No video

VANIA ICE ntaco abasigarije//Kera bambara ubusa gusumvya//Gusambana ubu//Ibisanga vyakera batavuga

  Рет қаралды 9,997

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

VANIA ICE ntaco abasigarije//Kera basambana ubu//Ibisanga vyakera

Пікірлер: 31
@umukubito257
@umukubito257 Ай бұрын
Murashobora gukurikirana indirimbo nshasha KABEMBA by VANIA ICE kzfaq.info/get/bejne/g5iqp8mT1bS-h2Q.html kzfaq.info/get/bejne/g5iqp8mT1bS-h2Q.html
@startv257.
@startv257. Ай бұрын
Number one Juste gaël again❤❤❤
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Ай бұрын
Umukubito hejuru Caaane
@NDUMUDU
@NDUMUDU Ай бұрын
Bravo Vania Ice! Ndi umufana wawe! Kabemba iraryoshe! Big up!
@richardsabiteka3314
@richardsabiteka3314 Ай бұрын
Kabemba inyibukije kera we used to sing it. Watoto wa bwizaaa munayikumbukaaaa
@classicboycb
@classicboycb Ай бұрын
Vania 😍
@user-pp2hn7ks8d
@user-pp2hn7ks8d Ай бұрын
Nta kintu gishasha kiriko kiraza vyose vyamyeho gusa Ubu le monde evolue vyose bija ahabona, Vania bamumpere icupa kbx 😂😂
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov Ай бұрын
Orarararaaaaa musaza biraryosh cane ndaba......❤❤❤❤❤❤
@DJMurya
@DJMurya Ай бұрын
Sha Vania yakurenze kweli, aciyubwenge ❤
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Juste Gaël you tube zo mu Burundi uziyoboje inkoni yicuma
@phanuelofficial
@phanuelofficial Ай бұрын
Umukubito tv number one in Burundi
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
❤❤❤
@aimendikuriyo9998
@aimendikuriyo9998 Ай бұрын
Gaël uzoze uratanga link y'Umuririmvyi wakiriye mukiganiro ,vyoba vyiza cana
@vacilliimpundu9569
@vacilliimpundu9569 Ай бұрын
Courage sana juste gael
@christella5092
@christella5092 Ай бұрын
Ntakintu nakimwe kiriho kitamyeho papa yamvyaye afise 19ans Maman 16ans kandi biyivye uzi ubuhumbu abakera bari bafise????ico baturushije nukubinyegeza gusa nahu ubu ikintu cose ni amenya ariko nkakintu nakimwe Kiriho kitahozeho ibivyose bija ahagarara nivyarimu mpisho ariko sukuvuga ko bitariho ikintu cahindutse gusa nubugome nukubura urukundo nico kintu conyene novuga cahindutse
@sese667
@sese667 Ай бұрын
Abo twita ngo ni ba "Sokuru” nibo bambere bakora ama gaffes yose ashoboka gusa bo barabinyegeza ... Ndamaze kuvisita musée y'i Gitega, narabonye ama photos yakera y'abakobwa amabere ari hejuru, vyo tuvyite iki ? Ko nakuze numva ngo abakera, cane cane abakobwa, barambara bakikwiza, emwe nasanze baratubeshe ...
@alanblessed1744
@alanblessed1744 Ай бұрын
Gael ugomba gutandukanya ibintu. Buraba ibibazo ubaza za nkandagira bitabo nivyo ubaza Incabwenge nka Vania Ice.❤. Please Respect smart people . @Vania Ice Samartest girl keep it up
@fabricebaregensabe5833
@fabricebaregensabe5833 Ай бұрын
Elle est sage surtout
@kagaboetienne164
@kagaboetienne164 Ай бұрын
Saf San il ne faut Pas juger👌👌👌👌
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
Vania Ice ❤❤❤❤
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Ай бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾,u the best bro 👊🏾👊🏾👊🏾,hama wakoze kutuzanira @Vania Ice uno munsi 🫶🏾🫶🏾🫶🏾,love from Sweden 🇸🇪
@futuremillionaire450
@futuremillionaire450 Ай бұрын
Vania Ice ndagukunda cane, uri mwiza cane , kandi uririmba neza ❤😁
@JBn5742
@JBn5742 Ай бұрын
mbe Vania Ice ko yakuye impeta yaravanye n umugabo ?
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl Ай бұрын
Maman kabemba
@PrincEloge
@PrincEloge Ай бұрын
Ikiganiro ciza wakoze kutuzanira vania just Gaël 👊
@JeanMunyaneza-p1q
@JeanMunyaneza-p1q Ай бұрын
Ndamukeneye nukuri dada
@nduwimana669
@nduwimana669 Ай бұрын
Songer🎉🎉🎉🎉🎉😢
@wilsonwilson6833
@wilsonwilson6833 Ай бұрын
Izompano kozidashi gikirwa? Iwacuiburundi hara ari agahaze nkuryayako zeigitoro nsindabona abategetsi bamushigi kira? Uwako zerobo sindamubona? Waramu kore shejeiki ganiro kondagu kurikirana?
@karorerodjibril6251
@karorerodjibril6251 Ай бұрын
Vania uramurushije kwiyumvira Gael vrt urumva ingene aguma akubaza utubazo tutagira iyo tuja ivyubu na kera sico kimwe tumia akili we ptie Gael
@_-wt8ns
@_-wt8ns Ай бұрын
Anyibukij utuntu twakunda gukina tukacadupupagutiminwa
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 Ай бұрын
Umukubito hejuru Caaane
黑天使遇到什么了?#short #angel #clown
00:34
Super Beauty team
Рет қаралды 43 МЛН
🩷🩵VS👿
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 18 МЛН
The Giant sleep in the town 👹🛏️🏡
00:24
Construction Site
Рет қаралды 19 МЛН
GUSENYA INSENGERO,UMURENGE NTURENZE 3😳N'AMADINI 7 MU GIHUGU CYOSE
1:08:43
INCROYABLE TALENT De la Sr Ruth KUTUKWENDA Avec sa guitare 🎸🎸 Émission PS MUSIC
30:43
黑天使遇到什么了?#short #angel #clown
00:34
Super Beauty team
Рет қаралды 43 МЛН