Umviriza ijambo rya

  Рет қаралды 10,085

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

16 күн бұрын

#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 31
@Kazo372
@Kazo372 Күн бұрын
Haragez kumunwagusa.ninvugoyivyobibandigusa.mump like twikomerez
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 14 күн бұрын
Kandi bose barazi ko ari umugore wiwe afata ingingo, nabirya aja kuvuga hanze, nukugangabuka. Agenda ukwo, ntari stable, aba yanyonye inzoga, akavyuka afise amacica, indarane, None yoronka umwanya ryari wogusoma ama dossiers araje ishinga abarundi. Hanyuma ngo yize amategeko, iyo diplome yamagendu. 😑
@LeonidasNiragira-fv8do
@LeonidasNiragira-fv8do Күн бұрын
Wapi nareke kuvuga ngo incabwenge ziri mumahanga zitahe Aho agomba kubara mbe ntumubonako bigurwa baravugango abarundi Bari munkambi za tanzania Congo Rwanda ngo nitahe bambara gutaha imbonerakuro n'a documentation bagaca babiraramwo babica non wumva botaha baca babica?
@user-zp3ki3ek9d
@user-zp3ki3ek9d 14 күн бұрын
Aho mwese murahaze jewe ndaye ndiye basi ibindi mungu mber
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j Күн бұрын
Erega mumutahure uyo mugabo ategekwa numugore ntajambo Afitse imbere yumugore.wiwe uyo mugore wiwe nishetani 😮😮😮😮😮
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA 14 күн бұрын
Mbega arabonako abantu boshika muri 2060 nareke kwitwenga ahubwo abarundi barakwiye kukugira nka Kenya ukaraba
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 14 күн бұрын
Hama ugwaruka n'ubu turiko turabunva 5/ 5, Hama ubumwe tubuze Ubu, harabandi bazobubura
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 14 күн бұрын
Aho nyene nca ndagusubiza, kuki uvuga ngo amatora yaribwe!? Imyaka ine ntiheze, ... ndagutwenze kandi😂, aho uracakorera mukahise, ntaho uzoshika nabo muri kumwe, ...@! Twebwe rindira dufatishe neza umushinge witerambere, muzotangara!!!
@ezekielbareke
@ezekielbareke Күн бұрын
None KO avugako amarundi tudakenye,ugwaruka Uri muvugane,Kenya mozambik nabandi bagiyeyo kurya iraha?.... Canke nubukene noguhunga vyabashikanyeyo.niyitwengere.
@fn2921
@fn2921 14 күн бұрын
Abo bahinga none bazobaronka gute kandi bavugako amashuri adakenewe!! Ewe Burundi waragowe 😢😢😢
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA 14 күн бұрын
Ndashimiye president cane ati gute ndamushimiyeko abantu bapfa abona bakangara abona igitoro kikabura abona ubukene bukinjira abona
@Kazo372
@Kazo372 Күн бұрын
😂😂😂ngobahinguyiki?j nibaza ivyavuz kwari powem bamwandikiy.ubwoyavyiyunviriyeko?😂😂😂😂
@user-ti1ol3ti9j
@user-ti1ol3ti9j 14 күн бұрын
Nareke kubesha twisozeye nukwahaze sha 😮😮😮😮
@abanyeshure
@abanyeshure Күн бұрын
Umubeshi none bamwivye amajwi arihehe ?
@niyokwizeracyriaque9573
@niyokwizeracyriaque9573 Күн бұрын
Mugisha unyihanganire jewe biranse ko ndanarimara vrt iryo jambo
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 14 күн бұрын
Daniel, iyo mvugo ya harageze nicokimwe n'imvugo buyoya yakoresha hageze abakoze amakosa, kwica abantu no kunyuruza, yavuga ngo tugiye gukora amatohoza. Niyo discours yababeshi, ariko kirya gihe igitoro caraboneka. Ariko intango ya reta gukoresha nabi amafranga yari mu ma societes publiques et paraetatiques ni Buyoya na bo batwarana batanguye gutembangaza ayo ma societes. Buyoya niwe yavuze ngo abarundi biyungunganye, bisigura ko aho umukozi wa reta yicaye arye igiturire. Aba DD bobo baje ari agahebuza. Abishe igihuga nabo batwara ubu
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq 14 күн бұрын
Nawe urasega co kimwe n'abandi bose Reka kuduhenda uretse kubomara Mutakura,kinama na carama ikindi ubesha wakoze n'iki? Nyakubahwa Mubomozi ntaco utumariye wa ndyarya we puuuù
@manirampaaugustin8500
@manirampaaugustin8500 14 күн бұрын
Inda yuwundi iyo ivuza induru ninde yigera yumva?
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e 14 күн бұрын
Nibibazo igitoro nico kimbabaje cane utakora
@iradukundaideale2673
@iradukundaideale2673 14 күн бұрын
Iryo yavuje itarikimwe ntiwaryunvise uko yatujoje eme 23
THE POLICE TAKES ME! feat @PANDAGIRLOFFICIAL #shorts
00:31
PANDA BOI
Рет қаралды 25 МЛН
Uwu niwe mushikiranganji yarakwiye gutanga imihoho kubwa Olucome
20:58
Amakuru yo ku wa 15 Mukakaro 2024
17:52
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 13 М.
THE POLICE TAKES ME! feat @PANDAGIRLOFFICIAL #shorts
00:31
PANDA BOI
Рет қаралды 25 МЛН