YARANSOMYE DUCA TURAGWANA/UMWANA WA 8ans YAFASHWE KU NGUVU NA SE😭/ISI YASHAJE PE🥹/Girlfriend

  Рет қаралды 29,017

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

8 ай бұрын

#sirenvibestv #girlfriend #76711802

Пікірлер: 173
@Godsfave
@Godsfave 8 ай бұрын
Ikiganiro ciza les filles❤ we need more Samantha in our Burundian community!! She said ngo umwana wawe arakwumva uko ujugea abafashwe kunguvu ejo nivyamushikira ntavyo azokubwira par peur yuko umushira muri paniers ushiramwo abandi😢Imana idufashe nkabavyeyi!!
@rachelmurangwa5296
@rachelmurangwa5296 8 ай бұрын
Bravo pour l émission. Hari ikintu gikomeye Samantha yavuze...aba jeunes ubu bigira ku ma réseaux sociaux, ni ukuza turakeburana ukwo nyene. Kandi avec le niveau de sagesse et de maturité numvise n abakuze turiko turiga. Imana ibahezagire. Pour Greta, nashaka umenye que les petits garçons bahohoterwa gose. Plus ce que tu ne peux l imaginer. Muba bonnes hari ba Stevène ou Stevie nimba atari Stevine babi gose. Muri barya ba ryango ou amies. Ni ukagaba cane, ukanaganiriza umwana kugira hari des choses vyamubayeko, akubwire. Contrairement aux filles les garçons barabibika gose.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 8 ай бұрын
Muje mureka uwomwatumiye umuntu asubize ico umubajije utamucira mwijambo plz naho ndabakunda.
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd 8 ай бұрын
Umwami Yesu KRISTO nkorera akize ibikomere vyo mu mitima y'abakobwa n'abagore bagiye barafatwa nabi muri iyi myaka yabayeho yose.
@orlettamboneko3963
@orlettamboneko3963 8 ай бұрын
Courage samanta kandi sache que tu es une héroine tu as sauveé tant d'âmes abarundikazi bakwiriye kukurabirako aho bohoze barwanire agateka kabo . Nciye nibuka twari mumodoka na mama muri parking kuri rirya barabara ryo kwa siyoni duca tubona abakobwa babiri bambaye jeans bateye neza vrmt inyuma yabo hari ikigabo gisa nabi gishaje je pense ko yari umusazi agenda abakurikira araba ibisusu vyaba bakobwa akaguma abegera jew na mama twabiraba nka film turi de l'autre coté de la rue tuza tubona neza na neza agire akore kubisusu kumwe muri babakobwa duca dukoma induru ngo yoooooo abantu bose au alentours barikanze babakobwa nabo barahindukira kuko bumvise induru na ca kigabo caciye gikata ahantu muri station juste pour dire uwu mukobwa yabaye sauveé kubera twakomye induru jew na mama iyo tutabibona canke ntikome induru yari kumukorako akabandanya ariko wa mukobwa aka arononekaye akumva ko ari dégouteé n'abagabo. Yoooo vrtmt abarundikazi duhura na vyinshi imana idufashe gusa . Nawe samanta imana iguhezagire kuba wararaje irya mbwa yumugabo wafashije benshi ❤❤❤
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 8 ай бұрын
Ijambo rimwe novuga Samathan mpore nukuriiii....hama irya kabiri novuga bantu muvuga nabi mu critiqua l'émission comme si ari kugumuka mukama ndabibuts ko mufis abavukanyi,abavyeyi nukuri mwishire mukibanza cabo bibashikiye uko mwokwifata ahubw hakuvuga nabi dufash turwanye izo violences nabazikora nukuriii..Hosy et Gretta merci beaucoup ❤❤❤❤
@sancasss9824
@sancasss9824 8 ай бұрын
Courage Samantha. Uburundi burakeneye intwari nkwawe zikumira ihohotera rikorerwa abakobwa n'abagore. Abo bagutera ubwoba nabo n'inkozi zibibi nta bumuntu bagira na gato. Bandanyirizako uvugire abadoshoboye kwivugira. Imana iguhe gukomera
@kadino_jc
@kadino_jc 8 ай бұрын
Ndagukunze mukobwa mwiza ndagukunze rwanira agateka kabakobwa bagenzawe❤much love
@chrisdaymutakuryano3957
@chrisdaymutakuryano3957 8 ай бұрын
Ndanagushimiye sha uzoze ukosora abagabo batazi agaciro kabo
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 8 ай бұрын
Courage ma Grande Kandi you did a good job 👏🏻 Kugira nabandi babonereho example
@twinsmom-td7gb
@twinsmom-td7gb 8 ай бұрын
Courage Les dames.nkuze hossy ico yavuz ngo musenge, mwegere Imana niyo solution vrt.
@lepresi6673
@lepresi6673 8 ай бұрын
🔥mukomere les dames. Hama uyo mu type yarakoshej vraiment, yari gusaba imbabazi. One Love ❤
@lesliebee29
@lesliebee29 8 ай бұрын
Beautiful and useful conversation ladies. Kudos to you ❤
@angebuhungu8976
@angebuhungu8976 8 ай бұрын
Warakoze ku mushishura👍👌
@lettynikundana8418
@lettynikundana8418 6 ай бұрын
Bn courage a samanta,tu es une femme formidable ,tu es une exemplaire.ntushobora kwibaza umunezero ngize kubona hariho uwundi muntu ameze nkanje en faite nahora nibaza ko jewe ndi jenyene meze uko parceque abantu baguma bambwira ngo ndarenza ngo barantinya iyo turi mubandi kuko baba bazi ko uwudekona mvugiraho ata mpore mama iwanje. Nkongera ngahimigiza abarundikazi bose gusutena umuntu ari forte nkawe .
@keinakeza8334
@keinakeza8334 8 ай бұрын
Uyo mukobwa blessure afise ntiyoroshe vrmt 💔iri profond kubabazwa nuwo yari cense kuku protega si mama si papa bose baramumereye nabi😔imana imworohereze ashobore gukira ico gikomere ❤️‍🩹😢
@_trust9994
@_trust9994 8 ай бұрын
Niba ushaka kubaka famille ntukumve ibiganiro bya Samantha. Agira ama IG story avuga nabi cyane abagabo. A very dangerous woman.
@sancasss9824
@sancasss9824 8 ай бұрын
​@@_trust9994ubwo avuga ibiriho nyene. Kwubaka ntibivuze guhohoterwa no unyegeze
@ElvineGATEKA
@ElvineGATEKA 8 ай бұрын
Ntabavuga nabi bose ahubwo avuga abagabo batiyubaha kandi iyo utiyubashe ivyawe vyose baravyubahuka(iyo wiyubashe bivyara iteka kuri wew)
@user-lo3uh8fv5d
@user-lo3uh8fv5d 8 ай бұрын
Courage les dames ndabikunze cne kdi mu Burundi turakeneye more women biyumvira nka Samantha kandi bi defenda uko apana guta umunwa ahubwo actions abagore baba rundi kazi nuguhaguruka kdi tugashigikiranirana.hosy bravo cane kubiganiro vyawe.
@beblineigiraneza1128
@beblineigiraneza1128 8 ай бұрын
Courage à Samantha. Merci Hosy & Gretta. Franchement, Abarundi turakwiye guhumuka amaso kubijanye na VBG. Twige gufasha uwahohotewe gusumba kumu jugea hama dushengeze uwakoze icaha, la loi est claire. Twige no kuvuga toutes les sortes des VBG nuwutayitahura/atayizi ayimenye. Nukuri birababaje cane😢 #StopVGB
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 8 ай бұрын
Je suggère Samantha de faire une association y abashikiwe n iryo hohoterwa ndabona ko vyokiza benshi caaaane hama uzotetereza kugira uronke aho ukorera wa engager les psycho logues bagufashe
@christabellamunezero8946
@christabellamunezero8946 8 ай бұрын
Thank you so much ladies you muramfashije bimwe bitangaje❤ je suis en Ouganda mais Ndabakunda knd ndabakurikira5/5
@happymunezero4923
@happymunezero4923 8 ай бұрын
Merci chères soeurs pour l’émission ô combien importante! Mu kirundi baca umugani ngo uhishira umurozi akakumarira abana. Mu Burundi le genre féminin n’ukuri yapfiriye hejuru! Esclavage yabaye aboli kuva kera ariko iyigirirwa abakobwa n’abagore mu Burundi sinzi ryari izohava. Ariko abarundikazi niyo bava hasi ku bwinshi et surtout bakaba solidaires ntibaze barakingira ikibaba incuti zabo, ayo mabi abishe ashobora kugabanuka. Nagomba mbwire Samantha,hamwe yoba atarabikora ariko nibaza ko yabikoze, ko wagiriwe ubuntu Imana ikaguha iyo mpano yo kuba la voix des victimes, wokwegera ministre de la Solidarité……..ukamusaba ico kibazo akacicarira sérieusement! Ndetse na Première Dame ukamushikira kuko n’akaranda mu gihugu. Harakwiye kuba des mesures de prévention kuko nta n’umwe ari à l’abri de ces choses. Nugusaba kandi hagashirwaho une journée nationale yo kwiyamiriza les VBG nimba atayiriho. Encore une fois bravo et que Dieu vous protège et vous fortifie dans votre noble mission😘❤️
@Twese.01
@Twese.01 8 ай бұрын
Très belle émission ❤Les droits zategerezwa kuba zimwe entre les hommes et les femmes même si les responsabilités sont parfois différentes. A nos jours, la seule différence se trouve dans la culotte sinon les compétences abaciye mwishule ngira mweho murazi yuko abahungu ataribo bama baciye ubwenge kuruta abakobwa . Komera bizoteba biza na hano muri Canada namye mvugana baba femmes baho naho uno musi bafise agateka kabakwiye elles se sont battues longtemps pour leurs droits.
@nanaarakaza4044
@nanaarakaza4044 8 ай бұрын
Merci et courag à vous!! Ama aggressions ni menshi aruzuye, dushire hamw tugwany ivyo bintu kandi tubivuge mu ma conversations tugira mu buzima bwa misi yose
@enzeddy
@enzeddy 8 ай бұрын
Wagize neza kumwikurako kandi uramukosora. Kugira mentalité yabantu bameze gutyo ihinduke, wagize neza kumushira ahabona, nabandi babigira bamenye ko atarivyo. Kugwana si vyiza, mugabo muriyo situation nta choix, kubera mentalité iriho ubu, kuronka ubutungane kuriyo situation biracagoye mu bihugu vyinshi.
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 8 ай бұрын
Character matter a lot. Kandi there is a difference between a Boy and a Man, Ntimuzotangare abagabo bameze nka Steve barahari, Babandi bataratahura ko bakuze batakiri baba Ptit gamin shn, imagine being a husband and then you cannot even control yourself or even take a decision, Genre ni adolescence uba utwaye mur mariage yawe, Encore de plus devant sa femme, Burya Mariage Zubu nihatar nicogituma we have to pay attention of abantu twemerera kugra mariage nabo imagine you find a steve nukuri gout ya mariage icihera, Gsa uyo mu Steve God amukize Kuko ararushe vrt
@IrakozeOlivier-tt2tq
@IrakozeOlivier-tt2tq 8 ай бұрын
Ndabatumiy mwese gukurikirana hidden wounds gikogwa na Dr peace bizofasha cane
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 8 ай бұрын
Samantha uvuga neza cane kuburyo histoire yawe ica yunvikana ko atari ububeshi canke kwigumura! Urakoze ntihaza kubura umwana numwe wumurundikazi aza gutahura ko birya bintu vyogukoranako atari ibisanzwe ! Merci
@jordynzoomsin2701
@jordynzoomsin2701 8 ай бұрын
Mbabajwe nigihugu tuvamwo! Bibereye aho mpeeereye yaruhukira mugasho nindishi yakababaro ifadika! Police yubirundi irakwiye guhasha abo bahungu batagira indero. Uwo ntiyari umugabo! Ako kabare nta sécurité gafise? Nkaho baca bamusohora direct abandanije bakamuhereza police! Numva ishavuuu rinyisheeeee😢😢😢
@aldandayikeje6035
@aldandayikeje6035 8 ай бұрын
Je sais pas à quel poid d'un merci ke je peux dire mais vous méritez tout le respect du monde et courage Samantha et courage à vous mesdames Hosy et gretta
@raoulirakoze3031
@raoulirakoze3031 8 ай бұрын
Urarabe neza,ko bitari satanique, kugusoma nkaho usanga yaragusahuye inyenyeri yaw,egera abakozi b'Imana😢😢😢😢
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 8 ай бұрын
Les petits hommes kabisa courage Samantha ndakumva birenze .hosy et gretta muratesa
@franciskiyuku3547
@franciskiyuku3547 8 ай бұрын
Bravo Ssmantha. N'abandi bakobwa n'abagore mwihagarareko. Ako kagabo sinumva igituma kataraye muri Police. Pour moi noguhanura ko womwitwarira kuko ivyo yakoze ça fait partie ya viol. Agateka karihabwa mes chères dames. François Xavier Kiyuku.
@user-es7es7hj3k
@user-es7es7hj3k 8 ай бұрын
Makeup ya Gretha👌👌
@user-lb4bh7hh3h
@user-lb4bh7hh3h 8 ай бұрын
Courage Samantha ❤️❤️❤️
@kezakimanaspes8488
@kezakimanaspes8488 8 ай бұрын
Mbay uwa gatatu🥳🥳🥳🥳🥳🥳❤❤❤❤
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 8 ай бұрын
Basha mubisazwe ntibitahuritse ukuntu abagore usanga bashigikira abagabo mumakosa motif ngobakingiye ivyubahiro .mwibuke niyo.kenshi urugabo rufise umugore rukuvugishije uza wumva umugore aje gutukana ngo bamutwaye umugabo nkaho umenga nimpuzu.yiwe.bamutwaye.birakwiye kwabagore bitahura
@Twese.01
@Twese.01 8 ай бұрын
Ahubwo Samantha ivyo uwomu Steve yagize ni harcèlement physique et sexuel, mu bisanzwe umwitwariye yoja muri prison nkino mu bihugu vyacu je donne l'exemple ya Canada nkuwo baca bamuha dossier criminel aho azokora hose baca babona ses antécédents. Ico wari gukora kindi dans l'immédiat kwari guhamagara police si possible mais wabaye intwari ugira légitime défense, abagabo batiyubaha bakwiye abantu babakosora nkawe.
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 8 ай бұрын
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@gaielionnellemuhoza9494
@gaielionnellemuhoza9494 8 ай бұрын
Umugabo yitwa umugabo mugihe yiyubaha akubaha n'abandi,umugabo yitwara nk'igikoko aho ageze hose on a le droit yo kumwita "imbw*"parce que comportement nkiyo ya Stève siy'abantu n'iy'ibikoko🤷hanyuma Hosy,il faut ko mukora ikiganiro gihanuro abavyeyi kuko ndibaza ko les hommes bifata uko kenshi babitangura mu bwana,kandi babitangura abavyeyi babibona ntihagire ico bakora,umwana agakura uko agateba akavamwo umugabo ari violent ahantu hose ageze
@nzambimanadonathe7826
@nzambimanadonathe7826 8 ай бұрын
Gretta urantwengeje nukuri c la 1ere fois ngize comentaire ngo no muri bible biranditswe "kuivuna umwansi"bashaaaaaa 😂😂😂😂😂gusa ikiganiro cari gitesa😂😂
@BigirimanaGhyslaine-wq4dg
@BigirimanaGhyslaine-wq4dg 8 ай бұрын
Gleu usa neza shaa
@winnynduwimana4751
@winnynduwimana4751 8 ай бұрын
Courage le fille
@sarahgahomera8472
@sarahgahomera8472 8 ай бұрын
Merci pour le partage,c’est triste ivyo bintu.Nawe Mpore Samentha,courage na mpore abo vyashikiye.Yesu adushoboze kuba beza minsi yose no kubakeneye de l’aide.Abo vyashikiye komera ube hejuru ivyo confie en Dieu
@konakunzeornella3164
@konakunzeornella3164 8 ай бұрын
Courage sha Samantha!!
@mariejesus1427
@mariejesus1427 8 ай бұрын
Waouuh ya hosy uyumusi irikumpwemu zidasanzwe
@user-gi2cl7ji4w
@user-gi2cl7ji4w 8 ай бұрын
Courage ma fille ndabakunda cyane 8:32
@jordynzoomsin2701
@jordynzoomsin2701 8 ай бұрын
Uwo mupapa yakoreye umwana wiwe nabana babaye munzu iwe! Hanura uwo mwana bamudenonce abajejwe agateka ka muntu bamube hafi! Apfungweeee uko numviriza niko numva nosaraaa nezaaa. Uwo mwana rakeneye support morale iyaba yabishobora yagiye ahabona agatabarwaaaa!
@Twese.01
@Twese.01 8 ай бұрын
Mu Burundi hariho ukuntu en général abantu batahura yuko tuvuze les droits des femmes bumvako arukuvugako arugushaka kuganza canke kurengera abagabo.Ndi sûr et certain yuko hamwe abakenyezi bose bohagurukira rimwe bagaharanira agateka kabo boronka uburenganzira n'agateka kabakwiye mais n'abagabo twobigiramwo uruhara.
@Joewilliams-n2l
@Joewilliams-n2l 8 ай бұрын
Jewe sinzigera narimwe nshigikira umuntu violent Kandi ahantu hose barahari haba mubagore n'abagabo. Lla violence peut être mumajambo, muma geste vyose birababaza. Hama ikintu ntashima ni ijambo ry'igitutsi ritukwa abantu en général. Reka twige kwita ikintu izina, ushatse gutuka umuntu muvuge en personne kuko abagabo bose sibabi, abagore bose si babi. Ugiriwe nabi n'umuntu peu importe son sexe, muvuge mwizina uti Naka ni ... igitutsi ushaka kumutuka. Nukuri gutuka abagabo bose ngo ni trash c pas bien. Iyo uvuze uko ushizemwo papa, oncle , frère, cousin... hamwe n'abandi bagabo bitonda. Donc merci pour le partage hama courage barakubabaje
@jilu1095
@jilu1095 8 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂uyumukobwa ndamwemey
@cappucinella9120
@cappucinella9120 8 ай бұрын
Des pervers narcissiques sociopathes et psychopates, birababaza kuba muri societe utembera uzi neza ko ibintu nkivyo biba ku mugaragaro abantu bakabiha na definition ngo "niko ameze" sa femme a herité de son caractere ubana na suneba ugasuneba nkawe, malheureusement elle est sous emprise ntako afise agira nico gituma elle agit en faveur de som mari kuko bataha hamwe it doesn't make sense ariko nawe aragowe harya
@nibishakaghyslaine9219
@nibishakaghyslaine9219 8 ай бұрын
I really like the content of this interview, especially at its end. *Forever against GBV of all kinds (Gender Based Violence), either Sexual,Physical, or emotional* .
@niwemugeni
@niwemugeni 8 ай бұрын
Uwo styve niba asara mumutwe canke ni parie car ce n'est pas normal pe. Nta n'indero afise Kandi iyo ni agression yohanwa namategeko. Wagize neza kumukubita.
@Hi5392
@Hi5392 8 ай бұрын
29:38 soit uwo mugore yari yaborewe atazi ibiri kuba, soit afise akagorane tutazi... this is sooo disgusting. pore kuri Samatha kandi courage🤦‍♀
@orlettamboneko3963
@orlettamboneko3963 8 ай бұрын
Ahubwo uwo mugore steve yaramukorofye mumutwe ntakiriyo . L'imbécile😂😂😂😂
@uweradaniella2910
@uweradaniella2910 8 ай бұрын
❤❤
@belysebutoyi5658
@belysebutoyi5658 8 ай бұрын
@Balalacanasi_
@Balalacanasi_ 8 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢 biranse ke ndayimara vmt…birababaje
@Mireilledusabe
@Mireilledusabe 7 ай бұрын
Ngo izi nzara zacu ntushobora kugira ingumu neza""😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆❤❤❤❤❤❤❤
@maeli6300
@maeli6300 8 ай бұрын
Samantha warakoze vraiment kumukosora ahubwo nabandi bakobwa barye icuma bazoje bari defenda👍 . ubu azoja aragira icoyubaha
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 8 ай бұрын
😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😂😂
@user-li4zv7pf6l
@user-li4zv7pf6l 8 ай бұрын
Oyaha suko kabisa😂😂😂jew umwana wanj nzomwigisha kwigwanira igihe cose
@elvisrwamu
@elvisrwamu 8 ай бұрын
ATI namukubise ndi à l'aise 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 8 ай бұрын
🤣
@Goldy-cl1rq
@Goldy-cl1rq 8 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@axelarakaza9870
@axelarakaza9870 8 ай бұрын
Pol xana Samantha ivyo bintu birimwo ibibazo vyinshi nuko tudashaka kwibaza usanga yari amasaha yukwumvikana yari yarenze nsinshigikiye ingendo yuwo mu Gee
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 8 ай бұрын
Abo ba Mamans nkabo nabo vyarabacanze !
@gloriosebizimana6956
@gloriosebizimana6956 8 ай бұрын
J'encourage abakobwa bintwari nkabo . Ariko mbaze ntaco mwagize cogufasha uwomukobwa violée par ses parents à 8 ans et encore à 18 ans ? Ntakirapfa naho afise 30 ans yokira neza cane .
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 8 ай бұрын
Samantha ico kintu uvuze ko Abarundi batabona ko Umurindikazi akeneye agateka nivyo cane, umenga ikintu cose giha Ubuntu umurundikazi mbese numurundi en general nico kurwanya , ntituvyure imitwe. Nama ntanga un ex simple : Gukata imishatsi abana babakobwa , ni geste mbi cane mugaciro kumuntu! Sindinda kuja en details Mugabo umunsi twatahuye ko umushatsi wumwana ataco ibuza kundero ahubwo bakigisha kuyitunga naturel bizoba ari intambwe nini. Examples ni nyinshi……. Ziguma zitugumiza hasi mugacinyizo
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 8 ай бұрын
Ivyimishatsi sinibaza kwarikibazo mbe murazi ko abana bubu canecane abakobwa ubwibone nugushaka gukura hataragera nimishatsi irabituma janviere yagize neza kubwanje
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 8 ай бұрын
@@user-bj2ct6ms6p nukuri kiretse duhuye tukicarana tukabiganira niho wontahura, sinon imishatsi ntabwibone nabuke itera ! Ariko murakoze kandi mugire umunsi mwiza 🙏🏽
@divinenezerwa
@divinenezerwa 8 ай бұрын
Bravo Samantha #stopVBG
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 8 ай бұрын
Mai’s ds l entre-temps fasha abo bakugurukiye Umukama azogufata amaboko agufashe
@AmandaMonia
@AmandaMonia 8 ай бұрын
Ndabasavye mumpe numero za# Samantha....please!
@manicyriaque1318
@manicyriaque1318 7 ай бұрын
Hosy ndakumbuye Davina na ibreezy mukiganiro vrt
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 8 ай бұрын
Uwomwana igituma atabivuze ngira barabandanije Nico gituma yabihoze nyina nawe yaramupfuhiye
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 8 ай бұрын
Mwumvise nikozubakwa nuwo mugore wa Steve uribaza gusoma umukobwa ubona sinopfa subiriye kumukurikira
@maeli6300
@maeli6300 8 ай бұрын
Ahubwo hagire uwumpa IG yiwe nje kuraba Stève karuhariwe.
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 8 ай бұрын
Ibibintu birababaje Cane Ndabizi
@jordynzoomsin2701
@jordynzoomsin2701 8 ай бұрын
Bakobwa benewacu! Ubu hageze ko mubihanira! Igihugu kirakwiye kubihagurukira!
@nzamuemmanueli9461
@nzamuemmanueli9461 8 ай бұрын
Komera dada
@stephanienduwayezu8165
@stephanienduwayezu8165 8 ай бұрын
Uri mwiza vrmt
@Landonkwizera
@Landonkwizera 8 ай бұрын
Yego urasaneza
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 8 ай бұрын
Ntacitwazo nakimwe yavuga mugihe aje kugukoraho ukowakwambara kose ntibiha umugabo canke umusore kugukoraho,kuko ahahanze nukumuraba cane yahamagara police kowamuteye ubwoba. ndabashigikiye nukuri tubice mubiganire cane kuko mumyaka ishize twakorewe ibintu bibi cane ngowijanye kumusore kumuramutsa ntagahunda ufise akagufata kunguvu.
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 8 ай бұрын
Hanze umuravye cane aca ahamagara polis
@niwemugeni
@niwemugeni 8 ай бұрын
Mpore au victimes. ❤
@jilu1095
@jilu1095 8 ай бұрын
Urwo rugabo nidaya yumupapa umugore wiwe ntacafise
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 8 ай бұрын
Nivyiza gushikiriza iciyumviro murupfasoni
@neemairadukunda2113
@neemairadukunda2113 8 ай бұрын
Mbwambere mbonye umukobwa tumezekumwe 99%kubiro vyanje bike ntamuntu yopfa kunsuzugura wallah😂😂😂samantha amashurwe yawe🎉🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@arlenehakizimana3477
@arlenehakizimana3477 7 ай бұрын
Uri ntwarikaziii 😃😃gusa narikuryoherwa numvise waramupasuye nezaa bagaheza baka mushonaa😁😁
@rosinenyirahategekimana4598
@rosinenyirahategekimana4598 8 ай бұрын
Murasa neza bagore beza
@richardburundi3090
@richardburundi3090 8 ай бұрын
None igitsina gore kiri amajahe😃😃😃ngokirihasi sintahura ikirundi mukoresha
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 8 ай бұрын
Igitsina gore kirihasi yashatse kuvuga ko harabagisuzugura ariko bikwiye guhinduka umuntu wese akagira agateka kiwe imbereyuwundi .
@nirenganira8433
@nirenganira8433 8 ай бұрын
Za murakubita iyo mihimbiri itazobanduza ibituntu .baje basomana nabagore babo
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p 8 ай бұрын
Dubaï ngo uravye cane umugore ngwaca ahamagara police ngowagira umufate kunguvu
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 8 ай бұрын
Ivyo bintu vyo gukorera harassment abantu bigitsina gore bikwiye guhanwa. Hakwiye gushirwaho itegeko rihana umuntu wese yahungabanije umutekano w'umugore n'umukobwa. Kumubiri, mu majambo no mu mashusho . Ndetse n' abantu bageze muzabukuru batabasha kwirwanira bakwiye gukingirwa kuburyo uwubahohoteye wese ahanwa.
@dellybelinda5309
@dellybelinda5309 8 ай бұрын
Wooow good 👍👍👍👍👍
@nancyina5241
@nancyina5241 8 ай бұрын
Umutumire Samy ni bon vrmt; aratesa: Courage A elle..!! Imana imuhe umugisha 💝💝 Hanyuma Gretta nabonye aguma asohora akarimi kiwe caane, niko ameze; cank ni jw namwihweje caane..?? Umengo ni grimaces (mri talk show 😅😅😂😂) - ibinoko mu kirundi 😂😂🤣🤣
@adelinendayisaba1355
@adelinendayisaba1355 8 ай бұрын
Ndabakunda caaaaane
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 8 ай бұрын
Guhanura nivyiza ariko kwita amazina ngo abagabo bimbwa. Ntaco bifasha
@angeburundifggfgg8755
@angeburundifggfgg8755 8 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@dianensanimfura-yp6vq
@dianensanimfura-yp6vq 8 ай бұрын
Courage Samantha Imana yirure umutima wawe
@celinensengiyumva2956
@celinensengiyumva2956 7 ай бұрын
like like like
@ntareofficial1083
@ntareofficial1083 8 ай бұрын
Iyi nkuru kuva itanguye jew ndayibonamwo ikintu kimwe: un bon projet à presenter chez le muzungu pour avoir de l argent....😅
@KA__Divin
@KA__Divin 8 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@jeanpacifiqueigurubuntu
@jeanpacifiqueigurubuntu 8 ай бұрын
kbisa nanje😂😂
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd 8 ай бұрын
Nubwo turi muri Société iri patriarcale, ariko uwo mu Steve yakoze ibitari vyo kandi bamwitwariye imbere y'amategeko yofatwa. Kuko nta wufise uburenganzira bwo gutoteza uwundi yitwaje ubugabo canke ubusore.
@kanezaevlyne9133
@kanezaevlyne9133 8 ай бұрын
Bavyita guhana....😂Sama ndakwemey
@selegitaaselecta8302
@selegitaaselecta8302 8 ай бұрын
Wonder Woman 😂
Did you believe it was real? #tiktok
00:25
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 50 МЛН
Мы никогда не были так напуганы!
00:15
Аришнев
Рет қаралды 6 МЛН
MANA, DO ANYTHING YOU CAN KUGIRA NSUBIZE IGIHUGU CANJE.
1:00:58
Christ Life Center
Рет қаралды 24 М.
Rtd.Gen j.KABAREBE ASOBANUYE UKO BARWANYE URUGAMBA RWO KU MURINDI W'INTWARI
29:24