UMUNSI NZOPFA, SINSHAKA ABAZOVUGA NGO APFUYE ATAGIZE MARIAGE WEEE 😱😱😱, NGO MBEGA URUHOMBO!! OYAAA 😢

  Рет қаралды 6,107

Christ Life Center

Christ Life Center

7 ай бұрын

Muri iki kiganiro twaganiriye n'umukozi w'Imana Evangelist Vanessa Irakoze atubwira vyinshi ku muhamagaro wiwe. Yatwibukije neza ko dukwiye gusuzuma umuhamagaro wacu, kuko wosanga ukora ivyo utahamagariwe. Yatanze akarorero ko we yahisemwo kwoza Toilets z'urushengero . Ati ni mureke kuba les CHRETIENS TOURIST.
Evangelist Vanessa Irakoze ni umukobwa aba ku mugabane w'iburaya, mu gihugu c' Ububirigi; Ubu akaba ari muri Arizona muri Vacance kandi anakorera Imana.

Пікірлер: 33
@christlifecenter
@christlifecenter 7 ай бұрын
Visit Vanessa's youtube channel: kzfaq.info/get/bejne/fJtzjbuFzrq1l4E.html
@gentillekayitesi8980
@gentillekayitesi8980 6 ай бұрын
Tuyage Vanessa
@faveur710
@faveur710 4 ай бұрын
Merci beaucoup Dada. Ornella Ndakiriye amasengesho udusengeye kuko Ndarwaye Je reçois Au Nom de Jésus Christ Amen 🙌🙌🙌🙌🙏🙏❤️🌹🌹🌺🌺🥀🥀 Grâce From Belgique 🎉🎉
@jeanne-ruthgatoni3294
@jeanne-ruthgatoni3294 7 ай бұрын
La passion dans ton regard; ta détermination; … ouaaaw « our obedience is our trophy 🏆 » this! Uhoraho akuzigame; agu protéger…akwime isi n’ivyayo que jamais rien ni personne n’essaie même d’éteindre cette passion🔥🔥🔥Et que Sa grâce te porte tous les jours de ta vie sweet soul🙏🏾 much love ♥️♥️♥️
@benitamutezinka5782
@benitamutezinka5782 4 ай бұрын
Ohhhh my God this is so powerful I’m so touched Vanessa I was crying from the beginning to the last minute yikiganiro uramfashije cyane nahora mbaza Imana niki nakoze ko wacecetse Yesu nigute nasenga kugira inyumve kandi sinkora ibintu bibi ndirinda kweri ariko I want know my calling gusa I need your advice I’m crying a lot niba hari contact zawe basi twovugana kugira ngo uduhe tips twongeraho , I love you so much may God bless you helping a lot of Souls to come to Jesus ♥️🌹🌹🙏 Benita Maine
@umutonichristelle9293
@umutonichristelle9293 7 ай бұрын
Glory to the Lord 🙌🏾 Bravo Vanessa pour ton obéissance. Wabay’intwali muri uru rugendo. Que Christ soit vu et glorifié par tous ceux vers qui le Seigneur va t’envoyer.
@cynthiakaneza8419
@cynthiakaneza8419 7 ай бұрын
This is so powerful God bless you my sis ndafashijwe 🙌🏽❤️
@alineniyonkuru8701
@alineniyonkuru8701 7 ай бұрын
Iguhe naya nzu yakabiri on t'aime❤❤
@faveur710
@faveur710 4 ай бұрын
Imana ikomeze kukwagura Vanessa ❤ Warubashe Imana
@nadegen.7850
@nadegen.7850 6 ай бұрын
Amen Amen 🙏 Imana iguhezagire mukozi w 'Imana Vanessa.
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 5 ай бұрын
am so happy God is good all the time God bless you Ev Vanessa 🔥🔥🔥🔥 🙏🙏🙏
@MireilleMBABAZI-sk4ce
@MireilleMBABAZI-sk4ce 7 ай бұрын
Wow!!!Chills...What a testimony!
@user-lr8rc4ct8t
@user-lr8rc4ct8t 7 ай бұрын
Merci Vanessa nadafashijwe ❤🙏🏾
@mugishaarielle3280
@mugishaarielle3280 7 ай бұрын
waouh,cette passion en toi soeur mayGod bless u abondemment
@Psaumes21.3
@Psaumes21.3 7 ай бұрын
Thank you vanessa ❤️
@user-gb9fi2pc9c
@user-gb9fi2pc9c 6 ай бұрын
Miracles, Miracles Vanessa
@mignonekambabazi8421
@mignonekambabazi8421 7 ай бұрын
Thanks vanessa ❤
@alineniyonkuru8701
@alineniyonkuru8701 7 ай бұрын
Nukuri yesu ari muri ww nawe muri we imana ikwagure
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 4 ай бұрын
Sha urabeshe waruzi icongereza
@elivatementally
@elivatementally 4 ай бұрын
She Blessed me
@reineesther2221
@reineesther2221 7 ай бұрын
God bless Vanessa 🙌🏽
@jocymuhorakeye4000
@jocymuhorakeye4000 6 ай бұрын
Yesu aguhezagire ndahembuwe
@temoindelalumiere4511
@temoindelalumiere4511 7 ай бұрын
I cant like this video more than 2 times 😭😭 love this
@irankundaancke561
@irankundaancke561 6 ай бұрын
God bless you
@queenkellygateka7099
@queenkellygateka7099 7 ай бұрын
Waaauh🙏🙏🙏God is powerful
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 4 ай бұрын
Mbe différence ya Yezu na Yesu ni iyihe murakoze
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 4 ай бұрын
Vanessa ivyo uvuze nivyo gufasha umuntu abikeneye Kandi utazi SVP jewe ariko ndi umu catorika narabonye ko biryoshe uronka imigisha myinshi. Urazi abantu bafungigwa mu bitaro bakize ??? Ukuyeyo par exemple umuntu nko kuri Noël akayirya mu muryango urazi ingene aryoherwa !!!
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 6 ай бұрын
Amen ❤❤❤❤
@mugishaeloi6326
@mugishaeloi6326 6 ай бұрын
Amen
@dianekanyange9073
@dianekanyange9073 5 ай бұрын
❤❤❤
@ParvineBwitonzi
@ParvineBwitonzi 7 ай бұрын
Karibu i Burundi
@user-gb9fi2pc9c
@user-gb9fi2pc9c 6 ай бұрын
Karibu i Burundi : none azoce Hehe gasha ko Bafunze Imipaka??
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 4 ай бұрын
None Waronse uwuguha ingene ubaho utariko urakora ? N'imana ihezagiira ibikorwa vy'smaboko yanyu.iryo n'iryo banga ry'aba pasteurs
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 2,8 МЛН
Ev Amani - Ntaho Itakura Umuntu (Official Video)
4:46
Evangeliste Amani
Рет қаралды 11 М.
UMUKAZANA GITO PART1//😭😭KANYANA ATUMYE SAMMY YIHAKANA NYINA
48:53
Gogo love official
Рет қаралды 124 М.
NAWE WA MUKOBWA WE UKIRI MUTO WIHANGANE , N'IMANA IHINDURA AMATEKA.
55:32
Christ Life Center
Рет қаралды 4,6 М.