Inkurunziza ku Burundi nu Rwanda,nyuma y'umubonano w'abashikiranganji,gahunda yo kugurura imbibe..

  Рет қаралды 29,543

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

11 күн бұрын

Kugurura Imbibe #𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶_𝗥𝘄𝗮𝗻𝗱𝗮 nyuma y'umubonano.
𝗜𝗺𝗶𝗴𝗲𝗻𝗱𝗲𝗿𝗮𝗻𝗶𝗿𝗲 𝗵𝗮𝗴𝗮𝘁𝗶 𝘆'𝗨𝗯𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 𝗻'𝗨𝗿𝘄𝗮𝗻𝗱𝗮 𝘆𝗼𝗯𝗮 𝗶𝗴𝗶𝘆𝗲 𝗴𝘂𝘀𝘂𝗯𝗶𝗿𝗮 𝗸𝘂𝗺𝗲𝗿𝗮 𝗻𝗲𝘇𝗮?
Mu gihe hamaze imisi hari icuka kibi hagati ya leta ya Gitega na leta ya Kigali,abashikiranganji babiri b'ayo ma leta bajejwe imigenderanire barabonanye kur'uwu wa gatandatu 06/07/2024 mw'izinga rya Zanzibar,mu gihugu ca Tanzaniya.
Amakuru adushikira yemeza ko Olivier JP NDUHUNGIREHE,asanzwe ari umushikiranganji w'imigenderanire muri leta ya Kigali na Albert SHINGIRO,umushikiranganji w'imigenderanire muri leta ya Gitega bumvikanye ko bagiye gutorera inyishu ibibazo biri hagati y'ivyo bihugu.
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa X ejo hahise,Olivier JP NDUHUNGIREHE nduhungirehe yagize ati:"𝗜𝘆𝗶 𝗻𝗶 𝗶𝗻𝘁𝗮𝗻𝗴𝗼(𝗶𝗻𝘁𝗲𝗴𝘂𝗿𝗼):𝗥𝗲𝗸𝗮 𝘃𝘂𝗯𝗮 𝗱𝘂𝘁𝗼𝗿𝗲𝗿𝗲 𝗶𝗻𝘆𝗶𝘀𝗵𝘂 𝗶𝗻𝗴𝗼𝗿𝗮𝗻𝗲 𝘇𝗶𝗱𝘂𝗵𝗮𝗻𝘇𝗲."
Albert SHINGIRO nawe ku rubuga rwiwe rya X ahejeje kugira ati:"𝗜𝗯𝗶𝘆𝗮𝗴𝗼 𝗻𝗶 𝘄𝗼 𝗺𝘂𝘁𝗶 𝘂𝗸𝗼𝗺𝗲𝘆𝗲 𝗺𝘂𝗴𝘂𝘁𝗼𝗿𝗮 𝗶𝗻𝘆𝗶𝘀𝗵𝘂 𝘇'𝗶𝗻𝗴𝗼𝗿𝗮𝗻𝗲 𝗵𝗮𝗴𝗮𝘁𝗶 𝘆'𝗮𝗺𝗮 𝗹𝗲𝘁𝗮."
Twibutse ko ico cuka kibi kiri hagati y'ivyo bihugu bibiri ari co catumye igihugu c'Uburundi gifata igingo yo kugara imbibe zose zo hasi zigihuza n'igihugu c'Urwanda kuva kw'igenekerezo rya 11/01/2024.
King Umurundi Le 07/07/2024#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 115
@EmileDari-iq5gn
@EmileDari-iq5gn 9 күн бұрын
Mbega abakoze genocide mu Rwanda azobatanga konzi ko mubategezi ko barimwo
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 9 күн бұрын
Yamara naho bagerageza, cndd fdd na Never wayo nta muti, ni ukwina uhwera. Nzoba mbona
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 9 күн бұрын
Ariko ko politique ihora ihinduka nkubu Neva bamubogoje agahungira mu Rwanda yokwifuza ko bamuringikira uburundi ? Reba Bunyoni yahora yifuriza u Rwanda ikibi none raba ingene amerewe. Muje mureka ingwano ntakamaro
@josaphathatungimana3504
@josaphathatungimana3504 8 күн бұрын
Kuki Kagame atari we yohungira mu Burundi ?
@EugeneNINDORERA
@EugeneNINDORERA 8 күн бұрын
Bahungu murasekeje kl gsa ngira muriko murarota kk bunyoni nibunyon nyen
@EvaristeNdaruzaniye-gk7vs
@EvaristeNdaruzaniye-gk7vs 8 күн бұрын
@@EugeneNINDORERA v
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 7 күн бұрын
Kagame ntibomubogoza agahungira muburundi ? Canke Niki robo ntibomushobora
@bernardineniyonzima3350
@bernardineniyonzima3350 9 күн бұрын
Erega ndetse n'Urwanda ne RDC bari mu ngwano ikomeye hagati yavyo, ivyo bihugu bibiri imipaka yavyo iruguruye! Hariho uruja n'uruza iminsi yose hagati y'ivyo bihugu bibiri. Kuko vyompi birakenerana ku banyagihugu bavyo.
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah 9 күн бұрын
evariste narorere nakomeze yiyugurane mu Rwanda tubaye iki barabahenze
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 9 күн бұрын
Babwire jew mbona muguma mumitagato
@RafaelSaludos-c1w
@RafaelSaludos-c1w 9 күн бұрын
Imanikomeze.abobatware..ibibemwo.vyoduhimbara.canegose
@HavyarimanaDesire-nv9ie
@HavyarimanaDesire-nv9ie 9 күн бұрын
Abayobozi biburundi ntandero bafise bazoca batuka urwanda
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 8 күн бұрын
Ntukavugengo abarundi vuga uwuzi kuko ahiharigihe wosanga urenzakarimbi
@kingnduwimana9154
@kingnduwimana9154 7 күн бұрын
Abanyarwanda nibo bafise indero? Yaco urenga akarimbi( urubibi)Kuko wewe ntuzi ivya politique.
@NdayizeyeIldéphonse
@NdayizeyeIldéphonse 9 күн бұрын
Imana ibandanye ihezagire Abanyarwanda n abarundi,abafise ivyo bzpfa nabo birinde guteranya abihuriza
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 9 күн бұрын
Imana imbere bugurure imbibe nivyo twipfuza vrnt
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 7 күн бұрын
Uburundi buramaramaye
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 7 күн бұрын
Sabarundi bugaye hugurura bande sabarundi. Reka ivyo bigugu sha urwanda ntakibazo carwo
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 7 күн бұрын
None Niyombare bamutanze ?
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 7 күн бұрын
Nubu iyo mipaka nigume yugaye turabe abahomba zandagara mwishimiye nimuzirire
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 7 күн бұрын
Abarundi twihuta kuvuga kuko ubwenge buracuramye
@gatarevalery4598
@gatarevalery4598 9 күн бұрын
erega ibyo abayobozi muburundi basaba bagakwiye kuba aribo batanze urugero rwiza kubera ko urwanda nirwo rwabanje gusaba indongozi ziburundi gutanga abagirizwa genocide murwanda arko banze kubatanga kuko harimo nabayobozi muri reta yagitega bakoze genocide
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 9 күн бұрын
None ko Congo yabimye igitoro bahora bigamba ko bayifasha ikaba yabimye igitoro
@user-po2ze6rj4o
@user-po2ze6rj4o 9 күн бұрын
Twe turabakunda
@FlorenceIrambona-hl7bt
@FlorenceIrambona-hl7bt 9 күн бұрын
Imana ivyivangemwo
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah 9 күн бұрын
prezida wu Rwanda muramutuka Muramushobora azi ubwenge basha barabahenze
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 9 күн бұрын
iryo nishari baba bamufitiye kubera babona ariko ateza imbere urwanda
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 9 күн бұрын
Urwanda gwarateye imbere rero😂😂😂?
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 8 күн бұрын
@@niyorukizaelias8142 neza cane rwarateye imbere kuk jew mperukayo muguhe bataruga imipaka kuk kigali umengi niburaya hara mabarabara meza umenga niburaya kandi ama stade yogukiniramwo
@SamanthaIradukunda
@SamanthaIradukunda 8 күн бұрын
@@niyorukizaelias8142 wavyanka wavyemera cank wareka urwanda rwaradusize mwiterambere
@desirehakizimana835
@desirehakizimana835 8 күн бұрын
​@@SamanthaIradukundaMwararenganye mukurikira USA mukubaho neza,,,amajigo aragutwenga arayawe
@RafaelSaludos-c1w
@RafaelSaludos-c1w 9 күн бұрын
Imanikomeze.abobatware..ibibemwo.vyoduhimbara.canegosenugusenga.cane.imanidutabare.bavukanyi.dusengetwingingimana.ntivyoroshe.ariko.bizogendanezacane.kuberimana
@EtienneNduwayo-h1e
@EtienneNduwayo-h1e 9 күн бұрын
Ni vyiza cane kwuguru imipaka kuko turakeneraniye
@ndihorashid
@ndihorashid 9 күн бұрын
ariko harumu civile atembagazubutegetsi?abo birirwa banyuruza bica,bafungirubusa bo ntibohanwa?cndd nive mubintu vyokurangazabantu ija kurisha ihera kurugo.bariya bantu naba hcr urwanda ntirufise uburenganzira bwo kubaaubiza kumacuniro.
@user-ti6gc7yl9i
@user-ti6gc7yl9i 9 күн бұрын
Ok imana ishimwe
@niyibonadevote8577
@niyibonadevote8577 7 күн бұрын
Oya nibayugurure nukuri birakenewe❤❤❤❤
@KarombaraAbdou
@KarombaraAbdou 9 күн бұрын
Abarundi murantangaza ntimufungure imipaka mufunge burundu igitoro cyabuze cyidahera vuba nigihari mwaje murwanda
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 8 күн бұрын
Kanyemwo wamwandawe
@mpawenayonesta6332
@mpawenayonesta6332 7 күн бұрын
Imipaka ntiyugururwe reka abo batutsi bo murwanda bagume iwabo.baradukeneye ariko twebwe ntitubakeneye
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 7 күн бұрын
@@mpawenayonesta6332 twarabahaze kweri ntakavuyo dukeneye
@NepomsceneNikwibitanga
@NepomsceneNikwibitanga 8 күн бұрын
Uwo mugambi woba uteye amakenga bivanye no kwumva ko hari umutegetsi ashobora kwinjira tanzaniya akabuza ko igitoro kiza,ntawuzi ivyuburundi na tanzaniya aho bigereye, nfise impungenge ko imigenderanire yuburundi na tanzaniya ushobora gutosekara bakaba barondera amirukiro.
@user-np7fr3bn7r
@user-np7fr3bn7r 9 күн бұрын
Ni bugurure imipaka kuko twebwe batobato tuzira ubusa!
@AliceNzomwita
@AliceNzomwita 9 күн бұрын
Imana ishimwe caneee 🙏🙏🙏
@freddyntibasame9332
@freddyntibasame9332 9 күн бұрын
Bwana Daniel, abo bagabo batwara Eden n'abajanja ntakintu kizima tubazeyeko. Ivyitwazo bashir imbere ntashingiro bifise nabo nyene barabizi. Mandat ya gatatu abahiritse ubutegetsi ni dd. Urubanza gwaraciwe ariko baguma bijihisha. Ntikiri ikibazo. Noneho abahunze bari mu minwe ya HCR. Red Tabara barazi neza ko iri i Congo (RDC)..Baragiye kubatera iyo bari. Ntacitwazo nakimwe bafise gifashe atari inzigo no kubura Ubuntu. Niyombare ntiyigeze aja muri Red Tabara barabizi ariko kubera ububegito bwabo barahuruduka mu gufata ingingo. Honyene ni manque de civilité, de diplomatie kubona bafatiwe décision yo kwugara imipaka atagwandiko barungikiye Urwanda biratey'isoni. Reka turindire ariko ntajambo rya dd.
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 9 күн бұрын
Abanyagihugu bo bashaka kwibanira neza kuko niho bagira akunguko ariko politique y'Uburundi bigishaga amacakuburi bakifuriza U Rwanda gukuraho Paul Kagame kandi uretse n'uburundi n'abazungu byarabashobeye Naho gusubizwa abashatse gutembegaza ubutegetsi numva ntamakosa bafise kuko iyo Leta ntiyari yemewe kandi Neva yabyungukiyemo kuko ubu arimo gutobanga uburundi. Gusa ntimuzaze gusaba ibitoro
@claireuwimana9973
@claireuwimana9973 9 күн бұрын
Abategetsi b'uburundi barziko iyo umuntu ahunze akaja muntoke za HCR igihugu yahungiyemwo ntaburenganzira kiba kimufiseko 100% niyo mpamvu abahungiye mu Rwanda n'uko biri Neva yabirenzeko abizi agirira nabi abanyagihugu bikorera utwabo
@AbdounuruDarasamwenyewe-nr2po
@AbdounuruDarasamwenyewe-nr2po 9 күн бұрын
🤝🤝🤝🤝🤝🤝
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 7 күн бұрын
Urwanda rumenye ko abarundi bama bafata abanya rwanda babo bakuzuza amabohero urwanda ntirwemere ivyabarundi
@mdbosco1640
@mdbosco1640 9 күн бұрын
@nkunzimanavianney7352
@nkunzimanavianney7352 9 күн бұрын
Ndayishimiye kisekedi yaramubeshe. Afunge imipaka ahita. Ayiyifunga atabitekerejeho ndayishimiye weeee! Cyubwenge Turiri mwisi. Yimibare
@nijimberecelestin2099
@nijimberecelestin2099 9 күн бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@MuhireBonheur-qf6qi
@MuhireBonheur-qf6qi 9 күн бұрын
Nivyuguruke pe
@user-jx6uc2ov3i
@user-jx6uc2ov3i 8 күн бұрын
Umukeke natwe ntawo tukironka Kiretse basukuye le long du lac Tanganyika agasenyi kakagaruka kunkombe imikeke ikaronka aho itamagi
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 8 күн бұрын
Iyi ni politique kugirango twibagire amabi dutewe n'ukubura igitoro .
@user-mc7lh6js3o
@user-mc7lh6js3o 9 күн бұрын
Erega abategetsi bacu btibiyumvira p ,kugarumupaka sikokurindumutekano ,kandi sicogihano bohurwanda ,kuko kuvabugaye ,ihera rryacu ryatayagaciro igitoro kirabura
@AbdounuruDarasamwenyewe-nr2po
@AbdounuruDarasamwenyewe-nr2po 9 күн бұрын
🤝🤝🤝
@user-cc4of4su2f
@user-cc4of4su2f 9 күн бұрын
nukuri nibugurure
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu 8 күн бұрын
Amatora arageze bashatse bisukeko tubiri kugira abanyagihugu babagirire icizere kumatora yimirije ariko uwutabona ivyo bagiririye umunyagihugu mutomuto niwe yobashirako icizere
@user-jx6uc2ov3i
@user-jx6uc2ov3i 8 күн бұрын
Bahiritse zNdayishimiye ou Nkurunziza Mwaramahasa Bunyoni ko wamufunze Ibidafashe reka kuvyamiza mukanwa
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 9 күн бұрын
😂😂😂😂reta yacu irimwo ibigugu kweri.harya batubesha ngo n'uko Niyombare nabo barikumwe sivyo birya vyarivyo bavuga gusa.ikibazo catumye batumvika yari reta y'uburundi yagiye kwica abanyecongo kubera uko basa.rero ubu babonye congo kuvugana na M23 banse gusigara mukangaratete bonyene.😂😂😂
@gisubizoeddy3199
@gisubizoeddy3199 8 күн бұрын
Erega mugabo twebwe abanyagihugu tubirenganiramo kandi turabavandimwe gufunga imipaka baba baduhohoteye.
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 7 күн бұрын
Wumushikiranganji wuburundi nikigugu akakanya aribagiye ivyo yavuga none urwanda abo bantu rwabatanze Reka ubujuju ? Uburundi ntavyabo imbibe zugaye bande
@christella5092
@christella5092 9 күн бұрын
Uko ubisoma ko utabishizekongo tuvyisomerw??ejo itangazo rya Congo ko warishizeko??tukarisoma
@user-sw2ir5fp9m
@user-sw2ir5fp9m 8 күн бұрын
Ububeshi bwawe twara kumenye
@uwamahorohussein3923
@uwamahorohussein3923 9 күн бұрын
Iyo utewe nishavu imbere yo gufata ingingo uzobanz urek rihere hama ubone gufata ingingo mukirundi ngo:,; usurana ishavu ukanya mumpuzu
@user-xc5fd2ve5r
@user-xc5fd2ve5r 9 күн бұрын
Uyumusi uvuze neza ntiwunva dushaka abantu bavuga amakuru atari ububeshi uzogimuko igihugu kizoronka umutekano apana kugumura nukubesha abanyagihugu uyumusi ndakwemeye muvyo ushikirije abagukwirikirana
@user-sw2ir5fp9m
@user-sw2ir5fp9m 8 күн бұрын
Kand uzoz urasokoz uwomushats ahumeg uz uvuye kumw urumogi bugir indero
@habyarimanafrancois985
@habyarimanafrancois985 9 күн бұрын
Yewe ibya CNDD FDD ntibimara kabiri u Burundi kobuvugako batabahaye Impunzi zahunze zarizigiye guhirika ubutegetsi bwu Burundi Kobo batoherereje u Rwanda Abarundi bakoze Jenocide yakorewe Abatutsi nimwe mubabaye kurusha u Rwanda icyogikangisho cyimipaka mufungecyane Tchiseked nabyanga ntibizakunda Abayobozi bu Rwanda bekwirirwa bapfusha Amafaranga yi Igihugu ngobagiye kuganira n'a CNDD FDD mwitwangiriza Amafaranga muganira nabakigewugewu
@JulienNTEMAKO
@JulienNTEMAKO 8 күн бұрын
Komera
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu 8 күн бұрын
Ukwo nugusukaninkore kumaso birame mbone
@rosaliebiniga5543
@rosaliebiniga5543 9 күн бұрын
Nubwo haba ingorane abanyagihugu se baziriki ?neva yujuje stock et les pauvres babeshwaho no kudandaza, mbega interahamwe zuzuye i burundi babivugaho iki ipuu
@KennoKanse
@KennoKanse 9 күн бұрын
Izo ndatwa ntaco ziza gukora muburundi ni zigume iwabo murwanda.
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 9 күн бұрын
Nibatunyarukirize bugurure kbx kuko ntaco twebwe abanyagihugu tupfa nabanyagihugu bugwanda vyoba vyiza hama nawe mugisha komeza imana ikomeze kukuzigama 👏👏
@user-lm3cb7gj7b
@user-lm3cb7gj7b 9 күн бұрын
Gusa niba biyumviriye nivyiza nubundi ntamvozukugarimbibe zarizihari kuberi congo itugaye?.nibiyumvire bavuganena gwasa bamurenganure kugirabisu bizeko agateka vyobavyzai
@christella5092
@christella5092 9 күн бұрын
Nagirango ni igitoro cabonetse nivyo dukeneye mbere yibindi barikubanza kuduha igitiro ivyonavyo bikaza nyuma
@RafaelSaludos-c1w
@RafaelSaludos-c1w 9 күн бұрын
Ndi.umurundi.nkundakunviriza.ibiganiro.bicahano.nukuri.imanibikore.bugururevyoduhimbara.cane
@KennoKanse
@KennoKanse 9 күн бұрын
Iyaba abarundi bafise n'ubwo kurahura ,nta migenderanire bogomvye kukorana n'urwanda hatabanje kuba enquête internationale impartiale ku rupfu rwa ntaryamira.
@DesireIrakoze-hw8ok
@DesireIrakoze-hw8ok 6 күн бұрын
Ewan vyob vyz
@fleuryrukundo8945
@fleuryrukundo8945 8 күн бұрын
hello ngufashegato umuvugizi wareta yatangajeko abashatse guhirika ubutegetsi bwankurunziza babikoze ataraheza ikiringo ciwecemewe namategeko so 🤔?
@KennoKanse
@KennoKanse 9 күн бұрын
Abo bahutu bama biharanguye nta n'ubwenge bafise mu mitwe. Umututsi abarusha akenge.
@NepomsceneNikwibitanga
@NepomsceneNikwibitanga 8 күн бұрын
Eka nibaje inama ningingo ntawobigaya
@theresedusabe6056
@theresedusabe6056 9 күн бұрын
Urwanda ntaco ruhomba nimubandanye mwugare
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere 9 күн бұрын
Vuga yawe sha ukeneye kwuzuza uwomuda
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e 9 күн бұрын
Eee vyoba vyiza cane ahubwo nibarabe kweri
@EricNdayambaje-bx8jt
@EricNdayambaje-bx8jt 8 күн бұрын
Jew mvuze mukibanza cabantu 1000 nukuri turasavy imbambazi naho atakosa dufis nibadufash bugurur imbib ibijany numutekano twes turakunda umutekano tuzofashashanya mugucunga imbib ariko imipaka nifungugw kuko ntampamvu
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 7 күн бұрын
Iyo mikeke yanyu irihe yigumye turabe ko abanya rwanda bapfa mwabirofa mwe ? Nta reta mvyeyi ni reta bigugu reta birofa reta biwerewere
@user-ue8pj9ux7o
@user-ue8pj9ux7o 9 күн бұрын
Abarundi ni abavandimwe bacu turabakunda ntanicyo dupfa rwose ahubwo ubuyobozi bwanyu nibwo butuma dutana! Nawe se Red Tabara iratera u Burundi iturutse muri Congo barangiza bati dufunge umupaka w'U Rwanda? Aho bafunze uw'aho bateye baturuka? Abarundi rwose turi abavandimwe dukwiye gukuraho ibidutanya!
@BenemuluBillyado-ji4ze
@BenemuluBillyado-ji4ze 8 күн бұрын
Oya ni bugurure gucya tz ningirane
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 9 күн бұрын
Nubugugu bwabategetsi Bu Burundi rwanda na congo ko batayugay Kandi hatari ukwumvikana kwabo?
@desirehakizimana835
@desirehakizimana835 8 күн бұрын
Harabakubise coup d'état muri Congo bahungiye iRwanda Aho bayugara?? Ahubwo nsanze nawubwenge atarikirenge
@JdedieuSindayigaya
@JdedieuSindayigaya 9 күн бұрын
Ntibikunda bemeye gutanga baryababingwa banyegeje bashatse guhirika ubutegetsi?
@josaphathatungimana3504
@josaphathatungimana3504 8 күн бұрын
None Kabarebe ni Umushikiranganji ?
@augustinmunyaneza5461
@augustinmunyaneza5461 9 күн бұрын
Kubana nabi kwibihugu byombi bigaragara nabi, Abarundi n'Abanyarwanda bakabanye neza 100% hatabayeho izindi nzitwazo zishingiye kuri Politic zishaje
@uwiragiyeclementine6746
@uwiragiyeclementine6746 9 күн бұрын
Hama mufunguye imipaka abo bantu bakwambuka????
@user-po2ze6rj4o
@user-po2ze6rj4o 9 күн бұрын
Imipaka yanyu niyo yugaye mubwi nyakubahwa wanyu abugururire
@gatarevalery4598
@gatarevalery4598 9 күн бұрын
gusa nibarebe ukuntu habaho fairplay
@XasanAduunyo-sp1wk
@XasanAduunyo-sp1wk 9 күн бұрын
Ivyo uratubesha
@mpawenayonesta6332
@mpawenayonesta6332 7 күн бұрын
Ariko urikirofa tu
@christella5092
@christella5092 9 күн бұрын
Ubu ni leta ya GITEGA???nagira ni Leta ya Bujumbura
@NtakirutimanaDeborah
@NtakirutimanaDeborah 9 күн бұрын
ntimwugurure gwose mugira inzigo mana
@cimpayeonesphore1781
@cimpayeonesphore1781 9 күн бұрын
Bite muta. Babonaniye hehe.
@cimpayeonesphore1781
@cimpayeonesphore1781 9 күн бұрын
Mbega yemwe shetani ntiyova hati yibi bihugu vyacu. Mana yomwijuru ugaba ijuru nisi, dufashe uhumekeremwo impwemu zawe muraba batwara ibibihugu vyacu Urwanda n'Uburundi bahuze mubiganiro vyabo.
@EugeneNINDORERA
@EugeneNINDORERA 8 күн бұрын
Kl wewe niwuvuzukuri kl
@uwiragiyeclementine6746
@uwiragiyeclementine6746 9 күн бұрын
Emwe nibarebe neza bugurure kweli kko iyo imipaka bayifunze twebwe rubanda rutoyi nitwe tubihomberamwo Nibatunyarukirize twishakire amahera dore gufunga siyo nyishu
@umuhozasolange7550
@umuhozasolange7550 8 күн бұрын
May dear abanyarwanda rwoooose iyo micyecye ntayo bazi peeeee! Abantu bake nibo bayizi numva nibariyo mikeke bafunguriye imipaka bagume bayifunge ,Neva yavuzeko ngoko arakigoro bari bagize ngo abanyarwanda babone imikeke n'indagara ,ako kigoro rero nibakihorere nta munyarwanda umusabye kuwufungura .Bavuzeko bazafungura se aruko babahaye ababarwanya ubu bababahaye ?Ahubwo byabayobeye barashaka kuza gutwara igitoro ,isukari n'ibindi ,ahahahahhhh Aba DD barasetsa.
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 9 күн бұрын
Evaritse ndayishimiye ntiyemera kugurura 😀😀😀
@christella5092
@christella5092 9 күн бұрын
Kuberiki none kubana neza sivyovyiza gusumba kubana nabi??
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 9 күн бұрын
Ubundise harimo nyunguki gutandukanya abavandimwe
@MikeNdayi
@MikeNdayi 9 күн бұрын
Nibashaka bareke kwugurura bitwayiki ahhhhhj
@christella5092
@christella5092 9 күн бұрын
@@MikeNdayi amanyama aterwa nagashambara sha ugira usumvya ubuzima uwomushikiranganji wIkigali???niwe afise ikibazo kugusumvya???rubanda tugira ubwenge bukeeeeee kubana neza nivyo vyiza gusumba kandi harimwo inyungu nyinshi cane hagati yabantu babanye neza wewe rero uriko uvuga ivyo sinzi ahubikura
@RafaelSaludos-c1w
@RafaelSaludos-c1w 9 күн бұрын
Imanikomeze.abobatware..ibibemwo.vyoduhimbara.canegosenugusenga.cane.imanidutabare.bavukanyi.dusengetwingingimana.ntivyoroshe.ariko.bizogendanezacane.kuberimana
@RafaelSaludos-c1w
@RafaelSaludos-c1w 9 күн бұрын
Imanikomeze.abobatware..ibibemwo.vyoduhimbara.canegosenugusenga.cane.imanidutabare.bavukanyi.dusengetwingingimana.ntivyoroshe.ariko.bizogendanezacane.kuberimana
Cat Corn?! 🙀 #cat #cute #catlover
00:54
Stocat
Рет қаралды 15 МЛН
아이스크림으로 체감되는 요즘 물가
00:16
진영민yeongmin
Рет қаралды 56 МЛН
路飞被小孩吓到了#海贼王#路飞
00:41
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 71 МЛН
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 55 МЛН
Finnish Foreign Minister Attends NATO Summit
10:47
Bloomberg Television
Рет қаралды 10 М.
Uwu niwe mushikiranganji yarakwiye gutanga imihoho kubwa Olucome
20:58
''Isumu yahawe Prezida Petero Nkurunziza yakuwe i Mwanza mu gihugu ca Tanzania.''
2:07:37
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 151 М.
Igice.2 Pacifique Nininahazwe nta ry'umumunwa,abamwagiriza imigumuko 2015
1:20:46
skibidi toilet zombie universe 34 ( New Virus)
3:35
MonsterUP
Рет қаралды 4,4 МЛН
skibidi toilet multiverse 039 (part 2)
8:58
DOM Studio
Рет қаралды 5 МЛН
5 НОЧЕЙ С ТИМОХОЙ
1:12:07
OVER SHOW
Рет қаралды 351 М.
КОРОЧЕ ГОВОРЯ, ИГРЫ - СБОРНИК OneTwo
34:06