Umu DIASPORA amaze imyaka 30 i NEW-YORK atubwiye ivyiwe//Impamvu ngarutse//Ubuzima naciyemwo

  Рет қаралды 18,203

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Жыл бұрын

Umu DIASPORA amaze imyaka 30 i NEW-YORK atuyagiye amahanga//Impamvu ngarutse//Ubuzima naciyemwo
#diaspora #visitburundi #newyork

Пікірлер: 52
@manofgod1321
@manofgod1321 Жыл бұрын
❤❤❤ I fill you body I left my country as a computer administrator and I ended being a simple machine operator... I'm okay with that coz after all the main goal is money
@blandinekezamutima6438
@blandinekezamutima6438 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane Merci Gael gutumira Alexis Rwasenge Salut Alexis waduserukiye neza muri iki kiganiro Merci 🙏🏿 👍👌
@majerifranck
@majerifranck Жыл бұрын
Ikiganiro ciza, n'umutumire yishura neza! Merci #Gaël
@desireirambona2319
@desireirambona2319 Жыл бұрын
Mbona umengo urafise umuntu musa, urya mushikiranganji kandi ntangorane. Hari akabirya kazoguteza imbere na famille en plus nabarundikazi nabarundi. Guteza imbere bene Burundi. Courage et pleins de succès
@lbm3234
@lbm3234 Жыл бұрын
Umu diaspora uvuga ubuzima bwo hanze avec honnêteté et sagesse!
@user-jl7ie4dv1t
@user-jl7ie4dv1t 11 ай бұрын
Alexis, mon ancien camarade de classe, j'espère qu'on se revoit bientôt...Najewe 32 ndayimaze mu budagi...
@remapacifique51
@remapacifique51 Жыл бұрын
Gael ukoraneza ariko uzohore ubwira kwanza umutumire atwibwire avuge amazina du moins tumumenye kwanza hama ibindi bize munyuma.Ter'Imbere mwenewacu
@hamugish
@hamugish Жыл бұрын
Ikiganiro ciza canee. Merci👏🏼👏🏼
@je7919
@je7919 Жыл бұрын
Well spoken…. Thank you 🙏 🇨🇦
@ismaog133
@ismaog133 Жыл бұрын
Umusaza umukubito waw uratwibah🥰🥰
@remyndayisenga1990
@remyndayisenga1990 Жыл бұрын
Merci beaucoup mon frere .God bless you.
@ismaog133
@ismaog133 Жыл бұрын
Hejuru can mutam 💫💫
@nsengiyumvaemmanuel9776
@nsengiyumvaemmanuel9776 3 ай бұрын
Ikibugurucingurube catakaye,impene irwaye ibicurane!!!!!!!!!!!!vraiment ikikiyago niciza ndagushikiye bwana GAEL umukubito
@fideskaneza7947
@fideskaneza7947 Жыл бұрын
Merci beaucoup , uvuze ukuri kose
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 Жыл бұрын
Yoooh muntahirize kweri uti welcome home ❤
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Uno munsi watumiye umuntu yagiye hanze azi ikimujanye kandi afise la tête sur les épaules
@fistonnzoyihera7791
@fistonnzoyihera7791 Жыл бұрын
Merci umutumire gutanga umuco ukwiriye
@oseendayi5046
@oseendayi5046 Жыл бұрын
I’m the first person to watch this video ❤❤
@desireirambona2319
@desireirambona2319 Жыл бұрын
Alexis, iterambera ryabaje kuba muri ivyo bihugu. Kugura inzu namadeni bafata muri banques. Hanyuma ntabanyamahanga benshi baza ngaho ngo baronse ama avantages, amadeni nibindi. Utanze akarorero nka 1 ou zero kwijana bagira ayo mahigwe. Woba uduhenze kuvuga ko abazungu USA muri zirya classes wobashira ku rugero rumwe nabandi. Les chances ni nto cane kuri twebwe nabandi. Abanyagihugu barafashwa, twebwe turi abazanano. Ijoro ryiza
@remyndayisenga1990
@remyndayisenga1990 Жыл бұрын
Cool brother
@stevennzeyimana6111
@stevennzeyimana6111 Жыл бұрын
Uwo mushingantahe arazi kwi exprima.. nuwakera kabisa!🙌 Araduhaye informations kabisa
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Жыл бұрын
Aba diaspora mubitege mumyaka irimbere igihugu c,uburundi bazogiteza imbere kuko nibindi bihugu nikobimeze
@jonaskwizerimana9661
@jonaskwizerimana9661 Жыл бұрын
Yavuze ibintu vyiza kandi bikomeye pe.Mwozompuza n'uwumutumire.
@IldephonseComedian257
@IldephonseComedian257 Жыл бұрын
MUMPE LIKE NABAYE UWAMBERE KURI COMMENT 👍👍👍👍
@able257
@able257 Жыл бұрын
Love from Able
@wamupepe5301
@wamupepe5301 Жыл бұрын
Well man. All africa needs this kind of information. Just for helped for cleand their bad conception about life in usa, Canada belgium,france... The facktop thingk we are benyemali , n'est-ce pas ? Bravo frère de donner ton expérience . Je suis fier de toi. Tu n'es pas un mubeshi, umuongo ,musema bugome.
@Sympholine
@Sympholine Жыл бұрын
Komera Gael, ivyo uyu Mzee avuze nivyo kuko najewe ndamaze kwereka Abazungu benshi baba collègues ukwo bagura amazu. Kandi barashima kuko ntanumwe yari bwababwireko bishoboka. Twebwe Abarundi turiyemera kuburyo aho mperereye abarundi nka twese dufise amazu. #Sherbrooke
@mukunzicedrick6374
@mukunzicedrick6374 Жыл бұрын
Mutama nashaka ikint tuyaga wompa pratform nogutorak?
@prosperbibonimana2497
@prosperbibonimana2497 Жыл бұрын
Homme très sage
@gerardon8343
@gerardon8343 Жыл бұрын
Alexi uvuze neza cane, izo nyishu utanze natwe tubaye muri diaspora imyaka irenga gatoya iyo yiwawe, twotanga izo nyene. Kandi bamwe nkuko kwawe wasubiye i Burundi kugira urabe ingene wotanga inkunga mwiterambere, tuvuga rumwe kubera twama tuhatembera byri.mwaka. opportunités ni nyinshi, twararahuye ubumenyi n'udufaranga twitanguza, rero leta igerageje kutworohereza, turi asset ikomeye cane kandi twofasha muri vyinshi, ushizemwo nivyo amahinguriro kubera tuyabamwo ino muri USA na Canada na Australia.
@remyndayisenga1990
@remyndayisenga1990 Жыл бұрын
Bravo Alexi.
@wamupepe5301
@wamupepe5301 Жыл бұрын
Uyu mutipe ari humble kabisa . Abandi niki gasumuni ku ma terefone.
@ignacenduwamahoro4626
@ignacenduwamahoro4626 3 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
@nsafelix
@nsafelix 11 ай бұрын
un homme tres sage
@muhimpundudivine4728
@muhimpundudivine4728 Жыл бұрын
Ubuzima ntibworoshe kweli
@desireirambona2319
@desireirambona2319 Жыл бұрын
Tukwipfurije amahigwe mu Burundi, kandi bidasigura kuzoba imbohe yaho kuko uri citoyen international.
@nduwayoremy-sf4go
@nduwayoremy-sf4go Жыл бұрын
Nama nkurikirana umukubito ata commentaire ngira ariko mbonye Alexis nciye nkumbura ukuntu ayaga murupfasoni naho uba umukorera agufata nkumuntu. Mutama yikomerere
@yvettenyamugisha5474
@yvettenyamugisha5474 Жыл бұрын
Naje imyaka ndikuyibara nzoza amahanga namahanga nzoyavamwo vuba
@hassanjonas1491
@hassanjonas1491 Жыл бұрын
Nihatari kabisa
@benshaka7595
@benshaka7595 Жыл бұрын
Uwu muntu ari tres sage !!
@user-vi8sl7yx1c
@user-vi8sl7yx1c 6 ай бұрын
Alexis oyeee
@nadiairambona5405
@nadiairambona5405 Жыл бұрын
Avuze neza cane
@desireirambona2319
@desireirambona2319 Жыл бұрын
Tuvugishe ukuri, ukuntu Abarundi abahungu nabagabo benshi cane iyo tuje kuba muri ibi bihugu biteye imbere biratugora kuja kugihe kuko tuza tuboshwe nimigenzo. Nibake bagerageza guhinduka nico gituma ingo zisambuka. Ama cas yabashobora kuja kugihe nibake bake cane.
@jimmyniyongabo863
@jimmyniyongabo863 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane
@remyndayisenga1990
@remyndayisenga1990 Жыл бұрын
Zangena anakusalimiya
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 Жыл бұрын
Gael hariya bahita ngo niyo umwana arira nyina ntamwumve nta mifyiniko
@remyndayisenga1990
@remyndayisenga1990 Жыл бұрын
Yavuze vyose.
@angeakeza6542
@angeakeza6542 Жыл бұрын
Ntacorosh hose nugupambana
@Sympholine
@Sympholine Жыл бұрын
Twese turi munzira dutaha caane!
@willybroadngendakumana7932
@willybroadngendakumana7932 Жыл бұрын
Kandi natwe turiko turitegura kujayo
@raoulake
@raoulake Жыл бұрын
Uwo muntu aritonda naho ntamuzi
@blandinekezamutima6438
@blandinekezamutima6438 Жыл бұрын
Niko yamye ncuti Ndamuzi kuva kera nka grand wanje
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 112 МЛН
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 24 МЛН
Best father #shorts by Secret Vlog
00:18
Secret Vlog
Рет қаралды 22 МЛН
DAD LEFT HIS OLD SOCKS ON THE COUCH…😱😂
00:24
JULI_PROETO
Рет қаралды 14 МЛН
L'AMOUR INDEFECTIBLE - Princesse Esther Kamatari
48:16
PAM Channel TV
Рет қаралды 24 М.
天使妈妈拍到了什么大家吓一跳?#火影忍者 #佐助 #家庭
0:23
ToRung short film: 🙏baby protects puppy🐶
0:37
ToRung
Рет қаралды 84 МЛН
Толстый солдат всем отомстил #shorts
1:00
Толстый солдат всем отомстил #shorts
1:00
Бушмен и бабуин. В поисках воды.
0:42
BERMUDA
Рет қаралды 10 МЛН