Wa Muhungu vyanka ko yihangana imbere ya SEBUKWE azananye n'umukunzi wiwe//Icatumye ndabikora nuko

  Рет қаралды 17,224

UMUKUBITO

UMUKUBITO

6 ай бұрын

Wa Muhungu vyanka ko yihangana imbere ya SEBUKWE azananye n'umukunzi wiwe//Icatumye ndabikora nuko
#urukundo #diaspora #burundi

Пікірлер: 92
@mireille2452
@mireille2452 5 ай бұрын
Hahiriwe abagenzi biyi couple bagiye kubaramutsa ntibazokwiphuza gutaha on sent la complicité entre eux ica ituma nawe ubakunda soyez bénis joli couple
@user-cu8bz3mg4d
@user-cu8bz3mg4d 5 ай бұрын
Beautiful couple abo bantu biragaragara ko bazokwibanira neza Imana izobubakire!Gaël naw Imana ikuje imbere narabony bifise izindi mpwemu😂❤️🇧🇮🇺🇸
@lepresi6673
@lepresi6673 5 ай бұрын
🔥🔥 aww biraryoshe cane kubona abantu bakundana uko 🔥 muterimbere merciii 🙏🏽
@gonzalez9235
@gonzalez9235 5 ай бұрын
Ibintu vya micro mugwanira , cest vraiment triste, impa lumicash yanyu ico kibazo tugikemure plizzzz
@PioNiyonkuru-lb7in
@PioNiyonkuru-lb7in 5 ай бұрын
Imana Izabahe kubana akaramata
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 5 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@donslayntwari8474
@donslayntwari8474 5 ай бұрын
Urukundo rurame 😍😍😍 rwogere gusa kuri social media wadukoreye umunsi 😂😂
@dinemahoro9012
@dinemahoro9012 5 ай бұрын
Uvuze neza cane ❤nukunezegwa ; kandi umwe wese afise ukwanezeregwa ,mukomeze umunezero mwamanye.nkunda
@user-sf8jb5hp4f
@user-sf8jb5hp4f 5 ай бұрын
Audrey disii aracafise namasonii , Muzogire urugo rwizaa bantu B, imana 🥰
@user-hw9lv8yp4h
@user-hw9lv8yp4h 5 ай бұрын
My Best Friends Mukoze Ikiganiro Neeuuzaa 🎉 Gaël Abantu Bacu Mukorany bien😂Ariko kuri Weedding Yabo Tukuboneee😅Suing & Audrey Respect again😊❤
@ericndayizeye3006
@ericndayizeye3006 5 ай бұрын
Barasa cane umengo ni gishiki na gisaza ngira n'ibimwe bavuga ko abakundana barasa.
@dellyrutayisire1276
@dellyrutayisire1276 5 ай бұрын
Ahubo iyo couple barasa cane! Ubwo ntaco bapfana? Gusa baraberanye vraiment👌🏻Imana izobubakire🙏🏻
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 5 ай бұрын
Gaele ibintu vyokuza urarwanira micro numutumire ubihagarike 😂😂😂😂😂😂😂
@DianeIrankunda-fo2ds
@DianeIrankunda-fo2ds 5 ай бұрын
Imyiteguro myizaa Cher coupl❤❤
@user-ze2ow9ld5k
@user-ze2ow9ld5k 5 ай бұрын
Yeah nice love congratulations my brother 🎉🎉🎉🎉
@kanamugirekeza
@kanamugirekeza 5 ай бұрын
bararyoshe caneee Imana ize ibubakire😊😊
@jeanjordyirumva2521
@jeanjordyirumva2521 5 ай бұрын
Wow thk u for the interview 🤝👏🏼
@geremanikongendakuriyo
@geremanikongendakuriyo 5 ай бұрын
Ndabakunda cane👩‍❤️‍👨🙏🙏
@worldofstars-ex1ok
@worldofstars-ex1ok 5 ай бұрын
Bro bano bajama ubakurahe? Uyu mu Gee yaranyeguye kabisa😂😂😂😂😂.By the way Imana yivange muvyabo
@FB-df6bp
@FB-df6bp 5 ай бұрын
😍😅bararyoshe, baraberanye Imana Izobubakire 🙏❤
@dieumercibizimana-zw7tx
@dieumercibizimana-zw7tx 5 ай бұрын
Bible,itubbwira:uwuronse umugore abaronse ikintu ciza. Ryoherwa ryoherwa,kuriyo ngabire ivuye Kwa Ndiho iguhaye
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 5 ай бұрын
😂😂😂❤❤❤❤ uwomuhungu ashobora kuba atwenza cane
@christella5092
@christella5092 5 ай бұрын
😂😂😂😂munkumbuje urukundo naho ntararuronka ariko muranshituye muranankumbuje
@EricNgendakumana-lj7rw
@EricNgendakumana-lj7rw 5 ай бұрын
Umukubito iryokosa rya micro uzorikosore kuk wew urimubantu twemera
@ericballack8219
@ericballack8219 5 ай бұрын
Swingi wo muri ETS kiryama. Komera shaa
@estellanihorimbere10
@estellanihorimbere10 5 ай бұрын
Yoo🎉 Audrey ndamwibuka mur Lycée Tora Asha yari um happy vrt bazibanira neza na swingi pe ❤❤
@aurorebukeyeneza641
@aurorebukeyeneza641 5 ай бұрын
Barahiseeeeeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉ooooooh
@guylandryrukebuka1311
@guylandryrukebuka1311 5 ай бұрын
Gaël Swingi muzane mukorane. Arankunkumuye 😅😅😅😅
@geremanikongendakuriyo
@geremanikongendakuriyo 5 ай бұрын
Murabamakara ntimuburubeya kuraje👩‍❤️‍👨♥️♥️🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮👍
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq 5 ай бұрын
Be blessed
@nganinkaaudressa8653
@nganinkaaudressa8653 5 ай бұрын
Audrey azovamwo umu dame mwiza cane goseeeee
@kennynsengiyumva3378
@kennynsengiyumva3378 5 ай бұрын
😂 fini fini 👌 ikiganiro ciza , Muze Mugire Urugo Rwiza
@passyk9968
@passyk9968 5 ай бұрын
Couple nziza♥️♥️🙌🏿
@user-pd6uy4ew6c
@user-pd6uy4ew6c 5 ай бұрын
Aho sha swingi felicitation
@marcbuci
@marcbuci 5 ай бұрын
Good
@didiniyo1063
@didiniyo1063 5 ай бұрын
Shaa ba bazibanira nka bagicaa kweri sinziyabavunduruy gael kweri baraboneka bisariye alaise
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 5 ай бұрын
Uwo mu tip karenzeee ndamweyee😂😂🎉
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 5 ай бұрын
Gaë uko watumiy aband nawe uzozan Umugore waw Doriane mutyagir urgend rwanyu rw urukundo
@AlainBlaiseMasango-ub5gn
@AlainBlaiseMasango-ub5gn 5 ай бұрын
Iyi couple iranyishe ubakurahe
@mephone99
@mephone99 5 ай бұрын
Courage muze mugire urugo rwiza
@user-vf4ji8nt5z
@user-vf4ji8nt5z 5 ай бұрын
Vyizaaaa caneee rukomere
@florencedukundane9289
@florencedukundane9289 5 ай бұрын
Kabaye nukuri , Dieudonné bwabundi ntitwari tukuzi pe,dukomeza gutangara 😂😂😂
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 5 ай бұрын
Uyumusaza nukuri wawa dada wangu uratimbonye umugabo agusetsa😂😂😂
@user-ei6wi6ny7w
@user-ei6wi6ny7w 5 ай бұрын
Gaël abo bantu ubavundururahe ?😀😀😁😁😁
@HusEhe
@HusEhe 5 ай бұрын
Ngo abavundurura he😂😂😂😂😂
@HusEhe
@HusEhe 5 ай бұрын
Barandyoheye😂😂
@user-ei6wi6ny7w
@user-ei6wi6ny7w 5 ай бұрын
@@HusEhe 😁😁😀😀😀naje bari kuyindi mpwemu idasanzwe
@axelmugabo8852
@axelmugabo8852 5 ай бұрын
Oya rero nawe 💔💔😂😂💀💀
@axelmugabo8852
@axelmugabo8852 5 ай бұрын
Oya rero nawe 💔💔😂😂💀💀
@Yesiknow-c7l
@Yesiknow-c7l 5 ай бұрын
Gael, umuntu yoterera gute umukubito ?
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 5 ай бұрын
Aba bantu ni shoooooooooooow🔥🤣🔥🔥🔥
@user-wk3ot7mo9x
@user-wk3ot7mo9x 5 ай бұрын
Madame ngira numubyamwaro ko ibibazo vyinshi ari inoti so courage
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 5 ай бұрын
Kuyindi mpwemu iyooo yarakanyutse😂😂
@mjlk450
@mjlk450 5 ай бұрын
Gaël 💪🇧🇮
@imvuraproduction990
@imvuraproduction990 5 ай бұрын
Niwiryohererwe shahu
@enockndayishimiye-ru5nq
@enockndayishimiye-ru5nq 5 ай бұрын
Kbxaaa baremeje😂😂😂😂😂
@kwizeragaston1693
@kwizeragaston1693 5 ай бұрын
Gael babaze neza ico kibazo none kwavuze ngo hasigaye imisi mikiru2, yosanga adakomeye aca amuheba, none bagira babikore imbere yiyo misi mikuru canke azobimenya inyuma yayo!!
@passyk9968
@passyk9968 5 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane kweri.
@user-vp8ex2oj7u
@user-vp8ex2oj7u 5 ай бұрын
Swingi yamana ibibazo kuv kera
@audreynishishikare8175
@audreynishishikare8175 5 ай бұрын
Swingi mon ami😂😂😂
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 5 ай бұрын
😅😅suingi yubahwe🎉🎉🎉🎉
@moisecishahayo
@moisecishahayo 5 ай бұрын
Gael uraraba ukosore ikibazo ca micro kuko bitanga image mbi cane
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 5 ай бұрын
birambire
@passyk9968
@passyk9968 5 ай бұрын
Swing yarahise cane
@passyk9968
@passyk9968 5 ай бұрын
Aratahura what it means enjoying life.
@philbertrwamigabo
@philbertrwamigabo 5 ай бұрын
Suingi tjrs
@Musindi736
@Musindi736 5 ай бұрын
😂😂😂😂 wamu type ndak
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂 yoooo yoooo
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 5 ай бұрын
Iyi emissions yari iryoshe kabisa 😅😅😅😅
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 5 ай бұрын
Amour= ''Rakkaus'' in finnish
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 4 ай бұрын
Umwanya wogutamba uworonse wokwitambira shahu,uryamye mwisangu se wotamba?uzoze witambira muhungu.
@devoteinakanyambo5881
@devoteinakanyambo5881 4 ай бұрын
Dieudonné wasaze??😂😂😂😂😂😂😂😂
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 5 ай бұрын
Atamba nka kigingi comedi
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 5 ай бұрын
mbega vyiza
@ndizeyebruce3805
@ndizeyebruce3805 5 ай бұрын
Haaaaaa
@tresorlight625
@tresorlight625 5 ай бұрын
Uraturika
@osok7259
@osok7259 5 ай бұрын
😅😅😅😅😅
@audreilleakimana878
@audreilleakimana878 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@carmennimubona3257
@carmennimubona3257 5 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@jeanpaulkevinininahazwe3388
@jeanpaulkevinininahazwe3388 5 ай бұрын
Ubwo uwo musore ni muzima vyukuri? Gusaragurika motif ngo bamugabiye kweli. Un vrai mâle#un homme alpha#un homme mature, sérieux ne peut pas se comporter comme ça à cause d'une femme...jamais! Une chose est sûr à 85 % c'est la fille qui va commander à la maison
@Twese.01
@Twese.01 4 ай бұрын
None wewe ubona ko abantu bose bomera nkawe? Sinibaza ko bose babaye uko ugomba bitoba vyiza cane, reka abantu babeho ubuzima bwabo namwe mubeho ubwanyu. Umuntu wese afise amarangamutima yiwe mugihe adakoze icaha gihanwa n'amategeko canke n'Imana birasanzwe cane.None ko uvuga ngo umugore niwe azo commanda à la maison none abigize murugo rwiwe umugabo ntibimubangamire ,wewe bigutwaye iki?
@Musindi736
@Musindi736 5 ай бұрын
Hhh sha urankoreye umuti
@kwizeragaston1693
@kwizeragaston1693 5 ай бұрын
L
@user-kv5gp8wc1l
@user-kv5gp8wc1l 5 ай бұрын
uyu mu type yubahwe vrt naramwemey caan , kubona arons ingabire isumba izindi kunezerw , kuvyina gutamba biratahuritse caan
@AlainBlaiseMasango-ub5gn
@AlainBlaiseMasango-ub5gn 5 ай бұрын
Iyi couple irankuyeho gaël
@DamoG257
@DamoG257 5 ай бұрын
Ntucikwe🔥🔥🔥🔥🔥🔥kzfaq.info/get/bejne/eZd-aMt21LGodmQ.htmlsi=M_rcAApJvXYt0z_C
@beniecarlette210
@beniecarlette210 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@user-mw9qd1gw7r
@user-mw9qd1gw7r 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@beniecarlette210
@beniecarlette210 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂
Mom's Unique Approach to Teaching Kids Hygiene #shorts
00:16
Fabiosa Stories
Рет қаралды 26 МЛН
- А что в креме? - Это кАкАооо! #КондитерДети
00:24
Телеканал ПЯТНИЦА
Рет қаралды 7 МЛН
#KuKAYI: IKIYAGO N'UMUHUZA W'ABARUNDI - Aimée Laurentine Kanyana
41:27
Slow motion boy #shorts by Tsuriki Show
0:14
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
When an RV meets a zombie outside #rv
0:21
campingWorld
Рет қаралды 26 МЛН
Что делать если закрыли на балконе
0:31
Waka waka #4 🤣 #shorts
0:15
Adani Family
Рет қаралды 15 МЛН
Waka waka #4 🤣 #shorts
0:15
Adani Family
Рет қаралды 15 МЛН
Smart thief😳 لص ذكي…
0:19
MARYA & AMINE
Рет қаралды 76 МЛН