Ndamukosore akantu gatoyi si vs le permettez. UK uretse ko itakiri no muri union européenne ntiyigeze iba muri schengen. Espace schengen na union européenne vyari ibintu bibiri bitandukanye kandi bitatanga les mêmes droits kuba résidents baho. Aho nshatse kuvuga ibijanye na libre circulation, (freedom of movement) uvuye muri espace schengen udafise pasport européen abongereza ntawe bigeze bemerera kwinjira iwabo peu importe la provenance y'igihugu co muri europe uvuyemwo.
@pacypn82553 ай бұрын
Bonfils merci bcp my dear ❤
@NduwayoJeanclaude-rj5kl4 ай бұрын
❤❤mrci
@AaAa-dt8mp4 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤
@silvernizi77904 ай бұрын
Gael, this man is saying the truth Prix nino ziguma ziduga gusa uca ukora cane. When I 48:26 came here, one gallon was about 1 dollar now it is more than 3 dollars.
@user-dr5jo9bi1c3 ай бұрын
Projects ziriho muri diaspora, mugabo, abantu bo muri gouvernement Baca bagupfungisha ngo barware business zawe! Abavunjayi basigaye muri SURÉTÉ! BSR