Ivy’urupfu rwa Maman wa Linda NIKITA😭/Ku maziko yiwe yari amarira no kumushimira ku vyiza yakoze🥹

  Рет қаралды 22,191

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

7 ай бұрын

#sirenvibestv #funandfacts

Пікірлер: 168
@mephone99
@mephone99 7 ай бұрын
Umuvyeyi wanyu agiye neza Birababaza kubura umuvyeyi ariko wunvise ubuhamya .you guys should be proud
@deliciaingabire8371
@deliciaingabire8371 7 ай бұрын
Nikita courage ukomeze usenge cane niyo wumva utameze neza ( I mean wumva ubabaye kubera ibi bihe) uze wegere Imana jewe j'ai vécu ibishaka kumera nkuko icantunze kugeza ino saha n amasengesho nukuri je jure yuko iyo usenze Imana iragukomeza kandi ukabibamwo courage canee Nikita ❤
@irakoze3762
@irakoze3762 7 ай бұрын
Biheze uyu mu papa antwengeje ndakunda umunt avuga ivyiza vyumunt ❤
@WinSoulsOutreachMinistries
@WinSoulsOutreachMinistries 7 ай бұрын
Mpwemu Yera abahe inkomezi zo gukomera mukarema, umuvyeyi yaruhutse, ishaka ry’Imana ryararàgutse🙏🏽
@KimanaSanta
@KimanaSanta 14 күн бұрын
Yoooooo mpore ba sha mwihangane umuvyeyi wanyu yarintwari mureme naho bigoy kwakaari Kandi turabakunda caneeeeee ❤❤ mpore
@neneitekaryimanagateka2910
@neneitekaryimanagateka2910 7 ай бұрын
Ndumuhamya woguhamya ubutwari bwa Mamam Nikita🙌Linda wanje ndakugumbiriye ma chérie😭😭😭😭😭😭 💔Ndiho abakomeze cane mwese,🙏🙌
@consolatanduwimana6418
@consolatanduwimana6418 7 ай бұрын
Condoléances Mwihangane cane Ndabemeye namwe muri intwarinnkumuvyeyi wanyu. Elle est fière de vous
@wangumrembo7282
@wangumrembo7282 7 ай бұрын
Linda nikita pole sana wihangane Yezu yasubiya kuvyo ishaka ryi Mana ryarangutse ntiwidoge Mubishime kuko twese turingenzi nahobigoye kwakira pole sna murirusangi nabomuvukana ndetse na bomukorarana
@irakozeliliane7548
@irakozeliliane7548 7 ай бұрын
Condoléances à Nikita et à sa famille. Ukomere cane, Imana iguhindurire ibihe mukobwa mwiza
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 7 ай бұрын
Toutes mes condoléances à @Linda Nikita 🤝🤝🤝🤝🤲🏾🤲🏾🤲🏾🤲🏾 et à tout l’équipe de Siren vibes tv 📺 ,İmana imwakire m’ubwami bwayo umuvyeyi wacu ,Cadeau from sweden 🇸🇪
@FlorianeNshimirimana-jh7zw
@FlorianeNshimirimana-jh7zw 7 ай бұрын
Yooooooh mpole sha Nikita kubura umuvyeyi birababajeeee😭😭💔💔
@Kajimange
@Kajimange 7 ай бұрын
Toutes mes condoléances Nikita wacu . Sois forte.Umuvyeyi Imana imuhe uburuhukiro buhoraho
@wangumrembo7282
@wangumrembo7282 7 ай бұрын
Yezu abeba hafi yongere abaremeshe mwihangane kubura umuvueyi biragoye
@mareamalsaiad6727
@mareamalsaiad6727 7 ай бұрын
Komezakwihangana mwiza wacu aheze nimwijuru Imana yamukuze kudusunvya
@PrincesseYonkuriza
@PrincesseYonkuriza 7 ай бұрын
Nikita Imana ikwirure umutima ufis intahe exactly nkiyanj biragoy kubura umuvyeyi harigihe abana tuguma dusenga ngo Mana mukize ugasanga Ishaka ryImana siryo ryacu Imana idukomezany👏
@anitaniyonkuru5721
@anitaniyonkuru5721 7 ай бұрын
Condolences Nikita. Maman yawe yari intwari vy'ukuli. Ndakunze intahe y'umugenzi wiwe,Thérence
@BelyseNdayikunda-br5xf
@BelyseNdayikunda-br5xf 7 ай бұрын
Condoléance Nikita soit forte Imana ikube hafi ❤️
@alidairuhiriyensanze3133
@alidairuhiriyensanze3133 7 ай бұрын
Yoooh😭😭Condoléances à Nikita et à la famille 💔 Imana ibahoze kubura umuvyeyi birababajee
@MakurazaJos-mi7my
@MakurazaJos-mi7my 7 ай бұрын
Condoléances à toute la famille de Nikita et de silene vibes. Imana ibahe kwihanga muribi bihe bitoroshe.
@bsninja3889
@bsninja3889 7 ай бұрын
Yoo toutes mes condoléances. Courage, courage.
@kimana8818
@kimana8818 7 ай бұрын
Yooo😢 Nikita 😥😥soit forte uri guca mubihe bitakworoheye disiii😢😢😢 et toutes mes condoléances à la famille
@Reine257
@Reine257 7 ай бұрын
Oooh rest in paradise muvyeyi 💔💔💔
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 7 ай бұрын
Uruhuke Mumahoro muvyeyi Hama Nikita Condoléances 😭😭😭😭
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 7 ай бұрын
Toutes mes condoléances nikita wacu komera ncuti zanje ka mwese courage🙏🏾🙏🏾😭😭💔
@wangumrembo7282
@wangumrembo7282 7 ай бұрын
Pole dada Lynda nsanze nanje nkoroye amosozi pole sana wihangane Maman
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 7 ай бұрын
Thank you fun&fact team for your supportive manners
@ikorinezaarmella2286
@ikorinezaarmella2286 7 ай бұрын
Aheza ni mwijuru 😢 naruhuk amahoro uwo Muvyeyi
@bibikiki8437
@bibikiki8437 7 ай бұрын
Mes sincères condoléances à toute la grande famille de Linda Nikita. Imana ibakomeze. May her Soul RIP 🙏🏿💔
@nadegen.7850
@nadegen.7850 7 ай бұрын
Condoléances Nikita😢, Imana ibakomereze umutima
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm 7 ай бұрын
Therance Yubahwe 🙌🙌🙌🙌🙌, Service yaduhaye ni nziza Umuntu w'uburwaneza n'amahoro menshi
@Twese.01
@Twese.01 7 ай бұрын
pole sana, condoléances Nikita!
@irakoze3762
@irakoze3762 7 ай бұрын
Imana imwakire mubwami bwayo nikita chr wihangan mwiza kubura umuvyey birababaz
@inagwen8086
@inagwen8086 7 ай бұрын
Très bel hommage de la part de Nikita. Condoléances à toute la famille
@dignedelicia6640
@dignedelicia6640 7 ай бұрын
Mana ndakwingize ugumbire umutima wa Nikita Jesus😢nukuri umukama amuhe inkomezi
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 7 ай бұрын
Yooo pole sana lmana ibahe kwihangana 😢😢😢
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 7 ай бұрын
Condoléances mwiza wacu Nikita Muribibihe bitoroshe🥰🥰🥰
@DeborahMiguellaIgirubuntu
@DeborahMiguellaIgirubuntu 7 ай бұрын
Toutes Mes Condèleances à Mme Nikita et Sa Famille akomere cane Uwiteka aze akube hafi Mwizina ryayo Amen🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾❤️❤️😭😭😭
@nkengurutsechristian473
@nkengurutsechristian473 7 ай бұрын
Mes sincères condoléances à Nikita et sa famille. Maman est toujours vivante parmi vous, parmi nous. Ce qui importe, c'est de garder cette flamme d'amour dont elle était pétrie allumée sans relâche.
@dinadispinanininahazwe8153
@dinadispinanininahazwe8153 7 ай бұрын
Ndasubiye guhoza umukunzi WAcu Nikita n'umuryango wiwe. Le témoignage de votre maman est émouvant et édifiant. Uri intwari nkawe. Nasanze ahuriye kuri vyinshi na maman wanje bahavuye bagatazira muhorakeye kubera agirira neza Bose. Ijambo ryawe ryari rizima . Merci aussi à Siren Vibes yabababaye hafi. Turabakunda mwese Muhezagigwe.
@user-dj5yh3hq5r
@user-dj5yh3hq5r 7 ай бұрын
Toute mes condoleances à toi ma chere Nikita ,mwigumye mwese
@Empower1tv
@Empower1tv 7 ай бұрын
O Maman Linda Bye 😭😘🥰😍 Douce Larissa king Linda mpore
@cappucinella9120
@cappucinella9120 7 ай бұрын
Yooo Nikita mpore mama mpore Imana yonyene niyo ishoboye kuguhoza, ihabe ndaguhobereye cane
@kanamugirekeza
@kanamugirekeza 7 ай бұрын
Mes sincères condoléances Nikita et toute ta famille Imana ibahoze ibiteho muri bino bihe bitoroshee🫂🫂🫂❤️
@najmahnana5598
@najmahnana5598 7 ай бұрын
Imana ibakomez cane
@angeavenir4523
@angeavenir4523 7 ай бұрын
Condoléances Niki NDIHO Abiteho
@ndayishimiyejeannette1057
@ndayishimiyejeannette1057 7 ай бұрын
Merci à l'équipe S&V
@linazirikunama3454
@linazirikunama3454 7 ай бұрын
Ooh mpore mpore.Yesu abirure
@chefBlackbeauty03
@chefBlackbeauty03 7 ай бұрын
Condoléances ma chérie
@konakunzeornella3164
@konakunzeornella3164 7 ай бұрын
Mpore nikita Imana ibabe hafi😪😪
@CaroleAkingabiye
@CaroleAkingabiye 7 ай бұрын
Condoléances pour vous 🙌🙌🙏
@kwizerajeandedieu3431
@kwizerajeandedieu3431 7 ай бұрын
Condoléances
@anickkanyamuneza9601
@anickkanyamuneza9601 7 ай бұрын
Condoleance Nikita uhabere intwari Imana igushyoboze kandi umubyeyi nawe imuhe iruhuko ryiza
@rwemavedaste-dh8vj
@rwemavedaste-dh8vj 7 ай бұрын
Nikita turagukomeje hamwe nabo mukorana mubihe bitoroshe murikunyuramwo,turabakunda❤❤.mukomeze kwihangana.
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 7 ай бұрын
Condoléance ma Nikita Ndiho yirure imitima yanyu 💔💔💔💔
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 7 ай бұрын
Toutes mes condoléances
@ndayishimiyejeannette1057
@ndayishimiyejeannette1057 7 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢Isinzirire muvyeyi. Aheza mw'Ijuru.
@mumu774
@mumu774 7 ай бұрын
Toutes mes condoléances Nikita Imana ibakomeze.
@Hi5392
@Hi5392 7 ай бұрын
26:44 😢🥺 komera ncuti yacu😢
@user-go7kw7lc8g
@user-go7kw7lc8g 7 ай бұрын
Toutes mes condéleances ladouce , Larissa,Linda et King Umukama agumbire imitima yanyu.
@promessemasezerano1882
@promessemasezerano1882 7 ай бұрын
Condolences à toi Nikita wacu 😭😭😭😭
@ChachaChany
@ChachaChany 7 ай бұрын
Condoléances à la famille
@jeaninehan
@jeaninehan 7 ай бұрын
Condoléance Nikita
@angebuhungu8976
@angebuhungu8976 7 ай бұрын
Iruhuko ryiza muvyeyi 💔pole sana Nikita
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 7 ай бұрын
Mpore Nikita wanje❤❤❤❤❤
@Amalia370
@Amalia370 7 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢 toute mes condoléances à la famille
@user-lt2il4se2z
@user-lt2il4se2z 7 ай бұрын
Condoléances muvukanyi😢
@santhy9963
@santhy9963 7 ай бұрын
Nikita mporeee ma ❤️❤️❤️
@rosettendayizigiye4627
@rosettendayizigiye4627 7 ай бұрын
Mes sincères condoléances Nikita ,niyonzira natwe niyo tuja
@sssrddf8053
@sssrddf8053 7 ай бұрын
Mpore kubura umuvyeyi jewe ndazi uburemere bwavyo IMANA ikomeze kubaha umutima wokwihangana claudine
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 7 ай бұрын
Condoléances nikitha
@user-cu8bz3mg4d
@user-cu8bz3mg4d 7 ай бұрын
Be strong Nikita ndazi uko bimera kubura Maman
@irakozenasra3924
@irakozenasra3924 7 ай бұрын
Toutes nos condoléances Nikita.
@Reine257
@Reine257 7 ай бұрын
Yooo nikita I am sending you hugs 🫂❤️❤️❤️🫂🫂🫂🫂🫂my sincere condolences 💐😭
@parfaiteuwimpaye
@parfaiteuwimpaye 7 ай бұрын
Condoléances à ma NIKITA❤
@nzeyimanaemelyne-pj3ik
@nzeyimanaemelyne-pj3ik 7 ай бұрын
😢😢😢pole sana Nikita
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 7 ай бұрын
Condoléances Nikita
@vanessagateka-nb7dm
@vanessagateka-nb7dm 7 ай бұрын
Mes sincères condoléances Niki 🫂
@KIKIMotivation-wt2qx
@KIKIMotivation-wt2qx 7 ай бұрын
Condolence à toutes les familles
@dianensanimfura-yp6vq
@dianensanimfura-yp6vq 7 ай бұрын
Courage Nikita
@user-xp2bs5ps4m
@user-xp2bs5ps4m 7 ай бұрын
Imana igumbire umutima wawe Nikita muri bibih bigoy
@grettamukezamfura408
@grettamukezamfura408 7 ай бұрын
Ahwiiiiii impore bibondo umukama agumbire imitima yanyu ntivyoroshe ariko irabishoboye
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 7 ай бұрын
Mpore Mpore Nikita❤❤
@user-dl4sf5bz2s
@user-dl4sf5bz2s 7 ай бұрын
Toutes mes condoleances a la famille
@user-uq9mt7yu6l
@user-uq9mt7yu6l 7 ай бұрын
Nikita ma chr condoléances mamy aheza nimwijur uhumire ikomeze gusenga iman irikumwe namwe😢😢😢😢
@tantineirakoze1961
@tantineirakoze1961 7 ай бұрын
Condoleances
@sandrabedetse6759
@sandrabedetse6759 7 ай бұрын
Toutes mes condoleances
@ornellairakoze3512
@ornellairakoze3512 7 ай бұрын
Mes Condoleances sh Niki 😌😌
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 7 ай бұрын
Ohh oops ndaba hojeje mwese hamwe nu muryango wa Nikita
@nadinenathan8257
@nadinenathan8257 7 ай бұрын
Mpore Mpore Muryango mwiza
@uwizeyeghyslaine5468
@uwizeyeghyslaine5468 7 ай бұрын
Condoléance à la famille
@twinsmom-td7gb
@twinsmom-td7gb 7 ай бұрын
Condoleance
@hawababy120
@hawababy120 7 ай бұрын
Condoleance Nikita disi😢😢
@kellydaniellamugisha7095
@kellydaniellamugisha7095 7 ай бұрын
RIP mamy 😭♥️♥️♥️♥️
@user-xh2cj4xn4x
@user-xh2cj4xn4x 3 ай бұрын
Yoo uyu mu maman arandyoheye Mana !anyibukije maman nawe nyene yarafise ivyo bahuje n'uyu mu maman nukuri !reka abavyeyi bacu baruhuke ubutame bw'iyi si ibikorwa vyiza bakoze bibaherekeze sha!vyari biryoshe naho yaramaziko cari ikirori pe!king akomere azobona ivyiza Ku bwa maman wiwe.ndabihamya nanje ndumuhererezi narabibonye hari ivyo nguma ndonka kubera maman harumuntu mwiza akunda abantu agira neza.mukomere sha nikita.gusa muzokundane iyumuvyeyi apfuye haribintu bibi vyugwanko rwabavukana bishika.muzobibere maso mushiraneko
@vestineniyonkuru2612
@vestineniyonkuru2612 7 ай бұрын
Mes sincères condoléances à mes chéries 😢
@paynettenizeyimana2271
@paynettenizeyimana2271 7 ай бұрын
Condoléances 😭😭😭😭😭
@boriscubahiro
@boriscubahiro 7 ай бұрын
Toutes mes condoléances nikita
@niyinganzamoses702
@niyinganzamoses702 7 ай бұрын
Pole Nikita mwihangane naruhuke
@Kakakakmmmmbbbbb
@Kakakakmmmmbbbbb 7 ай бұрын
Sorry nikita wihangane sana ❤
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 7 ай бұрын
Mpole cane
@muhimpundugentillesse6429
@muhimpundugentillesse6429 7 ай бұрын
Mes sincères condoléances à Nikita.Sois forte c'est la volonté de Dieu
Slow motion boy #shorts by Tsuriki Show
00:14
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
Llegó al techo 😱
00:37
Juan De Dios Pantoja
Рет қаралды 43 МЛН
39kgのガリガリが踊る絵文字ダンス/39kg boney emoji dance#dance #ダンス #にんげんっていいな
00:16
💀Skeleton Ninja🥷【にんげんっていいなチャンネル】
Рет қаралды 8 МЛН
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 24.07.2024
31:33
RwandaTV
Рет қаралды 6 М.
#Kukayi: Nahagaritswe indwi zibiri kubwo kubuzwa gukora ico nkunda
56:46
Slow motion boy #shorts by Tsuriki Show
00:14
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН