Mwanka mwemera juste gaël arabafise mwese the king of interview
@amauryirakoze11 ай бұрын
La dame est tres instruite Kandi avungiye ibintu narimaze igihe mvuga Ntagihugu nakimwe gitera imbere kidaciye muburumyi nubworozi Iyo ni base ya developement Nitwashira inguvu hamwe ntakibuza tuzotera imbere .. Ikiganiro ciza juste gaël
@Bikorokoro12311 ай бұрын
na Son Excellence yabisubiyemwo kenshi ko uburimyi n'ubworozi ari le pilier de tout developpement
@BenigneNdayisenga-rn1kf11 ай бұрын
Ça c'est la réalité vraiment.uvuze ivyiyumviro vyiza cane .elle est très courageuse.may God bless you madame Joo.courage
@bibahobdi11 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe 🥳🥳😊😊 take five🤜🤛 impa like😋niba ukunda takefive
@regishabarugira901211 ай бұрын
Je voudrais expliquer ico kintu la Dame avuga ko basubiza amahera ya taxes mugihe wakoreye amahera menshi.Hari n’abakorera makeya reta iha amahera ya taxes.Rero niyo système nziza yo kugira aba low income babeho neza comme ça usanga mwese mwaduze mubayeho neza.Dans les pays que je dirai en voie de développement hari déséquilibre iteye ubwoba hakama indyane zidahera.
@ntahugalievin134011 ай бұрын
Ngo canada bakora bahagaz aho u bakora bicay nihe ?ahubwo iyo bamubza ati noe iyo ukoz uhagaz amafaranga urayaronka??kuko muburundi urakora uhagaz ukayabura ❤ ariko cananda urahagqrara ukayabona rero narek gucurira abakeny bari naja babuz aho bayakorera bakabura
@macjoy489711 ай бұрын
You miss the point…ashatse kuvuga ko abantu biyumvira kuza muri Canada canke iburaya muze muzi neza ibibarindiriye. Nta juru kuri iy’isi. Ashaka muze mwiteguye neza mu mutwe ntimpuje muri dépression.
@ndayizeyeconsolatte11 ай бұрын
Ooooo namabanga 😂😂😂😂 Kuba mubihugu vyo hanze uyo madame ndamushigikiye❤❤❤ ndi muri americ ndakunda uburundi
@nininahazwedonavine334911 ай бұрын
❤❤❤❤
@nduwimanaestella439511 ай бұрын
❤❤❤❤❤can gos
@richard-kellymbonimpa923711 ай бұрын
Bite. Uyu mudame ariko aravanga ibintu. Nta muntu akora 24h tout d’abord c’est pas légal. Hama kwambara ça dépend ni muntu. Wanye uri umunyamwanda bizoguma uko . Gaël buzana abantu bavuga❤ibintu uko biri. J’habite au Canada j’ai une meilleure vie
@butisaac646511 ай бұрын
Mubwire Sha! Mbe uyo mutahe ariko akoresha iburundi yayakuye hano buja? Il faut kuvuga uko ibintu bimeze atashari.
@julescesal281211 ай бұрын
Birashoboka gukora 24 heures Muri Groupe home Muri canada ,niho mba,mpamaze 30 ans
@fistonnzoyihera779111 ай бұрын
Kabisa uyu m dame arabesha .bava bujumbura bibaza ko ari vyabindi bigumira bicaye .uyo numunebwe .abanebwe nabo ntakibanza bafise buraya.
I’m Ugandan but I’m originally from burundi both my parents are Burundian but I was born in Uganda I enjoy to listening burundian language how I wish I know how to talk kirundi
@dianeinamwiza11 ай бұрын
Murabona ama vues Gael asigaye aronka,abavuga ko ama chaines yo mu bdi atarabwa barabesha,iyo ukoze akazi kawe au serieux,abantu bakabona ko ukora ibintu bizina barakuraba,urabona ko Gael no mu ma interviews yateye imbere kandi aha icubahiro abamuraba,akigora akaza abantu bavuga ibintu bizima,atari ukuzana chaque jour ababaririmvyi,tuba dukeneye ayandi ma sujets,surtout twebwe turri hanze,kandi Gael yaravyumvise.Courage dans ton travail
@sereine-marienkuyehasi300911 ай бұрын
Un bon interview 🤩
@kankindifelicite946411 ай бұрын
Jo kamana,uganiriy neza,naryohew, Merci gael
@aubertpereznsabimana829111 ай бұрын
Keep it up Bro
@mahorodorian299711 ай бұрын
Very nice 🙌
@charleskubwimana257711 ай бұрын
Thanks Justin Gaël kubiganiro vyawe bituganisha mu gukora ivyunguka
@cadeauwatanga568611 ай бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌🙌,urahushula ,hushula none ,big up bro 🤜🤜🤜,keep going up bro,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@prosperbibonimana249711 ай бұрын
Big UP Broo.Take 👊
@Alexandre33gikashi7 ай бұрын
Merci madame
@billyjoel512011 ай бұрын
Courage Gaël🥳
@PierresPerfect11 ай бұрын
Thanks Umukubito 😊
@armstrong254711 ай бұрын
Big up juste Gaël reka twikorer imigamb ivyo hanze tubivemw umuntu Akena mumutw
@kwizerajaphet738211 ай бұрын
Big up
@irambonajules8011 ай бұрын
Keep on bro
@silvernizi779011 ай бұрын
Uyu mudame avuze ukuri ata kubesha. Good interview Gaël
Mundwi iza aba diasporas nzobereka systeme de control muma domaines amwe amwe kandi muzoshima
@kg728511 ай бұрын
Madame ariko haribenshi bakora muri Gouvernement
@ubuntu_25711 ай бұрын
Muri gouvernement hari ubuzi bwinshi ,hari ubwo bita bwo mubiro nakinguvu wirirwa uhagaz cank ugira livraison n ibindi umuntu yokwibaza ko kagoye cank atokora mais ukaguma witwa umukozi wa gouvernement.
@kg728511 ай бұрын
@@ubuntu_257 jewe nashatse kuvuga ako mu bureau harubuzi bwinshi butandukanye ubawicaye kuri desk all day ariko ntibivuze ko koroshe kuko ukoresha umutwe cane and lots of responsibility.
@umuhumure11 ай бұрын
Ko muvuga ngo muBurundi hari amahera menshi, mwapangiy iki kuja Canada🙄🙄🙄, uragira sport ugabany iyo nda‼️
@museremudesiree_carine905211 ай бұрын
Tera imbere inda uyihoze'ntaco ugutwaye ww
@user-je2po4lx1q11 ай бұрын
Je t'apprécie Madame
@KC-wj7yh11 ай бұрын
Zokwemera uwuzobanza gusubiza passport
@levisdiamond479711 ай бұрын
Raba ubwenge bugoramwe ayisubize hama bigende bite
@Rajabu954 ай бұрын
Sha ntabwo abeshe kabisa nuko ubuzima bumeze
@josephinendayishimiye175711 ай бұрын
Kurima ni vyiza Komera maman bana
@user-fw4sn9yk4u11 ай бұрын
Gayereyubahwe
@isamazatv.1158 ай бұрын
It's funny ukuntu twitiranwa na Justin amazina abiri hahahha big up my brother