NAVUKANYE IKIBAZO C’UMUTIMA. ABAGANGA BARAMBWIYE NGO SINZABAHO! AHO NIHO NABONEYE IMANA.

  Рет қаралды 2,885

Christ Life Center

Christ Life Center

10 ай бұрын

Haruwo afise iciyumviro ashaka guterera canke iciyumviro ku bijanye n'ikiganiro ca WARUBIZI? Yoduhamagara canke akatwandikira kuri izi numero : 1(602)525-4010
Muri kino kiganiro ,twaganiriye n'umukozi w’Imana Mme Nicole Niyonkuru asengera mw’Ishengero rya Christ Life Center.
Akaba yataratubwiye urugendo rwiwe atarakizwa, ko avuka mumuryango babiri kuri Mama wiwe, nabandi babe kuri Papa wiwe. Yakuze yisanga arezwe na Nyogukuru wavyara Mama wiwe. Akaba yakuze atabona Papa wiwe yagiye kumumenya afise imyaka itandatu.
Nicole akiri muto yamanye agahinda kanini cane gose kubera kutabona Papa wiwe , bika vyaramugora cane nokugira incuti zari zifise abavyeyi bose.
Muri 1997 Nicole yaragiye aho Papa we yaba asanga yarapfuye , baranamushingura batigeze bamenyesha umuryango wo kwa Mama Nicole ico gihe Nicole yarafise imyaka 13 arababara gushikaho avugako Papa wiwe ari UMUGOME,
Ntivyatinze muri 1998 Nicole afise Imyaka 14 abura Mama wiwe ariwe yarasigaranye agahinda karamwica, arateba aranahagarika nishure amezi 3.
Ubuzima ntibwigeze bworoha nagato .Muryango warakoranye Nicole abona gusubira kwishure noneho aja kwiga abayo aho yahuriyeyo numugenzi amubwira ubutumwa arakizwa. Nicole yarabandanije atuyagira atubwira yuko mugukizwa kwiwe yakijijwe kubera ubwoba , akizwa kugira akingire abo asigarane ntibapfe. Yumva yuko aribwo buhungiro bwiwe .
Nicole ubuzima bwiwe bw’ugukizwa ntaco yigeze ahindura yaraje muri boite , agakora nibindi vyinshi ariko misi yose akama yibuka gusengera babantu yarasigaranye.
Muri 2018 Nicole yaratubwiye ko yaje mugihu ca America. Yari yarasanzwe afise ikibazo c’umutima aho yaja kwa muganga baramubaga amara masaha arenga 24h akiri muri coma . Imana Imwongera amahirwa arongera arabaho, kuva ico gihe Nicole yahindutse umuntu musha nukwizerwa kwikurahinduka gose .
Nicole yaratubwiye ingene Imana yamukuyemwo kwama ahagaritse umutima , atubwira uko muri ico gihe yarari mubitaro ingene yagiye kubitsa abana uwaru mubanyi wiwe.
Nicole yaratubwiye ko yakize ibikomere vyose vyokutagira abavyeyi, akarenzako akababarira numuryango wiwe bwite.
Ubu Nicole numugore yubahwe Imana , adatinya gushinga intahe yivy’Imana.

Пікірлер: 34
@adelinemugwaneza9875
@adelinemugwaneza9875 10 ай бұрын
Ashimwe uwakurinze akakwongera iminsi yo kubaho 🙌 agukomereze intambwe ikiruta byose azaduhane ubugingo buhoraho🙏♥️
@mectildekantarama7545
@mectildekantarama7545 10 ай бұрын
Maman Shilo Imana iguhe umugisha ku buhamya bwiza Imana wakunze yakoze ibikomeye rwose mu buzima bwawe uyikomereho.
@ggoman9781
@ggoman9781 10 ай бұрын
Imana ibahe umugisha kubwubuhamya bwiza muduhaye.nanjye munsengere nfite ikibazo cyo kutababarira.
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Urakoze cane Imana ni nziza izi umutima wa muntu niwaba wipfuza umukozi w’Imana yobafasha mwoturondera kurizo numero ziri hejuru Muhezagirwe
@christianendikuriyo2365
@christianendikuriyo2365 4 ай бұрын
Amen Amen.Nicole na Claude muri abantu beza muhezagirwe caaane. Ba Shilo barakomeye?
@zindavictor-un3jy
@zindavictor-un3jy 10 ай бұрын
Yesu abahe umugisha mwinshi Sister Nicole. Ubuhamya bwawe burimo inkomezi nyinshi. Ufite ubumuntu n'Imana
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Amen
@user-dc5ke8vv2m
@user-dc5ke8vv2m 10 ай бұрын
Shalom ndakunda Imana yaduhaye uwu muryango wa Warubizi🙏🙏🙏
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Amen Urakoze cane
@goodz993
@goodz993 3 ай бұрын
Ndafashijweeee merci bcp Nicole ❤❤❤
@user.6793
@user.6793 10 ай бұрын
Intahe nziza cane, mwakoze kutwigisha ku mbabazi biranyubatse
@umutesimariechantal3240
@umutesimariechantal3240 10 ай бұрын
Amen nukuri Nicole Imana imuhe umugisha p aranyubatse cyane kunama zanyuma nkabubatse ingo atubwiye
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Iman’ishimwe 🙏🏼murakoze
@giselekay3
@giselekay3 10 ай бұрын
Imana yacu irahambaye 🙌🏼🙌🏼
@kayisiremaurice5924
@kayisiremaurice5924 9 ай бұрын
Nanjye ibiganiro byawe biramfasha cyane
@user-oy2mx6xh4t
@user-oy2mx6xh4t 5 ай бұрын
Amen🙏🙏
@humura11c96
@humura11c96 10 ай бұрын
Imana irahambaye ,,🙏🙏🙏
@user-fv9bm6gr1p
@user-fv9bm6gr1p 10 ай бұрын
Turbunva cane ivyo mutuganirira nivyo udusengere natwe bitu eko turonk urworukundo❤❤
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Amen 🙏🏼🙏🏼
@T202
@T202 5 ай бұрын
Shalom !!ibiganiro mudusangiza biratwubaka
@user-dc5ke8vv2m
@user-dc5ke8vv2m 10 ай бұрын
Hama nawe Darlene umukama agukomeze murico gikogwa kuko kiraduhezagira kabisa
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Urakoze cane
@user-kk9rf2rc8v
@user-kk9rf2rc8v 3 ай бұрын
Ndakunda ico kiganiro kuva umunsi ntangura kucumviriza ndakiraba semaine par semaine natanguriye Kikiganiro ça kazungu ndagikunda kuko nari ndamuzi kuri kaminuza nuwugitanga nkamumenya kuva ari uri yoya abandanye ahezagirwa Kikiganiro ciza adushikiriza
@user-fv9bm6gr1p
@user-fv9bm6gr1p 10 ай бұрын
Turabakunda cane kuvyomudushikiriza biraduhanura cane
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Murakoze cane
@umuratwadqueen606
@umuratwadqueen606 10 ай бұрын
❤❤❤
@claudinekamariza9221
@claudinekamariza9221 10 ай бұрын
Murakoze cane kuntahe nziza
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼
@nalbineinitiative6763
@nalbineinitiative6763 10 ай бұрын
Thank you for everyone who watched this video. May God bless you All
@user-fv9bm6gr1p
@user-fv9bm6gr1p 10 ай бұрын
Uti mpore nivyo nkanje sinkijijwe muga turabandanya kubakwirikira mudusenge
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Urakoze cane kudukurikira kumenya Imana bitanga amahoro Mbega mwoba mwipfuza kwakira Umwami Yesu nkumwami numukiza?
@user-fv9bm6gr1p
@user-fv9bm6gr1p 10 ай бұрын
Muhezagirwe cane turabkunda❤
@irakozedarlene7743
@irakozedarlene7743 10 ай бұрын
Murakoze cane 🙏🏼
@solangemukase6707
@solangemukase6707 7 ай бұрын
❤❤❤
NAWE WA MUKOBWA WE UKIRI MUTO WIHANGANE , N'IMANA IHINDURA AMATEKA.
55:32
Christ Life Center
Рет қаралды 4,6 М.
Happy 4th of July 😂
00:12
Alyssa's Ways
Рет қаралды 67 МЛН
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 3,2 МЛН
IMANA IRAKOMEYE: BARONSE UMWANA NYUMA Y'IMYAKA 15  || JOEL NA BEINVENUE
1:13:08
Christ Life Center
Рет қаралды 2,9 М.
Don't Die Before Your Death - Muniba Mazari #IronLady
38:48
Inspiring Minds
Рет қаралды 4,7 МЛН
I Grew Up In Poverty, Foster Homes, and Was Angry at Everyone (Jesus Testimony)
51:38