No video

Bob Rugurika ati: uwahaye ishano

  Рет қаралды 16,448

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news

Пікірлер: 28
@haircutstyleofficial4698
@haircutstyleofficial4698 7 ай бұрын
Imana yonyene ntamutegetsi numwe mbona ariko aharanira iterambere ryuburundi ariko bahangane niterambere ryabo gusa nabobose bavuga narwasa bivurwa koyibwa amatora nawenyene sinizeye kwafise impulse zabashonje nzanumva konawene arimubatama bafise inoti muburundi haraho muranyumvira yafashije abantu bashonje ga yemwe gusa abanyepolitike muzorya abarundi muyarundarunde ariko ndabarahiye ntantambwe muzoyaterana muzoyasiga ahanyene kwisi 😢😢😢😢
@UrumvaFicre-ed4kv
@UrumvaFicre-ed4kv 7 ай бұрын
L
@omernshimirimana
@omernshimirimana 7 ай бұрын
Ntibikunda vrmnt ibyiterambere wapi kabisa nakamaramaza twagonzwe nikamyo itagira document!
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 5 ай бұрын
Ntubeshe
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox 7 ай бұрын
Huuum,muguma mwibaza ko Imana itababona.Ukagira n'urukundo rwinshi?Mumenyeko ingero mugeramwo kwariyo muzogererwamwo.Isi yos irarush nimutekane;Yesu gusa niwe Nyishu yivyo vyos mushaka nivyo mwibaza
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 5 ай бұрын
Erega vyose aho vyapfiriye ni mwihonyangwa ry'ibwirizwa nshingiro rikomoka ku masezerano y'ubumwe bw'abarundi
@NestorButoyi-zt9wx
@NestorButoyi-zt9wx 7 ай бұрын
Nukuri nukuri ntakwavu zotezimbere abantu
@charlesnahimana3163
@charlesnahimana3163 7 ай бұрын
Kenny Claude Nduwimana na we nyene umunyororo yarawuciyemwo n'aho kumbure yaziga yuko ari intagorwako.
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 7 ай бұрын
Wewe dufashe sha tufate abishe Ndandaye ibindi tuzobirabe hanyuma Étape par Étape.iryo nijambo
@kaborogotadimbahasi7294
@kaborogotadimbahasi7294 7 ай бұрын
Nimukomeze muryane sha, "Don't interrupt your enemy when is making a mistake " twebwe u Rwanda dukomeje kubaka igihugu cyacu ku muvuduko uhambaye, iyo umurundi ageze mu Rwanda agirango ageze Washington DC, Toronto cg Paris, ibyo byose tubicyesha H.E Paul Kagame.
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 7 ай бұрын
None ni baze bavuga uwahaye ishano kurunziza. Kuki bigima bihishijwe
@damiennkaka7006
@damiennkaka7006 7 ай бұрын
Muve mumagambo mujye mubikorwa! Mdomo!!!!!hahifanye kitu! Kandi mumyaka mumaze mufite ibisubizo…!
@user-bl8is7bs7c
@user-bl8is7bs7c 7 ай бұрын
Nimwivugire nuko muri muburayi!!tweho bwarafutse umunwa ntaco tukivuga!!
@user-wy6cp6yi6u
@user-wy6cp6yi6u 7 ай бұрын
Bob urantwengeje peee....!! Natanguje inkwavu 7 zigeze muri 33.
@user-cq9xl1hi3t
@user-cq9xl1hi3t 7 ай бұрын
Turabazi basi namwe tekana vrt
@NduwimanaAmina-io2cf
@NduwimanaAmina-io2cf 7 ай бұрын
Nihatari. Uyo. Ntakirimwo. Kweri. Mbonarukwikururirakogusa
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 7 ай бұрын
Everybody calm down,2040 and 2060 is the target, first everyone needs 2 ubukwavu and free avocado for the starter 😂😂😂
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 5 ай бұрын
Reka kub'ufyina
@joejimmymari7779
@joejimmymari7779 7 ай бұрын
Mb kiramvu nawe yagiyeh
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 7 ай бұрын
Yarapfuyeee
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 7 ай бұрын
She is watching in silence 😂😂
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 7 ай бұрын
Atikiramvu
@moolinakerambaya4325
@moolinakerambaya4325 7 ай бұрын
Urabeshye arahari​@@anesiendaz9890
@daviirizima7485
@daviirizima7485 7 ай бұрын
Jewe mbona yuko uyu Bob, uwoba amukunda yomujana kwa le gentil. Ubuhunzi bumugeze habi! Araparagurika ukamenga nkuwutwawe na nyabarongo ! Aracari muri za politique zishaje ziterabwoba akibagira ko abarundi ari inzirabwoba!
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 7 ай бұрын
Ntamfashanyo Bob yumu colonie dukeneye .reka twicwe n'inzara haho dupfa duhemutse .nta homosexualité tuzopfa twemeye .nta nshinge za covid tuzopfa twemeye .ntituzemera gukora amahano ngo turonke imfasha nyo . Bob imfanshanyo bohaye uburundi zisabe bazibahe wewe utoremwo make uheko pacifique na niyombari mumuhe duke mugabo mutureke abarundi turazi iyo tuva aho tugeze niyo tuja .bob twaramaze gutahura icatsi nururo
@jeanberchmasnizonzima6058
@jeanberchmasnizonzima6058 7 ай бұрын
Bobo tu parles du n'importe quoi.tout le monde te connais!! parloter sans unputs. toi tu as quelle vision? on connait bien ce que vous voulez avec tes collegues😅
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 5 ай бұрын
Quoi?
English or Spanish 🤣
00:16
GL Show
Рет қаралды 6 МЛН
ISSEI & yellow girl 💛
00:33
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 24 МЛН
Bony Just Wants To Take A Shower #animation
00:10
GREEN MAX
Рет қаралды 7 МЛН
Bob Rugurika arongoye iradiyo RPA avuga kuvyerekeye Fablice yashikirije ati nta gishasha kirimwo
3:12
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 10 М.
ثروة هنية والمكالمة المسـ،ربة تكشف الوجوه وتفـ،ضح الجميع
38:55
القناة الرسمية للإعلامي محمد ناصر
Рет қаралды 484 М.
''Isumu yahawe Prezida Petero Nkurunziza yakuwe i Mwanza mu gihugu ca Tanzania.''
2:07:37
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 154 М.
English or Spanish 🤣
00:16
GL Show
Рет қаралды 6 МЛН