No video

UMVIRIZA UBUBI BW'ABAHABARA N'IMIKOSHI BATERA.

  Рет қаралды 131,327

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Күн бұрын

Пікірлер: 130
@crypto_echangeur
@crypto_echangeur Жыл бұрын
Amen pasteur urakoze nabatarubka izacu uratwigishije mwarahezagiwe mukomere mumurimo wa Christ jesus
@jeanplacidemunyengabe4915
@jeanplacidemunyengabe4915 Жыл бұрын
Murakoze cyane pasitori rwose,jewe mba mugihugu ca Cameroun,ariko nkunda gukurikira inyigisho zawe kuko n'iz'ukuri,Imana iguhezagire kbs
@sintiasaid9082
@sintiasaid9082 Жыл бұрын
Amen Amen IMANA igukomereze mumurimo wayo
@lyduinemunezero1937
@lyduinemunezero1937 2 ай бұрын
MWubahwe Paster,IMANA iguhe kuramba mubawe
@ndikumanapacifique5993
@ndikumanapacifique5993 4 ай бұрын
Imana izagushoboze uzakorere ivugabutumwa bwiza hano mu Rwanda 🇷🇼 turagukunda imana ibahe umugisha 🙏🏿
@odilenkunzimana5044
@odilenkunzimana5044 Жыл бұрын
nyakubahwa mukozi w'lmana Yesu arushirize kugusiga amavuta ivyo uvuga nukuri
@ProsperNdayisenga-qp3fr
@ProsperNdayisenga-qp3fr 6 ай бұрын
Amen muvyeyi ,
@egideegideology3196
@egideegideology3196 Жыл бұрын
👏👏👏👏👏 Imana ihezagire uyu Mukozi w'Imana Aya majambo Avuga arakomeye Cane Naje ntarubaka Ni nafashwa kuyitondera nubwo ntarubaka nzoba Ndi Umushingantahe akomeye 👍
@patricendihokubwayo3803
@patricendihokubwayo3803 Жыл бұрын
Ndagukunda cane mukozi w'Imana ukwomwigisha biranyubaka cane
@emilendayishimiye9492
@emilendayishimiye9492 Жыл бұрын
Nyakubahwa Pastori inyigisho zawe ziratomoye caaaane, ziratuma zabubatse zisubirako, vyinshi biragarara mu ngo zacu, mwubahwe,
@user-cg6wq5fx2c
@user-cg6wq5fx2c 9 ай бұрын
Ubutumwa bawe buranyubaka Amen
@horimberepeace7376
@horimberepeace7376 Жыл бұрын
YESU CHRISTO ADUFASHE CAAANEEE GOOOSEEE!!!!!!👏👏👏👏👏❤❤❤❤❤
@AmadiHabo-kp9lo
@AmadiHabo-kp9lo Жыл бұрын
Ndafashijwe
@JoelNdayishimiye-r7g
@JoelNdayishimiye-r7g 2 күн бұрын
Amen
@user-rz7dv8ck8g
@user-rz7dv8ck8g 6 ай бұрын
Muraho neza ? Nukuri inyigisho mutwigisha ziradufasha cyane imana ibahe umugisha murakoze!!!
@NiyomugaboEugene-qk6my
@NiyomugaboEugene-qk6my 6 ай бұрын
Ndi umunyarwanda arko niwowe pastor wanjye kndi nkusabira umugisha mwinshi nkakwifuriza ijuru pe! Ndagukunda
@user-rm1vp3ck8h
@user-rm1vp3ck8h 3 ай бұрын
Amen amena izonyigisho zirakwiye
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 Жыл бұрын
Ivyindero ' no mubazungu twe dukuze aba jeune barahaguruka bakatubise Imana ibahezagire
@denisenininahazwe8434
@denisenininahazwe8434 Жыл бұрын
Imana igume inkwongerereza amavuta..Uratwigisha neza tukumva
@user-mm5lw5dc1u
@user-mm5lw5dc1u 9 ай бұрын
Wubahwe
@ndayishimiyealine9085
@ndayishimiyealine9085 5 ай бұрын
Ndafashijwe caaaane uhoraho akuduze kuyindi ngazi urubaka imitima ya benshi
@edithenzeyimana4747
@edithenzeyimana4747 Жыл бұрын
Uravuga ntuvura mukozi w'Imana
@uwasegihozoqueen9143
@uwasegihozoqueen9143 Ай бұрын
Gv
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri
@theodomirnkurunziza961
@theodomirnkurunziza961 10 ай бұрын
Imana igume ibana nawe urumuga ubutumwa kweri nabandi bacs hiryz
@christellairakoze532
@christellairakoze532 Жыл бұрын
Babarire,abahabara nibisuma,Nabambuzi,kandi imana izobahana pe
@user-tk4ok3ni4f
@user-tk4ok3ni4f 6 ай бұрын
Amen amen
@irakozechimene656
@irakozechimene656 Жыл бұрын
Utii"Imana Isanzwe Izi Kurindaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👌👌👌Ndakwikundiraa Disii
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 Жыл бұрын
Komera mukozi W'IMANA, Bandanya ubabwira
@queenrachelvlone7731
@queenrachelvlone7731 Жыл бұрын
Amen 🙏 lmana lkomeze kuguha umugisha mumurimo wayo
@arnaudmbazumutima8750
@arnaudmbazumutima8750 Жыл бұрын
Yesu ashishikare kuguh umugisha inyigisho utanga zirimwo impanuro nyinsh cane
@jeanjacquesniyitanga8867
@jeanjacquesniyitanga8867 Жыл бұрын
Umwami Yezu akomeze kubahezagira no kubazigama mukozi w'Imana🙏🙏🙏🙏
@najmahnajmah1078
@najmahnajmah1078 Жыл бұрын
Nihatar wavunga nuko tutuva ariko tuzuvirayo kwer
@SuavisNtibazahiri
@SuavisNtibazahiri 5 ай бұрын
Iman ibandanye kuguha umutima winkomezi uvuga ukuri abandi batabasha gusigura Iman iguhezagire
@user-fp5wo4ls3i
@user-fp5wo4ls3i 10 ай бұрын
Yesu akwongere amavuta menshi caane.uvuga ukuri nkurima.wubahwe
@ericmukeshimana6602
@ericmukeshimana6602 Жыл бұрын
hezagigwa ndagukunda
@user-yr8fy5vw8g
@user-yr8fy5vw8g 6 ай бұрын
Ndagusabiye kuramba kugira ukize beshii cane
@AndreNdayishimiye-db3ss
@AndreNdayishimiye-db3ss Жыл бұрын
Manaziraremvye ninyinchi
@HAKIZIMANAChadrac-zd7je
@HAKIZIMANAChadrac-zd7je Жыл бұрын
Amina Imana ishishilare kukwongerereza !
@nizigamagloriose5276
@nizigamagloriose5276 Жыл бұрын
Uhoraho aguhezagire caaane ntuvugira muvumbi kumuvumba
@emmanuelniyonzima2407
@emmanuelniyonzima2407 Жыл бұрын
Nikuri ndagushimiye cane kurubwo butumwa utanze imana iguhezagira.
@clementineuwizeyimana3117
@clementineuwizeyimana3117 Жыл бұрын
Urumuvuga Butumwa wimana kabisa ❤
@floridenduwayo4142
@floridenduwayo4142 Жыл бұрын
Nyakubahwa muraruhura umutima y'abantu batari Bâke. Turabashimiye cane
@JoanaKeza
@JoanaKeza 6 ай бұрын
Amen❤❤
@dinaniyo4921
@dinaniyo4921 Жыл бұрын
Nkunda kwunviriza inyigisho wigisha Imana ibandanye I kuzigama ministry kugira ubandanye gufasha abananizwe murubu buzima .
@meryorndi630
@meryorndi630 Жыл бұрын
pasta Ntuyahaga wubahwe cane Imana iguhezagir ndakunda ibiganir vyawe ndino saudia
@amosniyorukundo-sx4zg
@amosniyorukundo-sx4zg 4 ай бұрын
Imana nihabwe icubahiro
@pali3502
@pali3502 Жыл бұрын
❤amen amen
@jeanmariebahombuwungutse3217
@jeanmariebahombuwungutse3217 Жыл бұрын
I like how you teach
@solangeniyonsaba4331
@solangeniyonsaba4331 Жыл бұрын
Uvuga ukuri Imana ijye iguha umugisha
@regineregine8025
@regineregine8025 Жыл бұрын
Ikibwirwa n'icumva, icerekwa n'ikibona. Murakoze
@theofacilemanirakiza1274
@theofacilemanirakiza1274 Жыл бұрын
Amen kosora twatahuye
@vavamuhoza2148
@vavamuhoza2148 Жыл бұрын
Respect Muzehe.babwire babeho babizi disi
@VanessaNelly-uz7uq
@VanessaNelly-uz7uq 4 ай бұрын
Warubabwiy Abo bahehesi basigay buzuy isi
@donatienngendakumana8696
@donatienngendakumana8696 Жыл бұрын
Imana ikwongere amavuta mukoziw'lmana
@bertilleminani1562
@bertilleminani1562 Жыл бұрын
Ton enseignement nous edifie fortement!
@bestjeremiah5451
@bestjeremiah5451 Жыл бұрын
Urakoz apôtre izinyigish ndabona zizongirira akamaro murug rwanje
@MTheoTV
@MTheoTV 7 ай бұрын
Uzatuzanire umugabo w'umutabzaniya witwa Daniel Mgogo
@user-zi4nm5hi7t
@user-zi4nm5hi7t 9 ай бұрын
Ndumugatorik sinahor nkund inyigish zumunt tudasangiy ukwemer ndavyumvirij nfyin non birampimbay mukoz w iman yezu akwonger ubukomez uravug ukur peee!! Umukam akutuzigamir
@nzambimanachantal5769
@nzambimanachantal5769 Жыл бұрын
pasteur ndabuz icomvuga ariko imana ikwongere amavuta kuko urimvuga kuri pe
@athanasentibankundiye1839
@athanasentibankundiye1839 Жыл бұрын
1) Hérode mukuru. 2) Hérode Firipo. 3)Herode Antipa. 4), Hérode Agripa
@sewarss8422
@sewarss8422 Жыл бұрын
Urakoze cane 🙏🙏
@user-lb6sd3og4s
@user-lb6sd3og4s 6 ай бұрын
Wongererezwe amavuta
@Jafanny21
@Jafanny21 Жыл бұрын
Amen Amen 👏👏👏
@Jdmcs19-81
@Jdmcs19-81 Жыл бұрын
Mbonye ikintu gikomeye kuri Herodiya kurusha Herodi. Mbega ngo Herodiya aranyagwa umugabo we Filipo, Herodiya bikamugwa neza,akumva abonye ibisuzo kdi amaze kunyagwa umugabo!! Kugeza ubwo abandi babibonagamo akarengane,we akabahigira kubicisha. Ndi kumvamo akantu gasa nk'aho,abagore bo muri icyo gihe nta nshingano bari bafite zo gukunda abagabo apfa kuba atwawe n'umugabo ufite ibintu kurusha uwe. Ese muri iyi minsi ya none byaba byarahindutse cg ni ukwitwararika amategeko gusa n'aho ubundi abagore babonye uburenganzira busesuye bata abagabo bakajyanwa n'abandi bakize kdi ntibibatere igikomere nk'icy'umugabo utawe yasigarana!!
@jeanpaulniyonkuru-hq2wl
@jeanpaulniyonkuru-hq2wl 10 ай бұрын
Imana itubabarire
@user-rm1vp3ck8h
@user-rm1vp3ck8h Жыл бұрын
Amena
@user-xw6uk9dc2i
@user-xw6uk9dc2i 6 ай бұрын
Murakoze
@user-nz9ve5yh6o
@user-nz9ve5yh6o 6 ай бұрын
Nukuri uzoshike niwacu mumagarama kutwigisha inyigisho zabubatse
@user-yb4xy1lf9b
@user-yb4xy1lf9b Жыл бұрын
Mudusengere natw tutarubakizacu ndabona bigoye ivyakinogih
@ClaudeVandamme-hr4bb
@ClaudeVandamme-hr4bb 4 ай бұрын
Ndumusore nezererwa ninyigisho zawe bandanya kubwira abo bagabo bibipfamutima bata abo bashakanye bazakaza kurondera abagore hanze ,babwire kuko biteranye isoni kubahuka gukora ibintu nkivyo bituntuza abo bashaka ye
@ericngabireyimana3746
@ericngabireyimana3746 Жыл бұрын
Zurahanura nimisor
@user-uw2nf6dg3d
@user-uw2nf6dg3d 9 ай бұрын
Amen Amen
@ericmanirambona3378
@ericmanirambona3378 Жыл бұрын
Utavuga ukuri
@ndayizeyejohnathan8838
@ndayizeyejohnathan8838 Жыл бұрын
Inyigisho nziza
@mabekijeanbosco141
@mabekijeanbosco141 Жыл бұрын
Namajambo yukuri nukkobitugora
@pali3502
@pali3502 Жыл бұрын
Arinkajewe ntamusi nosiba gusenga😂😂😂😂 nogucererwa sinocererwa😂😂
@user-mp6ue2nf1b
@user-mp6ue2nf1b 6 ай бұрын
😅
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 5 ай бұрын
😂😂😂
@nadegeirakoze6768
@nadegeirakoze6768 Жыл бұрын
Bt mukozi wimana urashoboy
@sebudandimediatrice389
@sebudandimediatrice389 Жыл бұрын
Hezagirwa Mushumba kubw'ukuri uvuga
@haberumukamaalexis5213
@haberumukamaalexis5213 Жыл бұрын
Ariko uyumugabo ni kuki abantu bose tutwomwunviriza hanyuma tugakira ko avuga ingwara abantu benshi bagwaye ,nubwo tutwomunva ivyacu imana irabizi duhinduke
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 Жыл бұрын
Erega ivyavuga biriho ,naho batomwumva ,kazima ijambo aba yarivuzeee
@zuzufaida3253
@zuzufaida3253 Жыл бұрын
Nanjewe ntacomfise ariko ngusabiye Amavuta
@giftdumaboi9018
@giftdumaboi9018 Жыл бұрын
Umu camera man hageze gusenga aca abikata,nabireke umuntu ayumve IMANA idutabare itubabarire inatuyobore 🙏
@gregonienahimana2918
@gregonienahimana2918 Жыл бұрын
Uhezagirwe wigisha neza ,impanuro zikora kubuzima bw'umukuru n'umuto,ariko hakwiriye utegeko Rihana abubatse batubaha abagore canke ababo babo
@ericngabireyimana3746
@ericngabireyimana3746 Жыл бұрын
Imana ikwongere umugisha
@ericngabireyimana3746
@ericngabireyimana3746 Жыл бұрын
Zurahanura nimisor
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 Жыл бұрын
Commite yagizwe n,abatagirimitima nyene. Kandi urubanza rwatashwe n,imisuma gusaaaa.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
🎩
@denisnduwarugira8494
@denisnduwarugira8494 Жыл бұрын
Ingo zubu nizo gusengera bwana Paster
@dvjderrick2680
@dvjderrick2680 Жыл бұрын
Bahanure
@ndayizeyeferdinand3304
@ndayizeyeferdinand3304 Жыл бұрын
Ubutumwa buraryoshe ariko nashaka kubaza none Hérode numubara wiwe bahanishijwe iki?
@athanasentibankundiye1839
@athanasentibankundiye1839 Жыл бұрын
Waruzi kuvuga n'uko usenga IMANA n'imana warukwiye guhitamwo Iyo wosenga neza akabariyo uvuga cane
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 Жыл бұрын
Umunzane upima abakijijwe nabadakijijwe ufiswe n,Imana ,kuko niyo igera imitima n,imishahaaaa, none wewe umutima wuyu woba uwuzi gusumba iyamuremyeee? Tuzumirwa umunsi urizina, jewe uwu mukozi w,Imana simuzi ,ariko ivyo avuga mba numva mubantu birihooo.
@egideegideology3196
@egideegideology3196 Жыл бұрын
Ntabwo Imana asenga ihwanye nibyiyumviro byawe sha uzgende gahoro. The time will tell us. Wait and see
@elisa3242
@elisa3242 Жыл бұрын
AHO VYAGUKOZEKO
@amanifranck7178
@amanifranck7178 Жыл бұрын
Ntakutagira muguhanura gsa intumva ziramaho
@uwizigiyimanaannemarie9587
@uwizigiyimanaannemarie9587 Жыл бұрын
Muzi asenga zingahe?Abantu muzi gucira imanza abandi n'ukuri.
@desirentiryica4685
@desirentiryica4685 Жыл бұрын
Ndumugatorike ndakunda'inyigisho zawe hezagirwa
@gatorekazifrancine1740
@gatorekazifrancine1740 Жыл бұрын
Komera mukoziwimana
@B-Y-N
@B-Y-N Жыл бұрын
👏👏👏💒💒💒💒
@wesleyndayi3440
@wesleyndayi3440 Жыл бұрын
Uhoraho akomeze kugukoresha ivyagura ubwami bwiwe
@ericnahishakiye2719
@ericnahishakiye2719 Жыл бұрын
Ou
@sethngolo6558
@sethngolo6558 Жыл бұрын
amen!
@gloriosenyinawabana2259
@gloriosenyinawabana2259 Жыл бұрын
Merci
@irakozechimene656
@irakozechimene656 Жыл бұрын
Nubu ndacasubiramwo Ubu butumwa
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын
Muhezagigw
@noadieamimu5857
@noadieamimu5857 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@terasiimanaiguhezagireikwo5220
@terasiimanaiguhezagireikwo5220 Жыл бұрын
Imana ikwongere amavuta ya mpwemu Yera mukozi w'Imana
@gilbertmanirakiza2616
@gilbertmanirakiza2616 Жыл бұрын
👂🙏
@karabanikkarabanik1035
@karabanikkarabanik1035 Жыл бұрын
000
IMIBONANO MPUZABITSINA, N'INKINGI Y'URUGO
1:18:50
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 186 М.
AVUZE IVY'ABA CATHOLIQUE N'ABA MUSULMAN, UKURI AVUZE, AHAA
53:56
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 118 М.
The Joker saves Harley Quinn from drowning!#joker  #shorts
00:34
Untitled Joker
Рет қаралды 68 МЛН
OHOOOO, IGIHUTE ARAKIMENYE, Apôtre MBAYAHAGA
49:56
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 35 М.
IYABA UVYIBUKA NTUBA USUZUGURA ABANDI
1:05:42
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 34 М.
UBWOKO BUBIRI BW'AMOSOZI
1:06:14
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 33 М.
Ahaaa Umuntu wewe yubatse canke yimirije Mariage niyumvirize ano MAJAMBO.
1:27:51
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 177 М.
UZOKWAMA UBOREWE KUGEZA RYARI?
37:59
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 59 М.