No video

Umumenyeshamakuru NTAKARUTIMANA Pantalรฉon yarapfunzwe na musitanteri Diane NIYIBITANGA ๐—•๐˜„๐—ฒ๐—ฟ๐˜‚/๐—ฅ๐˜‚๐˜†๐—ถ๐—ด๐—ถ

  ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 1,469

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

ะšาฏะฝ ะฑาฑั€ั‹ะฝ

#๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ #๐—ฅ๐˜‚๐˜†๐—ถ๐—ด๐—ถ #๐—•๐˜„๐—ฒ๐—ฟ๐˜‚
๐—œ๐—ฝ๐—ณ๐˜‚๐—ป๐—ด๐˜„๐—ฎ ๐—ฟ๐˜†'๐˜‚๐—บ๐˜‚๐—บ๐—ฒ๐—ป๐˜†๐—ฒ๐˜€๐—ต๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐—ธ๐˜‚๐—ฟ๐˜‚.๐—œ๐˜๐—ฒ๐—ฟ๐—ฎ๐—ฏ๐˜„๐—ผ๐—ฏ๐—ฎ ๐—ธ๐˜‚ ๐—ฏ๐—ฎ๐—บ๐—ฒ๐—ป๐˜†๐—ฒ๐˜€๐—ต๐—ฎ๐—ธ๐˜‚๐—ฟ๐˜‚??
Uwo mumenyeshamakuru apfungiwe mu gasho ka Commune Bweru,yitwa NTAKARUTIMANA Pantalรฉon,akorera ikinyamakuru Magazine Jimbere jimbere mu ntara za Ruyigi na Cankuzo.Yapfunzwe na Musitanteri w'iyo Commune,Diane NIYIBITANGA ku musi wa gatandatu,igenekerezo rya 13/07/2024.
Uwo mumenyeshamakuru apfunzwe azira amatohoza yariko akora mu kazi kiwe ajanye n'ikiziga c'umuntu cari mu modoka ya Musitanteri.
Nk'uko amasoko yacu avyigana,kur'uwomusi wa gatandatu 13/07/2024,uwo mumenyeshamakuru NTAKARUTIMANA Pantalรฉon yari mu kazi kiwe ka misi yose ku bitaro vya Commune Bweru,ni ho haza imodoka ya Musitanteri Diane NIYIBITANGA irimwo ikiziga c'umuntu biboneka ko yagonzwe,amuzanye mu buruhukiro vy'ivyo bitaro.
Mur'ako kanya nyene,haciye hashika umurwi w'abantu bo mu muryango w'uwo yari yapfuye(yagonzwe),bavuga ko bidashoboka ko uwo Musitanteri yari kwihutira kujana uwo muntu mu buruhukiro mu gihe uwamugonze atigeze amufata.Abo bene umuntu bariko bidoga,bagiriza Musitanteri ko ariko akora amanyanga mukugomba gukingira ikibaba uwagonze umuntu wabo agaca apfa.Bagira bati:"๐—ก๐˜๐—ถ๐˜ƒ๐˜†๐˜‚๐—บ๐˜ƒ๐—ถ๐—ธ๐—ฎ๐—ป๐—ฎ ๐˜‚๐—ธ๐˜‚๐—ป๐˜๐˜‚ ๐— ๐˜‚๐˜€๐—ถ๐˜๐—ฎ๐—ป๐˜๐—ฒ๐—ฟ๐—ถ ๐—ฎ๐˜‡๐—ฎ๐—ป๐—ฎ ๐—ถ๐—ธ๐—ถ๐˜‡๐—ถ๐—ด๐—ฎ ๐—ฐ'๐˜‚๐—บ๐˜‚๐—ป๐˜๐˜‚ ๐˜„๐—ฎ๐—ฐ๐˜‚ ๐—ธ๐—ฎ๐—ป๐—ฑ๐—ถ ๐˜†๐—ฎ๐—ป๐˜€๐—ฒ ๐—ด๐˜‚๐—ณ๐—ฎ๐˜๐—ฎ ๐˜‚๐˜„๐—ฎ๐—บ๐˜‚๐—ด๐—ผ๐—ป๐˜‡๐—ฒ,๐—ฎ๐˜€๐—ต๐—ฎ๐—ธ๐—ฎ ๐—ธ๐˜‚๐—บ๐˜‚๐—ธ๐—ถ๐—ป๐—ด๐—ถ๐—ฟ๐—ฎ ๐—ถ๐—ธ๐—ถ๐—ฏ๐—ฎ๐—ฏ๐—ฎ,๐˜๐˜‚๐—ฟ๐—ฎ๐˜ƒ๐˜†๐—ฎ๐—ป๐˜€๐—ฒ....."
Mur'ako kanya,NTAKARUTIMANA Pantalรฉon,nk'umumenyeshamakuru yaciye yegera abo babuze umuntu kugira atohoze neza,atange amakuru.Ariko ntiyorohewe kuko Musitanteri yagumye amutera ubwoba ko niyakora iyo nkuru y'ico kiziga aza kwibonerako,yaramubwiye n'ayandi majambo aremereye cane,yongera amubwira ko yoraba ibindi akora,ivyo vy'ikiziga akavyihoza."๐—ก๐—ถ๐—บ๐—ฏ๐—ฎ ๐˜„๐—ถ๐—ธ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ฎ,๐—ถ๐˜†๐—ผ ๐—ป๐—ธ๐˜‚๐—ฟ๐˜‚ ๐˜†'๐—ถ๐—ฐ๐—ผ ๐—ธ๐—ถ๐˜‡๐—ถ๐—ด๐—ฎ ๐—ป๐˜๐˜‚๐˜†๐—ถ๐—ธ๐—ผ๐—ฟ๐—ฒ,๐˜‚๐—ธ๐—ฎ๐˜†๐—ถ๐—ฏ๐—ฎ๐—ป๐—ฑ๐—ฎ๐—ป๐˜†๐—ฎ ๐˜‚๐—ฟ๐—ถ๐—ฏ๐—ผ๐—ป๐—ฒ๐—ฟ๐—ฎ๐—ธ๐—ผ...:"Amwe mu majambo ya Musitanteri mugutera ubwoba umumenyeshamakuru.
Uwo mumenyeshamakuru ntiyacitse intege,yahisemwo kubandanya akazi kiwe kuko yari yamaze kuvugisha(kumviriza)bene umuntu. Ni ho umumenyeshamakuru yegera Musitanteri,Diane NIYIBITANGA kugira nawe agire ico abivuzeko,kugira asohore inkuru y'impande zose:"Information รฉquilibrรฉe."
Ubwo nyene,Musitanteri yaciye ahamagara abapolisi bamugendanira,bafata wa mumenyeshamakuru bamwaka tรฉlรฉphone yiwe ngendanwa yarafise n'agatabo bita "carnet" yandikamwo.Baciye bagenda baramuburuta hasi,bamwinjiza agasho k'iyo Commune,ari naho apfungiwe gushika uno musi.
Abatari bake babona ko ivyo bigaragaza ko abamenyeshamakuru bakorera mu Burundi batorohewe na gato,intwaro ihari ikaba ibandanya guhonyanya ubwigenge bwo kumenyesha amakuru.Basaba uburongozi bw'ikigo CNC gufasha kugira uwo mumenyeshamakuru NTAKARUTIMANA Pantalรฉon akorera Magazine Jimbere arekurwe kuko ataco azira kiretse gukora umwuga wiwe.
#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru ๐Ÿ…ฑ๐Ÿ…ฑC Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

ะŸั–ะบั–ั€ะปะตั€: 6
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih ะะน ะฑาฑั€ั‹ะฝ
Uburundi bwarahumany
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to ะะน ะฑาฑั€ั‹ะฝ
Ntivyoroshe mugisha
@Tagt391
@Tagt391 ะะน ะฑาฑั€ั‹ะฝ
Commentaire mbonye aho hejuru nuko umengo hari uwanditse ko yamujanye kumurya!!!!!!๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
@KennoKanse
@KennoKanse ะะน ะฑาฑั€ั‹ะฝ
Uburundi n'ukubusengera nyene ntakundi. Hariho ababutaye mu manga. Kubuvanayo lero n'ikibazo .
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg ะะน ะฑาฑั€ั‹ะฝ
ingolane mubulundi abantu bosi balinda balaheze nkakogakotoli kagakobwa bogateze umutego nakonyene bakakicha.abobose nabichanyi ntalukiza lulimo
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to ะะน ะฑาฑั€ั‹ะฝ
Niryo shano ryagakobwa koko ntawokaniga none ivyobiziga baja kubirya?usanga abifisemwo uruhara gwokwica abenegihugu uyomuhimbiri nyakuruhwa we diane ugende neza iyisi ntisakaye uvyunve
Amakuru ya Haguruka yihuta 26/08/2024 kwa #NEVA Umwiheburo wo gutsindwa amatora 2025-2027
24:58
URUGENDO NEWS
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 7 ะœ.
Mesazh i Ramรซs pรซr ambasadorรซt pรซr marrรซdhรซnien me Greqinรซ!
10:03
Dritare TV
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 782
Ik Heb Aardbeien Gemaakt Van Kip๐Ÿ“๐Ÿ”๐Ÿ˜‹
00:41
Cool Tool SHORTS Netherlands
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 9 ะœะ›ะ
Sweet Indulgence ๐Ÿ˜‹ Chupa Chups Dipped in Nutella Delight! #doods #doodle
00:33
Doods
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 11 ะœะ›ะ
Joker can't swim!#joker #shorts
00:46
Untitled Joker
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 40 ะœะ›ะ
SPILLED CHOCKY MILK PRANK ON BROTHER ๐Ÿ˜‚ #shorts
00:12
Savage Vlogs
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 49 ะœะ›ะ
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 50 ะœ.
Reta ivuga iki kubasaba ko ama motos, ama bajaji n'amakinga vyoshika mu bibanza yahora ashikamwo ?
11:44
Mashariki TV
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 63 ะœ.
Imvugo Prezida Ndayishimiye akoresha ngo zerekana ko ata nyishu afitiye ibibazo bihanze abarundi
9:37
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 12 ะœ.
Kevin Nkurunziza umuhungu w'umuhisi Petero Nkurunziza yavuze ibintu bikomeye bigiye ku muvyeyi wabo
9:40
RADIO TV BUNTU
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 218 ะœ.
Sahel : une confรฉdรฉration entre Niger, Mali et Burkina Faso
1:36
TV5MONDE Info
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 373 ะœ.
Agathon Rwasa: Sinarota Nicarana n'Akagwi k'Abantu Bavuga ko Bankuye ku Burongozi bwa CNL
31:45
Radiyoyacu VOA
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 239 ะœ.
Harabavye,Amatora ya 2025-2027arakoribara#Fredelic#Rohero#Marie_Luise,baduduriyek,Cndd-Fdd kwibamajw
1:18:28
URUGENDO NEWS
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 8 ะœ.
Ico Umushikiranganji wambere avuga kw'ikena ry'IGITORO mu Burundi.
14:43
IHURIRO TV
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 39 ะœ.
#Gรฉnรฉral_Major_Ildephonse_Habarurema arihe #Nestor_Niyongabo? || Procureur Lรฉonard  va mugacerere
24:37
URUGENDO NEWS
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 8 ะœ.
Kazoza kโ€™Uburundi kari mu mayirabiri ufatiye kwโ€™itituka ryโ€™ibisata vyose
1:45:43
Tele Renaissance
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 32 ะœ.
Ik Heb Aardbeien Gemaakt Van Kip๐Ÿ“๐Ÿ”๐Ÿ˜‹
00:41
Cool Tool SHORTS Netherlands
ะ ะตั‚ า›ะฐั€ะฐะปะดั‹ 9 ะœะ›ะ