ ГЛАЗАМИ! 😱😴
0:25
Взрывная История
Рет қаралды 5 МЛН
как попасть в закулисье в schoolboy runaway
0:51