Daniel, iyo mvugo ya harageze nicokimwe n'imvugo buyoya yakoresha hageze abakoze amakosa, kwica abantu no kunyuruza, yavuga ngo tugiye gukora amatohoza. Niyo discours yababeshi, ariko kirya gihe igitoro caraboneka. Ariko intango ya reta gukoresha nabi amafranga yari mu ma societes publiques et paraetatiques ni Buyoya na bo batwarana batanguye gutembangaza ayo ma societes. Buyoya niwe yavuze ngo abarundi biyungunganye, bisigura ko aho umukozi wa reta yicaye arye igiturire. Aba DD bobo baje ari agahebuza. Abishe igihuga nabo batwara ubu
@ERICKSHIANYULA5 күн бұрын
Ndashimiye president cane ati gute ndamushimiyeko abantu bapfa abona bakangara abona igitoro kikabura abona ubukene bukinjira abona
@ButoyiThierry-j8e5 күн бұрын
Nibibazo igitoro nico kimbabaje cane utakora
@niyokwizeracyriaque95734 күн бұрын
Mugisha unyihanganire jewe biranse ko ndanarimara vrt iryo jambo
Nawe urasega co kimwe n'abandi bose Reka kuduhenda uretse kubomara Mutakura,kinama na carama ikindi ubesha wakoze n'iki? Nyakubahwa Mubomozi ntaco utumariye wa ndyarya we puuuù
@abanyeshure3 күн бұрын
Umubeshi none bamwivye amajwi arihehe ? Ijambo yavuze ni ijambo ritomoye kandi Agathon Rwasa yarabariwe ko atazokwigera atwara uburundi. Ntamajwi bamwivye ntanayo bazokwigera CNDD ifise abanywanyi bakwiye. Igiturire kiri hose muri Africa si muburundi gusa ubukene niwaba ukennye uri ikinembwe wishinga gu kritica gusa aho kwumva impanuro. Abumvise impanuro ziwe ntibacidoga yuguruye amaso beshi
@iradukundaideale26735 күн бұрын
Iryo yavuje itarikimwe ntiwaryunvise uko yatujoje eme 23