Mbega abantu babi😭Izi nguvu zo gutabura umuvyeyi yavyaye uyu mugabo yazikuye he😭/Love in Action❤️

  Рет қаралды 4,373

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Ай бұрын

#burundi #loveinaction

Пікірлер: 30
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 28 күн бұрын
Love in action ndabakunze cane kwel murabanya muhamagaro ninayo mpamvu mwisunze ijambo ry,Imana kuko Uri mumubiri gusa ntavyo wokora bisaba kwihangane knd Kristo abakomeze cane abugururire nimiryango yimigisha kuko ico gikogwa mukora sicabose ndarengewe,Hosy aboba Jeune bubahwe kbs
@ramabella2151
@ramabella2151 28 күн бұрын
Wonderful,jeunesse burundaise irashoboy Hosy.."Lov in action" irahari en kirundi groupe "WIGORE" depuis plus de 25 ans dans tout les pays et muma ecole secondaire menshi dans tout le Burundi..je suis parmi les fondatrice ,on a commencéavec les pere blanc, j etait muri secondaire kuri Lycee du lac twarisonzesha vdi pour aller voir les malade bo muri Prince regent..,je vit à l etranger ubu.."wigore diaspora" iriho yaradukurikiy...suis devenu medecin par vocation de "wigore"
@loicshi1403
@loicshi1403 28 күн бұрын
Hatanga IMANA Hosy, be n'umutima uyumvira
@irankunda4121
@irankunda4121 23 күн бұрын
Fofo disi uri umuntu mwiza jewe ndabizi uri nyina wabeshi uzogere Kure uri umukobwa afise icerekezo ca kazoza utunze umuryango ❤
@christabellairakoze
@christabellairakoze 28 күн бұрын
Love in Action ibikurwa vyacu sivyubusa mu mwami❤Imana idushoboze gukora nibindi
@user-yk4yu2wl4y
@user-yk4yu2wl4y 23 күн бұрын
Fofo canella numwana mwiza cane nomungorane zose abari présente cane...Imana imuhe kuramba
@assiasaid2742
@assiasaid2742 28 күн бұрын
Fofo’o merci😍😅bien sur suis musulmane e suis fière kuba nd muri Love in Action🫶🏻🥰
@florencendayinginga
@florencendayinginga 27 күн бұрын
Asante sana mpenzi❤️🙏🏻mungu mbele☺️
@loicshi1403
@loicshi1403 28 күн бұрын
Finalement mu Burundi hariyo abantu bazima
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 28 күн бұрын
Hosy je sindi muburundi muga ndifuza kuba muri Love in Action, none nonabona gute inbox?
@rodriguehasabintwari5236
@rodriguehasabintwari5236 28 күн бұрын
I know Fred... N intore kbx
@amanigosperburundi1220
@amanigosperburundi1220 28 күн бұрын
Nibaduhe numero yabo. Natwe nivyo dukora. Baze dushigikirane .dukorerr imana❤
@carinentazama4422
@carinentazama4422 28 күн бұрын
Muhezagigwe cane.ndashaka gufasha nanje .mumbwire uko nobigenza
@Nestor800
@Nestor800 26 күн бұрын
Courage hosy ❤ ❤
@AndrewBaker-oh3lu
@AndrewBaker-oh3lu 28 күн бұрын
Jew ndabaye intéressant nivyo bikogwa bakora nigute ushobora kwijira muriy groupe yabo
@jilu1095
@jilu1095 28 күн бұрын
Najewe babwire nukuri
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 28 күн бұрын
Hosy irakoze in New look, big up
@angeleillairadukunda2599
@angeleillairadukunda2599 24 күн бұрын
Fofo wnjeee😍😍😍😍😍😍
@UniversalTravelstours
@UniversalTravelstours 20 күн бұрын
Chumeee❤😂
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq 28 күн бұрын
Hosy wahinduy look kandi uraberew sana nabatumire ni sawaa cn béni
@_-wt8ns
@_-wt8ns 28 күн бұрын
Oziyokwaf irakubereye
@dellaprinciamizero9903
@dellaprinciamizero9903 28 күн бұрын
LOVE in ACTION😍😍❤❤❤❤
@EstelleIrakoze
@EstelleIrakoze 28 күн бұрын
Number one kwa hosy
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 28 күн бұрын
Biteye ubwoba
@RETUS-BRAINY
@RETUS-BRAINY 28 күн бұрын
Jew bouton Isa na noir niyasa na branch nxoca ngira subscribe 😂
@Mbate250
@Mbate250 28 күн бұрын
Yaaa nihatari kwer
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 28 күн бұрын
Nihatari kweri
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 28 күн бұрын
Hosy urates mumutw
@DianeNdayishimiye-ke4or
@DianeNdayishimiye-ke4or 27 күн бұрын
Numéro téléphone
@RETUS-BRAINY
@RETUS-BRAINY 28 күн бұрын
Jew bouton Isa na noir niyasa na branch nxoca ngira subscribe 😂
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26
100❤️
00:19
MY💝No War🤝
Рет қаралды 23 МЛН
Scary Teacher 3D Nick Troll Squid Game in Brush Teeth White or Black Challenge #shorts
00:47
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26