Turakeneye contacts ziwe kugira tuzomushorere. She is a strong woman, congratulations Gisèle. You touched my heart and made me jealous. Proud of you.
@patrickshabani86385 ай бұрын
Hi I'm in sosumo need your contact number for chicken inquires
@belemboureima62319 ай бұрын
Thank you Gisele and Joel Very smart woman and we need more women like this one. Joel continue to give us more emissions like this. Vyose birashoboka tuzoteba dutere imbere mugihugu cose. I just hope son excellency watch your shows and help people like Gisele who need aho bashora ivyo bimbuye. I lived more than 30 years overseas and I learn everyday from your show Thank you Gisele to motivate other women, salute
@jeanpaulbutoyi18669 ай бұрын
Bravo à Gisèle et à Gaël qui montre au monde entier que les Barundi sont un peuple de travailleurs. Bravo à son Excellence le Président Neva qui, pour moi et tout burundais , est le Moîse du Burundi pour l'ammener dans son Canan, qui est le dévelopement.
@jeanpaulbutoyi18669 ай бұрын
Contact de Gisèle s'il boys plait?
@franciskiyuku35479 ай бұрын
Bravo Madame. Nukuri tu es une femme exemplaire👍
@Elvvicky9 ай бұрын
Franchement merci kuba mwatuzaniye uyu mupfasoni ,nukuri keep it up ,natwe tubaye encore une fois inspired
@francescafrancesca89019 ай бұрын
Courage Gael. Ndagukurikirana ikiganiro ku kindi. Ibiganiro vyawe nivyo bikenewe mu bihe nk'ibi indongozi z'igihugu ziriko zihimiriza abenegihugu gukora ibikorwa vyo kwiteza imbere no gutez'imbere igihugu.
@VenantieShurwe8 ай бұрын
❤❤ Ndishimiye ikikiganiro cane
@angerubeneirakiza16289 ай бұрын
Ndakunda Gaël ga Mana sha ntako utagira vrt muriko mutuma aba Jeune beshi bakanuka bakipfuza gukora courageee Imana Ibahezagire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏
Komera ku kivi kandi mwigishe benshi. Amasoko nayo mwegere abarwizatuga mwubake amahingurire naho abafungura ni benshi kw'isi ntimwobahaza. Tuzoshima ko mwabahagije igiciro cavyo kigabanuke gishike nka 1/10 icagurwa 1000 tukigure 100 kandi mugume mwunguka.
@nijimbereathanase99959 ай бұрын
Waouh! Umuntu wese ashobore kurya irigi! Aho tuvyumva kumwe. Ahandi amagi n’indya z’abakene n’abatunzi.Ariko ma soeur amaganga y’inkwavu nayo c’est produit chimique comme les autres usivye ko itaciye mw’ihinguriro. Kubisigaye du courage
@chrismendel24299 ай бұрын
Muntu we produit yose ibonetse mu buryo naturel nivyo bita bio. Amsobe y'inkwavu rero ni bio kuko aboneka ata miti (chemicals) barinze kuvanga
@user-js9nv3zw4d8 ай бұрын
Courage
@divinemugisha82209 ай бұрын
💪💪💪
@gakeboranda32235 ай бұрын
❤❤❤
@IngabireChristaBella2 ай бұрын
WAOUH ! Stronger Woman!
@niyibiziviane33969 ай бұрын
Wawoooooo9❤❤❤❤😊😊😊😊
@user-fj5hh7pc1f3 ай бұрын
❤❤❤❤
@oscarbaramfatanya67758 ай бұрын
Emwe uyu mukenyezi nda mushimiye cane yarize kandi yaramenye. Ngushimiye ingene wasize indoto zawe mu ngiro kandi bikagufasha mu kwikenura. Urazi no gusobanura ivyo ukora kuburyo ikirundi cawe cumvikana neza.Ndagusabiye umugisha muvyo ukora ku Mana yo mw’ijuru.